Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Abantu dukunda ihurizo ry'amakuba tumenyane 😍😍
Sha uwutayikunda nuwutarayibona
Nibaze baraduha iminsi isohokerako
@@pacifiquembonyimana25790 ni vendredi 8h
Turikumwe
Ego vrt
Abantu dukunda ihurizo ry'Amakuba mumpe twatuboro😁😁🥰💕
Abakunzi ba Inua cinéma gonga likes hapa twende🔥🔥🔥
Twahageze unomusi harasha
Kwer muranyoteje sije nzobona kuwagatanu harageze
Ahubgo nadisabire keza muze.muraturungikira kabiri mundwi nayahandi américain azotwica yokubona ibigiye gukurikira patrike kweri ntacarose avuga ariko turarindiyiye ibikurikira
Natevye basha🔥🔥🔥💞💞💞
Love from aima blue ninde yabonye kwiyi serie ari💥💥💥 ampe like
abantu twemeranya ko Amendée ari 1 mungongeha tumenyane👌👌💓🔥💋
Imana imumpezagirir Amedée nukur🙏
Nanj ndabihamya
Nakandi mbaye uwambere 💪💪🇿🇲🇿🇲🇿🇲 Like ndayikeneye muyishireko
waaaaawooooo courage ndabona ivykeza natewofire bibaye ingoma
Abakunzi biyi movie mundemere like ngahaaaa 👇👇
Naho wahantanz nanj ndaj
Nukur wazindutse
Hhhhhhh Mana weeee ntivyoroshe reka turabe iyo bizohere
Patirike.twaritumukumbuyemurazigukina.nihatari.murarenzemwubamhe
Kayebakaaa Melly 👊
My favorite series 😍❤abari murukundo niyiserie ihurizo ry'amakuba tumenyan 👌👌👌👌
Courage team ya Timothée 💃💃💃💃💃💃rek ndabe ndavuga munyuma nubw nacerewe
Number one11111mumpe like abari murukundo na film ihurizo ryamakuba
Kbx lhurizo ryamakuba l like 💞💞💞💞💞🥰💓💗💖🙏♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Abazindutse nkanje mumpe liké🥰🥰
Nkomez kumirwa keza & na pratique bafashshw nibiki mpol Téo na kigeme😭🤣🤣❤️🔥
Ihurizo ry'amakuba hejuru cane 🤟🤟 ukaba ukunda iyi movie yisangize abandi,mukugira Partage
Yemw umutima uhatsw kumvamwo kbx mbega film ubwenge 👌👌👌💃💃💃💃💐💐💐💐💐❤️❤️❤️
Théo pole sana mon frr nihurizo ryamakuba kweli
Hhhhhh bwira mugenzi wawe mwegeranye uti ibintu birakomeye !!!Eweeee Birahererahe??Reka turore 🤣🤣🔥🔥🔥🔥
Basha nacerew ariko ntihabuz abacerewe nkanje mumpe Like tumenyane hahire rimwe abari murukundo niyi movies ndabakunda caaan ♥️♥️♥️♥️🙌
Nonenjye ntawe mfite
Yaranyanze kubera nacyiriye Yesu nkumwami numucyiza
Arikondaho ndashima lmana sinarinzi igikomere mumutima
Iyifirime imvumburira ubuzimap
Yesu numwami
🥰🥰💯 abazindutse nkanje tumenyane ariko iyi film nyikunda birengeje
Nacerew gato ,ariko mba ndahagezee.mumpe like twimanukire abakunzi ba film ziwacuuu ❤❤❤
Mana sije mbony murayishizeko kabisa😍ndabakund
Shaa vrt murashoboy sinogend ntagize icomvuze ,, ibikorwa vyany biratunezereza Can
Woooouuh renine kora umuti je ndabona agatego uteze ari keza cane kuko ndabona neza ko mukingiye ihahamuka ry,uwomudada
Waaaaoo hagiye gusha vrt gusa muzoyibandanye iratwika vrt kandi courage Imana yagure ingabire zanyu kandi muzogere nahandi ataraha hasumbaha
