🇧🇮100% Yes .gusa abarundi bamwe bamwe banka Uburundi baragutuka

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 сен 2024

Комментарии • 114

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana 3 месяца назад +21

    Mwumvise abamenyesha makuru bumwuga kweli?uyu mwigeme wikigali numunyamwuga pe Salut ♥

  • @NEZA138
    @NEZA138 3 месяца назад +9

    Nyakubahwa Moses utarabona igihugu cyasambutse niwe ukurwanya ibijuju bikurwanya bizi ko byubaka Kandi byisenyera turagukunda cyane

  • @sibomanaemmanuel1831
    @sibomanaemmanuel1831 3 месяца назад +4

    Vive Rwanda 🇷🇼❤️

  • @denisngamijimana7040
    @denisngamijimana7040 3 месяца назад +8

    Abagutuka bihorere kuko nubundi ntagihe umuntu wumuphapha yumva ukuri , Moses urumuntu wumuhanga cyane uburundi bufite abantu benshi nkawe cyatera imbere peeeee

  • @kanyabeyamoses-mu5dv
    @kanyabeyamoses-mu5dv 3 месяца назад +6

    Sha uzi ubwenge gusa wa mugabowe Moses Imana iguhe umujisha kandi ijye ikurinda

  • @herveirakoze
    @herveirakoze 2 месяца назад +2

    Moses Big UP kur information uduhay brother Abarundi tur go down kndi IMANA Yonyene niyo Izodukiza

  • @Salambwe
    @Salambwe 3 месяца назад +10

    Abagutuka nimbonera kure nibyobigoryi byambere biyobowe na nandayishimiye

    • @NtahirajaGaspard
      @NtahirajaGaspard 3 месяца назад

      Zamuvuga ivyiwanyu murwanda mwemwagowe twebwe abarundi ntangorane dufise ikindi igihe uzokumva umuntu aguma uvuga niwe aba afise ikibazo mwebwe bandanya musarambwa twebwe twipoweye kk nimwe mufise ibibazo

  • @frederickrutagengwa6995
    @frederickrutagengwa6995 3 месяца назад +6

    Ubundi scovia niwewanjye, nkunda ko avuga amagambo yuzuyemo ubwenge, Moses turakwemera komeza uvuge ukuri , tukuri inyuma 🫡🫡

  • @rumaragishyikalambert2837
    @rumaragishyikalambert2837 3 месяца назад +3

    Ukobyagenda kose, niba nangombwa tuzacana umubano n'ibihugu bituranyi byose byashyigikira ko Genocide yagaruka kuba mu Rwanda, n'ibitambo tuzabitanga kd igihe cyose lmana yabanye natwe in 1994 now 30 years ago, izahora mu ruhande rwacu.
    Birababaje ko abazi ayamateka neza aribo bakora amahano kd badakeneye kubihagarika!!! It's amazing! Even abo tuvuga rumwe!? Ni danger ariko it should be Over.....

  • @NiyonkuruVianey-pl9jn
    @NiyonkuruVianey-pl9jn 3 месяца назад +2

    Moses ndakwemey cane urumugabo
    Burya umusirikare ari kwitabariza naho yoba ari umwansi wigihugu natabagwe hama akurikiranwe munyuma gusa yatabawe mwubahwe

  • @kruh3881
    @kruh3881 3 месяца назад +4

    You are good analyser Moses

  • @chriss-jen
    @chriss-jen 3 месяца назад +4

    Bravo Moses ukuri kwawe kurabarya mu marwi bariya bagutuka

  • @Kazo372
    @Kazo372 3 месяца назад +1

    Ntabarundibakwij naw ntiwirigwuravugamesh.kkoyabamukurucank mto nibigodyigusa.gsa mump laik bagenz

