Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Amajambo yawe twarayahaze:urigisuma mubandi.ahubwo nuveho vyarakunaniye.Hazeho uwufise ijambo nkumukuru wigihugu abushitse,❤
Gutwara igihugu biramurenze 😂
Kuki mutabafata kandi mubazi. Reka amajambo meshi uje kubikorwa kuko urafise inguvu zokubafata?
None abobantu babikoze murabazi?
Mutama nyakwubaha nukuri ariku kivi nukuri nimumufashe mwebwe mubijejwe twabizeye tukahabashira kuko tudahari twebwe bato bato nukuri ntimwotamba mwirorera muhari kubera tweebwe.nimuduserukire dusangire twese tubeho twese..
None abo batwaye ayo mahera ko muguma mubavuga ntimwobafata bakabayagarura mubona ibintu bitayangaye??kandi ikindi nimureke uwufise umutahe ashoboye kudandaza ibintu bazane niho nibiciro vyogabanuko