EHE NIMWIBUKE BY UMOJA GROUP AUSTRALIA-2024 OFFICIAL 4K VIDEO.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Ehe nimwibuke ni indirimbo ihanura abarundi bahungiye mumahanga, abenshi bagiyeyo kubwo umugambi w'Imana kandi bagenda bafise amasezerano menshi basezeraniye Imana. Ariko bamaze gushikayo abenshi bibagiye iyo bavuye eka ndetse bibagira namasezerano maze batangura kwivayanga muvyisi. Umoja Group Australia twaririmvye iyi ndirimbo kugirango tubahanure kandi tubinginga guheba ingeso zabo mbi bibuke aho Imana yabakuye nivyo yabakoreye bagaruke k'Uhoraho.

Комментарии • 117