UMURUNDIKAZI MWIZA TWAMUSUYE🥰Akumbuje u BURUNDI ABA-DIASPORA🤗Avuze ibintu bikomeye ku bakobwa|DEBORA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 окт 2024
  • Niba wifuza kuvugana natwe cyangwa ukaba ufite inkuru idasanzwe wifuza gusangiza abadukurikira waduhamagara kuri +250739200401 ushobora ndetse no kuduha inyunganizi
    #chitamagicTV #juliuschita

Комментарии • 127

  • @CHiTAMAGIC7
    @CHiTAMAGIC7  Год назад +10

    NUMERO YA Espérance DEBORAH Manariyo : +257 65 19 67 18 (Call & WhatsApp)

  • @mukundwashaloom268
    @mukundwashaloom268 Год назад +5

    Nkunda ukuntu abarundi biyadapta kundimi nyinshi bazi english, Français, kirundi, kinyarwanda, bazi ubwenge peee❤

  • @vestineirakiza9870
    @vestineirakiza9870 Год назад +1

    chita vrt urashobonye ndagukunda cane ibiganir vyawe ndabikunda caneee

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 Год назад +1

    Kabisa ndemera abarundi mundimi 😊donc umurundi yumva ikinyarwanda cyose ntanakimw adashobora kumva ,ariko umunyarwanda ntajambo narimwe ryikirundi ashobora kumva

  • @NdayishimiyeClaire
    @NdayishimiyeClaire Год назад +2

    3 premiers Cycles ( primaire de la 1ère à 6ème année) Hama 4ème Cycle( 7è à la 9è),Cycle Fondamental. Hama Post Fondamental( Supérieur) . Mukobwa wacu nivyo ubimenye

  • @jeaninetv
    @jeaninetv Год назад

    Karibu chita, Sabin naw azoze isimbi yubahwe❤

  • @richardnshimirimana-io6rq
    @richardnshimirimana-io6rq Год назад +1

    Ubutaha uzamuzane Sabin turabakunda cyane mwese

  • @ngolivier4016
    @ngolivier4016 Год назад +1

    I Burundi ko mbona haba abakobwa bezaaa

  • @chanelleGIRINEZA
    @chanelleGIRINEZA Год назад +2

    Chita Magic karibu cane iwacuuu🥰🥰🥰

  • @adelineakimpaye61
    @adelineakimpaye61 Год назад +4

    CHITA karibu i Burundi n'amata uvuge nkuzanire ejo kabisa😂😂

  • @Nc-ut4rk
    @Nc-ut4rk Год назад +3

    Ikinyarwanda oyeee igihe gito wabaye mu Rwanda urikuvuga ikinyarwanda❤❤❤❤

    • @Nc-ut4rk
      @Nc-ut4rk Год назад

      Kandi uri mwiza madame ❤❤

  • @oman2725
    @oman2725 Год назад +2

    chit félicitation 400k😂 mashallah mbega vyiza ndaryohewe kbx hejuru cane iburundi turagukunda❤

  • @joselynenikuze1994
    @joselynenikuze1994 Год назад +3

    Chita ndagushimiye na français uragerageza!Aho nabakobwa n'abahungu baba bageze mu bigero chita ❤

  • @AbcXyz-ru8qq
    @AbcXyz-ru8qq Год назад +3

    Cita nsigaye ndamwumviriza ukameng turazinanye😂 nkund ibiganiro vyawe

  • @ali-ey9yi
    @ali-ey9yi Год назад +3

    Chita ukuntu nkunda ibiganiro vyawe na sabin ndihombeye uj o burundi ntahari uvyumve
    Ndabakukunda mwese❤❤❤❤❤

  • @nicolekaze5379
    @nicolekaze5379 Год назад

    Guhoberana na Mu Kirundi biravugwa. Yambi ni imvugo itari mu Kirundi, bivanye n'intara bavuga Guhoberana, kugwatana, Gusanganirana. Yambi from Calgary 🇧🇮🇨🇦

  • @christinedusabe8575
    @christinedusabe8575 Год назад

    Ntakintu kishimishije nkubona chita yaje iburundi.gusa ndifuza kukubona mumaso muyandi.🇧🇮nuwitwa sabin.🥰mukomere

  • @akinezagretta5365
    @akinezagretta5365 Год назад +1

    Waouh Debo narindagukumbuy nari narakubuz

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 Год назад

    Kalibu kwetuu❤❤❤

  • @vgcfggcfth3841
    @vgcfggcfth3841 Год назад

    Chita urintwari nciy. Nkumbura iwacu❤❤

  • @protaisnsoneye2609
    @protaisnsoneye2609 Год назад

    Chita karibu!! Sabin naw azoze

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Год назад

    Wooooa mbega byiza chit magic imbere cyane turagukunda cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤🇷🇼🇷🇼❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪✊✊✊✊✊👊👊👊👊👊👊👊👊👊👌👌👌👌👌👌👌👌