Birumvikana komba ndayikumbuye niyompamv mba uwambere
yaya ni🥰🥰🥰🥰ibintu birakomeye cane kure cane niyho ndabipfurije kugera .Amede wibuka kuja kuramutsa aba nyakivoga
Yoooooo ukonavyitega sikobibaye Amédée pore sana patiirike nawewe uravyishe🤔🤔🤔🤔🤔 ngo ngwiki yemwe yemwe courage mwubahwe ndabakunda vyukuri felicitations murashoboye 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅✅✍🤝👍🙏
Waouh suite izogaruk amaso yahez munzir 😂😂 courge kbxa👊
Ndaryoheweee mbonye ari vendredi ngonje mugasobanuyee kihurizoo.mwubahwee😍
Wawooo amazing movie 😭😭😭🤦🤦🇸🇦🇧🇮 gusa hariho Abantu mudasinzira kbx 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥂🥂🥂🥂🌎🌎🌎🙏🙏
Keza ndakkwemera duhe nambayawe ukinanezagusape
Shaaaa s ko mfise ic novug gus murintwari mwubahwe mbega alvella weee urintwari mwameng muri gukina filme yubuzima bwanj vyashak gus tu
Abakunzi ba FILM KANKINDI bahageze tumenyane
Ahwiii ewe keza weee🤣🤣n'imyaka iheze utamubona uramuhakanye?abamaratiri b'urukundo burya barabaho urwawe uraruhevye kugira kigeme rurame sha🥰courage basha ndabakuuunda cane❤️❤️❤️❤️
Courage. Mukomere kubikogwa murashoboy💪💪💪💪🙏🙏🙏🙏🙏
Keza love you 💟💟💟💟💟 Ubu hagiy gusha birahererahe kohagiye kwak 🤗🤗🤗🤗🤗🤗💓🤸
Nurusasu rwi film vrt harahiy kumpande zos non nind azohoza uwundi courage vrm kunyigisho nziza turabakunda 🥰 🥰🇧🇮🇸🇦
Musigaye mukina neza cane abarundi ndabemeye ifilime iteguye neza cane uyumuntu abategurira filime IBA arise azitegurira abarundi Bose vyarivyiza❤❤ ndabakunda❤❤
manawe,iramyarutse guhera nimureka basha ntimurwaze umutima ,hazogera vendredi ngezehe,courage bantu banje ndabKunda pe
Patrick grand cineaste respect bro💪big up sana , terimbere film ndundi
Basha muranryohera sn vraiment
Ngondakwingize keza nturware umushits wanje ataraza, hahah urumva rer niyagenda acarwara??? 😂😂😂😂😂
Mbega flm nzizaaa ikinamwo abakinyi babishoboye courage
❤️❤️❤️❤️murashoboye
Tugaruke kwihurizo ry'amakuba ✍️✍️✍️
Turashimye cane God bless you ariko turakumbuy igice 22
My favorite series 🥰🥰🥰ndi mu rukundo na cinema ndundi🥰🥰
😂😂😂😂😂😂😂
@@karicarmel4114 😂😂😂😂
Nguri murukundo rer??
@@karicarmel4114 cane 😂😂😂😂
Nange pe!
Hhhhh harahiy,oyaa kezaa umviriza Théophile wawe 😥😥😥😥, Patrick nawe uravyishe🤣🤣gsa ndab♥️ disii
Patrick,n'a keza kumwebovugako bazi Théo uyomu dada yocagwara Kandi yopfa bisabako babimwumvisha bukebuke😅😅😅😅
Karanyanyaye baramwihakany🤣🤣
1jr nzagushaka unyandikire filme🧡🧡🧡
Mbega film ndundi nziza weee!!! Murabamber pee!! Bakunzi ba film ndundi nkanje mundemer uti lik twiiinsh
Shaaa nivyo ni"IHURIZO RY'AMAKUBA"
Murakoze cane ndabasimiye vyimazeho p murasoboye
Okeeeeeee waaooooo mukina neza cane biranezerje cane👍👍👍👍👍👍
Ebana abantu bari en couple niyi serie twimenyanire mwabantu mwe!!!
