Ngivyo ibibaye i
HTML-код
- Опубликовано: 19 окт 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Shetani niwewe ubwawe president neva urakenesheje abarundi nuburundi ntamazi ntamatara ntagitoro ntasukari we unafanya nini?murubahuka mukaja nimbere yimana utuntuje abarundi aho bameze nkabasaze kubera wewe mana yacu Kora ikibereye kubana bawe!
ukobirikose ntakuri numvamwo mugihe yakuyekurutonde cnl kandi bidakwiye rero nibzako Imana data bariko babwira nimba ariyo Iravyumva amen
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Please ,muze mugerageza kudashiramwo ama images atinyisha.
Ntakundi noe ub reo Abarundi twese twatewe na Shetani Canke avuz Contaire.Imana utube hafi
Bizoza ryari bizohingurirwa hehe yooooo aradutwengeje tuzoyibonera hehe lmana ko ariyo dusigaranye kwivuga iryanyuma
Iyo yibera Patiri kk mbona azi gusenga
Ivyo nivyo bidukenesheje muga arazi gutamba
Imana niyo cabona Sogokuru yararivumereye
Umunama abogoze NEVA kuko akorera shetani
Imana n lmana niyo izi ibiri mumitima yacu ,yanyu kandi iyomurihose icabibarutse n uburundi.
Imana irakubitana?ba uretse sha
Naho biruko mwijuru hari IMANA
Igihugu mwaragotobye kbsa suko mwagisanze
Ariko rwose nubwo ntasobanukiwe u Burundi Koko Abarundi bariye aruko Perezida Ndayishimiye aruko abayumutegetsi ubundi mwabagaho mutarya Icyubutegetsi bugeza kubaturage nibikorwa remezo numutekano Umuturage nawe agakora ibimuteza Imbere cg yabazaniye Technique zoguhinga Kijyambere nibyarimo kwivuga Imyato ko ubutaka bwezekurusha mbere byabaribyiza
Presidentn wanyu ni umusazi pe
Ese Koko u Burundi bwatangiye kubona umwimbu kubutegetsi bwa NEVA, imvura nibwo yaguye mbere ntiyagwaga,ese Koko ntimwabonaga imfungurwa zihagije,
Niba ariwe wabizanye yaba Ari umuhanuzi Koko da!!
Mwe muduha amakuru turabakengurukira,ariko mbona mwogerageza kutwiyumvirira,mugashirako amakuru uko yagenze Hama tukitoreramwo ici dushimye n'ico tugaye. Ibindi mukarindirira muri comments z'aba fans❤
Daniel turagushimira ugiraneza gusa tutaronsingene abatuvyara muntara zitandukanye bumviriza ivyanyu ntacotwanze kubwuburyo beshi batazi ahigihugu kigeze
Chetani anjerine
Igihugu cu Burundi caratembagaye umutegetsi atandukana numuvuga butumwa biriya nukubahuma amaso
Hahaahaha, ariko Imana rurema n,inyakigongwe pee.
Gutamba amayaya barabishoboy!
Abarundi bariye ibihuriko kuko ntivyunvikana kwitabira ibintu nkibyo ninzara munda idarapo zase nidede nizo batambisha igihe cose?nizo zirimwo ibigigwa mana kugira abanyagihugu babitabe rero gusenga kumurango mwijoro kumufpumu sha imana izobarimbura
Arabatera igipindi akoresheje ijambo ry'Imana bagataha bumva ko ibibazo bafise vyaheze😂😂😂
Ivyobikorane bikorerwa mumisozi hafi yabo kwatamanuka mucibitoke ca rugombo arabe uko abantu barushe hoho ntawoja kurorera
Ko atwosha ngo tubake tuzoryiki abana barwaye bazivuza gute uratwereka Aho tubikura
IMANA IGUHEZAGIRE CANE NYENICUBAHIRO IHEZAGIRE N'UBURUNDI ABANSI BABABARIRE ABANSE GUHINDUKA BAVUMWE UBURUNDI NI EDENI WARAKOZE MANA
Gusa Neva ntamaramara
Wa muririmvyi paci ati:harabasenga bisengera😢
Akabigatwerwankakeza
Nn ntibasenze mwashaka bansenge gt??