  • @iradukundamariechantal6404
    @iradukundamariechantal6404 Год назад

    Chita uzogende uratire ijisho Gitega naho🎉🎉

  • @twagiramunguerica9362
    @twagiramunguerica9362 Год назад +1

    Good courage

  • @belyseirankunda7277
    @belyseirankunda7277 Год назад

    Manawe uburundi bwacu nibwiza canee ciye ndahakumbura 🥹💕🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌👌👌

  • @gloriainashaza6596
    @gloriainashaza6596 Год назад

    Courage sh esperence

  • @florencebonane2077
    @florencebonane2077 Год назад

    Chita niwe warye

  • @niragirajanvier6775
    @niragirajanvier6775 Год назад

    Uwumutype Chit ibiganiro vyiza kenshi aguma yitwengerq

  • @EmileNIYONZIMA
    @EmileNIYONZIMA Год назад

    Burya Bujumbura ni nziza

  • @Kanuma-x7y
    @Kanuma-x7y Год назад +1

    Yooo waratashe ? Waragize neza sha .

  • @divineingabire524
    @divineingabire524 Год назад +2

    Chita ❤ Karibu iwacu!!!

  • @nimbonaalice8555
    @nimbonaalice8555 Год назад +2

    Urwanda nuburundi nibamwe biraryoheye kubona musigaye mugenderanira

  • @ahishakiyearlene585
    @ahishakiyearlene585 Год назад +3

    Tubabarir utubwir kurafungura umukeke nuburobe nukuriii😂tw twarakubuz tukuziman😊

  • @jts32
    @jts32 Год назад

    Twahabovye iwacu iburundi ❤❤❤nihenze can 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰

  • @elianekamikazi-bl5hi
    @elianekamikazi-bl5hi Год назад +1

    Chita kalibu caaane kabisa kandi ntuzosubire inyuma tutabonanye kabisa

  • @richardnshimirimana-io6rq
    @richardnshimirimana-io6rq Год назад +1

    Welcome Burundi Chita ❤❤❤

  • @CelineMinani-o8s
    @CelineMinani-o8s Год назад

    Ivyo chuta avuze vy imyororokere mu burundi bavuga ngo irondoka rijanye n amagara meza

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 5 месяцев назад

    Burundi murikomuravayo kwiteramberep

  • @kwizeracedrick-p6u
    @kwizeracedrick-p6u Год назад +1

    Toutes mes félicitations chita 400k turanezerewe 😂😂😂❤❤❤❤ ukomeze kuryoherwa iwacu heza❤❤🇧🇮

    • @CHiTAMAGIC7
      @CHiTAMAGIC7  Год назад +1

      MERCI BEAUCOUP 🤗🙏🏼🙏🏼

  • @elysenijimbere3555
    @elysenijimbere3555 Год назад +3

    Chitaaa baguhe bwa buswage numukekee😂😂😂😂

  • @uwizigiyimanaannemarie9587
    @uwizigiyimanaannemarie9587 Год назад

    Urakaza neza Chita iwacu i Burundi tugukunda kandi turakwishimiye.

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Год назад

    Welcome home chitter 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @ahishakiyearlene585
    @ahishakiyearlene585 Год назад

    Ryoherwa ryoherwa n'Igihugu cacu ciza Chita magic❤❤🇧🇮

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze3184 Год назад

    Chita ubwo amazi y'ikigali urumva uzongera kuyoga batayashuhije 😅😅

  • @rosineabayisenga1374
    @rosineabayisenga1374 Год назад

    Ariko ni mwizaaa weee

  • @angeakeza6542
    @angeakeza6542 Год назад

    Ikaze iwacu chita

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii Год назад

    Ryoherwa ryoherwa Chita

  • @MukunziEddyjunior-j7p
    @MukunziEddyjunior-j7p Год назад

    Secondary yacu itangurira tuhitwa muwindiw(7)

  • @ChellaNiyinshoboza
    @ChellaNiyinshoboza Год назад +1

    Chita ❤❤❤

  • @umudododoreen7590
    @umudododoreen7590 Год назад +2

    😂😂😂 chita uraducanze ariko ndabikunze ngo ubuzima bw’ imyororokere ngo ni adolescence na adolescent 😂😂 gusa washakishaga uburyo yakumva icyo ushatse kuvuga

  • @theresentakirutimana3356
    @theresentakirutimana3356 Год назад

    Chita mutubarize aha muburundi izo Salon zikora Natirere?

    • @CHiTAMAGIC7
      @CHiTAMAGIC7  Год назад

      Wamuvugisha kuri Numéro twashyizeho!

