B FACE: Uwankubise INTAHE MU GAHANGA yarankosoye ndake..!!!...
HTML-код
- Опубликовано: 17 сен 2024
- Wifuza gutezimbere umuziki ndundi canke kubona abaririmvyi babarundi bateyimbere nkabandi bo mumahanga vyerekane mukugira SUBSCRIBE & SHARE hamwe na COMMENT ivyo bizoba bikwiye kugira tubone ko ushigikiye umuziki ndundu.
Visit on
www.bujumburatv.com
Bien dit b face... Big up...lmana lrashoboye.. Kandi lmana lrakomeye... Ndakunzee ninyishu yawe uzame wishira mumaboko y'lmana always, courage
B_face ndagukunda cane ukoresha Aamajambo meza mubiganiro vyose utanga Big up
Mungu,akubariki,,b,fac
B-fece KING warap 👍👍👍👍👍💪💪
B face ndagukunda cne kndi ukuntu ushira Imana imbere ndabigushimira izobiguhere umugisha
Komera bujumbura kutuhamakuru yabasani bu bdi turabunva, from Canada
Ndakwemera
Da guy can rap seriously.love from zanzibar
Kweli B-fec jewe ndaguhaye%100
B-fece urashoboyep 💪💪💪💪💪✌️✌️
B face on the flow kama kawa kama dawa, wishura bien sana big up
ndakwemera umusa...
Bro ikintu nzi neza Kuko Uriribye wakundwa cyane kurusha Rap . Numva indirimbo zawa nkumva washobora kuririmba kubuyo Wageza umuziki wawe kure utazagera Rap , gusa murwego Rap mukarere byo urigufatishya pole pole . Ariko uzajye Ahantu wiherereye ukore Indirimbo yo muri Afro Beat , ubwawe uziyumvira . Big up Bro .
man urappa nabi ndakeeee
big up sana
Uwomuntuyamukubise,intahemugahanga
Ndamutwenze
Uyu muhungu arishura neza kumbe abafs bifu kur wew bariboma urabonak atac ubibonamw ivy bakuvug?Nice
B face komera umwuga w'umuziki ni mwiza
Courage vs vs exprimez bien
Eeeeee,,!!!!uratahura ko imana iriho mfanzi wako kutoka CANADA
James Zuma asha ww tuvyumva kumwe
Man ndakwemera urazi Rap icarico! Ndemeze ko uzi ivyurimwo
Shiramwo fab love muzuze broooo
Jew uyo musore aranyemeza
Bgb bro urazikwishura ibibazo kandi neza courage kabisa
hila mwanang w b face duuuuuh pigashoop hla gabanyikirundi Kirakaze mpaka bikeka Kubavuga chanke Nivyonyen ubawabavuze
apo ni powa niko Australia
Sinogendantashimiye uyomunyamakuru ahagazeneza mukazi
Nakukubal nadahuyenuhungu
Someshaaaa mtuu wng!!
Ww ugira beef gus vyemer arya majambo uvug aba arenz
shuimireta
respegiti to him lol
Mmmh!🤣🤣🤣jamani American
Man ndakwemera kuko urazi Rap icarico kndi ndemeza ivyurimwo
Ico nobasaba mwa bana mwe, muzohore mukina n ikirundi , ikingeleza cane cane ico muri Amerika ntaco muzopfa mumenye.Ino barabatwenga cane.Babita (p....)
None wew washitse America ukivuga canke wa cigiyeyo none muntango waratinye kukivuga kubera bagutwenga aruko vyagenze reka nawe agerageze nawe azokimenya nkuko vyakugendeye
B-face unaweza kaza bro
Nkeshimana Emmanuel petit icongereza nikimw
He can rap yes but he is no English, a sir if you want to speak english , go to school, ican not say go back to school because you have not been there.BFace , respect the foreign language ,especially the american english.I have been during over ten years.You never smoke man.
Hahaha, idiot .lcan not continue talking to you.But you should go ahead to legentil Hospital even if he is dead.Your brain does function.
Pathetic I can't continue to talk to you coz' I'm putting down my level talkin' to ya😏
@@nkeshimanaemmanuel5031 dude your English is lame, you can't even write one correct sentence.. Busy correcting others yet you're there making a fool of yourself ,your ignorance is on rampage