Ino mu rwanda umuvugabutumwa wo muri Aya matorero atanga liberite yagiye muri ville I kigali, ageze kwa rubangura ahura n' umukecuru uvuye mu cyaro (ruguru) yayobye inzira yabuze iyo ava abura niyo ajya. Umukecuru abaza uwo muvugabutumwa ashaka ngo amuyobore. Ariko abanza ku mubaza at: mwana wa ese waba uri muri za ndaya zo muri kigali Njya numva bavuga ? Umuvugabutumwa Yumva biramubabaje kuko ngo yari azi ko ari umukozi ushimwa n' Imana. Ino I wacu mudusengere cyane kuko gucyaha abanyakibi byaragabanutse.
Yesu ashimwe Florence vyose biva mumutima abarongorwa ba mpwemu Yera nibo abana b Imana rero iyo umuntu w imbere akijijwe neza nuwinyuma arahinduka mandi dushobozwa vyose na kristo aduha inkomezi.
Uwuvuga ko Imana itarabimubuza kandi biri mw'ijambo ryayo, aba agomba ko ibimubuza gute? Si ibihe vyose indogoba izorinda kuvuga kugira ibuze umuntu kuja gukora ikibi!!
Intahe yukuri Mama Imana igukomeze can nguhanura beshi can
Nukuri Mana habwa icubahiro Amen Amen
IYINTAHE YAMPEZAGIYEEE CAAANEEE GOOOSEEE!!! YESU CHRISTO AGUHEZAGIRE CAAANEEE GOOOSEEE MAMA👏👏👏👏📢📢📢🎶🎶🎵📯📯🎸🎸🎸
HALLELLUA HALLELLUA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 👏👏👏👏👏🎸🎸🎸📯📯📯🎵🎵🎶📢📢📢
Amen Amen Imana iguhezagire icompa iyontahe igashikira aba maman biki gihe najigeme bikigihe Imana idutabare cane
Amen kuko ingabire itandukany n'agakiza
Amen murakoze cane natwe ivyo.twahora twifuza gukora tugiy kubiheb
Haleluya amen amen
Yesu ashimwe bene Data womw'ijuru muremyi w'isi n'ijuru!!!! Iyintahe muyisangize benshi kandi ntimugire ubwobwa bwokubusangiza, umwe muri twebwe aba afis umuntu azi incuti canke umugenzi akora ibintu vyukwitukuza URUHU(LA PEAU)! Nukuri mubusangize mudatinye,.... ikibabaje nabavuga ngo barakijijwe bakora nk'ivyabisi bakora...Satani yarabahumye amaso abazibira amatwi, ntibakeney kwunva uwubwabwirako kwitukuza,kwimaquilla,inyambaro mbi aricaha...ko satani niwo mugozi yababohesheje....
Umwana w'umwami yaremye ijuru n'isi ntakwiye kwifata nka mayibibo!!!!
Amen amen kweri
Weho waratomboy uravugana nIMANA
Amen mukoze neza bakozi kutwibutsa ko tudakwiye kwishushanya nivyikigihe
Ikigihe lmana ikindinde kuko hari vyishi cane
Amen
Amen
Namwe muhezagirwe kandi caaane
Uhoraho ahabwe icibahiro. Izoduhe iherezo ryiza.
Ino mu rwanda umuvugabutumwa wo muri Aya matorero atanga liberite yagiye muri ville I kigali, ageze kwa rubangura ahura n' umukecuru uvuye mu cyaro (ruguru) yayobye inzira yabuze iyo ava abura niyo ajya. Umukecuru abaza uwo muvugabutumwa ashaka ngo amuyobore. Ariko abanza ku mubaza at: mwana wa ese waba uri muri za ndaya zo muri kigali Njya numva bavuga ? Umuvugabutumwa Yumva biramubabaje kuko ngo yari azi ko ari umukozi ushimwa n' Imana. Ino I wacu mudusengere cyane kuko gucyaha abanyakibi byaragabanutse.
Amen amen ! Imana Idushoboze tuzogereyo kuko ubu har'inyigisho zivuga ngo Imana Iraba mu mutima gusa ! Rero dusobanukirwe neza ivy'Itugombako kugirango tutazobwirwa ko Atigeze Atumenya !
