INTAMBA MU RUGAMBA ZARAYE ZIBUZE IKI IMBERE YA SENEGAL?

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 20 ноя 2024

Комментарии • 5

  • @KelvinTembo-sv7ik
    @KelvinTembo-sv7ik День назад +2

    umunyereza ntaco yokora mugihe umukinyi aja mukibuga atazi icagiye gukora tuvugishukuri ntabakinyi bahari

  • @Blir-boy
    @Blir-boy День назад +2

    Mwe murashobora kuvuga ngo intamba zaraye zibuziki kl🤌??
    Zabuze instinzi

  • @NIYIRAGIRANepomscene
    @NIYIRAGIRANepomscene День назад +1

    ❤❤❤❤😂😂😂😂 Burundi 🇧🇮 player's 😂😂😂

  • @Rejoice257
    @Rejoice257 День назад +2

    Guys nokur Etienne muriko muravuga mwaridoga. Igikwiriye nogukoranya abant bose bengwa na football bagatanga ideas zukunt football yokomezw. Guys kubwrik VBL ikunzw? Smartness mur organisation ya febabu nokumeny k chaq année febabu iduha bishash. Hello nukur bibandanij UK turisanga ikuzim peee rek na media igir uruhar nimubivug ibitagend Nez muzokundwa nuwushak

  • @KelvinTembo-sv7ik
    @KelvinTembo-sv7ik День назад +1

    batam banje ndabemera ariko tuvugish ukuri umumenyereza arashoboye ahubwo ntabakinyi bahari