Gasape yarasize ahabona urubuga ruzokora nka whatsapp rwitwa
HTML-код
- Опубликовано: 28 ноя 2024
- #Burundi: Gateka Saxe Pery #Gasape yarashize ahabona kuri uyu wa 03 Nyakanga 2024 urabuga hwaniro yise #GasapeChat, Application izotuma abayikoresha baronka internet yo ku muvuduko wa 23Mbps.
Felicitations et courage mwana wacu. Muri mu barundi bagomba bashikane Uburundi ku gihugu c'isezerano Imana yadusezeraniye igiihugu ca mbere giteye imbere. Ewe mana dukureko igitutsi ngo turi igihugu ca mbere gikenye. Barundi mwese shireko dushigikirane. Jewe namaze gutangura kuyikoresha no gutumira abo mfise nabo bayishiremwo
Smart smart smart young man… abarundi turagushigikiye imbere cane
Ndagushigikiye mutama
🎉Natwe abari hanze yu Burundi muratwibuke
Yes that's true umwanzi wumunya Africa numu Nyaftica.
Courage notre frère
Gasp hejur❤❤❤❤
Mwubahwe cn🙏
Uri incabwenge pee Courage ❤❤❤
Hamarero mutama aha muburundi hariho abana bafise impano nabonukuraba ukabafasha
Courage mon amis
Imanigumikujimbere
Abarundi dushigikire igikorwa ca Gasape mugukoresha urwo rubuga Turi benshi
Komera cane
Turashimye ukuntu uriko ukoresha ubwenge Imana yaguhaye,turinyuma yawe
Félicitations. Ariko birababaje cane kudakunda ivyacu
Courage mon frère, turagushigikiye from FRANCE
❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Tuzoshika pe Aho dukeneye !!!
Ababwiza tunga nibashigikire ingabire Imana yatanze
Ndagushigikiye cane my brother
Courage kabisa
Imana imbere
Tres fort Gasape !
Courage boro ufise ishaka uzogera kure
Courage my Bg bosse ariko muri play store Gasape ndayibuze pee
Imana ikuzigame muvandimwe!
Imana ikujimbere
Uburundi ni Edeni. Imana ibandanye kutwongera impano mu gihugu cacu. Go ahead Gasape
Nico Gituma twashinze iyo coopérative kugira twigishe abarundi kwijukira ubuhinga Bwa none
Big up baranyizigiye son
Jew statut yanj ndakunda kwandika iyi nzoyigirira publicité ishike impande zose nshikanako ijwi
Courage mwana w Uburundi
Komera bwana gasape urumuhinga
Naruvomyee
12:10 ; 12:18 [Impossible] gutanga ideni ryo gukoresha imigambi ridasubizwa ko bihava bigora gutahura
Courage Gasape
Courage from menyavyishi tv
L'Etat izogufashe kugira publicité murwaruka no mukarere. ABA ambassadeurs bakore akazi Ka publicité
Gukubita mumatwiiii i like it
Ndagukunda caaaane
Courage mugenzo
Komera incabwenge mukomere❤❤
Nuguruye gasape chat vyaranse
Komera mwenedata urumugabo.
Wirambire muga jewe yarase kwugurura
Turagushigikiye
Uwo ivyiwe turabimenyereye,ntibimara kabiri bitamutekurukanye!
Mwana wa mama kugukuza nivyumuremyiii.kuko isi izokurwanya nacanecane kuri umunyafurika😢😢
Courage
Urintwari Imana ikudukomereze aba nya Israel Nibo bavuga ko iciye ubwenge bamurinda Kuko azobateza imbere vyoryoha cane dukoresheje urubuga rwiwacu pe .
Mwubahwe muncabwenge uburundi bufise wurimwo uyundi mperuka kwumva ni fablice
🎉🎉🎉❤❤❤
Tukuri ninyuma caane
Turaguteye intege
Ibintu vya cndd fdd benshi turabitinya
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz Burundi hejuru❤
@@RyabuyeJeanMarievianny mbaze abari South Africa birakunda? Kubera jewe kanse kuba installed
Jewe nza namaze gushira Gasape Chat muri téléphone yanje.
Wapi ntikola kabisa yanse
Jew kuva ubivuga ivyawe vyarase kujamwo mwifone yanje..ndi South Africa sinze ko ikora muri South Africa
Gasape est un instrument de....
De quoi? Hari abantu tudatahuye
Komera kumuheto mugwize abanwanyi kugira natwe dukoreshe ivyiwacu biterimbere ndasavya mungire umunyanyi
Noe nabari hanze yigihugu bararukoresha
Good job
Kotutakubina kuti play story
Gasape wubahwe
Dufise ingabire ikomeye hagati yacu yamara ntavyo amaso yacu atwereka
Sinzi igituma ariko igihe kimwe tuzobona twongere tumenye vyinshi twahomvye canke twari twarihombeje
Salut
Jewe numéro yarase kuba validé muriyi application.
Good Job,ms kubera KO muburundi atabwigenge buhari,biri mubituma bazotinya kurukoresha
Jew nayi télécharger muga nshizemwo numéro vyanse mwomfasha
Mana nabikoze ah rik vyase
Murakoze kugikirwa visa mwakoreye abarundi mukuturonsa app you kuyagirako!!hama twashaka tugusabe muhinyanyure kukijanye n'ubushobozi bwo kwinjira muri app kiki biriko bidusaba connexion nyinshi
Iyi app ntisanzwe
Iyo Gasape chat yawe ntayo ngoye gukoresha, SNR iraronse akaryo keza ko gucakira abantu badakoresheje inguvu zidasanzwe
Nihatali, Gasape urarenze❤😮
Haha abarundi baratangaje pee terimbere musore wacu
Jewe numéro yose nsizemwo ntikunda nsinzimpamvu
Muraho neza muduhereze Link tuys accessing
None twebwe tuba mumahanga kovyanka ko dushiramwo I nomero
Umenga muruyu mwanya yavuze ko arabaha mugihugu kwanza.
@@RealTech257oh okay
None uyikoresha iyi internet umunyanyi azoyigura gut?
Jewe ndiko ndarutelechargeant
Saw reka tuyi download tuyikoreshe
Arazi gutera copie kweri,😂😂😂
Niwirambire non gasape caté kuri youtub irik?
Babigira gt ? Mutama mu gukoresha iyo internet
❤❤❤❤❤
Jew namaze kuyishiramwo pe😂
Ko mutaduhaye link yurwo rubuga muri Description ?
Vyanse ko dushiramwo numéro
Komeza ariko number verification nubu ntipassa, raba uhinyanyure Dr Ir
iyo application narayi telecharge ariko hageze ko nshiramwo numero de telephone vyaranse
abonimbonerakurezibirandayishimiye
Tuyironke he?
Waragabiwe nimana kwl
Courge
Ariko nyakwubahwa,biraganda cane,raba ukosore.
Je ndayishizemwo hageze Kiri vérification yuk utar robot ica isibira Kiri numéro
Ur'intwari twibitseko hama jewe niyemeje gushira muri ngendanwa yanje iyo aplication
Ruzatangura gukora ryar ko jw ndabigeragej ikanka gukora?
Iyo application muri Zambia irashobora gukora?
Abarundi murintwari curge
Egooo
Ariko Gasape sinziko wabonyeko abari imbere yawe batemera ivy'uriko uravuga kubera bafise iyindi version yaho ukura ubwo buryo.
Urarab neza ntibazoguh ibiyovy bwenge kuk urarenz cane.