Bamwe mu ba nyepolitique b'Uburundi ntibahuza na CVR kuvyabaye mu 1972.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 26 ноя 2024

Комментарии • 12

  • @isamazatv.115
    @isamazatv.115 3 месяца назад

    None nabahutu gusa bishwe ? Reka reka nabatutsi barishwe cyane , na Banyamurenge barishwe rero vyose nukubivuga 😢

  • @CeleusHARERIMANA
    @CeleusHARERIMANA 7 месяцев назад +2

    Ahankabant dufise 30ans ntanakimwe dutahura kiretse mutohojekuvya 2015 hoho twabonye tukumvukur kuvyabaye

  • @EllissaNiyogusenga
    @EllissaNiyogusenga 7 месяцев назад

    Jewevngerageje kunyanisha kuvyonumva.nuko abanyaze bosubizanya.ham kibiciwe bababarirane kuk ntobosubizanya abiciwe. Ham ubumwe bubandanye.nimbarumuhutu yanyazumututsi asubize.nimbarumutsiyanyazumuhutu asubize. Kuk mugumye muzana ivyakahise ntimuzobivamwo

  • @siimon559
    @siimon559 7 месяцев назад +1

    Hanyuma ubwicano bwa 2015 nabwo?

    • @GiseleUwera-m6g
      @GiseleUwera-m6g 7 месяцев назад +1

      Ubwicanyi bwa 93, abatutsi baratikiye, ivyo vyose ntibivugwa

    • @NimenyaLionel
      @NimenyaLionel 4 месяца назад

      Kuko mwiyisi, inkuru zose zivuga ubutwari bwumuhigi kuko ariw azi kwandika​@@GiseleUwera-m6g

  • @daviirizima7485
    @daviirizima7485 7 месяцев назад +1

    Bategerezwa guhuza vyanse bikunze génocide sikintu co gufyinisha!

  • @jdni9684
    @jdni9684 6 месяцев назад

    Vous n'avez pas besoin de convaincre ceux qui contexte qu'il n'y a pas eu de génocide contre l'élite hutu en 1972 par des discours bien construits, mais il faut leur apporter les faits. Ils auront beau contester les faits, le monde les huera car les faits disent la vérité plus que les paroles.

  • @chimamandamosesoffice8109
    @chimamandamosesoffice8109 7 месяцев назад

    BAMUGIRA AMAJWI MEZA’ poor voice

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k 7 месяцев назад +1

    C'est très simple, batubarire aho les intellectuels et l'élite hutus bajiye !!! Faîtes même les listes des assassinats de 1972 avec les responsables babajane

  • @NimenyaLionel
    @NimenyaLionel 7 месяцев назад

    Mr Kobako, nimba vyukuri ivyurikuvuga ari ukuri, kuki uvugana agashavu? Kuki uryagagura uwo mutama avuze imbere yaw? Ukuri bisigura ibiva mukanwa kawe? Uko niko aba intelrctuelles baganira? Mwese mwibagira ikintu gikomeye; igihugu nikinini gusumba uwariwe wese muri mwebwe , ukuri naho kwozimanganywa gute, igihe kimwe kurivyukiranya. Tanga iciyumviro cawe udatukanye. Par tes propos tu t es ridiculisé. Salut

    • @Negrodamus16
      @Negrodamus16 7 месяцев назад

      Ako ni agashivu ufitiye Kobako kuko ariko avuga ukuri kandi biravugwa yuko ukuri kubabaza, tekana