IMISI MIKURU IBURUNDI NGOVYABA VYIZA LETA YA CNDD FDD ITAGARUTSE IMBRREYABO 2025 NGONTAC YAMAZE💔

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 22 дек 2024

Комментарии • 5

  • @PascalNgabonzinza
    @PascalNgabonzinza День назад +1

    RUFYIRI asigaye yita President Kireko ? Hatari

  • @fobty2872
    @fobty2872 День назад

    Igituma ibitungwa vyabujijwe kurisha kumisozi nibintu bikurikira:
    1. Bakeneshe aborozi muri benshi ari abatutsi
    2.Inka zihere mugihugu hamwe n’umwavu wazo
    3. Kugirango cndd fdd ishobore kuronka isoko ryifumbire rishasha bariko barakora muri ryahinguriro rishasha rya Gitega.
    Hanyuma kandi mwibuke ko ari navyo bariko barakora kuri Brarudi ngo yugare baronke amasoko yibiyeri abo batware bariko barakora. Mugabo aho ho bazomaramara kuko ntamwuga wavyo babifitiye!!!

  • @daviirizima7485
    @daviirizima7485 День назад

    Ingora ufise niyubukehabwenge! Aho murwanda uri brochette ninyama zimbwa habonetse izinka barya izitaburuye! Umuhima yahawe aller sans retour ntawe uzosubira kubona kungoma! Muburundi ndabiyahura kubera kigoyi nkikigari aho wiyemereje kuba umumotsi! Uzogereranye ibiciro vyikigari nivyiburundi mumadollard bizogufasha kumenya ninde yishwe na kigoyi!

  • @NtwariClaude
    @NtwariClaude День назад +1

    Mukomere mukomere ncuti zacu , turashima uko muduha amakuru