Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Courage courage mon frère 😊❤uburundi reka buryohe 😊😊😊
Burundians yourh stand up for our nation
Kabinsa❤bijya biva mubigambo icyomushyatse gukora mushyira mubikorwa❤
Mukomeze uko Iman ibajimbere
Yesu abashoboze
komera komera brother Kora ibikorwa Imana imbere,
Bamwe mwahora mwigira surivu,araje abereke kwashoboye atajugumizwa nubujambo bwanyu bwapfuye nabi nkabamwe ba pacifique nabene wanyu mwese.ikizomugwanya Imana izacoherereza mukinogo.tuzomurwanira mpaka Ubu sinkabimwe vyaryari mwigira.🇧🇮💪💪💪❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@@Kana-uu8jv Barya nababono
🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏👏 mngu akupe maisha marefu
Hallelujah 🙏🙏🙏
Fablice for King of Burundi 😊❤🎩
Aussitôt dit aussitôt fait 🎯🇧🇮♥️✍️que Dieu te protège mon frère Fabrice turinyuma yaw nkabarundi rek twiyubakire uburundi together we can 🤝✊
Yes together turashoboye😊❤
Keep it up Fablice, TURI KUMWE TWESE BIRASHOBOKA 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Big up my lovely country ❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Terimberekandi mukomere cane mwana wuburundi Imana ibarinde,Ibashoboze.
Waoooooo🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉fabricee😊
Woow this is exciting news to hear
We turakwemera mwana,niwirambire.
Amarira yumunezero. Fabilis wacu❤❤❤❤❤ akira
Nukumusengera Imana imurinde.abansi barakaaka😢😢
Imana igushoboze uri ingabire yaduhaye😊
Big UP sana . komerezaho mwiza ❤
Wahoooooooooo, nukuri ntawutashimira ngo ashime ubumwe no gushyirahamwe kw,abarundi!!! Aho,kurwanya Fablice umwe wese yumva afite icyo yaterera nawe nakitwereke!!!! Good Job my IDOL brother
🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳💝💝💝💝💓💓 bro ndagukunda ata buryarya
Woow!
Turi kumwe 💪❤️🇧🇮
Vive Burundi🎉
Wewe ntupingwa ibikogwa biruta amajambo🎉🎉🎉🎉
Urakoze cane Fabrice
Egoo vrment Ubu turatanguye kuvyizera
Amen❤❤❤❤
Together we can
Visit Burundi 🎉🎉🎉❤❤❤❤ manilakiza fablice ❤❤❤
Faith Over Fear.
Niwe nyishu yuburundi kbx
❤ very good
Mukomereze aho.
Komeeza ibikorwa urumurundi wumutima kabisa ntakintu kizokunanira courage!
Komera🎉,vyose birashoboka turihamwe
Uyumu mutipe ndamushima kwl arakunda igihug ubona naband bomera nkuyu❤
Nkunda ukuntu, pour toi aussitôt dit aussitôt fait
Bamw bavuga ngo ntibizoshoboka bari kurira😂😂😂😂😂
Barinyako zambwa
@@JackieloveKingbuja😂😂😂😂 ariko nawe
Biraryoshe.caneeee
IMANA IKOMEZE kukurinda kuko uriko urabika ishema igihugu cya twibarutse
Wa murundi ntagufyina
Komera wa Fabrice nimwe uBurundi bwari bukeneye muteze imbere igihugu
Mbegivyiza weee
Fabrice hejuru
Wewe uzobishobora kweri
Aho ntihabuze umuntu ariko ararumatwa kumutima😂😂
Ni vyiza cane. Aho nca mbona bwa Butare bugiye kutugirira akamaro twese.Ewe Yezu warakoze
Twemeze twebwe baaa Thomas.
Bsr. Umuntu ashobora kugura imitahe ingahe. Banque ni yihe. Mubitumenyeshe tubikore kabsa.
Ibikorwa bijane n,ingiro benewa
Rek mumya 10 bujumbura nzarebicyo yahi na dutseko
Ntibibe ivyamagambo nkaya stade itaruzura
Mwirambir Bavyey imana ibahe kuramb
N'ukuri umusabiye neza. Kandi tuvyizeye IMANA izobimuha. Inamushoboze gukora imigambi myinshi.
