IRI JORO 🚨TARIKI 19|7|2024 MU BURUNDI NDIKURIYO NA NDAYISHIMIYE 🔥VYATANGUYE BARANYINYURANA💸💰

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 окт 2024
  • #ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc
    CONTACT US: umuzungu15@gmail.com
    Join ISHAMI TV WhatsApp Group: chat.whatsapp....
    Amakuru mashya ku Rwanda na Congo
    Find us on Facebook: bit.ly/4aZt0k0
    Follow us on X: bit.ly/3SeOaDv
    Follow us on Instagam: bit.ly/3O4ZQq5
    Ishami TV Website: ishami.rw/
    And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: bit.ly/3vEnB1W
    #m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #afc, #amakuru #congo

Комментарии • 40

  • @NestorNduwimana-y3c
    @NestorNduwimana-y3c 2 месяца назад +10

    Muburundi hagiye hayobora cane aba colonel vyanka bikunda igihugu kizotuza hayoboye colonel

    • @MugishaYungwe-ml5tl
      @MugishaYungwe-ml5tl 2 месяца назад +1

      Q

    • @AZTIPS
      @AZTIPS 2 месяца назад

      Urabona Ari uwuhe colonel se ushobora kuyoborwa Burundi kuri ubu?
      Njyewe nta wundi mbona gusa icyo mbona ntabwo Neva yayobora Manda ebyiri ngo azirangize

  • @GerardoNiyungeko
    @GerardoNiyungeko 2 месяца назад +1

    Bonsoir.Raba ivyu Rwanda ivyi Burundi ntimpuribre.Raba ivya Kagame

  • @IsaacBikorimana-n2s
    @IsaacBikorimana-n2s 2 месяца назад

    Ikerene

  • @GerardoNiyungeko
    @GerardoNiyungeko 2 месяца назад

    Mwebwe muri nde mutavuga iki Rundi

  • @KUBWAYOPeter
    @KUBWAYOPeter 2 месяца назад

    Reverien NDIKURIYO ni UMUGABO utavugira MIVUMBI kumuvumba,arashishoza arafise popularité,yarwaniye igihugu turamuzi,naho neva ni ikigwarudubi ni imorerwa,ni igisuma nta n'ishule rya gisirikari yigeze yiga ni umu civil militarisé,umukunzi w'indya n'urwagwa no guhuragura ibigambo bitagira akamaro ahubwo vyivuguruza,ategekwa n'umugore

  • @MarcNshimirimana-x1g
    @MarcNshimirimana-x1g 2 месяца назад

    Mwebwe ivyo mushikiriza n'uguteranya avukanyi gusa ? iyo radio ivuga ivyubuhumvyi zimya!!!!!!!!;

  • @MazimbaRodgers
    @MazimbaRodgers 2 месяца назад

    Kirazira kwivanga muri politike y,uburundi mu gihe uburundi butivanze muri politike y,urwanda.

    • @AZTIPS
      @AZTIPS 2 месяца назад

      Wowe se ufite uburenganzira bwo kubuza abantu kuvuga ibyo batekereza?
      Uziko Kaburimbo muzi I Matana ya Bururi?
      Abarundi ko amacakubiri yabamunze. Nta NEVA na Ndikuriyo Bose ni bamwe

  • @EmmanuelSibomana-r4i
    @EmmanuelSibomana-r4i 2 месяца назад +1

    Kaburimbo yari umu sirikare en retraite, yidandariza aka boutique iwabo i Matana, Reverien Ndikuriyo yamwankira UBUTUTSI BWIWE NUBU EX FAB gusa!!! Ok?

    • @GiseleUwera-m6g
      @GiseleUwera-m6g 2 месяца назад

      @@EmmanuelSibomana-r4i Imana ihora ihoze tôt ou tard amaraso y'uwo kaburimbo azomuhumira ari mw'isi

  • @samuelmpawenimana-st2rm
    @samuelmpawenimana-st2rm Месяц назад

    Abanyarwanda ntimukwije akarimi kavuga inangore karagororoka kandi burya ntukibaze ko wonesha uwo mutarashiranako burya kananira abagabo nti yimye!komeze kwikirigita nk'inkende!!
    Uuburundi bwa kera sibwo bwubu!
    Tuzabamesa!.