Abacerew nkanje mugongeko ngah👊👊rek nicarendavy ndabona 🔥🔥🔥
Barundikazi beza mwubahwep!!icakora ndabakunze❤ kand courage maze
Bakazindutsi mwantanze nukuri🤔🤔🤔🤔 so ndabakunda abakinyi mwese namwebwe abafana ndaba❤️❤️❤️ reka rero nterame nirabire umu🔥🔥🔥🔥 ugira wake
Waaaoooh merci kudutunganiriza twebwe aba fana
Abarindiranye igishika iyindi saison nkanje tumenyane
Vyiza can murakin nez kigem courage can keza nawe vugishukuri urek kubabaza uwund mwan wibuke amakuba mwacanyemw
Uyumunsi mbaye uwambere kwrr congratulations
Kunva aho mwagakwepaniye unomusi murahuye pe 😂😂😂❤️❤️❤️🙇🙇
Abaza nyuma mumpe like tuhatwike
Waoo ko bitesa ndumva ryohew pe
Mukomere bantu banje nikundira big up sana film ndundi hejuru cane💪💪💪💪❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
My favorite ntahoyagiye
🙄🙄🙄
Mbeg ihuruz ry'amakuba !!!!muratunezer courage 👏👏👏
Yoooooooo.muratunyoteza pe.kandi mubikora nez cane.Reka turindir ivya keza n'a Théophile.Courage beza
Asha mutunyarukiriz 22 turabikeney kand mwubahwe caaaannnee ♥️♥️♥️
Ndimurukndo niyi serie vrmt ♥️♥️
Najw kbx
Very good Patrick avyifashemw nez cane
Courage bakinyi beza nibikorwa vyiza cane
Ndabakunda cane,mwubahwe ,ntanubwo mudutevya vya cane!courage
Umwanditsi mwiza Amédé kabisa numuriro mbakunda kubi🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Yooooo 😭😭my favorite movie ♥️ courage basha😥😥
ATI mpereza umwana wanje 😂😂😂ewe keza shaaa genda uranyumije
Jewe ndabe ukwo bigiye kugenda, biragimye,n'akayoberabahinga rwoose!
Mbega ihurizo ryamakuba wee niy film muburundi nd murukundo nayo
Haa courage tofiro ihangane keza wawe arakwihakanye😊
Caurage mwese ndabakund ❤️❤️❤️
Ndabona movie igeze Aho iryoshye muzongereze iminota
Ew Théophile urarush p ivyaw birakwiy kugir iherez bakwis umusazi noneh 😳😳keza urazi kwihangan kwel arik bizoteb bitoronzira 🔥🔥🔥🥰🥰🥰
😂sha murakina akantu kbxa. Courage disi 👌👌
Yoooh erega basha kigeme murawishumutima basiyo mumuvugishukuri
Niryari mushiraho iyindi ngewe nyitangiye vubaha ariko ndushijejo kuryoherwa nabakinnyi bayo nukuri❤❤
Umutima wanje urabakunda bikashobera❤❤
Nar ndayirindrany Igishika😘😘😘💃
Mwahora mukina Ubu hoho nihurizo ryamakuba nyene. Théo pole
Nukuri ndabakunda gusa ndababaye kuba keza amwihakany
Keza we,urahemutse chr
Keuza ndagukunze cn uburyo Ur sérieuse.komera kd Imana Ibane namw
Sha kunu tubakunda ark muratubihiriza pe, dutegereza film tukayibura
Mwebwe murambesha mbona notification harabayiearanye🤣🤣🤣🤣🤣🤣reka nicare ntore agatebe ndabe ibigiye kubera kwa keza😄😄😄😄🇧🇮🇧🇮
