Actuellement le pays (BRB) n'est pas à mesure de contrôler ce système. Par conséquent ce système n'est pas reconnu ni permis. Numvise coin nciye ngira ubwoba. Il fallait exposer les pros and cons of MLC.
Muragenda bukebuke hari ubunyerere bwinshi aho hantu, mwige mumenye ico arico cryptocurencies Muri 2018 haraje iyo bita Fahari cash coin, yadukoreye amarorerwa, za Fricacoin, TBC , ello, coin, TBC izo zose zaje zikora kumugaragaro ziriba abantu Ariko zigenda zuguruye amaso bamwe bamwe abandi babona ko ibintu vya online bifatiye kuri crypto ari ubusuma. Muriga mutandukanye ibi bintu: Hyip, Ponzi schème , Na cryptocurencies Crypto uzisanga kuma échangeur atandukanye , crypto ntiri controlé au niveau international ( décentralisée). Ni système iri non controlée Ni par les banques et les gouvernements. Je vous encourage mais saches ça pour ne pas tomber dans un piège ! Aha nari ndahaciye nirenganira nirabira uduhita 🙇 😢
*None mufise ayo mitanga,mushakira iki imitahe mu banyagihugu?* Aho isi igeze si mwebwe mujejwe kuhanyereka ! Nimba ntahabona ntibibareba kuba mwarahabonye ni inyungu zanyu mwa bijuju mwe ;na yo ivyo gushaka kwiba abantu mwisigirireho!
Kuri binance ryitwa ngw'iki ndarirangure😂😂😂😂 Mwahenze Beshi yemwe. JEWE n'abanyegereye ntimuzotubona. Ifaranga turazi Uko rirangurwa Ku ma échangeur azwi apana ivyo bi MLM vyanyu!!!
Kwandikisha ishirahamwe canke company ntibisigura ko iri reliable hari bizandikwa ntizikore canke ivyo ni ibikangisho kugira muyitabire nkuko vyabaye kuri Berry.
Toute personne avisée peut investir dans la crypto monnaie, ariko aciye mu ma canaux azwi yemewe n'ubutegetsi. BRB turayisavye ikingire abenegihugu. Investir dans la crypto monnaie, ni nka kurya uja muri bourse. Urunguka canke ugahomba ivyo ni ibisanzwe. Mais il faut investir via des canaux officiellement reconnus par les États !!!
Wapi muraraba neza buy what you afford to lose. Ntimushiremwo amahera menshi kuko ayo mahera ari tres volatiles. Araduga nkuko ashobora gukoroka ningoga ukaburiramwo.
Mwavuye muri Berry ubu mugeze muri my legacy ? Muribwe mikiriko.That is Ponzi scheme brothers and sisters . The way you are glad today it the same when the system disappears.
Burundi hejuru canee🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎉🖐️
Twebwe mu Rwanda baratumaze abo nabajura mu byitondere abenshi babitanguje barafunze abandi babura amafaranga yabo😯
Crypto suko zikora ntimwebwe barundi benewaju ukeneye kugoresha ifaranga ridafadika genda kuma échangeur mugurireyo Ama coin ikindi Abo ba cinéaste bo biyiciye isoko😂😂😂
Aller avec bcp de prudence mwabarundi benewacu!
Guys ivyobintu vyarariye amahera yanantu ngaha South Africa cape Town muvyitondere guys
Abon
Umugambi mwiza.
None ko mwavuze ivya cryptomonnaie,mufise cryptomonnaie yanyu canke nugufata abasuma gusa
Mureke kubesha abanu Ibijuju bizajamo
😢
Abo Bama batwivye inyuma ya berry hoho abo bazotwica
Muracar mubiganiro na BRB none mwuguruye mutaremererwa
Bonne question
Komera sha w ndumva wakurikirany neza ivyo bavuz ntamuco urimwo na Alliance babesha uko
Muvyo musigura vyose ntacumvikama kirimwo ndumva harimwo utudasobanutse. Gusa vyose nibitujana kubona ibimenyetso vyifaranga rimwe abazi ivyanditswe nabo bac bameny a icomvuze bay 11:54
Iryo faranga ryanyu riri listed kuzihe échangeurs uretse kur'iyo plateforme yanyu gusa? Ahubwo Leta nimba igomba guhana abasuma yohera kuri mwebwe
Nimwubake eco system ejo tuzogurira kuma DEX.HAma tugure.ivyo guta umwanya kuma mining ⛏️ ntamwanya ngifise wavyo
Mashariki we nteye ngira désabonner.
