Koko we all live by grace sivyase. Ariko ntabwo twakora ivyaha nibigirankana ngo mba mububtu. Iyo twakiriye ubuntu bisabwa ko natwe tugira STOP Ivyaha. Ntabwo twavuga ngo jewe naragiriwe ubuntu ntabwo nabandanya ivyaha. I believe that Yesu atujemwo vyose vyahera ariko birasabwa ko natwe TUBIGIRAMWO URUHARA MUKWIRINDA. iyodukora amafuti amakosa twitwaje ubuntu aba ari ikinyoma
Bit mutam ndekwemera uvugukuri nubwutukan kandi ww ndamaze kubona ntamuntu wank wank ikibi cikibw nkico
🎉🎉
Ukuri kuzuye ndakwemera Chimamanda
Burya cimamanda aravuga ukuri kabisa
Chima...kumbe wari umuvugabutumwa mwiza uko !😂
Shalom Shalom Moses ariko harico novuga kucubuntu nukuri turi mugihe cubuntu Kandi uwizeye umucunguzi weese nuwera ariko abo bavyigisha nabi naho kwisi harabera yaba batahari agakiza ka ba karavuye mubanyamahanga karasubiye Mubisirael
Koko we all live by grace sivyase. Ariko ntabwo twakora ivyaha nibigirankana ngo mba mububtu. Iyo twakiriye ubuntu bisabwa ko natwe tugira STOP Ivyaha. Ntabwo twavuga ngo jewe naragiriwe ubuntu ntabwo nabandanya ivyaha. I believe that Yesu atujemwo vyose vyahera ariko birasabwa ko natwe TUBIGIRAMWO URUHARA MUKWIRINDA. iyodukora amafuti amakosa twitwaje ubuntu aba ari ikinyoma
Abigisha ubuntu uko abo nabakozi ba sekibi 100℅
Uwukora ivyaha ntiyamumenye
Ibi nibyo mbwira abantu ko ibyaha biri mu isi byazanywe n'ubukristu abantu ntibabyumve. Uru ni urugero rwiza
Cane pe .ngo twarababariwe ivyo twakora vyose ngo it's ok .bituma ivyaha biba vyishi .aho batavuga ngo twarababariwe ivyaha bikogwa gake.
Nubwo twakijijwe turimwisi tuba muntambara satani aracarasa imyampi
Urasana na satani uri satani?Satani ni umwuka si umubiri nkawe.
@@Alex-cb4rt😂😂😂😂😂😂😂