SIMBIZI na JOEL batanze ukuri kukibi B FACE yakoreye DRAMA/yatanze 1 MILLION kugira afute indirimbo

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 фев 2025

Комментарии • 132

  • @Ntare_Jesus
    @Ntare_Jesus Год назад +4

    Simbiziii nicamamare ndamwemera caneee abise amajambomeshiii 😂😂😂😂😂

  • @alainchristianirambona6641
    @alainchristianirambona6641 Год назад

    Nkeneye kumenya umuntu yigishije Simbizi kwambara neza kimwe gusa Semavumba ndamwemera

  • @giselenizigiyimana8035
    @giselenizigiyimana8035 Год назад +2

    Nibareke kugirira inzigo dramat inyenyeri iraka kuriwe nimana yayimuhaye uyo mwana arafise indero jewe ndamukurikirana ndi umuvyeyi nimumuhe amahoro uyo mwana turamukunda

  • @zubeaslay6566
    @zubeaslay6566 Год назад +1

    Ariko #Simbizi ga Mana😂😂😂😂😂

  • @movitsmart
    @movitsmart Год назад +5

    Ahurabona ukur kwa Simbizi na Joel? Ninde atamuzi simbizi amanyanga yiwe

  • @BertrandNsabimana-k6q
    @BertrandNsabimana-k6q Год назад +3

    Vichou yocaba président 😅😅 26:30

  • @jeaneudessibomana8688
    @jeaneudessibomana8688 Год назад

    Ewe Simbizi uriko ugerageza kudugira kuri B Face! B face yavuze rimwe aba arakuzibije ariko weho uzokomezuvuga ubeshabesha kudufranga wahawe uzoyadya ubizicuya!

  • @santiananiciteretse6297
    @santiananiciteretse6297 Год назад +1

    Mbg Simbizi aragarutse Kur Umukubito tv naheruk yafashe ingingo ko aho nellynat yavugiye atotang interview
    Rek nkurikir umunyoni ivy ayaga😂😂

  • @Msoftnet4
    @Msoftnet4 Год назад +3

    Gonga apo mr idriss wa se mavumba😅😅😅 respect bro

    • @JimmyNiyonizigiye
      @JimmyNiyonizigiye Год назад

      Yaraburiwe kwel ivyo kuva Aho yabivugiye😅Kandi namwe abanyamakuru murabigiramwo uruhara runini,murateranya,kuko ivyo vyararengany

  • @JaflayJabasilaba
    @JaflayJabasilaba Год назад

    Gael nahora ndamwemera gus kwahay intervieu uwomusazi nciye ndamwank puu

  • @anicetniyonkuru5373
    @anicetniyonkuru5373 Год назад +6

    Simbizi wosigura igituma mw na Joel muvugako Bface Ivyo yaririmvy bitari bijanye kndi indirimbo yose yanditsw na drama?

    • @arcelarakaza7406
      @arcelarakaza7406 Год назад

      bagaye rurya rujwi wiwe rujwangaraye nico banse

    • @officialsemunde8134
      @officialsemunde8134 Год назад

      Uwari kuri mission vyaranagaragaye ko irya callabo ariyo nzima kurirya drama t yaririmvye wenyene si question yokuririmba nabi bafise ibindi bapfa

    • @arcelarakaza7406
      @arcelarakaza7406 Год назад

      asha aririmba nabi buvuga ukuri urengane

  • @phanuelofficial
    @phanuelofficial Год назад +1

    #Simbizi ashaka gushira has #Be-face ntibishoboka turazi vyose uvuga kwaribinyoma gusa big up my brother #Be_face

  • @kennyalecnimubona
    @kennyalecnimubona Год назад +2

    Simbinzi 😂😂😂😂 ndakwemera

    • @movitsmart
      @movitsmart Год назад

      Shaa nimba wemer simbizi amajambo avuze urigihuramutw nkawe ndake

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Год назад +1

    Wooooa ❤❤❤❤

  • @officialsemunde8134
    @officialsemunde8134 Год назад +1

    Just gael ndakwemera ariko utanguye guha ikiganiro ico kiwerewe semavumba sinzi ko arumumenyeshamakuru nuko arumufana guhera muri primusic acafuza b face biragaragara ko ari kuri mussion yokwica izina b face ariko bizomuhanga kabsa kuko yararyubatse kandi aba fan nituribijuju arahenda nyina atize😅😅😅

