IMANA YARI YARABIMBWIYE/IKIGANIRO N'UMURIRIMVYI FAFA PRAISE

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 окт 2024
  • Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
    #intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

Комментарии • 2

  • @JeanClaudeNizigiyimana-l2g
    @JeanClaudeNizigiyimana-l2g 2 месяца назад

    Vyiza banza uhinduke mumico n'imigenzo.Kuko gukizwa sukwo mumajambo ,Gukizwa neza n'uguhinduka.Wewe mwigeme yahindutse kuri bimwe ushobora kuba wiyiziko ariko abakubona tubona ugifise inyifato y'abapagani.Ijambo ry'Imana rivuga ngo mbega ntimuzi y'uko imibiri yanyu ari inzu ya Mpwemu Yera ?none iyo mishatsi izo mpuzu,utwo tuntu twose nitwo tuba ku nzu ya Mpwemu Yera ????Tuzobamenyera kuvyo Mwama