  • @JmarieBizimana-s5f
    @JmarieBizimana-s5f 2 месяца назад

    Icomukora murazi guteranya

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON 2 месяца назад

    abanyagwanda murivanga pe

  • @AlexisNdayisaba-dg9iv
    @AlexisNdayisaba-dg9iv 2 месяца назад

    Nimumvuge ivya kagame mwabageseramwe

  • @ManasseSinzoyiheba
    @ManasseSinzoyiheba 2 месяца назад

    Abanyarwanda hhhh muradutweza, muzopfuko

  • @GiseleUwera-m6g
    @GiseleUwera-m6g 2 месяца назад +1

    Bazatimburane bose ni babi, gusa Révérien we ateye ubwoba mubogome

    • @AZTIPS
      @AZTIPS 2 месяца назад

      Bose ni bamwe rata nta muzima umurimo

  • @niyonkurusalim2186
    @niyonkurusalim2186 2 месяца назад

    Ayo m équipe atandatu yzkinye nkurunziza cup nayahe?nkurunziza cup yakinywe na équipe zibiri gsa ariyo aigle noir na académie yo mur Espagne gsa ntazindi ham final ya coup du przd neva niho yarari.rro uwubah amakuru bishoboka kwarumusazi nka mwebwe bompi babiri cnk mukaba mukora ibiganiro mwaborewe ni kimwe muri bibiri.mb kagam kwataco mumuvugaho mwabicucumwe

  • @CharlesNgabireyimana
    @CharlesNgabireyimana 2 месяца назад

    Bumamuru

  • @IteritekaAristide
    @IteritekaAristide 2 месяца назад

    Nimubamurek kumbesha umukuruwigihugu cacu turagukunda Niko namwe mwabuz

  • @GerardBagabo
    @GerardBagabo 2 месяца назад

    Komutavuga ivyomugwanda iwanyu ?mwarasaz

    • @AZTIPS
      @AZTIPS 2 месяца назад

      Wowe se ufite uburenganzira bwo gutegeka abantu ibyo bavuga ?

  • @AmanSaidi-x3m
    @AmanSaidi-x3m 2 месяца назад

    Bumamur fc

  • @juvenalkatihabwa2601
    @juvenalkatihabwa2601 2 месяца назад +1

    Mwebwe mutubwora amakuru ataryo

  • @MarcNshimirimana-x1g
    @MarcNshimirimana-x1g 2 месяца назад

    Genda kuryama murarushe

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 2 месяца назад

    Neva akwiye kubogozwa kuko ubona ko ntabwenge afise nawe nyine yarabivuze
    Gusa na Reveriani sinzi uko yayobora kuko abantu ba CNDD FDD bafise ukwikanyiza kandi bagira amacakuburi y'ubuhutu mugabo naho nyine inda nini igasumba imvyiyumviro bakaryana kugeza biyumvira kwica umuntu.Bafise imvyiyumviro vya kinyamanswa umenga n'ibikoko

  • @KabarikiSio
    @KabarikiSio 2 месяца назад

    mwa bicucu mwe byabaturage ninde wababwiye gutinyuka mugasesangura politiki yigihugu cyacyu?vumvura ibyiwanyu rwanda ibyo mu burundi mubishyire hasi

    • @AZTIPS
      @AZTIPS 2 месяца назад

      Wa kijuju we se wowe ufite uburenganzira bwo kubuza abantu kuvuga ibyo batekereza.?

  • @desirerukemanganizi4403
    @desirerukemanganizi4403 2 месяца назад +1

    Erega n'umugambwe kuwuyobora bifise mandat ni zibiri gusa.

  • @jean-maestrobizimana7126
    @jean-maestrobizimana7126 2 месяца назад

    Kuki ntarabona musorongora ubutegetsi bwa Kagame nabwo.😂😂
    Mutinya iki?.

  • @OnesphoreNshimirimana-kq5he
    @OnesphoreNshimirimana-kq5he 2 месяца назад

    😂

  • @ndayisaba5266
    @ndayisaba5266 2 месяца назад

    Ko mutavuga vya kagame

    • @SamanthaIradukunda
      @SamanthaIradukunda 2 месяца назад

      kagame ntamenyerwa

    • @AZTIPS
      @AZTIPS 2 месяца назад

      Wowe se ufite uburenganzira bwo gutegeka abantu ibyo bavuga?

  • @cimpayeonesphore1781
    @cimpayeonesphore1781 2 месяца назад +1

    Président w'uburundi numu démocrate abushitse. Uti gute, twarabonye aho aba président bamwe bamwe bagiye barica abategetsi bagiye bashaka kuba intambanyi kumukuru w'igihugu. Umukuru w'igihugu cuburundi ntiyica. Agwanisha mumajambo ya politique.

    • @AZTIPS
      @AZTIPS 2 месяца назад

      Hanyuma ntiyishe nkurunziza amuroze se ?

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON 2 месяца назад

    abanyagwanda murivanga pe