  • @MartinNdayisenga
    @MartinNdayisenga 3 месяца назад +3

    Erega Moses ibyabarundi ntiwabisanisha ijana kwijana na Tanzania cg south African kubera ko abo bose uburyo bageze muri congo SI bumwe ikindi Kandi uburundi nibwo bwatangaje ko bari muri Kongo gukora no gufasha kuntego yo kuvurira nabi ubutegetsi bw' Urwanda ibyo ni president wuburundi wabyivugiye kuri stade we rero nibikunda agomba kujya yishyura 2 ugereranyije nabo bari kumwe buriya nunakurikurana cyane urasanga Ari nawe urigutakaza ingabo nyinshi ugereranyije nabandi barikumwe Neva ni umunyamafuti ugereranyije nabariya bandi nubwo nabo uruhande bariho Atari rwiza bagomba kumvishwa.

  • @habyarimanafrancois985
    @habyarimanafrancois985 3 месяца назад +4

    Harabafashwe ba Tanzania n'a Afurika yepfo baratanzwe ariko ejobundi harabandi bomuri Afurika yepfo Barindwi bafatiwe mmirwano Isake

    • @bwenge5332
      @bwenge5332 2 месяца назад

      Nabatanzania baracyahari sibose batanzwe kandi ejobundi batafashwe nabo rwose babahaye backed cyanene m23 yababwiye ko izabaha abandi bamaze amezi 2 batashye bavuye congo

  • @DeliciaHereTv
    @DeliciaHereTv 3 месяца назад +1

    Uzanye subject nziza cyane gusa ikibazo nikimwe, Abarundi beshi babaye brain washed mumutwe harimwo ibintu bicuritse! Iyi subject abarundi kugirango bazayumve bizabafata imyaka myishi cyane

  • @patricknahimana6012
    @patricknahimana6012 3 месяца назад +2

    Scrovia na moses Imana yabaremeye umunsi umwe murazi ubwenge Imana ibampezagirire turinyuma yanyu

  • @jesuskwizera8578
    @jesuskwizera8578 3 месяца назад +5

    Barya basirikare n'abarundi 100%nzimwo nabatari bake,en plus sinumva ingene uburundi bwemera k bubafiseyo ark bakanka kubatabara kuk biranemew guhanana abafashwe,ikindi naco naho boba Red Tabara leta yobasaba kuk bonabakuramwo amakuru menshi yobafasha kugwanya iy Red tabara bavuga kw'igwanya leta.

  • @musicrecitals3996
    @musicrecitals3996 3 месяца назад +4

    Sha Moses umvugiy ibintu

  • @user-kk5rq7fe4d
    @user-kk5rq7fe4d 3 месяца назад +3

    Abarundi bakwanga nabadakeneye gutera imbere no kwihesha agaciro

  • @user-ci2pr3uk5y
    @user-ci2pr3uk5y 2 месяца назад +1

    Moses you are amazing bro❤❤❤❤

  • @k_g1504
    @k_g1504 3 месяца назад +2

    long live PAUL KAGAME

  • @HarerimanaPhilabdillah
    @HarerimanaPhilabdillah 3 месяца назад +2

    moses ndakwemey non.ntibariko bahiga red tabara nigend icakire abasi abarundi nindofa😂😂😂naj ndimwo muga simfit iyonyifato

  • @manudiofficial
    @manudiofficial 2 месяца назад

    Wewe ur’ikivume twaragukaravye mu Burundi 🇧🇮 uzogwa iyo ucumbitse 😂😂

  • @opegejimmy9614
    @opegejimmy9614 3 месяца назад +2

    Ivyovyose uvuga ndabifese amakuru wangu

    • @user-ws3gi8fk8j
      @user-ws3gi8fk8j 3 месяца назад +1

      Yego gufeka ni uburenganzira bwawe kuko ingoma y'ikibunda nkihoga

  • @kalisainnocent3
    @kalisainnocent3 3 месяца назад +2

    Nukuri abarundi barikoherezwa muri Congo mubyange kuko nabariyo boherejwe bagafatwa uburundi ntibubemera

  • @Africa-Papa
    @Africa-Papa 3 месяца назад +3

    Moises biravugwako M23 ifite abasirikare ba Tanzania ndetse na Africa yepfo ariko M23 iganira nibyo bihugu bavamo kuko bo barabyumva Kandi Bazi icyo bivuze bisanze abasirikare babo bagiye kukarubanda.

