Abiyita les promoteurs de la musique burundaise bashaka kuba ba nsumirinda nka kurya bimeze muri politique y’igihugu, niyo ngorane ihari. Bashaka kurya babafukamye mu nda. Hakenewe changement de mentalité muri leadership !! Mubateje imbere bareke bagere kure, n’aho bogusiga ntaco uzoba waragize ico uterera.
Burundi one love🇧🇮
W paulin tekana sh uwatanze colabo yarivugiye ko indirimbo atari gwawe noe ushaka ik?tekana
Nogatangaye Vraiment
oya nukuri Papa paulin ntubireke gusa uhindure uburyo bwo kubikora
Akajambo kamwe kuri Paulin ntabihebe kubera mubuzima umuntu aca muri vyinshi ahubwo hobaho kuhakura icirwa kuko mwiyo projet habayemwo ukwizerana kurenze haba kuri Paulin na management ya Jose chameleon kuko igikorwa cakozwe chameleon ntiyaraziko arivyanditse muri contact. Sasa nabandanye ntacike intege.
Vrt warahemukiwe nubukugira baje hanze ubitsemwo uruhara,Kirikou ntiyubaha birazwi
Abaririmvyi b'uburundi finalement bazobura umuntu n'umwe abashigikira. Nico gituma badatera imbere
Abiyita les promoteurs de la musique burundaise bashaka kuba ba nsumirinda nka kurya bimeze muri politique y’igihugu, niyo ngorane ihari. Bashaka kurya babafukamye mu nda. Hakenewe changement de mentalité muri leadership !! Mubateje imbere bareke bagere kure, n’aho bogusiga ntaco uzoba waragize ico uterera.
Les Burundien vrt 😢😢😢😢😂😂
Umuntu yihakana umwana wa Colyse niwe ariko aravuga ngo ntabesha ??😂😂😂😂 Tekana Papa Said, alias Pdiddy.
Kura ibwiyemezi ngaho wambwawe urumwicanyi
Nahora nibaza ko Atari umurundi🤭🤭🤭
Uwo munyamwema afise ukwiyemera ngo ntabesha nareke kuza araca inguvu abana babene gihugu
Imbabaz!! Band basab imbabaz ahubwo axisabe wew apan Bobo
Uko biri kose kirikou ndamuzi niwe muntu wamber yubaha kuv mbaho narimaz kubon ham ntubesha utemera umwan wa colis 😂😂
Gusa uragayana ngabana bawe bafisiki😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃👁️👁️👁️👁️👁️harya ntacowanze
Wewe wanze iki ? , kuvuga ubusa gusa , nta nigihagararo wewe unganya na Paulin .
Ihangane mugenzi
Nimwe mumutera Amanyama akaguma ashaka gufata nabi abandi. Journalist namw muramutinya ngo yobima ibiraka 😂😂
Uratinya Imana kandi ugurisha inzoga uri umu musulman😏Lol
we got a saint over here . what are talking about dawg ?
Quruan ntikenewe mumuziki wanyu.ariko ibindi nagutahuye
Umudimudimu n'umurundi nkatwe kandi ashaka guteza zigahera...komera uwakosheje asabe ikigongwe...iyo rasisme ntaho izotugeza...
Sorry guteza imbere umuziki wacu, ingirane ziraza kandi zigahera...
Mudimudimu twitwarire abakwise pididi
always uneducate
Uwomudimudimu nabareka kwiyitirira indirimbo zabandi nikindi naco yoreka gusubiz inyuma impano zabaririmvyi
gusubiza impano !! si we yabateguriye am concert iburaya . bajahe bakiri bantu bwoy?
Oe bzgusab ikigrwe ciki
None nimba umuruta cank ufisabana bamuruta kuberik wew wamuvuze?? Toka kule wee mudimudimu
always the same damn people . can't handle a conversation without insults .