🇧🇮 Nzatuza mbonye Christopher ndamukunda😢 Umurundikazi atubwiye uko yaje mu Rwanda gushaka ubuzima❤️

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 май 2024
  • Niba wifuza kudusangiza inkuru yihariye runaka cyangwa kwamamaza watwandikira kuri +250788463242
    Instagram :
    @leaentertainment @leandrerwanda

Комментарии • 147

  • @Lea_Entert
    @Lea_Entert  Месяц назад

    😄Umva amayeri y'abakobwa ushobora kuba utari uzi bakubeshya
    Reba ikiganiro kuri Lea Ent kandi unakore subscribe comment na share
    👇🏻👇🏻
    ruclips.net/video/Zj6bN7KSh1c/видео.htmlsi=dwkL2dQz6nS_7gKX

  • @nyiramukirediamant1132
    @nyiramukirediamant1132 Месяц назад +3

    Urimwiza cyane wamukobwawe,ikibazo nuko wapfumuye izuru.warabyishe cyane !!!!

  • @JumaWandwi-qs5rr
    @JumaWandwi-qs5rr 2 месяца назад +3

    Dada mzuri hongera nimekupenda

  • @mugarurafred4487
    @mugarurafred4487 24 дня назад

    Abarundi nabo nibazaara abaana barungyi mazima. N'omuhima murungyi mazima.🇺🇬🇧🇮

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 2 месяца назад +3

    Reka ndakimuvugire abarundi hariho abaronka amahirwe bikarangira bayishe Kubera bakunda gusorora umurima utarera bikarangira umurima bawankirije.abanyempano Beshi bitangura babivuyemwo kuko izompano usanga ziteza imberbe ababafasha gusa nabo bikarangira bararonka nikirato co kwamba akarorero ni abakinyi ba ndinde bâtiment abakinyi bamafirime batigera bavyiyumvamwo kuko aribo bibitanguje bakaba atanumwe yihenze aronka nakadeplacement basi kandi baguma binjiriza abandi.

  • @benswaga8861
    @benswaga8861 Месяц назад +2

    Yooooo disi uri beautiful ark uri injiji

  • @user-yt5rz8qh9p
    @user-yt5rz8qh9p Месяц назад

    Mutahure ategerezwa kuvuga neza urwanda kuko niyo ari nanyene araziko Uburundi ari bwiza caneee harimpavu ashimagiza urwanda 🥰

  • @wilsonwilson6833
    @wilsonwilson6833 2 месяца назад +8

    Mugisha arikukuvi

  • @aphrodisbiziyaremye5454
    @aphrodisbiziyaremye5454 2 месяца назад +2

    Abarundi nababanyi kuvakera njyewe ndabakunda. One day nzobasura .

  • @nyiramukirediamant1132
    @nyiramukirediamant1132 Месяц назад

    Uburundi bwaribwiza kera.nahubu bwarangiritse cyane.ubura naho unywera fanta kuber'umwanda.

  • @user-hp2ei4hc6c
    @user-hp2ei4hc6c 2 месяца назад

    Mbega umutoto weeeee😊😊😊 Nagumemo kigari nineza cyane

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  2 месяца назад

      Si neza se ! Baracyazaaaaaaaa

  • @HabiyakareVenuste-cl5qf
    @HabiyakareVenuste-cl5qf 2 месяца назад +1

    Amazed neza pe

  • @user-po5sg6vh4c
    @user-po5sg6vh4c 2 месяца назад

    ❤❤❤❤❤reandre weeee, komeza ubikoreeee ndagukunda bro, ni pichou paul from Kenya Mombasa exactly cost

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  2 месяца назад

      Asanteeeee cyaneeeeeeeee one love ❤️

  • @tumahai157
    @tumahai157 Месяц назад

    Language barrier,uyumwana ikinyarwanda kiramugora ntari kucumva neza

  • @IslamMaxme-dy4xl
    @IslamMaxme-dy4xl 2 месяца назад

    Nimwiza cyane uwomurundi

  • @Mariam-tk8zn
    @Mariam-tk8zn 2 месяца назад +1

    Arakora

  • @user-mb9be4es7e
    @user-mb9be4es7e 2 месяца назад +1

    Uwo numurundi yoza yobihakana NDA biz, arazi ko uburundi busumba urwanda caane gose erega murahitiranya dufise nivyiza ntosigura uku , nuwo mubona iwacu arasanzwe

  • @bashiteentertainment3298
    @bashiteentertainment3298 Месяц назад +1

    Munyakirundi biautiff hakika akuje kwa Tanzania pia tunamkalibisha sana

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  Месяц назад

      Asanteeeee kwa nyaba yake !

