Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Iyindirimbo inyibutsa kera nkirimuto. Nice song egome shimagizwa burundi kandi uterwe nagateka kabarundi nabarundikazi.
Iyo ndirimbo inyibutsa akakera kabisa. on the second keyboard is uncle Kid( KIDODOYE Emmanuel).Respect. Bihuriranye n'umusi mukuru w'ubumwe bw'Abarundi le 5/2/2020 aho nayiraba.who's watching in february 2020?
Mû matora 22/mai
Nta wuzoza acuraranga nkamwe!!!
Amahanga araryana, 'ciye nkumbura iwacu i Burundi 🇧🇮
Ukurwanya ubunebwe insaku n'ibihuha. Natanguye kurwumva 1992 n'ubu simpengeshanya kurwumva. Abasangiye isemo basangira n'umusa
Barundi dutewe iteka burundi bwacu
Uburundi ndagukunda
👌❤🙏
Uyu mu artiste yitwa gt ga basha!?
Yitwa Guillaume uwo murwi bawita imboneza
Ndiko daba aka karirimbo le 24.12.2019.
Zilipendwa 🙏🙏🙏🙏
Murakoze can c souvenir
wow
lol, waouuu
Le BURUNDI est le PAYS des dieux et Amen!
Akanovera
Naza cane
Memory
Iyindirimbo inyibutsa kera nkirimuto. Nice song egome shimagizwa burundi kandi uterwe nagateka kabarundi nabarundikazi.
Iyo ndirimbo inyibutsa akakera kabisa. on the second keyboard is uncle Kid( KIDODOYE Emmanuel).
Respect. Bihuriranye n'umusi mukuru w'ubumwe bw'Abarundi le 5/2/2020 aho nayiraba.
who's watching in february 2020?