Sha ujimbere yabanyagihugu ukavuga nigene utwishiche izara imana ikuvume wewe 😮😮😮😮🎉🎉🎉
Kura amaboko mumpuzu ukore.urindiriye kwaza kugutamika uzinze ibiboko?😅😅😅😅😅
Uno munsi wabuze ayatagirako ivumbi gusa wigumira muri opposition
mbaze ikana iriba ?
Ngo ni sebarundi ni se wabana biwe sha si se wacu kuko twebwe ntatugaburira ama miriyoni yongererezwa yo kurya arayaduhako huuuuuu ngo sebarundi wapi kabisa
P uzampa nabi apuu
😢😢😢😢
Amesengesho basenga basoma.N ayahe?
Ayo masengesho Imana ntushobora kuyishura .
Imbere yo gusenga bari bakwiye kubabarira abo badahuza uhereye kuri Bunyoni n ugusubiza Rwasa Rwasa umugambwe wiwe.
N abandi barundi benshi.
Atari uko nariko barata umwanya .
N abanyuruza abandi bariko bakoresha na shetani.
Uyo nuko nariko bamugambanira ahandiho arashoboye kandi ntaterwa ubwoba nubujambo bwanyu.uyo tuzomwongera
Niwe Arya abise amatoni
Ntabager,aho bipfuza mu gihe bakumiriy,abandi.
Ubwiyorobetsi
iyomihirimbili mwibaza ko baliko balasenga wapi aho baligutanga ibitambo ayo namajambo yokubahumamaso baligushimila amashetani yabo ahubwo mwebwabalundi mushaka impinduka mugihugu nimubikuleko nkibindibihugu nahandi abalundi mubulundi bazotelabandi bantu muzombalila
Turagowe dusigaranye aba pasta
Nihatarii. Manaweeer😅😅😅😅
nimba musenga bwiriyomana ibahe ibitoro niho tuzo menya ko musenga
Nimba mushaka kwabaha kuvyo yirondereye muragapfa.nimukure ibiboko mumpuzu mukore.kuntwaro zaba buyoya kotwabuze abavueyi bacu ntimwigeze muvuga ibibi yakoze ariko ubu muriko muhindura ibibi muvyiza ariko akora munyegeza igitoro ngomwerekane kwigihugu camunaniye,ariko muribesha ubu abakinyegeza bagiye kubona kwigihugu kidatwaga nimbwa.
Muzahave namuntu agukeneye ariko nabyo mbona Koo abarundi badabashaka muri bisuma namashengesho yawe nakinu ya gufasha abarundi ninagukunda muhe mutama agitware
Basaze izomba
Niwivugiresha 😂😂😂😂😢
Muta wavuga gusa nihatari kwl
Vuvuzelaa😂😂😂😂
None iki kiyoka carimwo cavuyehe munyishure
yashaka tubirabe kunguvu kunkoni ngo nibitangaza nahoshwi.nibab baza barandika ibikenew na image zikenewe
Heeheee!!!!
Chetani neva
Vuga ko ufise nigitoro cinshi.eden ntakihabuze
Ikiryohera nikimwe uzoponda niwarambirwa uzoheba
ntamazi ahari ntukabeshe
𝕌𝕨𝕠 𝕞𝕦𝕘𝕒𝕓𝕠 𝕒𝕣𝕒𝕣𝕚𝕟𝕕𝕒 𝕜𝕨𝕖𝕝𝕚
😂😅😅😅😅😅
ntimukabeshe abarundi
😂
😂😂😅😅😅😅
😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂
Fake prayers