💪🏽 Audry yakaniye "kurya umwana", Alvin aramushigikiye, Monna aragerageje guhanura

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 окт 2024
  • Weho nawe uri muri iyo nzu wovuga iki ?
    💃🏽 Twagiye n'igice ca gatatu c'urukurikirane rw’agakino "Abaniga babiri n’ibebi”.
    #Burundi #Ndafisijambo #interineti

Комментарии • 70

  • @ngaboyan2232
    @ngaboyan2232 2 года назад +2

    Mubantu bandyohera, Mona Walda, je l adore. Umukobwa wumusirimu, mwiza azubwenge. Tellememt elle est belle!

  • @yseultirakoze3808
    @yseultirakoze3808 Год назад +1

    Yabashobora gukina muri yooh film

  • @raissaraiyannaas3249
    @raissaraiyannaas3249 2 года назад +3

    Survupre ndabakunda cyane 💖💖🤙

  • @kanyangemarie-goreth2546
    @kanyangemarie-goreth2546 2 года назад +3

    vous formez une bonne équipe! ndabafana bcp

  • @amedeeg3910
    @amedeeg3910 2 года назад +3

    From Muscat Oman turabakurikirana % mona urashoboye courage kuri mwese

  • @eliez-bclassic5590
    @eliez-bclassic5590 2 года назад +1

    Ok👌👌💪🇧🇮

  • @jammysrocksteady55
    @jammysrocksteady55 2 года назад

    Wow nice story big up Alvin with Mona w

  • @measme4721
    @measme4721 2 года назад +1

    courage💪🏾

  • @raphaelbuzima2221
    @raphaelbuzima2221 2 года назад +1

    From+254 uyo mutip Ari muribamw bakor 30second ab arangij🧏🧏🧏🧏🧏

  • @lydiawamaana8527
    @lydiawamaana8527 2 года назад +3

    Iyi nzu ikeneye kizimyamoto😀ntaworoshe arimwo

  • @boe181
    @boe181 2 года назад +1

    Monna Mana yanje ndabura 😅😅😅🔥🔥🔥Audry aranryohera sana

  • @rushimirwabonke9301
    @rushimirwabonke9301 2 года назад

    Courage Audry

  • @egidendayishimiye5711
    @egidendayishimiye5711 2 года назад +1

    Bonne idée

  • @yseultirakoze3808
    @yseultirakoze3808 Год назад

    N'a Monna walda ndamukunda sana

  • @comte_dracula_1er606
    @comte_dracula_1er606 2 года назад +4

    Audry yahenzwe nababa marabout béninois😂😂....mon frère faut les bloquE

    • @anniaarr
      @anniaarr 2 года назад

      Nukurii!!!😭😭

  • @kingofjungle510
    @kingofjungle510 2 года назад

    😀😀😃😃 izo sofa na table very funny

  • @christairakoze6350
    @christairakoze6350 2 года назад

    Mwebw murek guharir Mon rek arwumwam 😂😂😂💓💓💓💖💖💖💖

  • @kubwimanabelyse7644
    @kubwimanabelyse7644 2 года назад

    Vyiza

  • @gozailgazilgogo3476
    @gozailgazilgogo3476 2 года назад

    Ndabakunda cn

  • @tresorishimwe2815
    @tresorishimwe2815 2 года назад +1

    😂😂😂😂😂😂 I love it this show ngo reba imuzu za Alvin hamwe😂😂😂

  • @kanekiki8852
    @kanekiki8852 2 года назад +2

    Eweeee Audry sh😂😂😂😂ibinyenzi mu mishatsi😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @enrickkenzo9961
    @enrickkenzo9961 2 года назад +1

    Mo'w kanziiii💥💥💥💥

  • @PinkMass37
    @PinkMass37 2 года назад +1

    J'adore le générique. Trop top.

  • @Steph_Marley
    @Steph_Marley 2 года назад +3

    Atii uragirantee😅rk ntiwikwegeree akarambarayee😂

  • @gatekabel-benit827
    @gatekabel-benit827 2 года назад +3

    Audry 🤣🤣🤣🤣🤣ngo yabuze carte memoire ayitora mumishatsi!!!

  • @MPXander1
    @MPXander1 2 года назад

    Irambire

  • @francineirakoze7590
    @francineirakoze7590 2 года назад +1

    Haaaa lol nawapenda sana ...

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 2 года назад +1

    Murayaga bikaryohera icakoze Audry ntagira ahahagaze😂😂

  • @btv254show1
    @btv254show1 2 года назад +1

    🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @nduwimanamarieclause9171
    @nduwimanamarieclause9171 2 года назад

    le show vr iri interressant en sachant aussi le grand travail ya yaga iri derriere c est sans doute aga show gashobora kuba agahindura ibintu que ca soit muri media ,tele ou shows,mai aussi mubuzima yatwe baturaba pourquoi pas, j admire le cast yabaye retenu,mona walda nama navuze asigaje kandika igitabu wallah arafise ce sang d artist,aussi alvin wamu decouvye muyindi angle yubu artist aratesa vrt,audry nawe iyihee il etait bon muri generique ubiravye wohava wibaza ko adury azohava aba that minority of people soit gay,intello,pour moi abaye vyose muri show avec un bon script yobikina neza,mona aaguma arakantu gaciyubwenge kari muri monde yabahungu kazivyose kurivyose intelligente ariko gafise ubuzima hanze atanuwundi azi a cacha,alvin nawe a repesente le grand irrensponsable ,voyous,mais kelk part azi kurondera ubuzima wumu boss ,legalement ou illegelement ,hama chute ya show iri faible si j m permet bihera bidaheze, mona agiye h affaire yuurya umwana ihereye h,alvin yazanye iyindi suijet ntyaheze muduhe chute ou une fin iri grave , par exemple tukabona 3 hours after audry ari muri urgence ndazi ibintu nkivy