  • @user-fe3ys6es1l
    @user-fe3ys6es1l 2 месяца назад

    Ntamuhemu narinwigere numva nka Neva.Bapfunditse inama nabandi ba President agaca aca kuruhande akarungika abasoda bokugwanya Ivyafunditswe muri yanama.Ntacizere ndamugiseko

  • @opegejimmy9614
    @opegejimmy9614 3 месяца назад +2

    Gusa wangu nigute nobonuko noguha amaku nyayo atarikwivumbi

  • @MoussaNiyokwizera
    @MoussaNiyokwizera 3 месяца назад +1

    Moses kimwe gusa muncabwenge urimwo

  • @binancerwanda
    @binancerwanda 3 месяца назад +3

    I'm the first one to watch

  • @yulla7654
    @yulla7654 3 месяца назад +2

    Bjr

  • @logelistenduwayezu4084
    @logelistenduwayezu4084 2 месяца назад

    Urisabira nationalité kwa Kagame

  • @user-ws3gi8fk8j
    @user-ws3gi8fk8j 3 месяца назад +2

    Ingabyo za TZ na South africa yewe n'abazungu m23 irabafite gusa hari amasezerano ifitanye n'ibihugu byabo

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 3 месяца назад

    Scovia avuze neza, igihiugu gifise agaciro bivuye kuwugihagarariye.

  • @minanielikana
    @minanielikana 3 месяца назад

    Mozess mwake,cane.
    Muniganiro utanga ndagucira nukuri ,ikico nakatuza!!!
    None babafatiye abansi barindiriyiki kugira bereke ababagwanya ko bazotsindwa.?
    Komera mutama.

  • @Alexis-ee7hf
    @Alexis-ee7hf 3 месяца назад +1

    Ubuse urwanda warubwira ko warufatiye bamwe munterahamwe bakakubwira ko batabashaka

    • @Goodman.600
      @Goodman.600 3 месяца назад +1

      Nonese abari muri FDRL M23 ifata ntujya ubabona babazana!!!
      Baraza cyane !!!

  • @honorekabalisa3687
    @honorekabalisa3687 3 месяца назад +1

    Urumuntu wumugabo,kuko ubabanje kuha fact(proof)❤❤❤❤❤❤

  • @olidanyamimbya2750
    @olidanyamimbya2750 3 месяца назад +2

    ❤❤❤❤

  • @user-fk2iw7vk4y
    @user-fk2iw7vk4y 2 месяца назад

    😄Akenshi abanyabinyoma ntibita kukuri kuba kugaragara.

  • @HarerimanaPhilabdillah
    @HarerimanaPhilabdillah 3 месяца назад +1

    salut journarist respect

  • @ackleokwenda5959
    @ackleokwenda5959 2 месяца назад

    Wewe uri ikidunahili

  • @intekerezo2023
    @intekerezo2023 3 месяца назад +2

    Abarundi weee?;!!!

  • @angenkurikiye7703
    @angenkurikiye7703 3 месяца назад +2

    😂 uko nukuri

  • @Alinakeyla
    @Alinakeyla 3 месяца назад

    Nonese wowe urigiki urwo rurimi uvuga ni bwokoki?urikibura vyose nturumurundi nturi numunyarwanda,urikivagundu

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 2 месяца назад

    Scovia nta bwo arusha ubuhanga Kiramvu ariko

  • @user-kk5rq7fe4d
    @user-kk5rq7fe4d 3 месяца назад +1

    Chimamanda urumuntu eumugabo nukuri kuko ibyuvuga birimo ubwenge bwinshi iyaba abarundi jose batekerezaga nkawe igihugu cyasubira kumurongo peee

  • @AdrienSibomana-dv7tq
    @AdrienSibomana-dv7tq 3 месяца назад +1

    Cnke igihe waboney igisirikare cuburundi Hari umusaza nkuriya wigeze ubona mugabo zuburundi? Politic ntuzi icarico za wihorera!