Keza urintwar kbx ndagukunda
Mureke iyo mikino yemwe!Keza WE!naho wanse KO kigeme abimenya umutima uzokurya mpaka!rek ivyo
Mamaweee mbeg'agakino👌👌👌
Arik namwe murakwiy kwisubirak mukora kutunyoteza mugaca muduha minutes mike nukur ibimugira sivyo kwer muzopfum mujamuraduh 30minutes basi
Ndabakunda cane♥️♥️ kk muvyitwaramwo neza
Mana keza wanje mbe bizohererah ihurizo ry'amakuba hejuru mwubahwe Patrick ukoze neza ati sikeza waw🤣🥰
Ahwiiiiiii 🎉🎉 aha niho nari nararindiriye🎉kubona keza ahura na theo ahwiiiii reka nicare ndayibandanye
Mbaye mu bambere narikuba uwambere nagumye ndayirondera ndayibura
Abantu dukunda ihurizo ry'amakuba tumenyane 😍😍
Sha uwutayikunda nuwutarayibona
Nibaze baraduha iminsi isohokerako
@@pacifiquembonyimana25790 ni vendredi 8h
Turikumwe
Ego vrt
Abantu dukunda ihurizo ry'Amakuba mumpe twatuboro😁😁🥰💕
Abakunzi ba Inua cinéma gonga likes hapa twende🔥🔥🔥
Twahageze unomusi harasha
Kwer muranyoteje sije nzobona kuwagatanu harageze
Ahubgo nadisabire keza muze.muraturungikira kabiri mundwi nayahandi américain azotwica yokubona ibigiye gukurikira patrike kweri ntacarose avuga ariko turarindiyiye ibikurikira
Natevye basha🔥🔥🔥💞💞💞
Love from aima blue ninde yabonye kwiyi serie ari💥💥💥 ampe like
abantu twemeranya ko Amendée ari 1 mungongeha tumenyane👌👌💓🔥💋
Imana imumpezagirir Amedée nukur🙏
Nanj ndabihamya
Nakandi mbaye uwambere 💪💪🇿🇲🇿🇲🇿🇲 Like ndayikeneye muyishireko
waaaaawooooo courage ndabona ivykeza natewofire bibaye ingoma
Abakunzi biyi movie mundemere like ngahaaaa 👇👇
Naho wahantanz nanj ndaj
Nukur wazindutse
Hhhhhhh Mana weeee ntivyoroshe reka turabe iyo bizohere
Patirike.twaritumukumbuyemurazigukina.nihatari.murarenzemwubamhe
Kayebakaaa Melly 👊
My favorite series 😍❤abari murukundo niyiserie ihurizo ry'amakuba tumenyan 👌👌👌👌
Courage team ya Timothée 💃💃💃💃💃💃rek ndabe ndavuga munyuma nubw nacerewe
Number one11111mumpe like abari murukundo na film ihurizo ryamakuba
Kbx lhurizo ryamakuba l like 💞💞💞💞💞🥰💓💗💖🙏♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Abazindutse nkanje mumpe liké🥰🥰
Nkomez kumirwa keza & na pratique bafashshw nibiki mpol Téo na kigeme😭🤣🤣❤️🔥
Ihurizo ry'amakuba hejuru cane 🤟🤟 ukaba ukunda iyi movie yisangize abandi,mukugira Partage
Yemw umutima uhatsw kumvamwo kbx mbega film ubwenge 👌👌👌💃💃💃💃💐💐💐💐💐❤️❤️❤️
Théo pole sana mon frr nihurizo ryamakuba kweli
Hhhhhh bwira mugenzi wawe mwegeranye uti ibintu birakomeye !!!
Eweeee Birahererahe??
