Mukanwa kanyu havayo amajambo mabi kbx hari umusi ubwo bwibone mufise buzohera ndakurahiye ura ngenda urabe kenya uko yabaye umusaka namwe nihirya yejo nti wiganyurure ngo na sendagara yatwenze ko muvuga ko kagame ashoboye vyose uramubarira abaduganire tanganyika iyo ntuntu yindagara ihere mwa mikomamwe
Imana yaratanze ubumenyi kugisirikare cuburundi
Izo nduru za modérateur ziramutesha agaciro.
Muracyafise urugendo. Umengo ni dans Les annees 1960?
Burundi oyeee🇧🇮🇧🇮✊
Biraryoheye ijisho 👌👌👌
😂😢😮😅
Kuwa4 natwe murwanda turabatumiye muzaze murebe
ah niryar
Twebwe se ko haba hahiye ninkibi wagirango ni 1962😂
Technologie ninkeya vyiza muyinagure batama bacu incabwenge mubijanye namasanamu n'amajwi ziriho izosanamu ziracafuye cane il faut corrigé
Long live Burundi
Igabozuburundi
Nizubahwe
Zizubuhingabwishicane
Kened
Mbega we wagira ngo 1860 hhhhh😅😅😅
Courage Burundi
Ninde wabonye ingene Pres Neva yarafise ubwoba?😂😂
Murintwari vrt nimukomerezaho natwe turinyima
Izo caméra zikwiy guhindurwa🤚
Biraryoshe ahubwo bazoze baratxereka misi yose
Ahubwo uriga kwandika Ikirundi 😅😅😅
intwari mwubahwe
Jew ndabingize mufashe nanj nifyuza kuba police
Iyo haguma hatwara abazungu ubu ntituba tubayeho nabi nkuko hako usonzesha namwenewanyu yopfuma aba umunyamahanga cndd fdd aho iriko itwara ibiki
Wagirango ni 1962🤔
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣murasekeje
Wamuhimbiri
❤❤❤
🔥🔥🔥
Abarundi nintwari pe
Ndiko Ndaba kurikirana
Ngo ngwiki ?? Ngo kuncuro ya mbere ?? Reka ayo matiku sha
Mukomere batama
Komera
😂😂😂❤❤❤❤
Niharambe.uburundi.nabarundi mwese
Ariko murinyuma koko ubwo kumanuka mu mutaka murumva aribintu bitangaje😂😂😂, na sendagara yasetse pe😂😂😂😂,ntakidasanzwe gose 😂😂
Non nkubu wew uwo bikubarira ubikore wobikora jew abanya rwanda muranwenza kl kuki mwama mwishira hejuru cane iyimana ibaha igihugu canyu kikaba kinini mwomenya kwi tanyurura ikindi iyo gisa nka dubai canke nka omani canke nka saudia nta wobakize kbx jew hari bintu muvuga bika sesema ngenda urabe kenya uko hameze canke tanzanie ariko nta musi numwe basuzugura uburundi ariko mwebwe ijambo ribi riva iwanyu mura sesema numutima wanje wose
Mukanwa kanyu havayo amajambo mabi kbx hari umusi ubwo bwibone mufise buzohera ndakurahiye ura ngenda urabe kenya uko yabaye umusaka namwe nihirya yejo nti wiganyurure ngo na sendagara yatwenze ko muvuga ko kagame ashoboye vyose uramubarira abaduganire tanganyika iyo ntuntu yindagara ihere mwa mikomamwe
Ariko wewe nkuwokubaza icakuzanye hano wokwishura iki? Niho babavuga pe, kubabazwa numutwaro utikoreye! Kuba wabuze ibindi ukora ukaza hano bisiguye vyinshi kuri twebwe abarundi tuzi iyo twavuye niyo turiko turaja apana mwebwe mureka gukoresha amaboko mukirirwa mupanga kwiba no kwica kugirango mubeho! Ariko muragowe kabisa , sinzosubire kukubona uza guhomvagura hano, wumvise ,ca ubwenge ibitakuraba uraba hasi, OK?
Njye numiwe Ubwose bamenye ko M23 igihe ibahondagurira muri Mushaki na Rubaya baribaje Mumitaka kandi ari inyeshyamba ubwo noneho bakumirwa bate?? 😂😂😂 ibaze muri 2024 kubona hari umusirikare Urikumanuka mumutaka ukabona arigitangaza 😂 icyogihe uba warasigajwe inyuma namateka.
Ufise ubumuga bwomumutwe disi@@M52Congo
Abarundi muracyari injiji kujyendera mumutaka murumva birenze koko arega mwese murigushinyika na sendagara wanyu uziko arigutwenga
Vaho nkaho uvuziki?
Kagame nawe no nde?
Burya atari kwikirigita u Rwanda rurusha iki uburundi?
Mwebwe mutunzwe na congo,
Ariko uburundi buritunze.
Ivyago uburundi bumaze gucamwo iyaba ar'urwanda bubicamwo ntuba uriko urahomvagurika.
😂😂😂 Sha muri ibiturage kbs kumanuka mumutaka nibyo muri gushangiriya bene ako kageni?? None muraziko M23 igihe ibakubitira muri Mushaki na Rubaya muraziko baje mumitaka? 😂😂 None igisirikare cya leta kumanuka mumutaka murikubona ari ibitangaza 😂😂 muracyafite urugendo rurerure
Mugenzi,iyo M23 uhayagiza ko ikomeye abarundi barayibujije amahwemo n'ubu bakiriko sha
@@fredericnshimirimana8014 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Twibukiranye Intambara ya Mushaki na Rubaya 😂😂😂😂 Munyaka 2 mumaze hano Congo 🇨🇩 mumaze kwambura M23 ahangana gute????????? 🤣🤣🤣
Intambara yamajambo murwanda barayishoboye
@@user-xh8hp4nh7o Subiza ikibazo ndikubabaza mumyaka 2+ abasoda 🇧🇮 bamaze hano Congo ni iki bagezeho? Bamaze kwambura M23 ibice bingahe?
@@M52Congom23 Barayirukanye ubu ivugire kuri facebook na tweeter kurugamba umututsi wumunyarwanda twaramuciye inguvu nakagame ubu ahari ararira kubera ivyoyiba ntakibironka
Abo batama batera induru nyishi 😅 nta generation iri professional yobasubirira.😅 Ngo bagize iki? Weweee,urruiuuiuiiiiiii
Ubundi ufise ikibazo nyabaki ww
@@jisilenechurweryimana5340 😂😂 Ibaze kubona 2024 umusirikare arikumanuka mumutaka ukabona ari igitangaza? 😂😂😂 icyogihe bihita bigaragara ko muba mwarasigajwe inyuma namateka kuko kumanuka mumitaka kurubu hari naba civilian babikora nkimikino or sport rero utarasigajwe inyuma namateka ukabona umusoda arigukoroka mumutaka Urabonako ari ibisanzwe
Rwandese people with negative mindset....tuzobana tu
Izo nduru za modérateur ziramutesha agaciro.
Biraryoshe ahubwo bazoze baratxereka misi yose