No it's Kirundi language only and not everyone that loves English so our Burundian traditional cultures have to be in Kirundi of course not English at all and if you don't understand that Kirundi language you are allowed to go and study it in Burundi
@@semuganzabicusulaiman2353 Ти си шибан идиот! Искаш ли да научиш български... Не мисля! Понякога преводачът е най-полезен! Не можем да научим всеки език! Просто моля за малко помощ! Няма нужда да бъдеш груб!
Magnifique. Suis ivoirienne. C'est l'Afrique qui gagne
Je ne m'en lasse pas! Merci Amagaba 😀😀😀🥰
Uburundi buragahoraho ubundi bwobwo turabambere caaane kumuco wacu ❤❤❤❤amagaba muhezagirwe
Je suis toujours la après 5 ans! Amagaba FOREVER!
Félicitations pour toutes vos productions et surtout pour les prix déjà décrochés. Ça mérite kabisa.
Wao narinkumbuye kubaraba uburundibwacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮 bwubahwe turabakunda p
Courage les frères, ce que vous faites est just MAGNIFIQUE! Vive AMAGABA troupe!
wow!! this is so BEAUTIFUL; makes me love being Burundian even more.
nciye nkumbura igihungu canje
mbegivyiza vyukugumya akaranga!!! muradukumbuza igihugu catwibarutse.
Excellente culture burundaise! Birashimishije kubona abakiri bato nabo bazi kutwereka akaranga k'UBURUNDI muri izi mvyino ziryoheye ugutwi n'ijisho. Allez de l'avant mukora ibikora inka!
ndakeneye cd canke cassette
Komera k’umuheto vyiza vy’Uburundi, gihugu nkunda!
Ndagukunda Burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰🥰😘
Ewe burundi nzogukunda gushika gupfa....
Kwriii akaranga murakerekanye nezaa!!
Vumera Vumera Vumera mbyeyi nziza , Vumera Mfura z' UBURUNDI .
Mbega ivyiza! Turabasavye mushireko amajambo yako karirimbo natwe tubone kwivuga nk'inka! Mukomere.
Encantadora danza en medio del la cotidianidad de la vida.
África eu amo vcs,povo lindo ,viva a África
J aime trop la chanson....ndaknda Burundi bwanyibarutse
Magnifique. Murakoze
Ndayiravye kenshi cane
I love you amagaba
Burundi turashoboy
Nishimira kwitwa umurundi nivyiza cne
I love my grand papa I miss AFRIKA .
I MISS AMATA ISHUSHYU !
I LOVE YOU ALL
I LOVE YOU .
Amata y'ifyufyu
Indirimbo nziza
Video nziza
Amajwi meza
b1 fait
Sagamba burundi
Je suis fière d'être burundais
Beautiful 👏🏿👏🏿👏🏿
True traditional
Uburundi hejuru cane
Nukuri turanezerenzwa nizo dirimbo zikirund ciwacu kwer ahumbo shirakonyishi
Terimbere nice songs mutamba neza cnee
Birampimbara kwitwa Umurundi
🇨🇬👏🏿👏🏿🦅🐆🐆⚫🐍INGETA.
Is it possible to have the lyrics translated into English by someone, please? Love this so much!
No it's Kirundi language only and not everyone that loves English so our Burundian traditional cultures have to be in Kirundi of course not English at all and if you don't understand that Kirundi language you are allowed to go and study it in Burundi
Call WhatsApp+25762282862
@@semuganzabicusulaiman2353 Ти си шибан идиот! Искаш ли да научиш български... Не мисля! Понякога преводачът е най-полезен! Не можем да научим всеки език! Просто моля за малко помощ! Няма нужда да бъдеш груб!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪
So wonderful
Les amis, comment va Janvier?
Salutations💋💋💋💋💋💋💋
Uburundi bwo hambere
Akiwacu
MMwubahwe kbsa
2025
very nice!!!
Mur abamber
Muribezape
😙😙😙😙😙😙😗😗😗😗😗😗😗😘😘😙😙😙
💪👍
Well done
Nice
Komera Burundi
Extremely vumera
Murashoboye
ndabakund vrt terimber bash
😍❤❤❤
Wow🫶🫶🫶
Ndifuza uwo mpuza na magaba yobakoze fone yanje wathap 68754375
Turondere kuri 62282862
Sagamba burundi