Reka turore 🤣🤣🔥🔥🔥🔥
Basha nacerew ariko ntihabuz abacerewe nkanje mumpe Like tumenyane hahire rimwe abari murukundo niyi movies ndabakunda caaan ♥️♥️♥️♥️🙌
Nonenjye ntawe mfite
Yaranyanze kubera nacyiriye Yesu nkumwami numucyiza
Arikondaho ndashima lmana sinarinzi igikomere mumutima
Iyifirime imvumburira ubuzimap
Yesu numwami
🥰🥰💯 abazindutse nkanje tumenyane ariko iyi film nyikunda birengeje
Nacerew gato ,ariko mba ndahagezee.mumpe like twimanukire abakunzi ba film ziwacuuu ❤❤❤
Mana sije mbony murayishizeko kabisa😍ndabakund
Shaa vrt murashoboy sinogend ntagize icomvuze ,, ibikorwa vyany biratunezereza Can
Woooouuh renine kora umuti je ndabona agatego uteze ari keza cane kuko ndabona neza ko mukingiye ihahamuka ry,uwomudada
Waaaaoo hagiye gusha vrt gusa muzoyibandanye iratwika vrt kandi courage Imana yagure ingabire zanyu kandi muzogere nahandi ataraha hasumbaha
Birumvikana komba ndayikumbuye niyompamv mba uwambere
yaya ni🥰🥰🥰🥰ibintu birakomeye cane kure cane niyho ndabipfurije kugera .Amede wibuka kuja kuramutsa aba nyakivoga
Yoooooo ukonavyitega sikobibaye Amédée pore sana patiirike nawewe uravyishe🤔🤔🤔🤔🤔 ngo ngwiki yemwe yemwe courage mwubahwe ndabakunda vyukuri felicitations murashoboye 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅✅✍🤝👍🙏
Waouh suite izogaruk amaso yahez munzir 😂😂 courge kbxa👊
Ndaryoheweee mbonye ari vendredi ngonje mugasobanuyee kihurizoo.mwubahwee😍
Wawooo amazing movie 😭😭😭🤦🤦🇸🇦🇧🇮 gusa hariho Abantu mudasinzira kbx 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥂🥂🥂🥂🌎🌎🌎🙏🙏
Keza ndakkwemera duhe nambayawe ukinanezagusape
Shaaaa s ko mfise ic novug gus murintwari mwubahwe mbega alvella weee urintwari mwameng muri gukina filme yubuzima bwanj vyashak gus tu
Abakunzi ba FILM KANKINDI bahageze tumenyane
Ahwiii ewe keza weee🤣🤣n'imyaka iheze utamubona uramuhakanye?abamaratiri b'urukundo burya barabaho urwawe uraruhevye kugira kigeme rurame sha🥰courage basha ndabakuuunda cane❤️❤️❤️❤️
Courage. Mukomere kubikogwa murashoboy💪💪💪💪🙏🙏🙏🙏🙏
Keza love you 💟💟💟💟💟 Ubu hagiy gusha birahererahe kohagiye kwak 🤗🤗🤗🤗🤗🤗💓🤸
Nurusasu rwi film vrt harahiy kumpande zos non nind azohoza uwundi courage vrm kunyigisho nziza turabakunda 🥰 🥰🇧🇮🇸🇦
Musigaye mukina neza cane abarundi ndabemeye ifilime iteguye neza cane uyumuntu abategurira filime IBA arise azitegurira abarundi Bose vyarivyiza❤❤ ndabakunda❤❤
manawe,iramyarutse guhera nimureka basha ntimurwaze umutima ,hazogera vendredi ngezehe,courage bantu banje ndabKunda pe
Patrick grand cineaste respect bro💪big up sana , terimbere film ndundi
Basha muranryohera sn vraiment
Ngondakwingize keza nturware umushits wanje ataraza, hahah urumva rer niyagenda acarwara??? 😂😂😂😂😂
Mbega flm nzizaaa ikinamwo abakinyi babishoboye courage
❤️❤️❤️❤️murashoboye
Tugaruke kwihurizo ry'amakuba ✍️✍️✍️
Turashimye cane God bless you ariko turakumbuy igice 22
My favorite series 🥰🥰🥰ndi mu rukundo na cinema ndundi🥰🥰
😂😂😂😂😂😂😂
@@karicarmel4114 😂😂😂😂
Nguri murukundo rer??