    • @alexisgasirabo4559
      @alexisgasirabo4559 3 месяца назад

      Ikibazo si Umurundi? Kuki utabacyura ukabahana niba babeshya?

    • @Goodman.600
      @Goodman.600 3 месяца назад

      Hhhhh ahubwo ubahe ???
      Nonese umuntu agera kuri sergeant major adashaje ?? Jya mugisagara urebe ko utamubona !!!
      Ahubwo wowe nturi Umurundi !!!

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 2 месяца назад

    Ahubwo moses we urikimenabanga.none ivyobarigukora kubwabo basoda wew baraguha rapport ?fasha kagame kwamamaza azoguhemba lofa

  • @NtahirajaGaspard
    @NtahirajaGaspard 3 месяца назад

    Ahubwo ikijuju niwewe moses ufise ubushoboxi nyabaki canke wize amashure angahe akwemerera kwita abantu ngo nibikki???

  • @user-bl5mq3ib2k
    @user-bl5mq3ib2k 2 месяца назад

    Chimamanda urikiwerewere

  • @patrickbarutwanayo8106
    @patrickbarutwanayo8106 2 месяца назад

    Rekareka uyu ni maneko wurwandasha birazwi Hama icokigabo cita bantu ngo nibijuju ahubwo nicocambere Congo yoyo yababereyibamba kweri ivyo vyokwitwaza génocide kugira mwibigihugu cabandi vyarabatekurukanye surkoy 25 zirababaga

  • @JeanMarieNiyonemera-ws3tj
    @JeanMarieNiyonemera-ws3tj 3 месяца назад

    Wuvugukuri mubakwanka sindimwokwel ndakwera nkadadaniyeri

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 2 месяца назад

    Mwebwe murabantu bato muzi bike muri politique ni muceceke abayizi bayikine.

  • @princeshemakabera8077
    @princeshemakabera8077 2 месяца назад

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @jeanclaudeakili2372
    @jeanclaudeakili2372 3 месяца назад

    Chimamanda chomachoma wajinga wapate kuelewa 😅❤🎉!

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 2 месяца назад

    Vuga iciza kimwe urakora mugihugu moses ?

  • @sadikibernald9519
    @sadikibernald9519 3 месяца назад

    Mosess ntukabenkabo ngubatuke gutukana nibibi

  • @user-ug2xu6rp4e
    @user-ug2xu6rp4e 2 месяца назад

    Imyaka ibiri canke itatu iheze , Urwanda rwarafashe inyeshamba za Red tabara, Uburundi bwaciye busaba urwanda bwihuta ngo babubahe bahanwe muburundi , nubu bara pfunzwe. None Abo bo bafashwe ko bose ari abarundi nagira uburundi bwoca bubasaba kugira ubutungane bw'uburundi bubacire urubanza?

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 3 месяца назад

    Ikizira wew chimamanda ntuzusubire gutuka abarundi ngo turi ibijuju kuko niwe wama uvuga ko kuvuga ibintu uko uvyumva aruburenganzira bwamuntu none kuki abarundi bacommentinze negatif ucunuka ugatukana ngo turi ibijuju ahubwo ikijuju nikibuzabandi ivyo kidakora naco

    • @Alex-cb4rt
      @Alex-cb4rt 3 месяца назад +1

      Iyo umurundi adafite ubwenge kumwita ikijuju ni ikibazo? Nta barundi b'ibibigoryi ujya wumva bavuga ngo kuki u Rwanda rujya muri congo? Birengagije ko hariyo interahamwe zamaze abanyarwanda zigomba guhizwaho ijosho

