Noweli ntaho yanditse muri Bibiliya | Umwaka mushasha ntuzana bishasha

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 28 ноя 2024

Комментарии • 5

  • @paternosterking
    @paternosterking 11 месяцев назад

    Aaameen Aameen, vraiment ukwo ni kwo kuri abizera bakeneye kwumva kandi bagatahura neza. Ikinyoma kirashobora kumara igihe kirekire ariko ntigicika ukuri. Amen Amen ndafashijwe cane gose. Muhezagirwe cane🙏🙏🙏

  • @user-Danny-boy
    @user-Danny-boy 11 месяцев назад

    Amen amen ivyo biti nikubireka vrt kuko bariko bara adora iibigirwa mana mrc sana Pastor Prudent

  • @soterbayubahe3008
    @soterbayubahe3008 11 месяцев назад

    Murakoze cane kubutumwa Bwiza muduhaye twabikora nkuko twabisanze ariko Ubu turamenye ukuri

  • @florencendayinginga7832
    @florencendayinginga7832 10 месяцев назад

    Abantu bisi baragoye.Iyaba bafise amatwi bokwumvise.Navukiye muri Adventinste ndayikuriramwo gusa hari ivyo nasanze muvyo nakuriyemwo arivyo

  • @user-Danny-boy
    @user-Danny-boy 11 месяцев назад

    Ugasanga munzu yumu kriisto muzima nawe ngo yagize Decor ya Christmas 🎄 yayayaaa 😢uriko ura vya adora utabizi bibiliya iravuga ati my people perished because like of knowledge nuko christo akomez kukwagura kubwino msg bnshi babitahure