Iyi ndirimbo yawe natanguye kuyikunda audio, nayumviriza kenshi gashoboka. Ndabona video yayo nayo ntazayirambirwa, kubona video vyateye kuyikunda gusumvya. Reka ndabibwirire nti nimukomere kwibanga; aba jeunes nkabamwebwe nibo dushaka.
Muta je kuva aho mboneye aya masanamu ntakindi kintu numva nokora atari kuguma ndatira ibi vyiza vyiwacu! Big Up saaaana Masterland John Elarts azotwicaaa made in BURUNDI Olalalaaaa birahimbaye
This is simply awesome!!! Woooow! Light leaks, slow motions, panoramic views, chromakeying, everything perfetly aligned. Great Work Bro!!! The best burundian Gospel video clip ever seen! Guma utera imbere @MasterLand. John Elart, Respects Bro uri the best video editing guy ever seen.
Thank you all of you.. Keep showing love.. Where are you watching this Video from??
Masterland 0fficial from South Africa bro
Thank you for being here.. Keep watching and Share it to your friends
From Ngozi ku Gasaka, well done
Iman ikomez ibana naw mur vyos 🙏🏻🙏🏻 .rek kbs yezu akugenz uk agomba masterland super star wnj
Mu Burundi harimwo abantu nkaba gusa ndabakunda cane mushigikire buja flever #master land big up Sana Man
ndagufana boy!soit sage tjrs!Izagushoboza
Woow my favorite singer big up
be blessed Masterland
Big one bro Mungu akuzidishie kipaji nakubari sana live in Kenya Nairobi
Video y'amateka kabisa
big up sana!!! my bro may God bless you
Kitu kitamu kabisa . Courage.
MasterMusic gifise insiguro Universe Of talents gifise ico gisigura biteranije bitanga amahano
#Localkwanza #Uinternational baadae
#creatitivy
we move from Babylon
uwufise nkibi mugahaya nindw
we matter
Wow I love your songs kabisa and you have nice voice 👌🏽👌🏽👌🏽👌🏽👌🏽👌🏽😍🔥🔥💯💯💯💯💯👌🏽👌🏽
nacherewe kabisa yooo nic video
Big up Sana kbs Masterland 👌👌👌 video nzur sana
Iyingoma irankoraho, masterland u make me to miss my country Burundi, love u guy komeza ibikorwa tukurinyuma.
Ndagufana
Uzotuzanire
Akandikaririmbokaryoshenkaka oh yeah
Merci mwese muriko muradukeza mubandanye mukora #Share ishikire benshi.. I Love you
Masterland 0fficial turabandanya ni lazmaaaaaa wewe bandanyaaa tuuu
Sabwe iranduhura umwami yezu akongerimigisha mumuziki wawe
Urakoz gushim imanibane naw mubikorwa vyaw
Ikintu kizima courage bro
Mbega bashamvuge,iki
Ndumiwemuburundi,basigayebashoboyenkuko
Hama ngo abarundi ntituzi gukora amavideo asante sana master land ongela sana bantubwoy
Indundi en force !!!! Turashima igikorwa canyu ni top
Kali sana ipo fresh faya mkali nakubali🤝🤝🤝🤝
Ninde amaze kuza ngaha incuro irenze imwe??
Hahah... nguma nsag nagarutse
Thank you.. Fasha abandi kuyibona mu gukora Share ya link..
Iyi ndirimbo yawe natanguye kuyikunda audio, nayumviriza kenshi gashoboka. Ndabona video yayo nayo ntazayirambirwa, kubona video vyateye kuyikunda gusumvya. Reka ndabibwirire nti nimukomere kwibanga; aba jeunes nkabamwebwe nibo dushaka.
Jew sindaruha nguma ndayiraba kbx!
Mwakoze mwese kuba ngaha.. Ni muyisangize abandi bagenzi banyu bashoboka bayibone nabo.. Thnks for the love and support
Nice job nice vidéo Bro Masterland congratulation
Evrard Bisangi love
Waooo so lovely courage bro Imana ikomez kugutezimbere. I'm your fan👌
Hongela sana Goma liko makini knoma noma, Big Up kijana# Masterland
a work well done!! good job t you Masterland ..#Abarundi Turashoboye.👍
Big up masterland
Love from uncle 🔥
Tube turayaga abari Line.. Fyonda #Like.. Uheze wandike iciyumviro canke ikibazo cose ufise
Masterland 0fficial if only u can put some few Swahili or English lyrics for a wider audience
Mastarnde
Masterland!urashoboy!!
Masterland ego kbx Uranyemej so best Quality
Bien fait indirimbo nziza cane courage vrma uburundi buragufise
best video.terimbere.uwaciyumugani ngo muzobamenyera kuvyobama ntiyihenze kabisa.masterland ndakwemera kabisa
my favorite video in 2018 ...Bdi turashoboye...much love from Sudan Khartoum.
Masterland iyi video yawe ni nziza cane urakwiye agashimwe courage
Muta je kuva aho mboneye aya masanamu ntakindi kintu numva nokora atari kuguma ndatira ibi vyiza vyiwacu! Big Up saaaana Masterland John Elarts azotwicaaa made in BURUNDI Olalalaaaa birahimbaye
Kuri Iyi song vrt respect
Wewe hujawahi kutuangusha broooo..... Iyi ngoma ni zaidi ya mshaleeeee!!! Wenye watapinga basi tutawa kalé
swagg team 257, Love
Big up masterland imyaka yawe irarengey ibi bikogwa
U nailed it @Masterland... Thumbs up
Iyi ndirimbo niyo kabisa big up sana bro...🇧🇮🇧🇮🇧🇮 🔥🔥🔥
Nice song Masterland ifash bensh good job
Nice song masterland courage ugume uririmbira Imana
hhmm Masterland iyi video yaw niyamateka kabisa, iyi ni video yumwaka kabsa!!!🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Nice song My brather courage vmt iyo vidéo imez neza vmt big up
en plus d un beau clip👌👌...ushira imbere ama talents y aba jeunes j'aime bien CA!!!!