  • @djmemai-champ170
    @djmemai-champ170 2 года назад +2

    😂😂 #Walda_Audry_Smith
    Big up xana bivuge vyose

  • @User12358__
    @User12358__ 2 года назад

    Kabisa kumota neza, ugasa neza, ukambara agahuzu kameshe neza, akarato gahanaguye neza, UGAKATA INZARA ZIGASA NEZA - apana zirabura

  • @liessedusenge5366
    @liessedusenge5366 2 года назад +1

    Ibikereeeee, imbaaaa 😂😂😂😂😂

  • @BANZUBAZE
    @BANZUBAZE 2 года назад

    Ako kantu uba wongeyemo ngo yabuze memorie card ayitora mu bishatsi vyiwe niko kabi.

  • @Marry-r7w
    @Marry-r7w 2 года назад +1

    😂 😂 😂 Mukhamaaaa 😃 😃

  • @AMI-ip1lx
    @AMI-ip1lx 2 года назад

    😂😂😂😂😂Ndabakunda Pe

  • @AMI-ip1lx
    @AMI-ip1lx 2 года назад

    😍😍😍😍😍😍❤❤❤❤❤😍😍😍😍😍

  • @gerdairutingabo9954
    @gerdairutingabo9954 2 года назад +1

    👌👌👌👌👌👌👌👌👌

  • @merlynekuri6824
    @merlynekuri6824 2 года назад

    Audryyyyyyy ashaka kwi organiza 🤣🤣🤣🤣

  • @claireclara8458
    @claireclara8458 2 года назад +2

    Sigukina gusa murigish kbs turabemera

  • @xanderbabu9799
    @xanderbabu9799 2 года назад +2

    ndabemera fyonda hano mukurikirane iyi ndirimbo
    ruclips.net/video/qlZKgiRlS6s/видео.html

  • @rickitangiteka458
    @rickitangiteka458 2 года назад

    Fiiire🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @amolam97
    @amolam97 2 года назад

    Nguno musi uramu yoooh😂😂😂😂😂😂😂

  • @divinefamilytv
    @divinefamilytv 2 года назад +1

    ruclips.net/video/cZBK1VdV164/видео.html
    *He said about Banyarwanda in Uganda okusosora tekitwala Egwanga mumaso CPC said!!!!!*

  • @estellatuyisenge2020
    @estellatuyisenge2020 2 года назад +1

    Uramu tatalalento nyen😂🤣

  • @kumurundi3743
    @kumurundi3743 2 года назад +3

    Hhhh

  • @didierkin6782
    @didierkin6782 2 года назад +1

    😂😂😁😂 vous allez me tuer

  • @vianneyntiharirizwa8162
    @vianneyntiharirizwa8162 2 года назад

    🇿🇦5/5

  • @ramadhanmoss2771
    @ramadhanmoss2771 2 года назад +2

    Hhhhhh

  • @ik_shakur3276
    @ik_shakur3276 2 года назад +1

    😂 😂 😂 🤣🤣🤣 🔥 🔥 🔥

  • @fatmahaf4951
    @fatmahaf4951 2 года назад +2

    Huuuuuuu

  • @KingViga0
    @KingViga0 2 года назад

    😂😂😂

  • @msssgrgees329
    @msssgrgees329 2 года назад +2

    🤣🤣

  • @drakeek5993
    @drakeek5993 2 года назад

    @@@@

  • @alinemajambere2416
    @alinemajambere2416 2 года назад

    🤣🤣🤣

  • @Chacha-wp3ug
    @Chacha-wp3ug 2 года назад

    Hhhhhhhhhhhhh🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇧🇮🙏

  • @patrickmuvunyi4610
    @patrickmuvunyi4610 2 года назад

    🤣🤣🤣🤣👌💯%

  • @tinahlabelle250
    @tinahlabelle250 2 года назад

    Hhhhhhhhhh

  • @ericndikumana1504
    @ericndikumana1504 2 года назад

    Hhhhhhhh

  • @jovioncuti3275
    @jovioncuti3275 2 года назад +1

    iki gikino ndagikunda gipfa gusohoka mba nakiravye, ariko hambavu yivyo kirafise utunenge hamwe twokosorwa cotwara ubushimwe bwinshi, kubwanje nibaza ko abakinyi bakwiye kwiga guhanahana ijambo umwanya bakirinda ubusimbira hamwe surtout kuri audy aho mubikino vyose uko ari bitatu amera nkuwushaka gutwara ijambo abandi akabima umwanya cane akaduza ijwi, ikindi naco umukinyi si ngombwa asubiremwo ivyo aba yavuze mugihe yibajije ko ivyo yavuze bitunvikanye canke abo bakinanye batavunvise, ico noherezako naco ni kugabanya brutalité ibintu vyose ntibihagaze mukwerekana inguvu nahone nfatiye kuri audri murakoze

    • @Ntwri
      @Ntwri 2 года назад +1

      Egokoo hewe namba ari ibindi ariko iyo agressivité ya Audry iri he koko?!

    • @jovioncuti3275
      @jovioncuti3275 2 года назад

      dans le gestuel

  • @MPXander1
    @MPXander1 2 года назад

    Irambire

  • @fofoirishura8027
    @fofoirishura8027 2 года назад +1

    😂😂😂😂

  • @nsazabahizirehema7897
    @nsazabahizirehema7897 2 года назад

    😂😂😂