Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Mbaye uwi10 gongaha abacerewe bzbz kubakinyi beza tumenyane abakunda iyi film❤❤❤❤
Mbe Abel iyi film kuza urayiduha utevye nibikirwa vyishi???zuraduha kare nayo turayikunda👏👏👏
Mbaye mubambere abakunzi ba team ya abel tumenyane ❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥
Anna icamamare Mukund iva nakana keza
Courage mwakinyeneza muganimurekekudutevya
Iyoooyoooo very good mwubahwe uyumusi muratunezereje kumabanga yommp musiz hanz mbeg ann n Yvan biraherera hehe
Wow kanyuz barahandaguye gus ivyibamukoze yarabikwiriye
Ninde yantnz nanj kombay uwambere ❤🎉twimanukire mugasata kwa lock💪💪🙏🙏
Hallo
Arik mana weeee kercy arifata gt imber ya yvan k ameny ukur k umwan atar uw yvan.ese amajambo yabwiy yvan nukur.
Courage mwakinye nezaa cane gose Mugaa murekekuzaa muadutevyaaa
Shaaaa cool movie ariko RR EP ikurikira yihute mwabagabomweeeee
😂😂😂abakobwa nibijuju ga Mana !!ewe Anna kweliii
Bimw vyanyum dukund abaduhend we je narumiw 😢😢😢
Bwana Abel yatwongeje iminota pe merci ❤❤❤❤
Gacerewa nkaba ndahageze eweee nora shaaa uri umuti wamenyo abahungu bubu nuko kweri muremeza abantu ko mubakunda nahoshwiii ngo ninkoko zibiterer igikumu😂😂😂😂😂😂😂😂😂Abel❤❤❤❤❤❤
Niho tuba tur turindiriye Season yacu❤❤
😂umugabo wa Fanny ntavyoroshaa😂😂😂😂😂 iyi niyo Flm ifise ama ep menshi ikagumana akanovera😂 anashuŕwe🎉🎉🎉🎉🎉 yanyu
Ubwo nanj nkaba ndahageze from maman cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Abel wakoze mbona waduhaye time Nini merci 🎉🎉❤❤❤
Courage kbx muradukoreye umusi pe Imana ibongere inkomezi ❤❤❤❤.
Iki gihungu norasque kiraharira wallah
Très bien Yvan,Nolasque yabone 😀😀😀
Murakinaneza. Cane. Ndabakundacane
Ehhhhhhh!!!!!!!Ko bigiye gushuha caane!!!!!Gusa twizere ko Norasque atapfuye kabisa!!!!!Ahandi ho ibisazi vyoba bihindutse goose!!!!!!
Yvan wubahwe ❤❤❤❤❤❤
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️ ndabakunda
Mwubahwe turabakunda cane
Anna ubutama bwavyimvyebwogirango bamujomvyemwo inshinge😂😂😂😂😂
😂😂😂ngwik ndashwanyuts😅😅
@chachachany9410😅😂😂😂😂ndamanyutse none Ana numu mama ?nimumbwire
Nimwirambire cane turabakunda❤❤❤❤
Muratwika ndabakunda nshakaniyind kuraje
Mbega bigiye kugenda gut
❤❤❤❤❤my favorite ndabakund Bez mubirimw nez
Courage cut zanje ❤❤🌹🌹
Anna ufise amajambo menshi uravuga nabi je ndinka yvan ntitwosubirana so courage mbakunda kanini can ❤❤❤❤
🙏🙏🙏🙏🙏🙏mubikor nez cn big up👌👌👌👌
Ndazindutse nukur ❤❤❤❤❤
Noraspue nukuri aranyica utwotujambo twiwe😂😂nakajembegeti kweri
😂😂😂😂ndabona ibisazi vyabaye ibisazi ndaba ❤❤❤ abaza nyuma mumpe like za weekend
Aka gakobw Anna amanyam yako ntabah,Anna kunda yvan
Yvan uratekerej,War kugah ikofe😅
Yaaaa nolaske karabaye noneho urushigishira mukaso rukahitananyoko bakinyi beza mukomeze
Ndakunda kercy vya danger
Yvas wubahwe uriko uvyitwaramwo neza Anna nave ibuji ajibuntu
Norasque aranyishe ninntwengo 😂😂😂😂courage vraiment ndabakunda ❤❤❤
Waooo,,muranyica basha,ɴᴏʀᴀ amajambo yiwe afs 𝒔𝒕𝒐𝒄𝒌
Uyumwan nigisigo🙃😂😂😂
Anna wibagir vub kuvug mensh sik kuyamar ahubw ngir ntiwamukund Yva muvinyum azibuk kugurur amaz yarenz inkomb
Muza muraduha kare apana kudutevyGs mubirimw nez
Ewee ana sha usigaye muri kabaza iva yarakubwiye wanka kumwumva umuntu agukunda akwishura uko? Anna kanura ubone norasque ntagukunda nagato
Haaaaaa ewe Anna ndabona uzosaba imbabazi yvan
Ewe norasque uzigupanga kweri ndakwemeye😂
