Mwes murashoboy ark nobahanur mukoz vidéo komoz murashiramw aba danseur nih indirimb ivum na diamond avumishw nukunt atamb indirmb ziw ntac nryahey nka video namb moja ya b face
yes yes juste gael imana iguhezagire yes bose barashoboye vraiment barafise impano ariko mwico Kiganiro habayemwo agakosa muzogakosore hanyuma !! naka bit wahaye wawa na bizzo uwezo zari zikanye ziganda bukebuke b face na prime wabahaye bit zinyaruka cane ako muzogakosore hanyuma yes merci beaucoup juste gael
Je b face arantangaza noe kuva aho yaririmbiy ivyo bintu ngo ni freestyle ntaramenya ko vyaturambiye...?b face na kirikou mwarandabiye kuma freestyle yanyu umwe ngo fyakatafyakatu hahahahahaha nimu compoz ibindi
jew nizere ko muba amateur Gael ntarimwo kabisa uwemerenya agonge like komera gael uruwambere kabisa
Why nobody gives credit to #Wawa he is a such great rapper too!! :( enjoy the talent guys!!
A-ha Burundi ndabona ibintu nibien saana zaidi ya Saana. Ariko VG wawa anteye ubwoba. Mumfash arondererwe Management kuko niho twoyama twahaze vina. Uwabibinye agong like ngaha
Ntayindi nzira yokuduza umuziki wa Rap atari nkivyo biganiro #justGael👊.. 1st#Pim, 2sc#BizzoUwezo, 3rd#Bface, 4th#VgWawa..
Number one j'aime and comment
Wow mbega emission y'amateka iruta izindi
😂😂😂😂😂😂
Fire fire
GATO KARAKURA
Komera B face
Woooow !!!!!!!!!!!👇Nikintu cizaa kubahuzaaaaa... Woooow.... +257🇧🇮🇧🇮🇧🇮.....Rap........... Iraryoshe caane
Uyu mukubito warasara ndak uracar uwambere big up #Gael
Pim 👊👊👊👊b face unaniangusha walah
Woooow !!!!!!!!!!!👇Nikintu cizaa kubahuzaaaaa... Woooow.... +257🇧🇮🇧🇮🇧🇮.....Rap........... Iraryoshe caane
Wawa n pim
Pim noma sana mambo ni 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️💯💯💯💯💯
B-F vs Pim nibo ari✌👌
B face number one
Freestyle ya PIM irasukuye pe!
Man ku d chapo vret😻😻
Mwes Murashoboye kweer Buja haribihangang vyinyegeje
Pim noma xana
Bizzo wezo nomaa you the best
VG wawa 🔥
Wawe na PIM kbsa respect
Ibiganirinkib nivyovyiz mrc bcp vrt pim and b face big up sana munaeza
Rero turasavye ikindi kiganiro ca Pim na B face babahe Bit hama baririmbe ibivuye mumutwe ahonyene apana ivyo baririmvye mumiziki yabo
Pim is the best
Wawa big up Sana unaweza tena mi nakubali
PIM Made my Day!!🔥🔥✊🏾🙌
Mwes murashoboy ark nobahanur mukoz vidéo komoz murashiramw aba danseur nih indirimb ivum na diamond avumishw nukunt atamb indirmb ziw ntac nryahey nka video namb moja ya b face
Bizzo wozzo
🔥🔥🔥🔥pim vs vg wawa 🔥🔥🔥
Pim ararenz kabsa!! Gusa aba bahungu bacu barashoboy vrt!!
Pim,wawa barakaze sana b face wwe nt freestyle azi yarimvy presque ingoma ziwe.big up gaël vyura rap kabisa mû nyuma naho dukeneye collabo yabo bose
Fake Rappers ....Mega zanje zigiriye ubusa kabisa
Juste gael number one kbx 🔥iyo game j iranyica kbx
VG Wawa big up unaitaji heshima bro
gajos safiiiiiiii
Pim respectable man unaweza
respect bizzo uwezooo
Bizo acire ivyobiraya avugana mukanwa canoe areke hip op kuko ntavyashoboye azamanza kumira ivyobiryoo
B fav anawazidi
ndakunda abaraperi biwacu. ndaryohewe kubona Pim na Wawa
Ibi sibitito ni mind zaba papa, 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
B Face every where is the king juste urumwe nukuri ndatahuye aba rapers ntibankana nakazi
Respect mwese murashoboy courage
B-FEC one kabixa nakukubalii bro
Uzotugarukanire imikubito nkiyi ndak
Respectable man nakubal✌
PIM respect double man urarenze B face naw kwiyemera bibi urumvako pim arenze
Big up brothers ...muranryoheye sana Big up kuva kwa Gael namwe gushika kumu Technicien.