Aho namwe muraja ngaho mukibisha abantu??? Ibisuma gusa
Nibyiza rwose ndabashimiye
Actuellement le pays (BRB) n'est pas à mesure de contrôler ce système. Par conséquent ce système n'est pas reconnu ni permis. Numvise coin nciye ngira ubwoba. Il fallait exposer les pros and cons of MLC.
Nimumbwire échangeur muri zitanu zambere tuzi iyo tuyisangako.
Mugira mwibwe nagashambara kabaveko.Amahera ava mubikogwa ibindi ni😢
Utazi crypto currency ihorere ibindi bihugu bigeze kure
Berry ivyo yabakoreye mwavyibagiye nimushore muburimvyi ivyobindi muvyihoje
Pi network hejuru cane twebwe twemera pi network kabisa Hama ngaha muburundi iyotuzi izobikora ni siiib bank
ABANYONI.NIMUREKE GUHENDA ABANTU, ITEKAMUTWE GUSA.CRYPTO NTIZIKORA UKO, ...
MyLegacy Ecosystem k❤❤
Muragenda bukebuke hari ubunyerere bwinshi aho hantu, mwige mumenye ico arico cryptocurencies
Muri 2018 haraje iyo bita Fahari cash coin, yadukoreye amarorerwa, za Fricacoin, TBC , ello, coin, TBC izo zose zaje zikora kumugaragaro ziriba abantu
Ariko zigenda zuguruye amaso bamwe bamwe abandi babona ko ibintu vya online bifatiye kuri crypto ari ubusuma.
Muriga mutandukanye ibi bintu:
Hyip,
Ponzi schème ,
Na cryptocurencies
Crypto uzisanga kuma échangeur atandukanye , crypto ntiri controlé au niveau international ( décentralisée).
Ni système iri non controlée
Ni par les banques et les gouvernements.
Je vous encourage mais saches ça pour ne pas tomber dans un piège !
Aha nari ndahaciye nirenganira nirabira uduhita 🙇
😢
Murabasuma mwebwe nivyinshi bimaze guca muburundi vyiba abanyagihugu
Peut t'on transférer les coins de binance à mylagacy ecosystem
Nabnye umengo irafse mining.... C'est bn je vais essayer avec ça sinon ibntu vyo gushiramwo imitahe je passe
Hapo mumeliwa
Abo bakobwa biparatura bavuga ngo ni busness idahomba bameny ko ivy,imbere atawubizi il faut que,elles sachent comment gérer leurs émotions
Ugomba ku invest shira muri S&P 500 .iyo irazwi cane gose muri USA ushaka ugire research muri google urabona what it is .
*None mufise ayo mitanga,mushakira iki imitahe mu banyagihugu?*
Aho isi igeze si mwebwe mujejwe kuhanyereka !
Nimba ntahabona ntibibareba kuba mwarahabonye ni inyungu zanyu mwa bijuju mwe ;na yo ivyo gushaka kwiba abantu mwisigirireho!
Ko mubandanya kugwiza ubujuju? Namwe mugiye kuri list yaba scammers. Ndabona mwese mudatahura ivyo murimwo. Kuki ivyo mwavuze muri ADB bidasa nivyo muriko muravuga?
None ko tuzi BRB yabujije ibintu vya crypto monnaie, ntituzosanga abantu bazotakaza ivyabo?
Mwe nimukine ama film mureke gushigikira ubusuma
😂😂😂😂 CNDD FDD mufite ikibazo gikomeye mufite amakuru mbere yo kubiha abarundi???!!!
Mammama rwaruka kukijanye na crypto monnaire ndabasavye ntimusye bwose ndabasavye kumuntu atarayimyeny neza naze ndamwibire ibanga pe jew nararemvye
Mb dossier ya coopérative dufashe abakiriho muri BRB igez heh ko twabwiw abarenganijw ko tuzotunganirizwa ? Murakoz hama abavumva batahuy umugambi courage udafash risque ntaco uronka
Kuri binance ryitwa ngw'iki ndarirangure😂😂😂😂
Mwahenze Beshi yemwe. JEWE n'abanyegereye ntimuzotubona.
Ifaranga turazi Uko rirangurwa Ku ma échangeur azwi apana ivyo bi MLM vyanyu!!!