Muranezereje kabisa gusa kercy natahure yvan
Anna biramucanganiyek vrt pol san kbs abant n mahindag
Yvan imisi wababayeyose dabona ugira ujemunyich kwa Anna kagira kanyanyar 😂😂
😢 iyindi muduhereze twirebere
Nukuri murashoboye kabis 👌👌👌👌👌👌👌
Courage vraiment dieu m'a béni
Abiwacu muraho💪❤❤❤❤cane🎉🎉
Camamare courage ndinyuma yawe bro❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Abari murukundo oyooooo❤❤❤❤❤
Arko norasQue vrt ngo uyumwana nigisigo,😂😂😂😂
Ikint cose kigir ingaruk Nono araziz urukund 🔥💪🥰
Film ituruhura imitima Abel ntuzotugwishe samedi nkaya mango
Courage mwubahwe
Yeah some Time i thought to See this movie so why it's was stoped
Muranezer saaana.
Ewe Anna urikigugu umuhungu umubwiye amajosa yiwe. Agaca aku broka rekana naw iyonjiji norasque rekana naw umuhungu ntibamubembereza uko
Ndi mubambere 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Umveeeeeee😂😂😂😂 Ako kamoto ko muvyumba ko ntakumva my friend 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ew Nora sh ngaheza mwijur tuzohurirayo urik wicumuntu🤭
Irimuguherak bameny amabang mukomer ndab ❤❤❤❤arik Ana ndabon agiyekwicuza😂😂😂😂kand azoronder Yvan😂😂😂😂
Courage cane
Ndabakunda 😂
I like a million this movie
Norasque nukuri ndagukunda😂😂😂🤣🤣🤣❤❤❤❤❤❤courage💙💙💙
Yeah I'm ready
iyikurikira turayirindiranye igishika
Twarindiriye abafana
❤😂😂🎉❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂😂😂😂Courage ❤
Turayikumbuye cane ❤
iraza vuba muyindi shusho
@@abelnduwayoofficial kwakanya kwer ninziza cane turayikunda mwateguye neza cane
Icyombonye abahung kwihagararak murimwikos ntimuze gusab imbabaz mubon KO twebw abakobwa ariwe twosab imbabaz ub nolla ufise ukur uriko uhakan umwan wawe Anna nawe rindira abon yase kumvir Yvan amwihenurako😅😅😅😅😅
Ivan urivunye umwansi sha kubwurukundo ntacumuntu atokora
Nimukorefi mubarire
😂😂😂😂😂Ew norasque shn nkund ukunt ufis indahiro nyinsh ukund kurahir Mana ya Isaka na yakobo😂😂😂😂😂
❤️❤️mubambereeee💃💃💃💃💃
Nukur blavo munyarykan agakurikir
Ewe norasque uranyishe
Basha ako kajambo fenerega nagaki
❤❤❤ number one
💋💖💖💖
Ana uzishuza
Courage vrt gus murek kudutevy
Courage
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Kercy nonahontiwohumukamaso
Hazosha hatokombere
Courage vrmt
Nora urumuti wamenyo ngo unwa fenerega🤣🤣🤣🤣🤣
Hagiy gusha ewe ANA pol naravuze kuzicuza mubirimwo neza❤❤❤ trams yose
Nora uranyishe ninkoko ziremeje kumukunda😂😂😂😂
❤yoooo nihatari Ana azunva bakubise mumatwi 😂
Welcome💃💃💃💃💃💃💃💃th craziness series so nubwonacerewe abazamunyuma mumpe like👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇to day 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤❤
HH flm irakomeje
Good ❤❤❤
Courage turabakunda❤❤
Mbaye uwi10 gongaha abacerewe bzbz kubakinyi beza tumenyane abakunda iyi film❤❤❤❤
Mbe Abel iyi film kuza urayiduha utevye nibikirwa vyishi???zuraduha kare nayo turayikunda👏👏👏
Mbaye mubambere abakunzi ba team ya abel tumenyane ❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥
Anna icamamare Mukund iva nakana keza
Courage mwakinyeneza muganimurekekudutevya
Iyoooyoooo very good mwubahwe uyumusi muratunezereje kumabanga yommp musiz hanz mbeg ann n Yvan biraherera hehe
Wow kanyuz barahandaguye gus ivyibamukoze yarabikwiriye
Ninde yantnz nanj kombay uwambere ❤🎉twimanukire mugasata kwa lock💪💪🙏🙏
Hallo
Arik mana weeee kercy arifata gt imber ya yvan k ameny ukur k umwan atar uw yvan.ese amajambo yabwiy yvan nukur.
