#Burundi
HTML-код
- Опубликовано: 14 окт 2024
- #Burundi #SDA: Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n'umutekano mu nama yamuhuje n'abapasitori b'ishengero ry'aba Adventiste b'umunsi w'indwi mu burundi, SDA Church, yabamenyesheje ko ikibazo iyo cadutse gitorerwa inyishu biciye mu burongozi, agasaba imigwi ishamiranye gukurikiza igitabo c'amategeko agenga ishengero ry'aba Adventiste kw'isi yose na cane cane mu kwegera no gusigurira abatavyumva.
Abayobozi bashira icubahirocaboimbere bigiyekubagorantibabaye intamazimana nzigo ugwanko nivyo bashira imbere
Garuka ku Mana Imana iracabakunda, Ikibishe mwiyita abanyabwenge Mwese
nivyo kabisa mutware wachu.
Wirambire Nyakubahwa,mushikiranganji
Uvuze ukuri urintwari ntushakako abantu bacanamwo imanaikuzigame
Hezagigwa
Wewe nyakubahwa urintwari namanagukurikiranye uvuga ukuri ukonikoiamboryimana rivuga
Nyakubahwa niwubahwe uriko urungaintama zavunitse
Nyakubahwa yabivuze kera abadive ntibaribameze nkabikigihe nimwisubireko
Kuva isi yaremwa ntanahamwe harashingwa Lata nfatakibanza yo muruhande rumwe kiretse mubushikiranganji bwa Gervais Ndirakobuca gusa ariko kandi atari nomuri Leta NVYEYI (nagahomeramunwa) Afrika iracagowe aho umushikiranganji yubahuka akagenda mumanama yomukinywabi akagaruka afata ingingo atategeko narimwe yisunze!!!
None KO mudaharirana abantu mubayoboye mubajana hehe?
Nze nsubire gutang amashikanwa
Aban bashonj ni bensh imfuvy abafakaz abagow nibensh nzoz ndabah 1kg bisubiriy ishikanwa
Mb ivy bigiracumi mubishirah
Abobagabo ntibubatse kurikrito bubatse kumaronko umwewese yikwegerako
Joseph naje mubizera nkabandi....akanovera mwidini ryacu turagashak...abizera twese duhanzamaso lata nsenzi nkozi mvyeyi ikikibazo mugiheraheza banyakubahwa....
Mwibwira ngo Murasenga hama bibananire kunywana, Mbega musenga imana canke Musenga Kiranga? uwudasenga abarushe ukuri kweli? Manza muhe agaciro umwizera
Mnatia aibu sana mungu anawaona
Abo bagabo bashize inda imbere aho rero bizogorana kugira mubahuze kimwe ni vyaguma binanirana iryo shengero n'ukugarwa umwizera wese asengere imuhira iwe
Mbewewe uvuga ngobarifute erega advantitse yabayehokumugambi wimana. Rabivyawe
@@feancoisnsabimana415 reka kumudyagagura mwiteze komuzohava muhakuriki muriko muhuzwa na ndakugarika??😅😅😁😁reka gukora kwiyo bible ndakugarika weee🤔🤔🤔ubanze wihane.abo umaze kwica nibenshi. A bobo ntanico bononye bareke. Ubanze uhanwe wewe.