Inyuma y'imyaka 31 N.J......
HTML-код
- Опубликовано: 14 окт 2024
- Inyuma y'imyaka 31(kumva 1993) N.J adahonyora Aho yigiye amashure y'intango, uyumusi arahishikiye. Fyonda subscribe ugire like na share uzobebe ubwambere kwirabira ikiganiro yayaze nabana yahasanze @natachaburundi1991 @LandryPromoter @bigfizzoofficial
Brother enock na youric
Hatanasisi tukowanyumani pia nyumbani nihapo mutakuja
ndashigikiye ko twogira groupe y'abo twiganye kuva muri 1991-1993
Kwanza tu nashukuru kukupata wanyumbani
vip Sas wahom uposawa
Nimugiri comukoze rero kubijanye namashuri mwizeko
Intambwe yambere niyo nyene
mwenewa, mu mwaka wa kane twigishijwe na Nzishura Raymond. uwombonera Raymond akampa contacts ziwe nomugurira ibiyeri.
wagize neza kuhibuka.jewe ndumunyarugari ariko nize kwirabiro , nca ikobero.
ubu mba mubudage
Oooh! Nanje kwirabiro narahize muwambere nomuwakabiri
Muhungu kweli urankumbuje nihonakoreye conkuru
Karibu kuri ecofo Rabiro
Natwe dutuye kw'i Rabiro .Tubwire abigisha bigisha bigisha kw'irabiro igihe wahiga.
Urabe usige ububakiye ishure
We Mubona! We twiganye kwirabiro😂😂😂
Wangambo zote kobero giteranyi bwambalangwe kote
Natwe turi munzira tuza aho niho nakoreye cocourt national
Muwakane uwuhe!?