  • @DavidMugisha-oh3cq
    @DavidMugisha-oh3cq Месяц назад +1

    Nigute ntavuga neza aho nagiye guhahira

  • @nizeyimanajeanclaude6153
    @nizeyimanajeanclaude6153 Месяц назад

    Rwanda and Burundi we're brothers

  • @enjoyafricatv
    @enjoyafricatv 2 месяца назад

    Abarundi n'abanyarwanda turi ABAVANDIMWE. #enjoyafricatv from Rwanda 🇷🇼.

  • @julynyampinga6933
    @julynyampinga6933 2 месяца назад +3

    Turabakunda ,cane gose ,nuko politic icana aba people

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  2 месяца назад

      Urakoze cyaneeeeeeeeeee

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  2 месяца назад

      Natwe turabakunda

  • @IBISUSADIVERSE
    @IBISUSADIVERSE 2 месяца назад +1

    wow chris abonye umufana nyawe

  • @KubwimanaSimeo
    @KubwimanaSimeo Месяц назад

    Burundi nisawa wowe kand no Murwanda nisawa turibamwe kbx

  • @user-fp2bk4ws8l
    @user-fp2bk4ws8l 2 месяца назад +1

    Ico Avuze Co nico, kurondera mugihugu gifise amahera afise agaciro Kari hejuru yayiwanyu birafasha.

  • @mikanigreg623
    @mikanigreg623 2 месяца назад +1

    Tugire business ariko tutobagira kwiga imibare.(1.4) Ya 500.000 ya fr rwandais si 2000.000frbu

  • @NINGABOElvis
    @NINGABOElvis 2 месяца назад

    Abarundi turabakunda cyane

  • @bradleykhanei4092
    @bradleykhanei4092 2 месяца назад

    Uyu mwana ko ari beauty 🎉

  • @gordiennsabimana6188
    @gordiennsabimana6188 Месяц назад

    Wohitamwo urwanda koko urengany ivoko ryaw?siwew nabo ba journaliste bakubaz ibisaba ubweng bwinshi naw uri intama y'Imana mwana wacu nibakurek😂gusa nibakubaz musiq gusa ni bon imideri ukwambara ugusokoza neza nutundi tukuberey disi turi cool nkaw.du reste Urwanda n'Uburundi turi bamwe hose twohaba dufise amahoro❤

  • @user-ey6qm8vj1x
    @user-ey6qm8vj1x Месяц назад

    Uyumwana barikumubaza ivyatazi

  • @HavyarimanaMethode-iq6nf
    @HavyarimanaMethode-iq6nf 2 месяца назад +1

    Harivyo numvise avuze bibishe ukuntu yanka igihugu toka

  • @user-ey6qm8vj1x
    @user-ey6qm8vj1x Месяц назад +1

    Kandi naringiye ntakuburiye 🤔🤔🤔ngwaho b face

  • @user-eh6wq6pe2b
    @user-eh6wq6pe2b Месяц назад

    Uyumukobwa ni mwiza

  • @nkunzimanakevinnobel2024
    @nkunzimanakevinnobel2024 2 месяца назад +1

    Uhezagirwe mukobwa mwiza

  • @schollaschol3948
    @schollaschol3948 Месяц назад

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @MugwanezaDamour-tf2hx
    @MugwanezaDamour-tf2hx Месяц назад

    abarundi turabakunda arikobo baraturyarya !!

  • @user-yt5rz8qh9p
    @user-yt5rz8qh9p Месяц назад

    Yagiye kurondera amaramuko murwanda ntiyoruvuga nabi mumutahure ninkuko hoza umunyarwa muburundi ndazi neza ntabwo yabuvuga nabi.

  • @mugarurafred4487
    @mugarurafred4487 24 дня назад

    Umwari means single??