    • @bellytresormahoro4442
      @bellytresormahoro4442 Год назад

      Sindakwirandishije ariko nimba ufana b face sha ntacufana😂😂😂😂

    • @officialsemunde8134
      @officialsemunde8134 Год назад

      Uzorwara umutima petit abayoboje inkoni yicuma dogo😀

  • @patrickniyongabo6995
    @patrickniyongabo6995 Год назад

    Simbizi wew uraborew.gnda hariya nfise vidéo yawe waborew ntabintu bizima uvuga.ujejwe guteranya gusa.la fois passé wavuze ko drama yaguhay amahera kugira uvuge nabi b face none urabihinduy wanyoye itabi

  • @Humble-m-2tk
    @Humble-m-2tk Год назад

    Ndabatumiye mwese muje Kura kumushaha ese iyo code ntaranumva mwumva ariyih mpamvu mwoyigumako????

  • @DorineDusabe-m9g
    @DorineDusabe-m9g Год назад

    Ndakeneye kumenya ikintu mupfa na B face.?kuko umezuko ga simbizi😢

  • @ThierryHavyarimana-s5l
    @ThierryHavyarimana-s5l Год назад

    Gaël niwe uriko uritukisha uha ikiganiro icokiwerewere

  • @olivierniyonkuru1583
    @olivierniyonkuru1583 Год назад

    Igiti cama gitegwa amabuye Rero B FACE kubera abarenze muguma mumuvuga.

  • @Humble-m-2tk
    @Humble-m-2tk Год назад +1

    Hemwe Nya code mbona yabaye code nyen nimumurek b-face (Kumushaha) yaje kuba inyishu ivyonavyo mwese ngira mwahawe ivyunguka muranumvikana

  • @PrincEloge
    @PrincEloge Год назад +1

    Bien dit👍 iry ndirimbo icamber niy dram t ikindi naco nyenindirimbo avuze ko ivyo waririmvye bitajanye nuko abishaka afise uburenganzira bwigukuramwo rer nimb yarabonye k bitajanye dram ntimubimuhore kuk ntvyari bijanye nkuk abivuga nyne😂😂😂

  • @ndayishimiyechristopher4013
    @ndayishimiyechristopher4013 Год назад

    Urikirofa Simbizi,Nn nkaww uzovamwumugabo😂😂

  • @julesbdi6056
    @julesbdi6056 Год назад +3

    Ibibintu simbizi aguma azana vyabapayu vyatunukiye tukeneye joell na B-face & Drama-t bazoze basigurir neza ab fans babo bitagenze uko mavumba ahay yicizina rya Drama-t muzab mumbwira kuk ntabahungu bagirinsaku.

  • @ndayikengurukiyejeanpaul3092
    @ndayikengurukiyejeanpaul3092 Год назад

    Urazi ga gael nkaha kwotwideconnecta kuriyi channel yae.....

  • @claudedusabe9599
    @claudedusabe9599 Год назад

    Nareke guteranya

  • @rastajuly4
    @rastajuly4 Год назад

    Simbizi ayo nay inzara muhu shitur imburugini hama uvuge uvuyaha kirakumena

  • @NibigiraAssina
    @NibigiraAssina Год назад +1

    B face itamporinze please acana na drama t

  • @UYEIC
    @UYEIC Год назад +2

    Sha B Face aririmba ibintu vy'imisuzi,vy'inyo,vy'inzigo... ariko Drama T aririmba utuntu tur mur romantique sha

    • @justemugisha1413
      @justemugisha1413 Год назад

      Kazima nivyo aririrmba ubizi😅😅😅

    • @UYEIC
      @UYEIC Год назад

      @@justemugisha1413 birashisha ariko

  • @IgiranezaBryan
    @IgiranezaBryan Год назад

    Ibintu vyimisarani nama ws sha b face nagende bamuhe cours yi ikirundi arekane nivyo bintu 😂😂