    • @nduwaemma8588
      @nduwaemma8588 3 месяца назад

      @@Alex-cb4rt none umurundi abonako urwanda ruri mumakosa kwinjira muri congo bisigura kwaba arikijuju cank aba ariko abona ibintu mbe wew uvuze ko abasoda babarundi bari gufasha kongo kurwana bidakwiye uburikijuju cank aba ariko ubibona wew kugatwe kawe

    • @Alex-cb4rt
      @Alex-cb4rt 3 месяца назад

      @@nduwaemma8588 abasoda b'uburundi bafasha kongo kuba atari ukuri cg ari ukuri biterwa n"umuntu. Nkanjye numva ko ari ukuri kuko ndayishimiye na kisekedi bose bahuriye ku mugambi umwe. Biyita abahutu bakumva bagomba kwifatanya na benewabo ba fdlr mu kwica no kwanga abatutsi. Abahuje umugambi kwifatanya ni ibisanzwe. Uburundi buri muri kongo ku mvo ebyiri. Iya mbere nukurwabya m23 ku mafaranga y'ikiguzi kisekedi aha ndayishimiye. Icya kabiri bariyo barwanya red tabara kdi ibyo byo nanjye ndabishyigikiye ko bajya kurwanya redtabara kugira ngo itazaza kubicira abaturage. Ikibazo nibaza ni iki. Uburundi buri muri congo kurwanya redtabara, uganda iri muri congo kurwanya adf none ni ukuberiki abarundi bo badashaka ko u Rwanda rushya muri congo kurwanya fdlr? Byaba bitwaye iki? Kuki uburundi ,u Rwanda ,uganda na congo nutafatanya kurwanya imitwe yose iri muri congo hadasigaye n'umwe. Uhereye kuri redtabara, adf, fdlr, n'indi mitwe yose iva mu mahanga. Iyi mitwe yose ivuye kongo M23 nayo ntiyakongera kubaho impunzi zose zahita zitaha.

    • @Goodman.600
      @Goodman.600 2 дня назад

      ​@@nduwaemma8588
      Harya imyaka mu maze Sud Kivu murwanya Red Tabara namwe muri mu makosa ?????
      Igihe cyose mutarasonanukirwa ni mpamvu u Rwanda rwaba Congo ntimukwije ubwenge cg namwe mu mitwe yanyu mushyigikiye FDRL nkuko Congo iyikoresha

  • @PiscineTV
    @PiscineTV 3 месяца назад

    Muvandimwe ibyo uvuga nibyo Kagame abaye yarohereje abasoda Congo ntakosa yabo akoze kuko abashaka gusenya igihugu niho bari Congo yameye kubaha indaro bakomeza kujya betara ibisasu murwanda wowe ubaye uri perezida ayo makosa wayihanganira ubwo Congo yahisemo kwirahuriraho umuriro icumbikira aba Genocideri

  • @didpoetry
    @didpoetry 3 месяца назад

    True 🙏

  • @user-bl5mq3ib2k
    @user-bl5mq3ib2k 2 месяца назад

    Chimamanda niwemuntu winjajwa.
    Gashino kanyoko Abanyamurenge nabahutu 80.000 people biciwe munkambi za congo bishwe nande ?ntibishwe na Kagame???