  • @alineniyonzima1740
    @alineniyonzima1740 Год назад

    Chita karibu cane lwacu turabakund❤❤❤🎉🎉🎉

  • @NusraBarwani
    @NusraBarwani Год назад +1

    Courage 🎉🎉❤

  • @الينابروندي-ج8ث
    @الينابروندي-ج8ث Год назад +1

    Rumonge Iwacu ❤❤ Imikeke & Uburobe Ciye Ndahikumburira 😢

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 Год назад

    Cita turabakunda I Burundi

  • @aimablenibaruta168
    @aimablenibaruta168 Год назад

    Courage Chita uransetsa pe

  • @ericniyonzima7481
    @ericniyonzima7481 Год назад +1

    Chita magic tv ✊❤️❤️

  • @Larose1988
    @Larose1988 Год назад +2

    Chita ikirundi wakimenye kabisa😋😋😋😋😂😂😂🤣🤣

    • @CHiTAMAGIC7
      @CHiTAMAGIC7  Год назад +1

      Hahahaha Voilà! MERCI!

    • @Larose1988
      @Larose1988 Год назад +1

      @@CHiTAMAGIC7 , hasigaye umenye nigiswahili 😉😉😉🤣🤣🤣

  • @jeanclaudejeanclaude1920
    @jeanclaudejeanclaude1920 Год назад

    Rumonge 🎉home 🏡 Chita wubahwe

  • @harerimanaannemarie6396
    @harerimanaannemarie6396 Год назад

    Wapii ntaho twakumbuye nitwahakumbura tuzoza

  • @nadinenkezimana6719
    @nadinenkezimana6719 Год назад +1

    ❤❤❤❤ mbaye uwambere 🇧🇮❤️🇧🇮

  • @umutoniclaudette-qg3ts
    @umutoniclaudette-qg3ts Год назад +1

    400k already ❤

    • @CHiTAMAGIC7
      @CHiTAMAGIC7  Год назад

      THANK YOU 🙏🏼🙏🏼🙏🏼

  • @kwizerajaphet5244
    @kwizerajaphet5244 Год назад

    Nimwiza pe

  • @Inyigisho432
    @Inyigisho432 Год назад

    ❤❤❤

  • @niragirejosee6804
    @niragirejosee6804 Год назад +1

    Imyororokere ni irondoka

  • @Grand.espoire
    @Grand.espoire Год назад +1

    Chita masturbation n'a menstruation biratandukanye, hama ikindi urakaza neza mugihugu c'amata n'ubuki 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @anithakezimana-mb6xx
    @anithakezimana-mb6xx Год назад

    Ubuzima bwimyororokere ni ubuzima bwirondoka cnk ubuzima ndoragitsina

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 Год назад

    Chita nkako ba maze kuguha ya mikeke?

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka Год назад

    Imizereri mu cyongereza ni bumble bee!

  • @chrysoupdate
    @chrysoupdate Год назад +1

    Chit

  • @elysenijimbere3555
    @elysenijimbere3555 Год назад

    Chitaaaaaa😂😂❤❤

  • @chrysoupdate
    @chrysoupdate Год назад

    Chita magic ❤

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Год назад

    👌🏾😉

  • @footballlegend2764
    @footballlegend2764 Год назад

    Banyarwanda aha nimuburundi mutaza kugirango ni doha

  • @karindaeric
    @karindaeric Год назад +1

    Ese kombona abarundi aribezase kurusha baba nya kigari

  • @gloriosenduwimana2280
    @gloriosenduwimana2280 Год назад

    None ko uri umurundikazi kubera iki utavuga ikirundi ngo kogosha

  • @rehmaa5802
    @rehmaa5802 Год назад

    Chit 😂😂😂 winsesta

  • @graciaakiteka8231
    @graciaakiteka8231 Год назад

    🎉

  • @jhappynesjo8747
    @jhappynesjo8747 Год назад

    🤝🙌🏽🙌🏽🫶🏾

  • @Jajakanjaniri
    @Jajakanjaniri Год назад

    Wawoo Welcome Burund 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰 ❤❤❤❤❤️❤️🇷🇼🇧🇮

  • @fatmahaf4951
    @fatmahaf4951 Год назад +1

    Ako kibubamfu niko kanyishe🤣😂

  • @AlexisArakaza-k3b
    @AlexisArakaza-k3b Год назад

    Kalbuuu

  • @imberinkinzocherissa8473
    @imberinkinzocherissa8473 Год назад

    ♥️♥️🇧🇮

  • @augustinbahigayumva6211
    @augustinbahigayumva6211 Год назад +1

    Mwiriwe neza! Mwakoze kwifoto yange mukampa subscribes nshuti yange❤

  • @Angemukeshimana68
    @Angemukeshimana68 Год назад

    Chita wakoze kuhaba rwose abarundi ndabakunda sana ❤❤

  • @igirimbabazisania9768
    @igirimbabazisania9768 Год назад +1

    Chita usigaye ukaze kukirundi ciza kbsa 🌹🌹🌹