  • @HavyarimanaMethode-iq6nf
    @HavyarimanaMethode-iq6nf 2 месяца назад +1

    Gusa ndatay umwanya numviriza iri gopo naho risa neza nigopo ibibera murugo vyose ntibikenew kubivuga mwibarabara mumajambo make afise umunwa sha urambabaj kwel genda ibidahura nimisozi

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  2 месяца назад

      Hhhhhhhhhh genda wiyahure hhhhh

  • @patrickndayishimiye8027
    @patrickndayishimiye8027 2 месяца назад

    Ikiganiro ni ciza but m'y sister ni vyiza gushimagiza your country apana gutikura

  • @danielkamanzi2728
    @danielkamanzi2728 Месяц назад

    Urimwiza wamukobwa we

  • @user-ke1ge7xg1l
    @user-ke1ge7xg1l Месяц назад

    Mbakunda kubi ❤🎉

  • @MajambereStephen
    @MajambereStephen Месяц назад +1

    Mumpe icogitonore man

  • @herbertrugerinyange1790
    @herbertrugerinyange1790 Месяц назад

    Uvuga nka bana pe!

  • @NepoNyandwi-og4qq
    @NepoNyandwi-og4qq Месяц назад

    Uwo numunyakirundi muriko mumubaza ibibazo atoshobora kwishura

  • @gk7africanputin9089
    @gk7africanputin9089 Месяц назад

    Uyu mukobwa aratuma mudakora ikiganiro neza kuko ni urukerereza

  • @user-qp3uy8cy7u
    @user-qp3uy8cy7u Месяц назад

    Uyu mukobwa yahuye naba nyamakuru bazi kubaza cane, bigaca bituma atabona innyiishu vyihuse

  • @Rugaramba-cp7vs
    @Rugaramba-cp7vs 2 месяца назад

    Abarundi turabavandimwe, icyibazo nubuyonozi bwabo bubanga bugatuma babicisha inzara. Babamarishije amacakubiri gusa, nokubabuza gutera imbere babasahura !!!

  • @NepoNyandwi-og4qq
    @NepoNyandwi-og4qq Месяц назад

    Uwo numurofa

  • @TwizeyimanaTheoneste-yo4eo
    @TwizeyimanaTheoneste-yo4eo 2 месяца назад +2

    Après la pluie le bon temps !

  • @RobertMugabe-fi5ls
    @RobertMugabe-fi5ls Месяц назад

    Uwo mwana nimwiza nta

  • @ntakirutimanavalens4412
    @ntakirutimanavalens4412 2 месяца назад +1

    ufite ijosi ryiza wa!

  • @ernestmbanzendore1219
    @ernestmbanzendore1219 Месяц назад

    Hewe ga wa muko, urakunda amahera gusumba igihugu cawe cakwibarutse? Oya nawe!!!!ayo macakubiri bavuze ahagarariye kuki?

  • @Banzu-eu9qv
    @Banzu-eu9qv Месяц назад

    Mumpe pase

  • @NDAYISHIMIYEFABRICE-je1ts
    @NDAYISHIMIYEFABRICE-je1ts 2 месяца назад

    TURASHAKA PART TWO 2 NAWE

  • @ruzigamaaime2690
    @ruzigamaaime2690 2 месяца назад

    Uyomukobwa Aritonda cane nobona phone yiwe ndumurundi

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  2 месяца назад

      Wanyandikira kuri Instagram nkaziguha @leandrerwanda

  • @AlphatNtakirutimana
    @AlphatNtakirutimana Месяц назад

    Mukobwa witonde kwishura ntawibagira iwabomuko

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  Месяц назад

      Nonese yavuze ko yahibagiwe ko mwamwise nabi ?

  • @XasanAduunyo-sp1wk
    @XasanAduunyo-sp1wk 2 месяца назад

    Amahera agira agaciro nigihugu akoreramwo

  • @martinvyankamvuga7028
    @martinvyankamvuga7028 Месяц назад

    Wa kaguguguwe ntuzogaruke, utemera igihugu cawe.

  • @user-fr2xj5he1v
    @user-fr2xj5he1v 2 месяца назад

    Mureke kutwandagariza umukobwa.ibindi yabibabwiye.Natwe ntawanka aba Nya Rwanda.Any nawe mbona utazohagarara niba wankunze amahera y'imisi Rwanda,harakantu n'ugera muma Dollars.Ariko ndagushimiye kubera wemeye ko uri murundikazi ntakindi

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  2 месяца назад

      Tumwandagaje gute none ?