B i z o s t u r a g u s h a k a n a w e p l s e m u m u k u b i t o 👌😉😍😍😍😍💥💥💥💥💥💥💥💥💥
Sha abarapeurs barashoboye barakwiye kuraba ingene boja hamwe kugira bavyaze umusaruro ibikorwa vyabo vyiza hama biyubahishe kabisa
PIM respect double man urarenze B face naw kwiyemera bibi urumvako pim arenze
Wallah baranyemeje rap yubugesera gusa b face arasarisha kiramisiyose yama agira vyabindi tuzi ntamajambo afiseee umurap wukurii yama afise amajambo adasa nayo yama atanga muzindi émission
Nakubali sana boy we njo namba1
Vg wawa noooma mazeeeeee
From Zambia
B-face na bizzo big up sana murashoboye
waoooooooo 💣kbx ivyobint ni fire fire
Bfc arabareze man ya kosoye kbs ni mukali sana
Ibiganiro nkivyo Ni bn vrt big up✌️
Turapapa,go pa
B face nta freestyle azi😂😂😂
Pim dukeney ikind gisasuuuuuuuuuuuuu
B FAC anaimba mistari ariimba uezani na pum
B face yubahw abikora neza
Cank ab rappeur bac bab barapa indirib batar ririmb nk B FACE
Pm.ndakwey wabafunits
Pim for President✊✊✊
This guys ndabakunze kbs
PM wafuze abo babon hahaha fabelove ngah niwe arenze
Big up Bizzo uwezo
Rap mu Burundi ibuze support naho impano barayifise baranyemeje 😍😍😍
Bizo na vg ndabuze uwo ntora kabisaaa muga PIM yafunitse uwomujama a rapper yonger a raggae
Ikiganiro ciza cn,terimbere bro
Bface yabafuse mwaban bato kwl nakubar b face
Salut Gael urashoboye man 🙌
hatari fire
B face wtf iyoo si Freestyle nigga ni Karaoké😏 Pim 🔥🔥🔥 Respect
Burundi tunaweza sana
Bose barashoboy kabisa
Ahubw bari bakwiy kuja hamw bagakora nk'ibigoma nka bibiri
Amashi kur bose
#Juste nakukubali kinomaaa,,,, good rap challenge,,,, #pim the rapmaster....
Pim uranyemejeee peeee
Bizzo noma kabisa respect guy
VG ntagira muri beat neza!
Hhaahahaaa ewe b face wahamaramariye noe aho warimwo u rapper cank...?PIM Wakoz kumwemeza
Vg wawa Haha Uranyishe
Big up kuri mwese murashoboye courage
Ha b face Abemeze
Just Gael big up sana boss
yes yes juste gael imana iguhezagire yes bose barashoboye vraiment barafise impano ariko mwico Kiganiro habayemwo agakosa muzogakosore hanyuma !! naka bit wahaye wawa na bizzo uwezo zari zikanye ziganda bukebuke b face na prime wabahaye bit zinyaruka cane ako muzogakosore hanyuma yes merci beaucoup juste gael
This is not freestyle
respect bizzo uwezo
Gaël ubusubira uzoze ubambwir mur freestyle ntibazoze bararirimba indirimbo zabo tuzi yani baduhe imvamutwe zishashazishashaaa bavange nizotuzi nke zibaho
But big up our rappers
I like the freestyle
B.face arihe
B face respect
Numukubito kbs
pim killed so hard
Wow iyokali kabisa iyorabu nambawan ndabafana😍😍😘😘
Respect 2 u CEO... NakuBali vrt
Walahi Bface nawe urarenz kuri hip hop
Je b face arantangaza noe kuva aho yaririmbiy ivyo bintu ngo ni freestyle ntaramenya ko vyaturambiye...?b face na kirikou mwarandabiye kuma freestyle yanyu umwe ngo fyakatafyakatu hahahahahaha nimu compoz ibindi
Option code
Respect b face