Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Inyigisho nshasha (INYIGISHO YO GUTUNGA [PROSPERITE] YATAHUWE NABI by Chris NDIKUMANA). Mushobora kuyiraba muciye aha: ruclips.net/video/broN5QYIDnQ/видео.html
Intahe ya mbere iranyubatseee,nanje ndarindiranye igishika ukubohoka k'umwana wanje mw'Izina rya Yesu Christo Amen
Nanjye ndimushya gusa nakunze ibiganiro byanyu imana ibahe umugisha nanjye mbere na mbere nsabye imana imbabazi Kandi nanjye ndayisaba izankize uburwayi bwanjye murakoze.
Tegeka Mana,,tunganya umutima wanje utere uko wahora utera mw'izina rya Yesu Amen 👏
Amina cane Izi ntahe vyukuri zifashe umuntu wese azumviriza ameze nk uko abazitanze bari bameze . ariko yizeye . Kuko zirimwo ubushobozi bw Imana bubohora .
AMEN AMEN AMEN IMANA yo mwijuru ihabwe icubahiro kumirimo yayo yama idukorera
Ndiho nabihererwe icubahiro kuriyi ntahe ya mbere yabohoye uyu muntu'nanje ndizeye KO umwana wanje agiye kubohoka kunywa urumogi amen🙏
Amen nanj Imana impe intahe yivyo nayisavye!Haleluya
Ndiho wewe wabohoye umugabo yaraboshwe nakaboregwe kuburyo umuryango wose wari muruhagarara ishimwe nicubahiro bibe ivyawe kuntahe zose twumvise nanje ndizeye KO isaha yanje yo kubohoka numuryango wanje izogera ngashinga intahe mwizina rya YESU Christo umwami wacu 🙏🙏🙏
Imana ihumugisha umunt wese aduha intahhee
Yesunashimwe turashimiye..abaduhintahecankubuhamya
Amen hallelujah hallelujah 🙏🙌
Amen Amen Amen Amen
Amen Amen Amen 🙏🇬🇦
Amen 🙏
Imana Ishimwe cyane ❤❤
Amen
Amennnn❤❤❤❤
Arikomana warakoze uhabwicyubahiromana
Ubushake bwawe Mana 🥰
Ameeeen❤❤❤❤
Ndizey nanj kugiy kumpindurirumugabo mwami wanj ntaco naluburany
Muhezagirwe cane
Uwuteka ahabwicubahiro kuku ntutahegeshanya kutwitaho imanihezagiru mukozi wimana.
Mana ndakwinginze umpe
Mana wakoze kudukiza
Pardon intahe zose ni nziza n'ukuri
Inyigisho nshasha (INYIGISHO YO GUTUNGA [PROSPERITE] YATAHUWE NABI by Chris NDIKUMANA). Mushobora kuyiraba muciye aha: ruclips.net/video/broN5QYIDnQ/видео.html
Intahe ya mbere iranyubatseee,nanje ndarindiranye igishika ukubohoka k'umwana wanje mw'Izina rya Yesu Christo Amen
Nanjye ndimushya gusa nakunze ibiganiro byanyu imana ibahe umugisha nanjye mbere na mbere nsabye imana imbabazi Kandi nanjye ndayisaba izankize uburwayi bwanjye murakoze.
Tegeka Mana,,tunganya umutima wanje utere uko wahora utera mw'izina rya Yesu Amen 👏
Amina cane
Izi ntahe vyukuri zifashe umuntu wese azumviriza ameze nk uko abazitanze bari bameze . ariko yizeye . Kuko zirimwo ubushobozi bw Imana bubohora .