  • @agabakennedy5976
    @agabakennedy5976 3 месяца назад

    Erega Moses uko president wa tanzania na south africa baganira bitandukanye na ndayishimiye kuko nta musirikare wa tanzania cg south africa urwana yambaye uniform ya FARDC ubwo rero iyo utihaye agaciro ntawundi wakaguha ikindi tanzania yo yirebaho kuko iyo yita kubarundi nabo yarikubasabira bakabarekura uretse ko namakuru ahari avuga ko aba SADEC barekuwe ari ba private gusa aba officers barabagumana

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw 3 месяца назад +2

    Chimamando we, ihamahoro sha.aba CNDD FDD jewe nibaza kwimana yabavumye kuko ntamuntu akomeye akora nkabo.wewe uravye ahigihugu aho kigeze twitwa ngo turi mumahoro ntubona kwaribara. 2005 baje kubutegetsi twariruhukije bivanye nibihe birebire twari tumaze mumagume bashitse bashitse bicha abantu batavuga rumwe, bariba,bagarukana ivyamoko amashirahamwe arugarwa ama radio araturirwa amasoko abubahwa nka domitien na kadege bakurwa imuzu bakubitwa nkibishegu .basanze igihugu cikwije gisumba urwanda gifise isukari ikwiye, ikiyeri,igitoro,ifumbire, icayi cishi cane ,ikawa nyishi umurimyi wayo atidoga munyuma pita ayegurira umugore wiwe ngo ayigure abariwe yishorera iburayi l'ETA ivemwo nubu ikizu yubaste pita co kuyisitokamwo kiri maridadi ngozi kirugaye ntanumuzamu agicunga.idorare 2005 nticari ikibazo abazungu bari buzuye igihugu.ama ONG zuzuye zimwe zahawe 24heurs ngo babe bavuye kubutaka.ngo igihugu uburundi ciza caaaane turikwije.hehhhhhhh ubuho data bafise nimvugo yabo nivyivugo tutazi iyo vyavuye.uja wumva ngo igihugu cacu cuburundi CIZA CANE!!!utagasizeko ngo urigipinga.ariko vyukuri uravye ikibazo cubukene igihugu gifise murabona izo nkwavu avuga ni bikere nimisiba ninsazi arivyo bigiye kuzana idorare.haribintu vyerekana ko aba DD niba imana itabavumye badakomeye mumitwe.birirwa biruka nabo batavuga rumwe ukamenga Bose bobica idorare ryoboneka.aho babiciye ko ataryo barabona ibintu bitera biyangara.ntamurundi afise ubwenge akiri inyuma yabo, kiretse abishe abantu banka yuko hatwaye uyundi mugambwe bokurikiranwa.ariko ntibizokwama uku.

    • @egidedusabe6605
      @egidedusabe6605 3 месяца назад +2

      Uvuze meshi kdi yukuri kbsa ndabikunze uvuze ibintu bindimo nabuze ahombivugira

    • @user-hh4qr3cw5q
      @user-hh4qr3cw5q 3 месяца назад +1

      Ukuri kwuzuye

  • @user-kk5rq7fe4d
    @user-kk5rq7fe4d 3 месяца назад

    Wazaduhaye number ukoresha kuti whatsapp nkajya kwihera update news ndi rwanda

  • @Alexis-ee7hf
    @Alexis-ee7hf 3 месяца назад

    Ariko x ntiwumvise ko Scovia yakubwiye ko harabatanzania naba sadeke banze kwerekana babitse wumvise koyavuze ngo abobasirikare nimari ishyushye

  • @mahirwe980
    @mahirwe980 3 месяца назад +3

    Cddfdd numuvumo kuburundi

  • @mutavu
    @mutavu 3 месяца назад

    Brother abobose uvuze barafatwa cane ahubwo muntambara habamo byinshi iyo bafashe abasilikare ibihugu biravugisha ababaha bidaciye kuma youtube aba rero babacishaho kugira uburundi buboneko bubesha amahanga Thanks

  • @EddyPeter-ez5kt
    @EddyPeter-ez5kt 3 месяца назад

    Neva ntiyatinyuka guhinguka imbere ya makenga amusaba imbohe zafashwe kuko afatwa nkumwanzi ukomeye wa M23

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 3 месяца назад

    Scovia she's my wife.