@@karicarmel4114 cane 😂😂😂😂
Nange pe!
Hhhhh harahiy,oyaa kezaa umviriza Théophile wawe 😥😥😥😥, Patrick nawe uravyishe🤣🤣gsa ndab♥️ disii
Patrick,n'a keza kumwebovugako bazi Théo uyomu dada yocagwara Kandi yopfa bisabako babimwumvisha bukebuke😅😅😅😅
Karanyanyaye baramwihakany🤣🤣
1jr nzagushaka unyandikire filme🧡🧡🧡
Mbega film ndundi nziza weee!!! Murabamber pee!! Bakunzi ba film ndundi nkanje mundemer uti lik twiiinsh
Shaaa nivyo ni"IHURIZO RY'AMAKUBA"
Murakoze cane ndabasimiye vyimazeho p murasoboye
Okeeeeeee waaooooo mukina neza cane biranezerje cane👍👍👍👍👍👍
Ebana abantu bari en couple niyi serie twimenyanire mwabantu mwe!!!
Abacerew nkanje mugongeko ngah👊👊rek nicarendavy ndabona 🔥🔥🔥
Barundikazi beza mwubahwep!!icakora ndabakunze❤ kand courage maze
Bakazindutsi mwantanze nukuri🤔🤔🤔🤔 so ndabakunda abakinyi mwese namwebwe abafana ndaba❤️❤️❤️ reka rero nterame nirabire umu🔥🔥🔥🔥 ugira wake
Waaaoooh merci kudutunganiriza twebwe aba fana
Abarindiranye igishika iyindi saison nkanje tumenyane
Vyiza can murakin nez kigem courage can keza nawe vugishukuri urek kubabaza uwund mwan wibuke amakuba mwacanyemw
Uyumunsi mbaye uwambere kwrr congratulations
Kunva aho mwagakwepaniye unomusi murahuye pe 😂😂😂❤️❤️❤️🙇🙇
Abaza nyuma mumpe like tuhatwike
Waoo ko bitesa ndumva ryohew pe
Mukomere bantu banje nikundira big up sana film ndundi hejuru cane💪💪💪💪❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
My favorite ntahoyagiye
🙄🙄🙄
Mbeg ihuruz ry'amakuba !!!!muratunezer courage 👏👏👏
Yoooooooo.muratunyoteza pe.kandi mubikora nez cane.
Reka turindir ivya keza n'a Théophile.
Courage beza
Asha mutunyarukiriz 22 turabikeney kand mwubahwe caaaannnee ♥️♥️♥️
Ndimurukndo niyi serie vrmt ♥️♥️
Najw kbx
Very good Patrick avyifashemw nez cane
Courage bakinyi beza nibikorwa vyiza cane
Ndabakunda cane,mwubahwe ,ntanubwo mudutevya vya cane!courage
Umwanditsi mwiza Amédé kabisa numuriro mbakunda kubi🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Yooooo 😭😭my favorite movie ♥️ courage basha😥😥
ATI mpereza umwana wanje 😂😂😂ewe keza shaaa genda uranyumije
Jewe ndabe ukwo bigiye kugenda, biragimye,n'akayoberabahinga rwoose!
Mbega ihurizo ryamakuba wee niy film muburundi nd murukundo nayo
Haa courage tofiro ihangane keza wawe arakwihakanye😊
Caurage mwese ndabakund ❤️❤️❤️
Ndabona movie igeze Aho iryoshye muzongereze iminota
Ew Théophile urarush p ivyaw birakwiy kugir iherez bakwis umusazi noneh 😳😳keza urazi kwihangan kwel arik bizoteb bitoronzira 🔥🔥🔥🥰🥰🥰
😂sha murakina akantu kbxa. Courage disi 👌👌
Yoooh erega basha kigeme murawishumutima basiyo mumuvugishukuri
Niryari mushiraho iyindi ngewe nyitangiye vubaha ariko ndushijejo kuryoherwa nabakinnyi bayo nukuri
❤❤