  • @enockneyb
    @enockneyb Год назад

    Simbizi urikirofa bro ntakuntu wovuga ibintu nkivyo kuko drama turabizi KO yaguhaye amahera ngucafuze b face

  • @MbitsimanaBetuel
    @MbitsimanaBetuel Год назад

    B face yokuririmbira indirimbo yiminuta cumi nitanu nihowobura ivyudedemba,,toka twaraguhinyuye

  • @mugishaedmond7621
    @mugishaedmond7621 Год назад +1

    Simbiz narakwemer ubu sinzosubir kwemer ivyo uvuz kbr wararahiy ngo ntakiganir uzokorer k tv yahay ikiganir Nelly .😂 noe ubu ko ugikoz. Rero nivy uvuz ngaha ntanumw avyizey kbr urumubesh 😂 wallah kwihindukiz mwijambo. Ayo majamb wayavuguy kur hit top tv1

  • @DorineDusabe-m9g
    @DorineDusabe-m9g Год назад

    Aho uriko uca amafaranga kwa drama T😢ntaco uzovamwo simbizi.

  • @aloyskijana
    @aloyskijana Год назад +3

    None simbizi kowavuze ng tv izoha ikiganiro nely nati ngo ntuzoyîsubirako ahaho wahaje mubiki

    • @djcedro7714
      @djcedro7714 Год назад

      Mumbariz mn ami. Knd mumubwir ko iyo content yaturambiy

    • @claudehakizimana5265
      @claudehakizimana5265 Год назад

      Ahubwo nyene kwataryumyeko iryoyavuze kwata. TV izoha ikiganiro Nelly nat. Azosubira kuvugirako Aho wumva ukuri kwiwe arukuhe.

  • @omarbarutwanayo2947
    @omarbarutwanayo2947 Год назад

    Uyo simbizi wasemuvyinti ivyagogomba nibiki😊

  • @samuelngendakumana
    @samuelngendakumana Год назад

    Gaël ndakunda ibiganiro vyaw ubandanije utumira ico kirofa nzova mubaraba ivyaw ariko ibintu nkivyo bimaze iki rondera abafise impano urek Nico kirere giteza impano inyum vuba ndaba désabonne abafise impano wobakuza ukarekn nuyo

  • @akimanaalain9315
    @akimanaalain9315 Год назад

    Ivyo uvuga nimb ar ukuri Bface yob ari indyandya ikwije vyose

  • @blessingitahiwacu2821
    @blessingitahiwacu2821 Год назад

    Wewe simbizi iri urumushonji kbx😂😂

  • @Nkurunziza-rn4xt
    @Nkurunziza-rn4xt Год назад +3

    Simbizi sonera B FACE arakuruta.
    Comment zawe si professionnel.

  • @joeinganji1
    @joeinganji1 Год назад

    Phone ukoresha SAMSUNG A3
    Muga kuvuga amajmbo yubujuju gs uvuga nabi abantu
    Iyo ninzara gee

  • @Titithierry-ic9sf
    @Titithierry-ic9sf Год назад

    Simbizi arashobora kuba yariyamahr ya dram t kugir atyoze b face kk ntivyumvikan mubisanzw bos barafs amakosa

  • @MubiriziMoussa
    @MubiriziMoussa Год назад

    Eka ntibaabesh umupfu ntiyinukira Aho kweri semavumba ubona aruwo kumuvuga b face ,niyambare kwanza aberwe hama ahabwe ibiganiro

  • @Nkurunziza-rn4xt
    @Nkurunziza-rn4xt Год назад

    Bana iyo utamutora yari gutorwa n'abandi.
    Yaco wifata nk'Imana.