  • @MasaboTheoneste-wc3ej
    @MasaboTheoneste-wc3ej 3 месяца назад

    South Africa na Tanzania M23 ifite ingabo zabo,ariko mwabonye ukuntu aba President babo bagiye gusaba uko babaha abafungwa babo,nubwo bitaracamo ariko bafite uko babibuhanaho kumpande zombi.
    niyo mpamvu M23 itagaragaza izomfungwa zabo kuko bafite uko babiziranyeho.
    Naho NEVA nta Politic ye,Uzi kwihakana abasirikare bawe ngo mudaseba tuuu.
    Mwabonye ukuntu abasirikare 2 Congo yafashe b'urwanda ukuntu bababuranye mpaka babacyuye?
    Vive Rwanda

  • @parfaitgakiza4860
    @parfaitgakiza4860 3 месяца назад

    Biragoye caane goose kuko usanga m23 harivyo yavuganye na reta yuburundi hama reta yacu bakayitenguha niyompamvu bica bigorana ingene reta yuburundii isubirayo ivuga kndi ubwambere itubahirije amasezerano

  • @DeliciaHereTv
    @DeliciaHereTv 3 месяца назад

    Ibazeko Abasoda ba South Africa na Tanzania iyo m23 ifashe na 2 gusa l'ETA zabo zihita ziganira nabo mwibanga niyompamvu mutazigera mubabona kuri camera ! Mujye musoma ibinyamakuru byo muri Tanzania na South Africa muzasanga Ayo makuru arimwo

  • @rosaliebiniga5543
    @rosaliebiniga5543 3 месяца назад

    Abavuga ko Mosess abesha ntaco mwaba mufite ukuri kwanyu ,ariko niba abesha ntabwira ibirofa turazi kwiyunvira,on est pas des idiots

  • @Thetrendsafrica
    @Thetrendsafrica 3 месяца назад

    Nimba abarundi mufite aba journalist bazima bazagerageze baganire na m23 bashake amakuru yabo basoda bafashwe

  • @RoniBahati-be4dg
    @RoniBahati-be4dg 2 месяца назад

    Weho uricyiwerewere sh

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 3 месяца назад

    Ariko namwe ndibaza ko cndd fdd mutariyimenya! Non erega igituma Neva atabitayeho abafashwe nuko ivyo yifuza arivyo vyababayeho. Non murabo bafatwa nta mbonerakur irimwo bamwe nabahoz mu gisoda cakera abandi bakazira ko ari abatutsi cank abahutu bavanzwe bavuy muri fnl yokwa rwasa.
    Rero abo bafashw bakwiy kureka kwiriza bagafanya na m23 nayo ikazobafasha gutaha ntakindi. Le reste c'est du n'Importe quoi!

  • @janvieriraguha9041
    @janvieriraguha9041 3 месяца назад

    Abasirikare bibindi bihugu barafatwa arko ibihugu byumvikana na m23 bikabaha $ cg nibindi bumvikana nayo ikababasubiza impamvu abarundi baberekanya kumvikana na never byaranze yarabihakanye

  • @celestinnduwayo6712
    @celestinnduwayo6712 3 месяца назад

    Barabizi ko arabasoda bu burundi ntabwo arinyeshamba babigira nkana kk bahemukiye umuyobozi wa m23 igihe yaza kuganira na leta yuburundi icirabazunguruka rero ntibobemera

  • @honorekabalisa3687
    @honorekabalisa3687 3 месяца назад

    None FDLR ,iyobafashwe ntiboherezwa mu Rwanda harubwo bafungirwa Congo???,

    • @Goodman.600
      @Goodman.600 3 месяца назад

      Barabazana Cyane !!!