Yayaaa😂😂,ntaco mvuze ariko abazorira bazoba benshi abantu mucinjira muvya cryptomonnaies muragenda bukebuke uwushako kumenya vyishi kuri abo bantu babitanguje arazoturondera turenga nka 30 natwe turiko turabarondera ahubwo tubashengeze abantu bazi ivya TBC uko vyagenze baravyibuka ,ahubwo ko tumenye aho bakorera ni vyiza umuco w'ivyo bakoze ugiye kuboneka
😂
Kwandikisha ishirahamwe canke company ntibisigura ko iri reliable hari bizandikwa ntizikore canke ivyo ni ibikangisho kugira muyitabire nkuko vyabaye kuri Berry.
Token yany yitwa gute
reka kubesha abantu ,iyo ni systeme ponzi.ivyo
tubivuga neza kko turabizi
.abazibira amatwi nimushiremwo amahera mwigerezeko muzodushingire intahe hanyuma
Muragabe muragabe igipfa caburiwe ni impongo.
Yemwe barundi barundikazi, aka kanya muza mwibagiye za chymall, alliance in motion, n'ibindi vyinshi vyaje bihinda bigasahura abarundi bikabasiga mu kangaratete ?🤷 Ivyo bintu vya crypto monnaie abo babesha ngo bazobibigisha bo barabitahura ? Ni ububeshi gusa, ubusuma.
None batanguye kwiyamamaza kandi BRB itarabaha uruhusha ? Mwumva ivyo bintu ari normal ?
Kandi mureke kuza muritwaza amajambo y'umukuru w'igihugu 🤦 Umukuru w'igihugu ntatubwira gushira imitahe yacu mu miyaga, Aduhimiriza gukura amaboko yacu tukemera kubira icuya. Turime, tworore kijambere, tuje muri transformation agro-alimentaire, agro-pastorale, muri industrie duhingure ibintu vyinshi dushore no hanze, etc......
Tugire investissement muri economie réelle.
Ntihagire uwushirayo amafara ga ndabinginze
MasharikiTV nahora ndayemera ubu ndabaye décue kubona bagirira publicité aba escrocs 🤭
#Ravellecadeaux 01:06 yayay!!!! Vyarivyiza cane
My legacy ecosystem mbona isaba ko abarundi natwe twokwijukira kumenya English. Ivyo gushaka kubisigura en Kirundi ou en français ntibikunda
Ndavye ukuntu yubatse iyo ni scam idasanzwe murambabaje mwebwe mwashizemwo imitahe yanyu. Crypto system twayitanguye kera turazi uko zubatswe
Cryptocurrency atayo Uzi ntayo Uzi,tora agatebr Wige. Hama uyikore wanashima kugatwe Kiwawe Apana Ivyo Birofa, ahubwo nsanze Muburundi Ibintu vyaroroshe
Promote Binance , Forex Trading, mining (pi,sidra,..),.. not Those s**m Business
Toute personne avisée peut investir dans la crypto monnaie, ariko aciye mu ma canaux azwi yemewe n'ubutegetsi. BRB turayisavye ikingire abenegihugu.
Investir dans la crypto monnaie, ni nka kurya uja muri bourse. Urunguka canke ugahomba ivyo ni ibisanzwe. Mais il faut investir via des canaux officiellement reconnus par les États !!!
Wapi muraraba neza buy what you afford to lose. Ntimushiremwo amahera menshi kuko ayo mahera ari tres volatiles. Araduga nkuko ashobora gukoroka ningoga ukaburiramwo.
Mumin Pi network
Ubwobwana butazi cryptomoney muzoze murabubesha mbega ivyo mucuga mwoba mufise 3:24
Ubwobusuma
Pi network hejuru ca ee
Jewe naribagiwe password yanje ya pi harico womfasha??
Nimukure amanyanga iyo ponzi ivyo ni scam genda mwige crypto icarico abarundi turazi crypto
Ese abo bantu murwanda barahakorera
Tuzokwolola inka'impene twongere turime kijamber ivyobindi sigaho
abusuma hange 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ingorane nuko mbona atavuga ukuri none iyomitahe batanga nuyage bayinjiramwobate? Kombona mubisigura mubigisha mutavuga akadomokukandi gakoreshwa n
Abarundi rwose😂😂 izi ni scam..abajura baraje babibe. Ingegera z'aba Nigeria n'abahinde baraje babacucure utwanyu😢😅
ubusuma buje i bururndi Muragabe
Rindira mwibwr muzoba mumbwira,za berry ngizo,rk nirindirire pi network
Vyiza cane
Ico neguye nuk muje mwiyitirira company
Muburundi mwarimurindiye iki ntimubona ku Rwanda kobadusize kera cryptocurrency oye
Je vous en supplie,iyo ni pyramide de ponzi,kandi abo ba star ba cinéma barahembwa ngo bamamaze ivyo birofa,muzorira nkaba berry
Nagira ni Pi network kuko niyo tumaze kulenyako vyinshi uyo muvuga ayiserukira kwisi ni docteur kuruh rugero?
