Ibara rihejeje kugwa ku kibuga C'indege Melchior Ndadaye Bujumbura|Abapolisi bihaye inkumbi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 22 ноя 2024

Комментарии • 26

  • @NiyibitangaRenee
    @NiyibitangaRenee 7 месяцев назад +1

    Ikihungu cawasahuzi atamajanbere gifise

  • @bayizeletiel1659
    @bayizeletiel1659 2 года назад

    Uko Nukuri ibintu bibera airport nagahomera bunwa nabazungu bingenzi bavayo bahanse bivanye na service itarinziza nibisubireho bagire good service nkibindi bihugu mureke guha isura itarinziza igihugu cacu umutekano nisawa ariko service zabarundi ziracarinyuma mutama Narabe uko abigenza.

  • @abdallahalhrbi3621
    @abdallahalhrbi3621 2 года назад

    Yoooo erga barashonje erga bahembwa make nabo barashaka kurya none aba chef kobarya bonyene#mon pays va mal#

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 2 года назад +1

    Ivyo bintu biri mugihugu cose kuva hejuru gushika hasi. Umu president wabo arabizi vyose; nibo babatuma kwiba abanyagihugu kugirango ntibanahembe.
    Nimbonerakure mugihugu hagati babikorera abanyagihugu uko nyene.
    Arya ma villa abo bagihagaze kumutwe aguma yubakwa mwibaza ko amahera avahe? Igihugu ata leadership, kitagira État de droit, coreka kumera uko gute?
    C’est la loi de la jungle qui est en application; c’est chacun pour soi; c’est “après-moi le déluge’ abagowe n’abanyagihugu bantaho Nikita.

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 2 года назад

    ivyarivyo vyose president wigihugu yononerwa nabari ndani , nakavuyo , ahubwo president nakure izo njavyi, ashireho abandi

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 2 года назад

    Ico kibazo co kuri Aéroport canke corrumption, Kiraba umukuru w'igihugu c'Uburundi! Birateye isoni kwumva ibintu nk'ivyo kuri douane canke Aéroport y'igihugu cacu!?

  • @NiyibitangaRenee
    @NiyibitangaRenee 7 месяцев назад

    Tuzoza twingumira mumahaga Kuko ntakamaro

  • @fridaytv3818
    @fridaytv3818 2 года назад

    Ivyobintu babikorera benshi , Kandi abantu baravyidogera kugezanaho bavuga ngo aba police buburundi barashonje, rero iyongeso irakwiye gutuzwa muzosanga abakozi bandikisha amateka mabi mugihugu.

  • @allyndayisenga1302
    @allyndayisenga1302 2 года назад

    Nihatari ibibera kuriki kibuga cindege cibujumbura nibara

  • @johnnybegood92
    @johnnybegood92 2 года назад

    NEVER / Evaristo Nyakubawa …., yarakwiye gutabara abarundi/ na diaspora yiyo corruption kuri Airoport…. NAKAMARAMAZA !!!! Ayo badiye, arakwiye kabisa…

  • @medardntirampeba3490
    @medardntirampeba3490 2 года назад +1

    Nta soni ? Ni bisubire ko kuko iryo ni ibara ku gihugu.

  • @mwajumamunezero4055
    @mwajumamunezero4055 2 года назад

    Nibakure ivyo bisuma abigira ingendo turabizi

  • @maryamarya4161
    @maryamarya4161 6 месяцев назад

    Igihugucindengecononekaye

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 2 года назад

    Iyindi ngorane itavugwa itegura n’akagwi kabandi bisumamwo, bikundwakaza kuri iyo leta baba muri za Diaspora.
    Some Burundians in the Diaspora who are welcomed with a red carpet by the current government of Burundi, a government which knows nothing but to steal, to kill and to destroy! The Diaspora has endorsed it; the diaspora is pumping money into buildings that only them and their families can afford to rent anytime they come to vacation in Burundi.
    Burundians need to open their eyes and listen to this misfortune which just befell this Burundian mother and her children she had taken to Burundi.
    I salute her courage to stand for her right and to refuse to play the corrupt games that all those airport agents wanted to bring her in. So sorry for the trauma that her daughter underwent.
    Please madam, give out the names and the faces if you have any images, perhaps the president would act.
    Of course the government and the Bujumbura Airport were very quick to deny any of her allegations; but the Ethiopian Personal was there to witness it.
    Instead of asking for forgiveness, they blame this mother for standing for child and for herself: it’s actually shameful.
    How do they want Burundians in the diaspora to advocate positively when there is nothing constructive to show forth?
    In fact all international NGO’s including the UN who are still operating in Burundi and who are closing their eyes on the suffering of the Burundian people at the hands of this corrupt and inept government, should think twice before calling themselves development agencies, peace building,…. One day table will turn and all those who would have “dined or shaken hands with the devil” will have their conscience to answer to.

  • @sylvainnivyindika2139
    @sylvainnivyindika2139 2 года назад

    Na mwenewacu barabimugize indege iramusiga kuko bamusavye 300$ arayabima.

  • @shabajims2966
    @shabajims2966 2 года назад

    Nabado

  • @tsindaalpha7583
    @tsindaalpha7583 2 года назад +1

    None ivyo nibishasha ???

  • @sindayikengeracarinie705
    @sindayikengeracarinie705 2 года назад

    Ivyo bintu ntivyijane bivuge muri Rpa bica bishikira Président kandi udya ntafyina arabahana ntiyemera abamulorera nabi

  • @santhaaudreilleakimana1778
    @santhaaudreilleakimana1778 2 года назад

    Kurububeshii ngahoo ivyobarindakubabwiraa nububesh

  • @KaburiyembereJMarie
    @KaburiyembereJMarie 2 года назад

    Naba dd

    • @shabajims2966
      @shabajims2966 2 года назад

      Hahahaha ncarabavunye

    • @bukuruferdinand4244
      @bukuruferdinand4244 2 года назад

      Muzikwegera.

    • @nzibavugadjuma4049
      @nzibavugadjuma4049 2 года назад

      Waratomboye kumenyana nuyo mu Ethiopien, igire umunyabwenge mukuvuga, uzohava usanga uri ikigugu cambere, yaba uri umurundikazi wumutima akunda I Gihugu wosimbira mwisunzu ryinzu.

    • @morcondikumageng793
      @morcondikumageng793 2 года назад

      Birababaje'nibakomeze'inyigisho'zugukundigiyugu

  • @blaisenkeshimana6054
    @blaisenkeshimana6054 2 года назад

    Y

  • @innocentrwakazina9005
    @innocentrwakazina9005 2 года назад

    ⁸88⁸⁸⁸88888⁸⁸ppp9⁸p8⁸p8⁸⁸⁸⁸8⁸8