Sha mu Burundi biracabagora mu gupanga ama show,,,,,Niyompunvu abaririvyi bi wacuu badashobora gutumugwa muyandi ma show yohanze kuko ikintu citwa timing kuri show ntavyo baziii Niyompunvu kugira batere imbere bigoye canee
B-Face nabe amenya kwubahiriza umwanya kubera ntiyari one Man show yiwe wenyene ashaka gu performinga indirimbo ziwe zowe azotegure Concert yiwe wenyene One Man show iyo ni unprofetionnal
aba Stars bacu baratugoye kbx ahndi umu Stars ari international arengejeko umunota n'umwe umwongera amahera nayo iwacu barwanira kutava kur stage ndke😅😅 gus Gael na B face iyo beef yabo siyavuba kbx hari igihe bahatswe kurwnira mur colombe Fm😅😅 Ngo Gael azobatumire na Fabe love. B Face ariyankira.
Ikibazo ABA star bomuburundi bakunda guhura naco Ukwo batera Imbere nikwo nindero igenda iragenda.Ibintu nkivyo kuri stage Mubisanzwe ntibibaho🤣🤣🤣🤣🤣Umusani ateye imbere yanje mugihugu Arik aharira na MC kuri stage Imbere yaba Fans🤭🤭 en peu de mot umu star Ari kuri standard nka B Face hari ibintu ABA atakigwanira
Abategura ibiteramo batize neza ikibazo co gukoresha umwanya bakishinga ikijama bizokwama bibagora!
Like, Comment, Share and Subscribe ❤️ 🇧🇮🔥🔥🔥🤝💪
Sha mu Burundi biracabagora mu gupanga ama show,,,,,Niyompunvu abaririvyi bi wacuu badashobora gutumugwa muyandi ma show yohanze kuko ikintu citwa timing kuri show ntavyo baziii Niyompunvu kugira batere imbere bigoye canee
Kur stage nn ntimuhana umwanya mukabivugana aprés bakarek kurya akany kaband kur stage
B face yubahwe kabis 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏👏👏
B face arinakanyaro sn ariyumva foo wllh Kandi ndamaze kubona icokijama kiriyemera sn wallh Kandi juste Gaël ntakibazo ciwe mugihe ahubwo ndamwemera iyari mukazi ntavyakijama ❤
Barund hejuru💥💥🔥🔥🔥🔥
B face 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
Gaël ntakijama yubahwe caneeee B face vyukuri yitway nabi umwanya bakwiy kuwubahiriza arek kuza akota abaza gutera induru
B face hejuru cane mubicu kbs urakaze KL🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤❤❤❤❤B faceeeeeeeeee respect ❤❤
B face number uno (1)❤❤❤❤mur rap
Kingorongoro Hejuru cane Indero niyo yamye imuranze 🙏❤️
B face nkeka yinjiy on stage yaborewe Kuko yarerekany inderombi kwl
b face number 1
Murakwiye gutember mukabona abandi ingene bakor ibiteram kweri😊
B face hejur can 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Undi akunda gutakaza umwanya avuga aho kuririmb ni Fernando
B-Face nabe amenya kwubahiriza umwanya kubera ntiyari one Man show yiwe wenyene ashaka gu performinga indirimbo ziwe zowe azotegure Concert yiwe wenyene One Man show iyo ni unprofetionnal
B-face ntandero peeee @fabelove hejuru❤❤❤❤❤
Aho uruhwera kumateka yaraye akoze 😀😀😀😀
Nawe uri fabiyora kwer .mwebwe B face azobasaza kwer kuko arabarenze
Wubhw b fac uriyumv kbx
Nimba umwanya warutegekanije ari 20min b face yaradekonye
Well said brother 👏 👍 ❤️🇧🇮✌️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tekana wewe B face niwe mu star dufise afise indero ndundi kubwivyo ndaziko atakajagari yari guteza Ahubwo Gaël nakurwe mukazi
Uwank bface ndamwanka
Urazukuntu aboba émus batubabaje muburundi kwubahiriza umwanya biracarikure nkukwezi uzukuntu batugandishije harya kandibaziko hanze ata bisi zihari
B face wubahw kl kand aban Bos baz bacir inkod iwaw ushubaru'ngik mumbar kwicaray urap ubahets kumugong arik ntibunv
Nivyiza kubahiriza umwanya baguhaye naho aba fans boba bagukunze
Hahahahah🤣🤣🤣sindaheza usilete bras de fer uwo mutype ariyumva nkeseri nategure show yiwe yimare inyota si summer se?
Moto wa kuotea mbali jamaa ni noma
B fece intwari kwl ntawund dufis kwl
Rap yaramujany
Duuh
Abatazi kuririmba nibo bagira amanyama 😅 nkuyu kweli yagiye kuririmba bigenze gute
😂😂😂😂
Uwomugabo gonimukubito asubiye kwegera naho bfc ari azokubitwa
Yakuza makossa Gayle
Gaël ntakosa yakoz
aba Stars bacu baratugoye kbx ahndi umu Stars ari international arengejeko umunota n'umwe umwongera amahera nayo iwacu barwanira kutava kur stage ndke😅😅 gus Gael na B face iyo beef yabo siyavuba kbx hari igihe bahatswe kurwnira mur colombe Fm😅😅 Ngo Gael azobatumire na Fabe love. B Face ariyankira.
Mbe Sapor baracazidandaza?
😅😅😅
Fabilove Respect
Eka ni fabiyora kwer umbwa wewe
B face numurofa. Baguhaye 20 minutes reka kuyirenza kuko niyo wahembewe. Hariho abandi baririvyi uriko utwara umwanya wabo
Vaho wamushinziwe
@@Sam-mr2go swera hasi wambwawe
Mwe bagabo ibi bitutsi mubijane iwanyu apana hano!🙏
Mubisanzwe gael warimumakosa warigutuma umweger ukabimubwir .
Yaramubwiy b face yitway nabi
Ntavyo kumwegera b face numyamafuti sn
Gusa B-Face yaharwitse kweli niwe yaryoheje show
B face n ikigugu
Ikigugu ni bene wanyu rofa
Ikigugu niwew na nyoko
Ntanderagira b facentimuzosubirekumutumira
B face kabisa ararenz mumwubah kabisa kuk yaray anyemej. Nez nanez nubw yam yanyemej
uyu mujama b face arafise akanyaro kl
Akanyaro wewe yarakagushizeko mbesile
Yeeh sn
Ikibazo ABA star bomuburundi bakunda guhura naco Ukwo batera Imbere nikwo nindero igenda iragenda.Ibintu nkivyo kuri stage Mubisanzwe ntibibaho🤣🤣🤣🤣🤣Umusani ateye imbere yanje mugihugu Arik aharira na MC kuri stage Imbere yaba Fans🤭🤭 en peu de mot umu star Ari kuri standard nka B Face hari ibintu ABA atakigwanira
for sure
Imogi baywa
Bande!?
😂😂😂
Juste gaella arakwanka PE yaraye atubabaje
Gaella yakoz ibint vyuburobe bishinga injury hogutangura chau
Uwo umuzaniye ubuvenge arakumena sikurya bamukura kuri stage izina yararyiyubakiye
Niyompamvu ibintu nkivyo ntoja kubiraba kuk dutunz les voyous vrm ntibar professionnel ntanagato
Nawe har'ivyo udatahura tekereza!🙏
Indero.come