Courage mwakinye nezaa cane gose Mugaa murekekuzaa muadutevyaaa
Shaaaa cool movie ariko RR EP ikurikira yihute mwabagabomweeeee
😂😂😂abakobwa nibijuju ga Mana !!ewe Anna kweliii
Bimw vyanyum dukund abaduhend we je narumiw 😢😢😢
Bwana Abel yatwongeje iminota pe merci ❤❤❤❤
Gacerewa nkaba ndahageze eweee nora shaaa uri umuti wamenyo abahungu bubu nuko kweri muremeza abantu ko mubakunda nahoshwiii ngo ninkoko zibiterer igikumu😂😂😂😂😂😂😂😂😂Abel❤❤❤❤❤❤
Niho tuba tur turindiriye Season yacu❤❤
😂umugabo wa Fanny ntavyoroshaa😂😂😂😂😂 iyi niyo Flm ifise ama ep menshi ikagumana akanovera😂 anashuŕwe🎉🎉🎉🎉🎉 yanyu
Ubwo nanj nkaba ndahageze from maman cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Abel wakoze mbona waduhaye time Nini merci 🎉🎉❤❤❤
Courage kbx muradukoreye umusi pe Imana ibongere inkomezi ❤❤❤❤.
Iki gihungu norasque kiraharira wallah
Très bien Yvan,Nolasque yabone 😀😀😀
Murakinaneza. Cane. Ndabakundacane
Ehhhhhhh!!!!!!!
Ko bigiye gushuha caane!!!!!
Gusa twizere ko Norasque atapfuye kabisa!!!!!
Ahandi ho ibisazi vyoba bihindutse goose!!!!!!
Yvan wubahwe ❤❤❤❤❤❤
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️ ndabakunda
Mwubahwe turabakunda cane
Anna ubutama bwavyimvyebwogirango bamujomvyemwo inshinge😂😂😂😂😂
😂😂😂ngwik ndashwanyuts😅😅
@chachachany9410😅😂😂😂😂ndamanyutse none Ana numu mama ?nimumbwire
Nimwirambire cane turabakunda❤❤❤❤
Muratwika ndabakunda nshakaniyind kuraje
Mbega bigiye kugenda gut
❤❤❤❤❤my favorite ndabakund Bez mubirimw nez
Courage cut zanje ❤❤🌹🌹
Anna ufise amajambo menshi uravuga nabi je ndinka yvan ntitwosubirana so courage mbakunda kanini can ❤❤❤❤
🙏🙏🙏🙏🙏🙏mubikor nez cn big up👌👌👌👌
Ndazindutse nukur ❤❤❤❤❤
Noraspue nukuri aranyica utwotujambo twiwe😂😂nakajembegeti kweri
😂😂😂😂ndabona ibisazi vyabaye ibisazi ndaba ❤❤❤ abaza nyuma mumpe like za weekend
Aka gakobw Anna amanyam yako ntabah,Anna kunda yvan
Yvan uratekerej,War kugah ikofe😅
Yaaaa nolaske karabaye noneho urushigishira mukaso rukahitananyoko bakinyi beza mukomeze
Ndakunda kercy vya danger
Yvas wubahwe uriko uvyitwaramwo neza Anna nave ibuji ajibuntu
Norasque aranyishe ninntwengo 😂😂😂😂courage vraiment ndabakunda ❤❤❤
Waooo,,muranyica basha,ɴᴏʀᴀ amajambo yiwe afs 𝒔𝒕𝒐𝒄𝒌
Uyumwan nigisigo🙃😂😂😂
Anna wibagir vub kuvug mensh sik kuyamar ahubw ngir ntiwamukund Yva muvinyum azibuk kugurur amaz yarenz inkomb
Muza muraduha kare apana kudutevy
Gs mubirimw nez