Amen yesu na guhezagire yaba nkiri jambo ryo shitse muma shengero yose bakumva ayo majambo meza uduhaye
Imana ibahe umugisha
HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUAAAAAA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏🎸🎸🎸🎸📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📯📯📯📯📯🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵
Imana iguhe umugisha mama wanjye kurububutumwa utugejejeho. Yesu agukomereze amaboko. Ikiruta byose nIzaguhe iherezo ryiza mama❤️
lmana yarakoze cane kukurokora wigumiruko kandusaneza
Mama Imana iguhezagire Kandi iguhe umugisha kuko binanira benshi.
Yesu na madiyah
Amen ufite amatwi niyumve ibyumwuka ambwira amatorero
Murakoze cane kurino ntahe Yesu abahezagire.
MANA nshoboza kumvirijambo ryawe
yesu ntazoza kuraba abimonora hazogaragara ibikorwa vyiza
Imana ntiyihenda. ivyo yaremye yabigize neza.
Imana iguhe umugisha ,uku Niko kuri nange Yesu yangiriye neza mfite ubuhamya pe.Muduhe numero yuwu mukozi w,Imana .Murakoze
Urakoze cn ntac,imana itaremye ariciza mwishusho yayo uvuze ukuri imana iguhezagire courage
IMANA IGUHEZAGIRE . Wewevyanse kubiheba usome 1Jean2:15-17 nturindire kwIMANA ikubuza yabibujije kera !
Imana Ihabw icubahir kwl ikor ibikomey knd iy yigishij umunt ntakoyoberw kub kukibayemwo
Ubu buhamya bunkoze ahantu.Umwami yesu akomeze abakobwa n abamama nukuri ndazi ko bishoboka nanje ndimubo Yesu yagiriye neza nkuyo mu mama.
Ubuhamya bwanje niburebure kandi burakomeye. Jewe mba mubihugu vyakure murambwira uburyo nobikora kugira ngo Umwami yesu yamamare
@@UMUCOWERATV2021 yesu ashimwe ncuti z umusaraba. Ego nzogerageza dusenge Umwami yesu azobidushoze
Imana iguhezagire
Hey
urakoze mama beshi barironderera ubwiza ntibamenyeko ubwiza .buri kumutima
Amen amen 🙏 merci Maman
Imana ishishikare kubazigamura mu buntu bwayo. Ikikuru gusumba vyose izobahe iherezo ryiza.
Yego rata ureke abavuga ngo Imana ireba mumutima none abatabifiteye ubushobozi bwokureba muruwo mutima bazabigiriraho iki?
kuvamuvyaha nikokujijuka
Urakoze caaane!
Imana ihabwe icubahiro Maman vraiment uri mwiza ubu sinkubesha ndi umupapa ndakunda umu Maman utihindura akagumya uko Imana yamugize kandi burya na bagobo beshi Ntibakunda ivyo kwihindagura Yesu abahe umugisha!
Imana iguhe umugisha cane ufashije benshi!
Hanura abagore bigira aba pasteur bavyisiga
Muradukozeko cn.
Maman nukuri jewe narinayaguze narimaze kuyisiga kabiri none rero ndeke ??nubwambere narindayisize nukuri
Valantine Irakoze heba mana Wimana ntamavuta arimwo
Mana we mpera umugisha uyu mumama urakoze cyane. Ibi nibyo Imana idushakaho.
@@joselynebukuru9718 murakoze
None kumuntu iman. itarabibuza nicaha ? Koharigihe ugerageza kubiheba bikanka woca ukora ik?
Yesu ashimwe Florence vyose biva mumutima abarongorwa ba mpwemu Yera nibo abana b Imana rero iyo umuntu w imbere akijijwe neza nuwinyuma arahinduka mandi dushobozwa vyose na kristo aduha inkomezi.
Jewe ndibaza uyo iman ushaka kukubuza ikintu ituma umutima wawa ucanka kuko urumva nomuriyintahe ko, KO imana yaciye itera umutware wiwe kuvyanka rero mugihe iman itarabimbuza ntakibi ndabibonamwo
wewe Florence reka kunangira umutima iyo ni imburi kuri wewe ibindi nukwiremesha nukwiha amahoro
Uwuvuga ko Imana itarabimubuza kandi biri mw'ijambo ryayo, aba agomba ko ibimubuza gute?
Si ibihe vyose indogoba izorinda kuvuga kugira ibuze umuntu kuja gukora ikibi!!
Imana ibahezagire.