Mr speaker, you're not an authority in that area! What is the whole counsel of God according to you? How many people are you bringing to Christ? How many sick people have been able to heal? How many orphans are you helping? Can you speak to edify and not criticize? Know something, those you are criticizing you will NEVER be able to stop or do greater than they are doing! You are not the Christ, nor are you Apostle Paul!
Merci Apôtre imana irikirazana ubutumwa bwiza bwukuri kubera besh barayovyeeee
Merci bcp infinement Soli Deo Gloria
Iman ihabwe icubahiro
Amen 🙌🙌
Birakwiye kandi biratunganye,shishikara gusemerera,mukomeze caane!
Mercii bcp Soli Deo Gloria 🙏🙏🙌
Soli Deo Gloria 🙌
amen amen
Merci infiniment pr l'émission
🙏
Mercii infiniment pour l'émission
🙏
Ameeeen
Show us results, don't just seat and speak!!!
Enough of speeches, politicians speak better!
People need results, not words!
Ukwo biri kwose jew ndumva watahuye, intaha ushaka jw ndigishinga ntaha ubuzima bwanje bwaratabwe kubwubwo butumwa bwiza numvirije audio yiwe ariko arigisha Umutima wanje urabohoka wiyegukira Imana bidasanzwe kandi nub naho ndabusubiramwo, kubirimburako minsii yose vyama bimbera bishasha izo ngwara uvuga nabonye ingwara zikira kuri jewe no kubanyegereye ariko ico sico gikuru ,igikuru nuko murivyose Imana yodukorera bidusunikira (kuyiha icubahiro ukwo dushoboye ,kuyiyoboka,,no kuyamamaza) ibitangaza biraba demontre nama ndabibona aho Mperereye ibitanganza birengeye gukira Ingwara, ndabibona ku munsi kumunsi ,mon frère ntubabare agakosa baneguye ,bavuze huzuzwe ubutumwa ,mon frère jew ukosoye sinzobabara unkosoye nzoraba ico uneguyeko kuko bimfasha kurusha kuja mu mpari.
Ivyo bitangaza vyob iburundi ??muzobiduhe kur youtub,iiiiicooooo kintuuuu ndakigwaye kukibona kubona umuntu avuga ng ivyo nahora nigisha harimwo ibitarivyo
Mr speaker, you're not an authority in that area! What is the whole counsel of God according to you?
How many people are you bringing to Christ?
How many sick people have been able to heal?
How many orphans are you helping?
Can you speak to edify and not criticize?
Know something, those you are criticizing you will NEVER be able to stop or do greater than they are doing!
You are not the Christ, nor are you Apostle Paul!
Wababaye inyandiko zawe uwuzisomye zirimwo agashavu ariko ni vyiza.
Jean 10:10 ubugingo busagutse yohani avuga sikureka kurwara, cank kubaho neza gusa mwino si ariko usomye inyandiko ziw mubitabo yandits vyose ukurikije uko yandika avuz ubugingo busaguts yaba avuz la vie eternelle hama uciye usoma jean 17:3 kuko la vie eternelle ari kumenya imana imwe rudende yukuri nuwo yatumye yesu christo:nibaza kugusaguko kubwo bugingo vyoba ivyo nahandi henshi.