KANGUKA YO KU WA GATANDATU 27/08/2022 by Chris NDIKUMANA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 28 сен 2024
  • Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
    Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25776801327

Комментарии • 49

  • @ikk3132
    @ikk3132 2 года назад +6

    igitondo cyiza cy'umugisha kuri mwese abumviriza kanguka 🙌,muze twizere Yesu arakora imirimo n'ibitangaza 🙏
    mwifurije umunsi mwiza mwese 💕

  • @ikk3132
    @ikk3132 2 года назад +5

    natwe abari kure turifuza ko mwacisha igiterane online (live) niba byakunda gusa bitanakunze twazakireba nyuma.
    Ndiho akomeze ahabwe icyubahiro cyiwe kandi aziheshe icyubahiro mu giterane 🙌🙌🙌💕

  • @isabellenahimana6570
    @isabellenahimana6570 2 года назад +1

    Chalome chalome ,Mukozi w'imana Crhis NDIKuMANA nashaka kubasaba KO mwogir'igikone iwacu mu Burundi.natwe turakinyotewe igikorane

  • @joseuwizey8596
    @joseuwizey8596 2 года назад

    Yesu Kristo Ashimwe cyane Murakoze Kudusengera

  • @OmanOman-cg1qd
    @OmanOman-cg1qd 2 года назад +1

    Amen amen imana ishimwe cane abeshi turabohoka kwumurimo wakanguka

  • @jacqueliineuwimpundu8018
    @jacqueliineuwimpundu8018 Год назад

    Umukozi w Imana arakoze

  • @JanetQueen-j6l
    @JanetQueen-j6l Месяц назад +1

    Amen❤🎉

  • @OmanOman-cg1qd
    @OmanOman-cg1qd 2 года назад +1

    yongere ihezagire nabapartenere bayo ntibagiye nabobose imana ibahezagire

  • @darlenebukeyeneza4939
    @darlenebukeyeneza4939 2 года назад

    Ndifuza komwodushira muri groupe ya kanguka

  • @gracecyasimire9970
    @gracecyasimire9970 Год назад

    Amen Amen Amen

  • @sebananipascal7254
    @sebananipascal7254 2 года назад +1

    Icubahiro nicimana kubwimirimo ikora, amén

  • @JNy-rh9yg
    @JNy-rh9yg 8 месяцев назад

    Amen Amen Amen 🙏🙏🙏❤❤❤

  • @gahuturemy8213
    @gahuturemy8213 2 года назад

    Amen

  • @BeoLe-v5f
    @BeoLe-v5f Год назад +1

    Amen 🙏🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana

  • @sandyk4966
    @sandyk4966 2 года назад +1

    AMEEEN AMEEEN AMEEENAAA AMEEENAAA 🙈🙈🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @umumararunguchantal4227
    @umumararunguchantal4227 2 года назад +1

    Amena

  • @chantalkazimbaya6615
    @chantalkazimbaya6615 2 года назад +1

    Amen 🙏 ♥️

  • @lailay9017
    @lailay9017 2 года назад +1

    Amen 🙏🙏

  • @promessegatesi2816
    @promessegatesi2816 2 года назад

    Amina baba

  • @naomendayishimiye2214
    @naomendayishimiye2214 2 года назад +2

    Nukuri Data , ntitukuronderera ubusa !
    Turizeye ko n uyu munsi Utugendeye , kandi ko Utubohoye .
    Tugusaba ngo, Wongere umukozi wawe Chris Ndikumana ,inkomezi mu Mpwemu no mu mubiri , kugirango ashobore kudusengera no kutugaburira ijambo ryawe nk uko Ugomba. Amina

  • @arnaudirankunda1641
    @arnaudirankunda1641 2 года назад

    '''''

  • @aimerobertkindi6348
    @aimerobertkindi6348 2 года назад +1

    Amen

  • @alineniyomugisha6606
    @alineniyomugisha6606 2 года назад +1

    Amen amen🙏🏽

  • @MariamuBahati-l4c
    @MariamuBahati-l4c 3 месяца назад

    Shimwamana kubantubose bakwizeye bikabikimazi ninyungu kuriwewe mwamiwabami hezagira umukoziwawe wakoresheje mukuvuga ubutumwamwiza bwawe bugafash beshi ukomeze kumukomeza murugendo wamutanguje👏🏾👏🏾🙌🏿🙌🏿

  • @bellanishimwe2314
    @bellanishimwe2314 2 года назад

    Amen 🙏

  • @patrickigunzi7304
    @patrickigunzi7304 2 года назад +1

    Amen

  • @roseazobakiriho9172
    @roseazobakiriho9172 2 года назад +1

    Amen

  • @fofoigira7107
    @fofoigira7107 2 года назад

    Intahe zuyumusi zira nshitse peee

  • @yeeyeehtun2874
    @yeeyeehtun2874 Год назад

    Amen imbara zawe mana 🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 7 месяцев назад

    Hallelua
    Dushimire Imana yacu

  • @aimeekleine8764
    @aimeekleine8764 Год назад

    Amen🙏❤️🙏

  • @lyncamuhoza6143
    @lyncamuhoza6143 2 года назад

    Amen amen

  • @MarieReineClaireIrankunda
    @MarieReineClaireIrankunda 4 месяца назад

    Amen

  • @nyinawimfuraflora8905
    @nyinawimfuraflora8905 Год назад

    Wowe wakize ibibyimba byomunda humura uzanabyara komeza ufate kdi wizere kuko iyakoze biriya nibindi izabikora. Shalom

  • @jeanboscoabayisaba1499
    @jeanboscoabayisaba1499 2 года назад

    Imanibahumugisha

  • @OmanOman-cg1qd
    @OmanOman-cg1qd 2 года назад +2

    nongera ndabasabo mumfashe mumbarire ahobaca mugushinga intahe muzoba mukoze

    • @sandyk4966
      @sandyk4966 2 года назад

      Sinzizindi nzira mugabo kuri app y’a Kanguka hariho ahanditse « Intahe » ucuhafyonda ugakurikiza ibisabwa …Ndiho aguhumugisha🙌🏽

  • @fhgggffhg7721
    @fhgggffhg7721 2 года назад +1

    Amena amena amena sana

  • @uwitonzefelicite1013
    @uwitonzefelicite1013 2 года назад +1

    AMEN AMEN AMEN

  • @anithaihumusavyi5436
    @anithaihumusavyi5436 2 года назад +1

    Ameeeeeeeeeeeeeen

  • @joselynendihokubwayo7842
    @joselynendihokubwayo7842 2 года назад

    Amen!!natwe turiteze gushinga intahe yimirimo nibitanganza uwiteka adukorera

  • @harietteineza2735
    @harietteineza2735 2 года назад

    lmana ishimwe cyane kdi ihabwe icyubahiro 🙏

  • @anitaqueen2044
    @anitaqueen2044 2 года назад

    Amena Amena Amena 🙏🙏🙏

  • @manirakizablaise4664
    @manirakizablaise4664 2 года назад

    Amen Amen 🙏🏾

  • @suzanantirampeba4548
    @suzanantirampeba4548 2 года назад

    Amen 🙏 nanje nditeze ukwakira uruvyaro maze imyak 8 ntarakwirikiza uwundi kandi nitezew kwakira amahasa amen amen 🙏

    • @aliceniyongere9645
      @aliceniyongere9645 2 года назад

      Mukwizera ndatuye uravyaro kuri ww wahisemwo gutakambira ndiho nyene uruvyaro! Yumve ugutakamba kwawe!!!

  • @christineteganeza7447
    @christineteganeza7447 2 года назад

    AMEN 🙏🏿