La meilleure facon yo kumenya abantu ni mugihe bicaye ari aba soeur. Basha muratesaa. Ariko sinobabwira ukuntu tuba dushaka kumenya ico mwapfuye bandugu
This five girls they're so beautiful 🙌🏿 👌🏿 👏🏿 ❤️ 💯 wow 👌🏿 👏🏿 😍 👍🏿 🥰 million time they are so beautiful ❤️ very nice girls ❤️ nakubali wote wakali tu! Burundi 🇧🇮 Bujumbura kuna watoto wakali. Let be seriously Diaspora 🫵🏿👊🏿🇧🇮🇺🇸🇪🇺🇨🇳🇦🇺🇨🇦
Mpore Kathy wanje ndagukunda weeeee twarabany mubuzim butorosh arik waramberey incubation nziiiza Hosy abo bantu wunv ko ndabakunda nukur abantu buzuy urukuuuuundo vrm❤❤❤❤Kathy twabany ndamuzi bihagije pe iyababay ntiyigirish iy aryohew arabigaragaza vrm❤❤❤❤
Nacira ndabakumbura basha... habuze mama wanyu❤️❤️❤️❤️
Samata umuhererezi Wamama dakuramukije kadi imana ikomeze kumbanzigama cane💗💗💗💗💗💗
Yoooo bagenzi murandijije,binkoze ku mutima,nfise ikibazo hagati yabo tuvukana twica imice natwe,Imana Idutabare natwe izoduhuze,mukomere bakobwa beza
Mbaye uwambere mumpe like zanje ndengane 🎉
Nukur Qualité ya Reine ndamuziko arakundana kand ntaharara oyaaaaa Défaut rer sasa ntaheba kudaheba rer aranshisha naho womwereka ikibi umugenzi wiwe yamukorey akakibona ntaheba aremera akab ariw ababara arik akaguma ari umugenzi wiwe sindabikunda kuk nyuma bica bimubabaza cane nanj vyarankorako nkababara sana vrm kuk naramukunda sana Kathy❤❤❤❤
La meilleure facon yo kumenya abantu ni mugihe bicaye ari aba soeur. Basha muratesaa. Ariko sinobabwira ukuntu tuba dushaka kumenya ico mwapfuye bandugu
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤Imana ibahezagire diiii ntihagire ikizosubira kubateranya Yezu akunda abakundana kuko abari hagati yabo...Merci Hosy et Gleu❤❤❤❤❤
Néné nivyo ndakunda kumubona mwisoko 😅. Gracia asa na maman wabo cane. Mukuru wanyu wumuhungu twariganye primaire,yaradutwenza sana. Muri aba grave 😍😍😍😍
you are amazing franchement Imana ibakomereze urukundo satani ntazosubire kubateranye muhezagirwe cn 😍😍😍umunezero wambere nikugira aba sister's beshiii🥰🥰🥰🥰
Gloire à Dieu k mwasubiye kuvugana neza NDABAKUNDA CAAANEEEE MWESE🤩🤩🤩Birabishe kubona abantu bavukana batavugana nukuri muba mwatewe pee.