  • @MashakaTv
    @MashakaTv Месяц назад

    Uyu mukobwa ndamushaka muri video yajye nkamwishyura mumpuze nawe

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  Месяц назад

      Unyandikire Instagram mbahuze

  • @MukunziCedrick-mu6gj
    @MukunziCedrick-mu6gj Месяц назад

    Ikiganiro cakajagari muriko mwiga 😂😂😂😂😂 jesus

  • @user-pv5nf1hg3o
    @user-pv5nf1hg3o Месяц назад

    Mukobwa urimwiza caane nagukunze caane nagomba yuko wombera umufasha

  • @jeanboscondayishimiye-wu6vl
    @jeanboscondayishimiye-wu6vl Месяц назад

    bakubajije ubwitange bwawe wotanga kugira igihugu gitere imbere😂

  • @bayinganagaspard9679
    @bayinganagaspard9679 2 месяца назад

    Annie mumureke azi impamvu

  • @ghyslainkaze8706
    @ghyslainkaze8706 2 месяца назад

    uwomukobwa ivyavuga vyose nububeshi, ivyumuziki ntanakimwe azi avuga ibije mumutwe, ntazi nukwisigura, ngo arirekura muriwe😂

  • @VedasteNzobakenga
    @VedasteNzobakenga Месяц назад

    Uravuge make woronkera insiguro muko

  • @Gatabazi-im5fs
    @Gatabazi-im5fs 2 месяца назад +1

    Utazi umurundi amarunda munzu

  • @EphraimPhilip-uq7ju
    @EphraimPhilip-uq7ju 2 месяца назад

    Abarundi bakunda ifaranga kuburyo bagurisha numuryango urabitiranya

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  2 месяца назад

      Hhhhhhhhh oya se kandi

  • @JeanClaudeNduwimana-mv2gf
    @JeanClaudeNduwimana-mv2gf Месяц назад

    Wew ibibazo vyawe ntivyorosh

  • @nyiramukirediamant1132
    @nyiramukirediamant1132 Месяц назад

    Ababanyamakuru bataye icyerekezo bituma babura ibiganiro bifatika bamuganiriza.

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  Месяц назад

      Wowe ufite icyerekezo se iyo uza ukamuganiza se hhhhhhhhh

  • @Mariam-tk8zn
    @Mariam-tk8zn 2 месяца назад +1

    Ivyo bibazo biramurenze😂😂😂😂😂

  • @DufashwanayoAthanase
    @DufashwanayoAthanase 2 месяца назад

    Nampe nbr yiwe

  • @Mariam-tk8zn
    @Mariam-tk8zn 2 месяца назад

    Gutereta nikubuntu urukundo nikubuntu karibuuu 😂😂😂

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  2 месяца назад

      Uravuze na nonaha nze hhhhh

  • @nadegeirakoze2594
    @nadegeirakoze2594 2 месяца назад

    Nne mbanze muko.waripanze neza mu Rwanda kuburyo muburundi utazosubirayo ku ngoma yaba DD🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣burya benshi muri twebwe u rwanda turarukunda wanashaka mfiseyo abagenzi benshi cane mu ngabo zigihugu bitewe naho nahuriye nabo ariko sinshobora kuja kuri camera nkuko ngo mvuge ubwiza bwu Rwanda kuri camera ndaceceka nkabiganira nabagenzi banje surtout mubintu nakunze mu Rwanda ni discipline iri mu ngabo zu Rwanda aho nukuri narabakuriye chapeau vyarankozeko cane discipline bagira narabikunze

  • @user-ws3gi8fk8j
    @user-ws3gi8fk8j 2 месяца назад

    Nge m'urundi narahabaye ark nk'umuntu watembereye urwanda ntaho namurangira ngo yatemberera harenze m'urwanda
    Kuko ngewe nitabira ibirori byinshi muri stade, muri BK arena, Convention, nahandi m'uburundi wapi

  • @NaridiNibitanga-zv5ep
    @NaridiNibitanga-zv5ep Месяц назад

    Wagakobwawe wewe nubizi Yuko turuta urwanda uzacugumayo

  • @HabimanaJacould
    @HabimanaJacould 2 месяца назад

    Uyu murundi nimwiza

  • @deogratiasnshimiyimana3552
    @deogratiasnshimiyimana3552 Месяц назад

    1 RWF = 2.1 BIF

  • @jamesmunyaneza2494
    @jamesmunyaneza2494 Месяц назад

    Ndi somalia ariko sindeba abatutsi mungabo zzabo

  • @user-ey6qm8vj1x
    @user-ey6qm8vj1x Месяц назад

    Karabaye yamvyeyi isheshubunga ngo arahevye igihugu camavuko kubera ifaranga ryagaciro 🤔🤦

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  Месяц назад

      None yigeze avuga ko yanze igihugu kubera amahera ?