  • @Nestor800
    @Nestor800 Год назад

    Nn koyamwandikiye yavuze gute kwivyo yaririmvye bitajanye kandi ariw yabimwandikiye

  • @hakizimanainnocent253
    @hakizimanainnocent253 Год назад +1

    Iyo apl ya SIMBIZI na JOEL uyumvirije neza urumv ko har ikirinyuma yavyo,

  • @amolam97
    @amolam97 Год назад +1

    Bino bintu birandyoshe hahah nivyunguka kabisa 😂😂😂simbizi komeza kwambara neza kabisa nukwo nyene

  • @irishgueva14-kr1uz
    @irishgueva14-kr1uz Год назад

    Sawa

  • @bukombembisa1999
    @bukombembisa1999 Год назад

    uwo mujama B Face namwumvise ngaha kuma ma media yo murwanda ababwira ngo nabagome ngo barafise inzigo kumbe nae nuko hahahahaahh so why condemning others (rwandans) for something that he does as well

  • @safipyaar8833
    @safipyaar8833 Год назад +1

    simbizi ariko arasenyura umuziki wuburundi aho ataho urigeza kandi joel naw atitondeye abobantu bose buzuye amazi nimyotsi mumutwe nawe arasenyuka

    • @moyambiri257
      @moyambiri257 Год назад

      yari yavuze ko tv izoha micro netnat atazosubira kuyivugirako 😂

  • @OrnellaNinezerwe
    @OrnellaNinezerwe Год назад

    Iyo nimitwe ya simbizi na joel rek kub ukora nkumugabo niryo😅

  • @jean-mariehabyarimana9596
    @jean-mariehabyarimana9596 Год назад

    Ebana ushaka ivyunguka ja kwa drama t bface umuve inyuma NTA bindi biganiro wovuga Atari ivya bface niyo womucafuza gute ni rap yuda hatoki na hatung'oki

  • @Elemento-dn8wj
    @Elemento-dn8wj Год назад +1

    Kura ngaho urusaku mucafuza B Face. Kiki ivyo mutigeze mubivuga ubwanbere. Gael professionalism yawe uriko urayica atavyo uzi muri ubwo bugugu

  • @msafiriisrael6111
    @msafiriisrael6111 Год назад

    Kazi kazi 🇧🇮🇿🇦 drama t pezulu

  • @Calvin.Kelvin
    @Calvin.Kelvin Год назад

    Wapi iyo ni swata wwe ntavyuzi sha Idrissi ukuri nukwabanyenevyo BFACE Arabizi vrt na Drama arabizi ariko hariho kimwe na bibiri hama twe aba fans nta beef zuburofa dukeneye.

  • @josephnduwayezu-pi1rj
    @josephnduwayezu-pi1rj Год назад

    Simbizi acha uongo ww ufis intérêt iyah murivy Wew gabo feki pirate walahiiii

  • @NzoyisabaRaissaFemine-ic6pz
    @NzoyisabaRaissaFemine-ic6pz Год назад

    Simbizi mbega ko yaheruka kuvuga kwatazokorera émission Aho Nelly Nate yakorey émission NN unomusi vyagenze gt?

  • @NibigiraAssina
    @NibigiraAssina Год назад

    Jamaniii vipi nyinyi nimumureke drama t wacu

  • @moyambiri257
    @moyambiri257 Год назад

    inzara izokwica musore urumwana mubi gushika naho aho urabona wojaho ukabesha ukavuga uwundi nabi kubera amahera baguhaye

  • @Solomond7
    @Solomond7 Год назад

    Simbizi ni rofaaa ntakintu kizima mbona akora atari gucafuza abantu ntakand kazi ngir afiseeee

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Год назад

    Simbizi rero ajejwe guhabwa amahera agatumwa kuja gutyoza abantu no kugambana nyomba aruko ameze nigihugu yokigambanira arose abamuha amahera kuko urumva sumuntu akoreshwa n'inda gusa umuhaye amafaranga umutuma ukamukoresha icushaka no kugambana birimwo nyomba aruko ameze rero tugiye kumukora mwakazi.

  • @YvesIrakoze-i4w
    @YvesIrakoze-i4w Год назад

    Muba promoters bavuga ibidakenew simbizi is the best😢gs ntahandii vyov atar gutwoza abantu gs yu have tu know b face ntimunganya ibiharuro

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 Год назад +1

    Simbizi follow ur heart ur brain is stupid nimba uzi icobisobanura uzoba ukuze.

  • @Nkurunziza-rn4xt
    @Nkurunziza-rn4xt Год назад

    Simbizi yarariye igiturire biraboneka.