Ko uhejeje kuvuga vyose utavuze Binance utavuze échangeur.??? Bagucungire hafi. Ikimbabaje nabo baririmvyi. Nkumuntu Azi CRYPTO iyi ndayigizeko amakenga. Niba ari minage sawa mugabo apana crypto nkuko tuyizi😊.
MLC+SIIB😅
Nabo bazobaca amaboko. Ntabusuma bukomeye nka Cryptomonnaie
Abantu batanga impusha kurivyo bintu barakwiy kubanza bakavyigako neza Igihugu kigakingira amafaranga
Ari my legacy ecosystem😂😂😂
Acheni upuzi izo explaining zose uwomujama atanze nizububeshi
Ntakintu murubaka kko iryofaranga ryanyu ntasoko nimwe rirajako mugihe rero mutararishira kumasoko riracari scam pe.
Tubwire imbuga official mukoresha twicukurire inkuru zikwiye.
bavuga ko bafise app yitwa millenia wallet cank my legacy coin
No mirime ibiraya mworore inkwavu,ingurube,inkoko,intama ibisigaye ni ponzi scheme brothers.
Ko muvuze cryptomonnaie biranezereje ariko kuba muvuze ngo mugiye kurondera amafaranga menshi ,nuko hari ico muteramenya muri cryptomonnaie. Banze mwige mumenye kuko iyo ni science. Bizobafasha kutarwa mu mitego yabafungakiwani.
Ejo muzokwicuza
None nka Mashariki Tv ukuntu nayemera mwagiye gucamera ibi bintu bigenze gute?ubwo miribuka ubusuma buri mwibi bintu?
Ujavye barakumwa nyene😂
Kubera iki uwo muri BRB atari ngaho ivyo vyerekana ko atamuco urimwo
Nne bikora gute?umuntu yinjira gute?inyungu kuwinjiye muri iyo système niyihe?
Gezaho gutuburira abantu babwir projet ziri valable kandi ziboneka muve mu bindi
Erege ntansiguro yumvikana mwaranze😂
Ibi bintu leta y'u Burundi ibyemera ite koko??
NONE BRB IRAZI AMA TRANSACTIONS YOSE MUKORA?
Ayomahera nama dorari
SIIB NETWORK niyo duhanze amaso😂😂😂
Ubundi ibintu bisaba gutumira mu genzi wawe , mu ge mubitinya
GUSA NTIBAZOSHIREHO NGO LINK
Mukwinjira hasabwiki
Mugira mwibwe murarabaneza
Reka kubeshwa bantu b’Imana. Ntimuzoze muriko murarira ng bara b escrotse🤦🏾♂️
Nimuduhe link twijire muri groupe po network
0:30 ukwo uryohewe niko uzorira après 3mois😅😅😅
Abo ba escrocs ivyabo twarabihimvye😅😅
Rek kuba negative on ne sait jamais
Film zabananiy gukin?
Umukino murimwo murawuzi kl??iyi video ndayiravye on Monday 20.05.2025!!reka ndindira nzogaruka kuraba inyuma ya 1year
Mwavuye muri Berry ubu mugeze muri my legacy ? Muribwe mikiriko.That is Ponzi scheme brothers and sisters . The way you are glad today it the same when the system disappears.
Turabashigikiye Bitcoin Blockchain cryptocurrency ukuri kwiza
Kura ubusuma ngahoooo sha
ruclips.net/video/hIA_73PNOz8/видео.htmlsi=yToOWJNRTkxTrwJA
Ibibintu ntibiri mur vision40-60.nzovyumva ubwanyuma😂
Abo bama batwivye nibatware batamena
Reta irabizi???Scam mwa bisuma mwe
Nibazane iyo app de minage ibindi ni hanyuma
Sinze numve induru ngo yeyeyeye, batwivye.