Nice job bro ...bg up💪💪👌
so nice song MASTERLAND big up sana
nukuri ntqco novugq kuko iyi clip irandenze kabisa big up the monsters
nyimbo nzuli sana ujumbe wako mzuli kabisa umetisha kijana
kweli abarundi turi ijambo ryinshi.iyi ndirimbo uje muri campus mutanga mur UB uyivugije twese turamenagurika nukuryohegwa weeeee master music
Nice job😍
Nice song
Irakeye vrm
Ugaragaje yuko mu burundi dushoboye cane
Big up #masterland
dmax classic nakukubali sana uko vizur sana master
big up komera mutamasterland respect kbx
Woooooow nic job bro!!!!!!! Vibes vibes 🔥🔥🔥🔥🇧🇮 100%
Duuh!!!!! Iyi video ni kali kabisaaaaaa mtu wetu kuna tu créativité twingi kweli.... We support u guy, courage vraiment
wow iramara vrt nta mpamvu yo kuja hanz no ngaha turikwij vrt grand respect kubayikoz
sabwe ndarenguts
Akaririmbo nkunda💣
John Elarts ndabarahiye mumwaka uza ntawuzomukomanyaa!!Dogo amekaza sana sio kitoto!!
Nice Video
all th best man 😍👌may the Almighty bless u in yr career...u'll go far coz u'r capable
Ego kabisa ndemeyey
Bro umwe muribamwe bakora ninguvu zabo zose,niwewe! Much respect for this one,u made it !
Mbega akaririmbo
Nkuk nam ndabivuga bituma biba bike ariko vyizaa
Good job master land
Abarundi turashoboye kabisa Big up MasterLand and Big up John Elart
Bujumbura TV bien travaailler
HALLO. IYINDIRIMBO NI SAWA , NA KUGIRA INAMA YO KUZAJYA WI KORERA UTURIRIMBO DU SINGIZA IMANA. NKUKO UFITE UMWIHARIKO MURI GOSPEL , WA BA NO 1
Nice clip nziza vrmnt
big up kwa Producer Na Management yos
Nice vidéo kbx coup de chapeau guhera kuri masterland kumajambo meza na mélodie nziza vidéo nayo ni top risipegiti master
Courage bruh... Imbere ni heza... Ibikogwa uravyitondera ugasanga bisa neza cane... May God continue to bless u
Ayo niyo masanamu tuba dukeneye keep it up msaaaza 🔥🔥🔥🔥
nic song vrt mast repct song nziza ifs image nziiza au ft nivyovyiwae video zae zama atagasor ufs mwijamborimw "nikowabay"honger👏👏👌👌👌
I can't stop listening it OMG i'm in lov with this song 😘😘😘😘
Hujawahi kuniangusha kwa iyo sina haja ya kusema big up sema nasema endelea mze baba🔥🔥🔥🔥🔥
Dj Fanny 257 love
Vidéo zawe gihe cose zama aramakoto ndakurahiye
Ndakwemera
Waooo nice song bra
Urakora kabisa much Respect brother👌
Braaa iki sasa Noma my bro never Giv up komera
Well Done 👏🏾👏🏾👏🏾Keep it up Masterland.. May the almighty most high God continue on blessing u.
Big upp Bro.,You are moving forward.
Akanakiwac burundi stand up congratulation master &elart it's a great job👏👏👏👏👏
Urakumbuwe cae master ark wumv ko ijw ryae ndarikund xn ❤
Good work mze nziza
Uwavuze ko mu Burundi badakora vyiza arihe aze kuraba bino vyiza vyiwacu. Respect kubaterereye kuri kino gikorwa citeka kubarundi
3sec STreeT MOviE official Love
Uwabivuze yarihenze cane gose
Indirimbo nziza cane uzoterimbere bro ndabona kwimana wayihaye ikibanza 1 kweli
This is simply awesome!!! Woooow! Light leaks, slow motions, panoramic views, chromakeying, everything perfetly aligned. Great Work Bro!!! The best burundian Gospel video clip ever seen! Guma utera imbere @MasterLand. John Elart, Respects Bro uri the best video editing guy ever seen.
Nice song vraiment uri aga chri ubuze uburebure 😀
Woow amajambo arankamany vrmt respect bro kand courage vrmt d moin iyi song irampimbara trop
Iradukunda Ella Leilla hhha Imana ishimwe ko ubutumwa uriko ubwumva hhha
waouw usanzw unryohera big up wakwetu respect
Bro ivyo hanze naravuze ko twabisezereye kbxa bantu bwoy int. Mukomeze masterland nguhaye 👏👏👏👏👏👏👏👏👏
yooo mbega akariririmbo kakanovera ❤️❤️❤️
Respect to you brother... Keep up the good work👌
Big up vrmt urashoy nukur knd courage imber nihez vrmt
Waaaaooôoow niwetwariturindiriye kuzamura umuziki wuburundi so nice one
Nice one docteur...bakureke vrt... Création irenz idée zirenz imagination yakajaaa.. Respect
Now Burundian music is to the next level clip ya mbere mu burundi vrt big up masterland
karatomoye kabisa
yaap yap pig up bro iyindirimbo nziz bro song mber
nice video bro ukwiye agashimwe kuriyo vidio kabisa
Waouh nice video @masterlandpro ft @Bantubwoy257(john elarts)
Indirimbo nziza