  • @NathanaelNahayo-uh8gr
    @NathanaelNahayo-uh8gr Год назад

    Uyu mu type biramugoye kweli!!Yafashe Hosy,amuvuga ko ibintu biteye isoni, ntawe yubaha,kandi imvugo akoresha nizumuntu yarezwe nabi

  • @EnockRivuzimana-mt2eu
    @EnockRivuzimana-mt2eu Год назад

    Simbiz asigaye yambara nez ubafrang ya gfth

  • @arsene_mafiateur
    @arsene_mafiateur Год назад +1

    uwomupira wimbeho kuryozuba😂😂urateye isoni muhuuuuungu

  • @sportonline257official6
    @sportonline257official6 Год назад

    Ariko ikinyamakuru umukubito cizewe nka Umukubito gitange ikiganiro nk'iki?nkuyu Semavumba amariye iki Societe Burundaise ko acanishamwo abari kukazi nawe arukwamira mubinyamakuru gusa? Bro ivyo muriko mupfundikanya na Joel birimwo igipfungu,umwanya umwe ngo urabizi munyuma ngo ubanze uze ndabikubwire wumva ukuri kurihe?

  • @landrymfura6785
    @landrymfura6785 Год назад

    Gaël burya saze naw urikijuju gukorsha ikiganiro iki.kijuju ngo.ni simbizi ndq mubisazw uriko urigayisha Gaël twese turabinz ko.dram ariw yakoz amakosa

    • @userk23456
      @userk23456 Год назад

      Wewe ubizi gute ?reka kuvuga ivyo mutazi.mbe ndakubaze indirimbo yari yande ?wewe indirimbo warihiye,ugatanga amahera,ufise uburenganzira bwo gukora ivyo ushaka.iyaba ari bface yarishe iyo audio,nari kuvyemera.

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque1318 Год назад +1

    Iri rofa simbizi bigenda gute murihe ibiganiro,kuva muntango arukuvuga nabi umuntu akarindaheza ikiganiro,ntimubonako arirofa rikwiye?yaraba umuraperi,vyaramunaniye,yarabaye umu cameraman vyarangiye ahakuye ingwara zivyaduka,none nkubu ahabwa ibiganiro vyiki vrt

  • @justemugisha1413
    @justemugisha1413 Год назад

    😅😅😅😅uriko uha content ico kirofa naw urisarishiije..hamaa drama na joel bose ivyo birazwi kwaraba pd

    • @joeinganji1
      @joeinganji1 Год назад

      Nagira ndabizi jenyene
      Kumbe nawe urabizi😅

  • @djcedro7714
    @djcedro7714 Год назад

    Ivyo bintu vya simbizi birashisha kndi biraturambiy

  • @NganjiDavy
    @NganjiDavy Год назад

    Mbega uyu ko asigaye yabaye umu star kurusha n'aba stars bonyene.

  • @Capitainedelacapitale
    @Capitainedelacapitale Год назад

    Nahora ndababwira Bagaharira 🍻

  • @anicetniyonkuru5373
    @anicetniyonkuru5373 Год назад

    Simbizi naho wocafuza b face gte ntituzopfa tumuhevy.ayo manyanga yae twarayahinyuy.ivyo vyose vyo kwiterefonesha Joel ntawobihagaciro kk musangiy amanyanga.icotwemeza k mutar mwapangany nae kuza kumufona n'igiki?urahenda ibijuju tw twaraguhinyuy.ukuri twarakumvise

  • @kanezalinda
    @kanezalinda Год назад +2

    😂😂😂😂Umunyoni arahūmye ndakimosha!!!!

  • @Juliasmediatv
    @Juliasmediatv Год назад

    Igiturire nikibi ngohama mushaka 900M ,

  • @Bellychris-1
    @Bellychris-1 Год назад

    Karya kanya Kayanza gafise ikibi cane gose.