Nukur vyoryoh dufise isoko mpuza makungu nziza
IMana ni shimwe
Mwibuke parking ikwiye murakoze
'Umukama aguhe kuramba kandi agukomeze guko utanze akarorero mu gushira imbere Ineza ya bose
🤯🤯🤯🤯🤯
Wew uzotwara nigihugu kwishaka ufise no gukunda igihugu,,dukeneye mwebwe mushira mungiro ivyo muvuga,,wirambire Murundi wiwacu tukuri inyuma
Ego cane nanje ndavyemeza ko uku ariko abakuru b'ibihugu bavuka mubantu. Nanje naramwiyumviriye uko.
Aho nisawa mutama
Ico nosaba n'uko mwoshiramwo parking 2 sous sol.
Umengo yavuze ikintu ca Parking. Gusa ntama ma details yaco yavuze. Ico ciyumviro uterererye nico.
2027 witoze turagushigiye kuko nabaraho mbona aramajambo gusa 😢❤
Rekera hiyo ntumukwejyere
Reka gukwegera umwana wacu. Tureke akore ico Imana yamuhereye ingabirano.
@@jennymb9022 mamayangu🤣🤣🇧🇮
😂❤
❤😂😂🎉
Mana dufashe
2:48
Abarundi barahahamutse ntibakigira nubwenge bwokubaza ibibazo harihuwugi kekeranya
Reka mbendagura action 10 ndazibikeko
N'ukuri courage. Nanje nuko.
Uko mubivuga nimwabikora bizoba bihimbaye
Igihari rero umurundi wese akunduburundi dutange aryamahera duse nkayo duterereye tudashira imbere inyungu twiyubakire isoko yacu namakungu abone kuburundi dushoboye
Shishikara Ibikorwa Muhungu wacu,Hama ba Sanibalati naba Tobiya bashishikare kubweja😅😀😀
😂babwejagure abandi bariko barubaka
Ubona gute n'izi mvugo tuzihevye hama tugwize ibikorwa cane? Kuko zirashobora gutuma uwudashima ibikorwa vyiza aronka aho agukura.
Muduhe number ya fablice
Igihugu.cicwa.nabaco kigakizwa.nabaco.fabrisi.urintwari
Courage courage mon frère 😊❤uburundi reka buryohe 😊😊😊
Burundians yourh stand up for our nation
Kabinsa❤bijya biva mubigambo icyomushyatse gukora mushyira mubikorwa❤
Mukomeze uko Iman ibajimbere
Yesu abashoboze
komera komera brother Kora ibikorwa Imana imbere,
Bamwe mwahora mwigira surivu,araje abereke kwashoboye atajugumizwa nubujambo bwanyu bwapfuye nabi nkabamwe ba pacifique nabene wanyu mwese.ikizomugwanya Imana izacoherereza mukinogo.tuzomurwanira mpaka Ubu sinkabimwe vyaryari mwigira.🇧🇮💪💪💪❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@@Kana-uu8jv Barya nababono
🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏👏 mngu akupe maisha marefu
Hallelujah 🙏🙏🙏
Fablice for King of Burundi 😊❤
🎩
Aussitôt dit aussitôt fait 🎯🇧🇮♥️✍️que Dieu te protège mon frère Fabrice turinyuma yaw nkabarundi rek twiyubakire uburundi together we can 🤝✊
Yes together turashoboye😊❤
Keep it up Fablice, TURI KUMWE TWESE BIRASHOBOKA 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Big up my lovely country ❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Terimberekandi mukomere cane mwana wuburundi Imana ibarinde,Ibashoboze.
Waoooooo🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉fabricee😊
Woow this is exciting news to hear
We turakwemera mwana,niwirambire.
Amarira yumunezero. Fabilis wacu❤❤❤❤❤ akira
Nukumusengera Imana imurinde.abansi barakaaka😢😢
Imana igushoboze uri ingabire yaduhaye😊
Big UP sana . komerezaho mwiza ❤
Wahoooooooooo, nukuri ntawutashimira ngo ashime ubumwe no gushyirahamwe kw,abarundi!!! Aho,kurwanya Fablice umwe wese yumva afite icyo yaterera nawe nakitwereke!!!! Good Job my IDOL brother
🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳💝💝💝💝💓💓 bro ndagukunda ata buryarya
Woow!