Icyi kiganiro kiraryoshye mugabooo nubwo ntarindi kumva ikirundi neza ariko naryohewe nukul❤❤❤❤
😂😂😂😂😂😂Narindabakumbuy cane hemwe Nene, Dondo, Gracia, Reine, Samantha. ❤❤❤❤❤
Ndaryohewe kubona mukundana mukomeze kurengera ivyobatanya kandi abavyeyi banyu bubahwe nibo babatoje iyo ndero nziza
Kandi bajanishij sha. Biraryosh ariko murab muzoze murabisubiramwo bitarager kure
Ohhhh God 😂😂😂😂😂Ornella ndamuzi
Araryoooooshe can
" Ngo erega hariho abasore baraba iyi emission"
Kathy wanje 😂😂😂Nciye nubuka umugenzi araho nakubujiiiiiije bikarangira umubonye kwar mubi😂😂😂Gusa ndabikunda ukuntu usigay wunv kand ukareka abagenzi bataribo❤❤Gus ndabakunda Famille Banciryanino ndabapfa vrm❤❤❤
Nibaze braba abakobwa bzi ico bari bmwe ba kercy mbe kagezehe izodemu azirusha ighagararo ubwrate gusa kranshisha raba abana byubha btanga ibiganiro atakajagari brimwo mbakunda kanini bantu banje❤
Baritoraniye aribibunene gusa🤗nabikundiye baganira neza😘
This one 🥺🥺🥺😭😭😍😍😍😍niryambere ndijijwe na emission🤩
Woooa mbega ivyiza ❤🇧🇮❤🥰🥰🥰🥰🥰💞💞💞💞💞💯✅🙇♀️🙇♀️🙇♀️🙏🙏🙏
Batoyi ba Franck ndabibuka cibitoke na Ngagara 4 batoto ba honorable
Mukundana nka mama wanyu disiii!!ikiganiro kiryoshe caane
Muraryosh bakobwa ba YEZU, muratesaa. Ndabakundaaa can. Murampimbay Caan uyumusi
Muri iyi émission narize,natwenze ndongera ndiga❤️yariryoshe!
I really really appreciate you girls🥰❤️❤️❤️ Muratessann muzokwamuko🙌🏻😘😘😘
Yoooo abantu baaaanje Kathy wanje weeeee❤❤❤❤❤
Murakoze kuntwenz basha ndamanyutse ahwii
Ndondo ari trop responsable niw nogir imfura and she is so beautiful too
Mbega amajwiii meza blessed family
Yooooooo Les filles Cherie's muri intore nka mama wanyu❤❤❤❤❤❤❤
Abantu turabakeney kandi❤
Waouh biraryoshe abo ba soeurs bise twiz keishure rimwe they are amazing and katty carene was my classmate 😂
Ikikiganiro kirandijije kweli nimwirambire
Doriane ni keza❣️
Urukundo rugume rutsinda🥳 shetani yankanisha abavukana nayo iragatsindwa
Imana ibahezagire cane
This five girls they're so beautiful 🙌🏿 👌🏿 👏🏿 ❤️ 💯 wow 👌🏿 👏🏿 😍 👍🏿 🥰 million time they are so beautiful ❤️ very nice girls ❤️ nakubali wote wakali tu! Burundi 🇧🇮 Bujumbura kuna watoto wakali. Let be seriously Diaspora 🫵🏿👊🏿🇧🇮🇺🇸🇪🇺🇨🇳🇦🇺🇨🇦
Thank youuu🥰🥰🥰🥰
Ikigairo ciza caane,big up
Hosy uzobagarukan vrt 👌
Nkunda abarundikazi sana. be bessed. nkunda ukuntu muvuga
Yooooo mbeg abagenzi banj❤❤❤❤😅😅Muratesa kndi miss U
Mana ndakwinginze umpe umutima ukwigwamwo abandi😢😢😢 mbashe kubana nabantu benshi kandi neza umunsi wabinkoreye nzogushimira abasenzi murihano ndabatuye uyumutwaro mumfashe gusenga
Humura imina izagufasha
Cyakoze mwebwe ndabakunze from Rwanda❤❤❤❤❤
Muraberey bakobwa beza muzogume mukundana
Yoooo ndabakunze disiii ndifuza guhuraaaa namwe ❤️
Merciiiii ketty tuzobonana😉
@@dollygraciaabayo5918avec plaisir ❤️
Ntimuzosubire kwanka mes Filles ndasavye ❤
Waou vyari biryoshe ❤
Ndabakunze caaaane ❣️❣️❣️❣️
Ikiganiro ciza caneeeee❤
Bararyoshe cane😍😍😍😍😍♥️♥️♥️♥️♥️
Dodo she is the best
Bararyoshe vraiment
ninde azi gutamba gusumvya abandi, ba Gihanga
The Siblings love👌🔥😍😍😍
Hama abo bakobwa nibafatane bose babigire nkuko saprayizi abavyeyi babahuze nkuko nyene bizohera
Nukuri muratesa je narinzi kwari blague ko mutavukana, nukuri biraryoshe mukomeze gushima lmana
Turabifurije urugo rwiza kandi bagume bakunda biraboneka k abavyeyi babo babareze neza🇧🇮🇸🇪🫡👍
Yoooo ararize nanj ndarira😢😢😢
Kuberiki maman frank ntamubonamwo vrt ??!!!😂😂
Ikiganiro cari kiryosh can
Ikiganiro ciza muhezagirwe
Abana banje nibakura nzobarungika kuraba iyi girlfriends! Kwankana nooon!!Muruarenzee❤
Ibi vyerekana abavyeyi babo ko arabantu beza bari cool
La présentatrice de l' émission ukora ibiganiro vyiza birimwo inyigisho nziza kandi vy ubwenge.
