ZAKAYO BY SALVATION CHOIR SDA NGAGARA (Official video 2023)
HTML-код
- Опубликовано: 30 ноя 2023
- Mbega wewe Yesu yagusanze hehe igihe yakubwira ko arara iwawe? Hoba hari imyiteguro wagize? Mbega hari nakimwe woba warahinduye mu mibereho yawe?
Ijambo ry'Imana riti:" Mwisuzume kuko ari mwebwe mwiyizi".
Yesu mwahuye yagusize Ute yagusize ukowari amen Imana Idushoboze kurabisa amaso inyuma dupfukame twikubite ukuboko mugituza dusabe Imbabazi Imana ibarwirize Impano mutere mujambere ndafashijwe❤❤❤❤
Amen
Je suis ravi de vos chansons❤❤
ndabakunda caane baririmvyi ba Yesu
Que Dieu vous bénisse mes chers frères et sœurs ❤❤
Uwiteka abakomeze impano choral yanje, dukunda kdi dukubira muhira kuntekezerezo zacu courage!!!!
Murakoze cane
I really like this choir,your songs confort me,God blesses you ubondantly
Thx more my dear friend
Soyez bénis
May God increases your talented choir.much love to youu🎉🎉🎉🎉
Komeza mujya mbere uwiteka abakomeze
Ndatangaye! Iki ni iciza kivuye i Galilaya! Sinari nzi ko mu Burundi hoboneka abantu bazi kuririmba neza gurtya. Munkoze ku mutima nka Former Abavugabutumwa
Murakoz cane kudutera intege.
Intwari za kristo yesu abakomeze courage!!!turabakunda canee mwarahezagiw
Murakoz cane
Love from yesu Araje choir SDA mugina
❤Imana ibandanye kubashoboza bantu b'umuremyi
❤️❤️❤️❤️❤️
What a good song❤❤
Nice song
Nice song .Zakayo
❤❤❤❤
I like this choir may God bless you all
Ndabakunda❤
Iman ikomeze kubana namw muhezagigw
Nice song❤
Komereza ngaho, Imana ibaje imbere . Ubutumwa bwiza, Amen
Murakoze kudutera intege
Très intéressant. Imana ibahezagire cane. Muzamuye imitima yacu.
Murakoze cane
Indirimbo ivuga vyinshi kubuzima bwacu. Imanibahumugisha mwigishije benshi
Amen
Nice song.muhezagirwe🙏🙏
Nice songe❤❤🎉🎉🎉
Thanks for the Song - komeza kuja mbere mu gukwiza ubutumwa bwiza bwa Yesu.
Murakoz cane producer
Mu Bwiza turabakunda caane
Nice
❤❤❤
❤❤
❤❤❤❤❤
Nice songe❤🎉🎉
I love you guys May God continue to bless you all abundantly. My friend Melchior never give up. Go ahead ❤
Nice song I love it ❤️❤️❤️❤️
nice song❤❤
Mukomere cane , kandi mubandanye
Ndayikunze ccaane❤❤
❤❤❤❤❤💓❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Murakoze cane
Courage frere et soeurs, kugikorwa ca Data
Imana ikomeze abasavyi bayo
Muhezagirwe
Murampimbaye❤❤
❤❤😊
Ndabakunda cane Imana ibakomeze
I appreciate!
Muganga Ndabonye murazi Kwurira Igiti Na Remy Ndamubonye Indirimbo iranezereye cn Mukomeze Imirimo Ya Data Womwijuru
❤❤
Indirimbo nziz cane kabisa
Really this song touched on my Heart let Almight lead us
Amen
Imbere cane❤
Indirimbo nziza cane kandi yigisha.
Good song ! ❤❤, Be blessed salvation choir
Amen
Congratulation ❤❤
❣️❣️❣️❣️
Murakoze
Song nziza stiven terimbere
Nice😂😂😂
❤❤thank you
Nice song❣️🥰
Murakoze
Good
Vyiza cane
Murakoz
Much love to this choir may God bless you❤
Thank you mjomba
Turabakunda cane
Imana ibahe umugisha
Amen
Umwami Mana akomeze kubarwiriza impano yo kuririrmba
Murampimbaye
Nice song. Be blessed
Thank you
Nice song❤❤❤
Thank you
Amen 👏👏👏👏👏
Amen
Muhezagigwe caane
Indirimbo nziza ihanura
Ego vrt mwararimvye neza
Mukomere kumurimo
Nice song turabakunda
Muhezagirwe
Natwe turishimira uburyo mudukurikirana mukanadutera inkunga
Umwami abongere umugisha
Uhoraho aturabe ryiza aduhe guhinduka
Amen
Fascinating
Thank you so much
Yesabakomeze bavandi
Murakoze cane
😂😂nice song
Indirimbo nziz cane
Murakoz can
Tuyirindirany igishika cinshi
Na berline be nakaraho kigifaransa turakabasavye
Belline niyo izokurikira iyi mundwiza
Umuntu yababona ate? Number zanyu
Mutwandikire kuri Whatsapp +25769286979
Yesu mwahuye yagusize Ute yagusize ukowari amen Imana Idushoboze kurabisa amaso inyuma dupfukame twikubite ukuboko mugituza dusabe Imbabazi Imana ibarwirize Impano mutere mujambere ndafashijwe❤❤❤❤
❤
❤❤
Amen
Nice song
Nice
Thank you so much
Mukomere kumurimo
Amen
❤️❤️❤️
Murakoz
Yesu mwahuye yagusize Ute yagusize ukowari amen Imana Idushoboze kurabisa amaso inyuma dupfukame twikubite ukuboko mugituza dusabe Imbabazi Imana ibarwirize Impano mutere mujambere ndafashijwe❤❤❤❤
Nice song