Turi kumwe 💪❤️🇧🇮
Vive Burundi🎉
Wewe ntupingwa ibikogwa biruta amajambo🎉🎉🎉🎉
Urakoze cane Fabrice
Egoo vrment Ubu turatanguye kuvyizera
Amen❤❤❤❤
Together we can
Visit Burundi 🎉🎉🎉❤❤❤❤ manilakiza fablice ❤❤❤
Faith Over Fear.
Niwe nyishu yuburundi kbx
❤ very good
Mukomereze aho.
Komeeza ibikorwa urumurundi wumutima kabisa ntakintu kizokunanira courage!
Komera🎉,vyose birashoboka turihamwe
Uyumu mutipe ndamushima kwl arakunda igihug ubona naband bomera nkuyu❤
Nkunda ukuntu, pour toi aussitôt dit aussitôt fait
Bamw bavuga ngo ntibizoshoboka bari kurira😂😂😂😂😂
Barinyako zambwa
@@JackieloveKingbuja😂😂😂😂 ariko nawe
Biraryoshe.caneeee
IMANA IKOMEZE kukurinda kuko uriko urabika ishema igihugu cya twibarutse
Wa murundi ntagufyina
Komera wa Fabrice nimwe uBurundi bwari bukeneye muteze imbere igihugu
Mbegivyiza weee
Fabrice hejuru
Wewe uzobishobora kweri
Aho ntihabuze umuntu ariko ararumatwa kumutima😂😂
Ni vyiza cane. Aho nca mbona bwa Butare bugiye kutugirira akamaro twese.
Ewe Yezu warakoze
Twemeze twebwe baaa Thomas.
Bsr. Umuntu ashobora kugura imitahe ingahe. Banque ni yihe. Mubitumenyeshe tubikore kabsa.
Ibikorwa bijane n,ingiro benewa
Rek mumya 10 bujumbura nzarebicyo yahi na dutseko
Ntibibe ivyamagambo nkaya stade itaruzura
Mwirambir
Bavyey imana ibahe kuramb
N'ukuri umusabiye neza. Kandi tuvyizeye IMANA izobimuha. Inamushoboze gukora imigambi myinshi.
Nukur vyoryoh dufise isoko mpuza makungu nziza
IMana ni shimwe
Mwibuke parking ikwiye murakoze
'Umukama aguhe kuramba kandi agukomeze guko utanze akarorero mu gushira imbere Ineza ya bose
🤯🤯🤯🤯🤯
Wew uzotwara nigihugu kwishaka ufise no gukunda igihugu,,dukeneye mwebwe mushira mungiro ivyo muvuga,,wirambire Murundi wiwacu tukuri inyuma
Ego cane nanje ndavyemeza ko uku ariko abakuru b'ibihugu bavuka mubantu.
Nanje naramwiyumviriye uko.
Aho nisawa mutama
Ico nosaba n'uko mwoshiramwo parking 2 sous sol.
Umengo yavuze ikintu ca Parking. Gusa ntama ma details yaco yavuze. Ico ciyumviro uterererye nico.
2027 witoze turagushigiye kuko nabaraho mbona aramajambo gusa 😢❤
Rekera hiyo ntumukwejyere
Reka gukwegera umwana wacu. Tureke akore ico Imana yamuhereye ingabirano.
@@jennymb9022 mamayangu🤣🤣🇧🇮
😂❤
❤😂😂🎉
Mana dufashe
2:48
Abarundi barahahamutse ntibakigira nubwenge bwokubaza ibibazo harihuwugi kekeranya
Reka mbendagura action 10 ndazibikeko
N'ukuri courage. Nanje nuko.
Uko mubivuga nimwabikora bizoba bihimbaye
Igihari rero umurundi wese akunduburundi dutange aryamahera duse nkayo duterereye tudashira imbere inyungu twiyubakire isoko yacu namakungu abone kuburundi dushoboye
Shishikara Ibikorwa Muhungu wacu,
Hama ba Sanibalati naba Tobiya bashishikare kubweja😅😀😀