Wooow @gracia vrma❤
🥰🥰🥰
Les filles muratesa🤗♥️🤗
Abobakobwa numva mbakunze sana
Waoooo vyiza cane
Hosy ikikiganir gihez ntabishak kwer aba ban banyibukij ukunt natandukany nu chr wanjye ngo nuk afatany amamessag ya musazanj kuber twitan chr nanub vyay gatat vyaras kutuvamw ndamwit chr naw akanyit chr
Yoooo mpore mpore… uwo ntiyari rwawe mwiza
@@sirenvibestv wap chr wanjye ntiyar utwanj nukur
Reine ndabinginze uwabona nimero yiwe yoyimpa
mwama mundiza burigihe😭😭😭
You are amazing girls ❤❤❤❤❤❤
Munteye émotion😢😢😢😢
Ndabakuz ❤❤❤🎉🎉
Ikiganiro ciza kabisa ☺️😍aba bakobwa nibibaju kabisa mugabo mwiza cane muri bose nuyu yambaye inkofero nikibaju kabisa ☺️☺️☺️,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Karakunyanyariyeko😂
@@FatemaSafi-p2v😂😂😂😂,,😂😂😂😂😂
@@FatemaSafi-p2v😂😂😂😂,,😂😂😂😂😂
Bararyosheee natwe tuzoza😂😂
Mwe turabarindiriyeeee🤩🤩
Muraryoheye disi
I wish my siblings boba aussi chouu🤣🤣🤣😭😭😭💕💕💕💕
Nanj bifu irimwo😂😂murifamiy yanj
Urumva kobakunda ibitama
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰ndabakunze
ABA bantu vrt baratesa ndariz neza Gusa naje tuvukana Turi trois sœurs gusa vrt nibaza kotumez cokimwe knd muzokwam uko vrt😭😭😭
Ornella arakundana caneee
Igisabisho ciza cane
Bavyina nk mama wabo
Wow😢
Baratesaaannn🥺🥺🥺😭😍😍😍😍
Nisanze narize 😭kuk j mubuzim ndank kubana numunt munz tutavugana umutima urarya nokond nkonda kuber kubura amahoro j narikwisang natekey ivyanj nomotse kwer 🥲
Umuntu atavuga vraiment ntaryoshe kubana
Aba chuuuu😭😭😭❤❤❤
Mupoooooo😂😂😂
Muraryoheye
Muratesaaa❤️❤️🫂ariko abo tudafis aba sisters turafushe😭😭🥵😂😂
Jolie émission
🫂😘😘
Wouh keep up Girl
Iyo Fone nangaho Hossy
Kirabay icamber ndavy. Numv ndyohew
Komerezaho
Nimbusanzwe utaryoherwa kk ngaha hac ibiganiro bitesa
Hac vyinsh Arik iki canyubatse caaaaaaaaaane
Whaouuh
Fun facts uno musi ko kitabaye imashini yasubiye kukirya
😂😂😂😂😂muratesa
Film nyinshiiiii mu mutwe,kardiashans
Merci beaucoup pour ❤