  • @user-re7ve8fh9e
    @user-re7ve8fh9e 2 месяца назад

    Uwo mukobwa yogaruka bomufata guko haribidakenewe kuvugwa

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  2 месяца назад

      Kubera iki se bamufata ikibi yavuze ni ikihe ko ariho imyumvire itwica

    • @HavyarimanaMethode-iq6nf
      @HavyarimanaMethode-iq6nf 2 месяца назад

      Ukokuntu adashaka uburundi ntazogaruke

  • @baquezprofessionalcleaners3178
    @baquezprofessionalcleaners3178 2 месяца назад

    Ubwo arashaka ko a mutera inda

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  2 месяца назад

      Hhhhhhhhhhh

    • @kabandaalain4915
      @kabandaalain4915 2 месяца назад

      Abakobwa bamwe nabamwe babeshwa nibyo babona ibaze kujya kwiteza inda kwa Christopher kwer😂 buriya baba bona muri ziriya vodeo bakabibeshyaho ko nomibuzima busanzwe arabanyamafaranga cyane abahanzi bomurwanda baba basanzwe ntakidasanzwe cyane mubijyanye namafarang

  • @JonasMahirwe
    @JonasMahirwe Месяц назад

    Uburundi nibgiza iyo ifite amafaranga urinezeza kuruta mu Rwanda inkoko yo kuri tanganyika, ingagara hhhh

  • @kubwimanachantal3729
    @kubwimanachantal3729 2 месяца назад

    Mubonye zero! kuko kugererenya amafaranga ntaho bihuriye n'ubukungu kuko aho uri si ho uba.Uri Iburundi ntakeneye kuvunjisha ngo ajye ahandi n'uri ahandi akenera kuvunjisha nyine ngo ajye yo.

    • @Lea_Entert
      @Lea_Entert  Месяц назад

      None mugihe uvuye mukindi gihugu ujya Burundi ? Ahubwo ni wowe ubonye zero kuko wanditse utasomye hhhhhhh

  • @nkunzimanapierreclaver4935
    @nkunzimanapierreclaver4935 Месяц назад

    Aya mafyeri yigira ararenze bigatinda bishisha

  • @Mariam-tk8zn
    @Mariam-tk8zn 2 месяца назад

    Urukundo nikubuntu sinoti😂😂😂😂

  • @InnocentHabarugira-fm4qf
    @InnocentHabarugira-fm4qf 2 месяца назад +1

    Bsr ariko burya harabantu bafata kuja mwitangazamakuru bakibaz kobagiy kwiligala nkuyumwana wumukobw usivye kwatarameny kuganiriza itangzzamakuru ivyavug kiretse kovyinshi bimugaragaz niveau mental yiwe ntana leçon moral wokura murikikiganiro so ma sœur burundaise reka kwiyandarika mwitangazamakuru utaraba majeur surtout mumutwe

  • @emmyDevidson-hb1cf
    @emmyDevidson-hb1cf Месяц назад

    This uyu mukobwa atumye nkunda abakobwa babarindi. Nimwiza kandi aravuga neza

  • @MaryMary-hm5cq
    @MaryMary-hm5cq Месяц назад

    Wówe uramwita injiji niwowe njinji

  • @user-yt5rz8qh9p
    @user-yt5rz8qh9p Месяц назад +1

    Mutahure ategerezwa kuvuga neza urwanda kuko niyo ari nanyene araziko Uburundi ari bwiza caneee harimpavu ashimagiza urwanda 🥰

  • @NshimirimanaEzechiel-ow1kd
    @NshimirimanaEzechiel-ow1kd Месяц назад

    Ibintu arimwo ntavyamenyereye uwomukobwa. Kandi kwishura ntavyazi just umenga ntakwiyunvira kurekure.

  • @user-ge4op2fi3m
    @user-ge4op2fi3m Месяц назад

    Murgo nimurgo ntawanka kwonkanyina.go arwaye amahere

  • @NiyongaboChristophe
    @NiyongaboChristophe Месяц назад

    Ntago twamurenganya😅none nigute uburundi bwakundwa nabandi?kandi nabarundi badakunda uburundi,