  • @duhuzebosco6207
    @duhuzebosco6207 3 месяца назад

    😂😂😂😂 nihatari kabisa ivyo Putin yagiye kurengera bitandukanye n ivyo vya M23 Moses Jewe si nk utuka ariko icatumye Putin aja Muri Ukraine bitandukanye gose n ivyo Muri Congo
    Akarorero
    Muri Don bass Barya Bantu baho umuco ururimi kW ishure hose biga mu kirusiya ariko bitandukanye n ivyo vyo mu Rwanda

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 2 месяца назад

    Wewe ufise ibishobisho vya kubu gusa wibagira kahise k'igihugu cacu!

  • @Alexis-ee7hf
    @Alexis-ee7hf 3 месяца назад

    Ariko narabikubwiye mosses mukiganiro uherutse gukora

  • @AdrienSibomana-dv7tq
    @AdrienSibomana-dv7tq 3 месяца назад

    Moses ww uricari umwana politic ni politic muyirekere bene bo ugira ngo si nabaye impfuvyi kubera buyoya yitwa ngo ni president ugirango ww moses uvuga America wagiyeyo ku mahoro? Witwa impunzi politic ifite beneyo

  • @Alexis-ee7hf
    @Alexis-ee7hf 3 месяца назад

    Wabwirwaniki impamvu m23 itabashyira ahagaragara? bafite ukobaganiriye nibihugu baturukamo kugirango m23 itabashyira hanze ndayishimiye ahubwo nawe wagirango ntiyigeze aba umusirikare kbx ntago wabawarabaye umusirikare ngo wime agaciro zamatekwa kuriya ntibibaho

  • @yulla7654
    @yulla7654 3 месяца назад

    Ese Moses urakeka Aba M23 badafatwa nabo ahubwo barumvikana ntibige hanza bagahana imbohe Sebarundi ntamibare aba yakoze

  • @k_g1504
    @k_g1504 3 месяца назад

    murebe urwanda muba muvuga nabi ruclips.net/video/VM6rw4nmaTY/видео.html

  • @AdrienSibomana-dv7tq
    @AdrienSibomana-dv7tq 3 месяца назад

    Reka reka Deja m23 yavuze ko abo barundi bariko bafasha congo kndi red tabara yagiye ihunze igihugu rero mureke amenagurike kuko yagiye ahunze
    Evariste numushingantahe

  • @manudiofficial
    @manudiofficial 2 месяца назад

    Uwutazi iyava ntamenya iyaja wewe uri urupfu rwigendera

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 3 месяца назад

    Ahubwo na wew uriko ubafasha muri propaganda yabo

  • @EddyPeter-ez5kt
    @EddyPeter-ez5kt 3 месяца назад

    Impamvu babihakana nikimwaro kuko ntibari baziko bizabagendekera kuriya bari baziko baje kumara M23 basanga amazi siyayandi ka Neva numwe mubanzi M23 ifite kuko bamushinja ubugambanyi ninayo mpamvu ingabo ze arizo bakunda gushyira kugasozi kandi ataribo bafatwa bonyine ikimwaro bafite rero ntiyatinyuka kujya kubasaba

  • @user-dd8dq7kz3e
    @user-dd8dq7kz3e 3 месяца назад

    Numva wivugisha ibinyarwanda,wosanga uri na maneko wabo.Je parie que tu ne parles même pas Français.Nta mu rundi uciye ubwenge wize utazi igifaransa.Ibintu vyose utanga urugero ku Rwanda kandi sivyiza.Donc arrêter de nous comparer avec le Rwanda.Si tu devrais nous comparer avec un autre pays ou bien nous donner un exemple sur un pays, fait le avec un autre pays qui s'est développé honnetement kuko u Rwanda ntaho rurigeza kuko kiri mu bihugu bikenye kwisi kandi birumvikana vu leur passée.Merci

  • @Kazo372
    @Kazo372 3 месяца назад +2

    Ntabarundibakwij naw ntiwirigwuravugamesh.kkoyabamukurucank mto nibigodyigusa.gsa mump laik bagenz

  • @ByiringiroSalomon-km4qp
    @ByiringiroSalomon-km4qp 2 месяца назад

    ❤❤❤