Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
WIPFUZA KUYAGA NA GATABAZI #Watsap:+257 79 95 00 87
Homme du changement courage na gatabazi akomere cane kw'ihamgiro yihaye
Courage mutama nabandi bakwigireko
Turakwemera mutama
Bakwitirire Umurimyi VIP
Amahoro ,amagara meza n'amafaranga ivyo tubifise ibindi tuzobigura😅
Uvuze ukuri kwel mugihugu haracari vyishi vyoguhindura komera mutama.
Muri USA usanga ferme imaze plus de 200ans. Ntibagurisha. Ni de père en fils de génération en génération.
Umugambi w'imyaka 500 nyene! Ba mubanza kwiyumvira kuvyo mwandika! Ibiyago mutegura nivyiza ariko burya ingendo yuwundi iravuna mwisi yuyumusi ibijanye niterambere kumuntu umwe biragoye! Sukuraba amasanamu gusa bituma ugira intambwe uteye!
Uratangaje wamuntuwe uri intashima
Homme du Changement Imana iduhezagire aha wigishije benshii Aka numéro twakabonye
🎉❤❤
Uvuz ukuri muta, gusa komez ibikogwa Vyawe kweli.
Komera mutama none ibiharage muraranguza
Umwaka wa 2024?
Komera mutam
Un projet de 500 ans?Ça se fait comment?
Gatabazi niwe muntu ari kuba mundoto ziwe.nukuri nugusiga isi imeze neza gusumvya uko twayisanze
WIPFUZA KUYAGA NA GATABAZI
#Watsap:+257 79 95 00 87
Homme du changement courage na gatabazi akomere cane kw'ihamgiro yihaye
Courage mutama nabandi bakwigireko
Turakwemera mutama
Bakwitirire Umurimyi VIP
Amahoro ,amagara meza n'amafaranga ivyo tubifise ibindi tuzobigura😅
Uvuze ukuri kwel mugihugu haracari vyishi vyoguhindura komera mutama.
Muri USA usanga ferme imaze plus de 200ans. Ntibagurisha. Ni de père en fils de génération en génération.
Umugambi w'imyaka 500 nyene! Ba mubanza kwiyumvira kuvyo mwandika! Ibiyago mutegura nivyiza ariko burya ingendo yuwundi iravuna mwisi yuyumusi ibijanye niterambere kumuntu umwe biragoye! Sukuraba amasanamu gusa bituma ugira intambwe uteye!
Uratangaje wamuntuwe uri intashima
Homme du Changement Imana iduhezagire aha wigishije benshii Aka numéro twakabonye
🎉❤❤
Uvuz ukuri muta, gusa komez ibikogwa Vyawe kweli.
Komera mutama none ibiharage muraranguza
Umwaka wa 2024?
Komera mutam
Un projet de 500 ans?
Ça se fait comment?