  • @HandabimanarevisRevis
    @HandabimanarevisRevis Год назад

    Vavanura niyonges yokwama ukukumba kubinyamakuru ugende ukore ibiguteza Imbere numuryango.niho baciye umugani ngo imburakimazi ibagara imushats.wanka gukora ukirigwa urayerera

  • @bucumijmarie281
    @bucumijmarie281 Год назад

    Jew sindigire mbona ikintu kizima ça simbizi n'ikibwa gusa niryo ntabushingantahe bwiwe ,non Ubu ashaka kumenyekan gusumvya drama t nyen indirimbo

  • @patrickniyongabo6995
    @patrickniyongabo6995 Год назад

    Juste urko urondera vues arko uwomujama urarekana nawe arateranya cne.zurekana nawe.ni Bono

  • @JohnZigimana-ef5hk
    @JohnZigimana-ef5hk Год назад

    vugishukuri ico mupfa na b face kko.ingene umuvuga na mama wawe siko.aca mukanwa kawe

  • @MoMemen-nx4bg
    @MoMemen-nx4bg Год назад

    Nubu Ayo Drama t yaguhay uracayaca kwl gusa nisaw
    Ikorer ivyunguka ntakindi

  • @claudendayishimiye5075
    @claudendayishimiye5075 Год назад

    Gaël nawe uratanguye kwisuzuguza pe kandi gose kora ibintu kinyamwuga canke nawe ubona wohava uzima utanguye kuza urinjira mumatiku nawe uzi KO ataco amarira abakumviriza ivyaboze ubizira gute canke nawe uri mubahawe amahera iyubahe ukore kinyamwuga nkaba biyemerera neza KO bahawe amahera kugira basevye umuntu abazana gute ngo harukuri botanga kweri reka kwisuzuguza pe

    • @rretro2042
      @rretro2042 Год назад

      Kanura, burya ivyo nivyo bidandaza bituma ama views aboneka

  • @fearless-hz5yi
    @fearless-hz5yi Год назад

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 SIMBIZI WA SEMAVUMBA tukurinyuma

  • @giselenizigiyimana8035
    @giselenizigiyimana8035 Год назад

    Dramat ntamvura idahita abakugwanya bareke wucecekere ukore turagukunda kibondo

  • @FrankLightlifeirakoze
    @FrankLightlifeirakoze Год назад +2

    Joel numujama na drama t,simbizi nawe yahawe ivyunguka noe bovuga ikintu kuzima gate,simbizi wewe ayo mahera wahawe arakugokesheje bitumye Uta ibanga ubesha gusa turasavye utuve mumatwi ntuzosubire kuza kubesha uvuga ububwa nkubwo

  • @ishimweefta3524
    @ishimweefta3524 Год назад

    Mukopera abanyarwanda ibintu vyose

  • @Niyukurieri-tf5ii
    @Niyukurieri-tf5ii Год назад

    Wewe urigihimbir uraterany

  • @Elienishimwe595
    @Elienishimwe595 Год назад

    Burya wee twaraguhivy kk wee ntanicumaze ataruguhubuka toka

  • @fulgencecoyitungiye
    @fulgencecoyitungiye Год назад

    Simbizi utavuye inyuma ya bfc uzokwankwa burundu !!!urabona fb yawe ko comment zisigae zinuka😠😠😠

  • @twoofonekind2198
    @twoofonekind2198 Год назад

    Simbizi ububeahi bumutember mumaraso d’abord avyinjiramo gut kand n’abo vyerekeye batariko barabivuga uwo mushusho twaeuhaze n’arondere inoti

  • @niyosel88
    @niyosel88 Год назад

    Simbizi bumugabo ureke kugira urusaku nkumugore

  • @richardburundi3090
    @richardburundi3090 Год назад

    Icokirofa kivuyehe

  • @pacibeni1951
    @pacibeni1951 Год назад

    Wewe ntakuri kwawe, uri umucangero

  • @raennyzylol
    @raennyzylol Год назад

    W pt ivy bint nububesh kuk iy cuol birakas knd mumins baraguh nyok

  • @ChanelleIrakoze-n7x
    @ChanelleIrakoze-n7x Год назад

    Buretse B face arabareze nu mushi gantah ariyubaha

  • @ladislasn3009
    @ladislasn3009 Год назад

    Ba musonza mwigumye bahungu kuko izo nimvugo inzara ntakindi

  • @irishuraannie_christelle633
    @irishuraannie_christelle633 Год назад

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @niyosel88
    @niyosel88 Год назад

    Urusaku urwo barakwiye guhanwa