❤️

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 19 сен 2024
  • 👩🏿‍🤝‍👨🏾 Irving Mulla azwi kw'izina rya Dj Mulla hamwe n’umufasha wiwe Princia batubwiye urukundo rwabo aho rwahereye ndetse n'ibibazo bahuye na vyo
    😍 Irving Mulla yatubwiye uko umugore wiwe yahinduye ubuzima bwiwe
    🤗 Kaze, ukwege agatebe nawe wirabire
    #burundi #love #lovestory #jimbere

Комментарии • 73

  • @graydocilemuco2893
    @graydocilemuco2893 Год назад +12

    Ikiganiro ciza but je dois dire une chose sur le copinage et les fiançailles. Copinage n'igihe uri en relation sans avoir de projets de mariage, ari juste pour être en relation. Fiançailles naho n'igihe mufise des projets de mariage. Ariko imbere yo kuja muri fiançailles hariho période ya fréquentations, n'igihe muriko muraraba si mwoshobora kwinjira muri fiançailles ou pas. Rero, hari igihe fréquentations idaréussissa, dans le sens mutinjiye muri fiançailles. Hari n'igihe mwinjira muri fiançailles ariko ntiréussisse. Ariko ivyo vyose ntibisigura ko yari copinage

  • @lepresi6673
    @lepresi6673 Год назад +12

    Nice one kabisa, couple nziza!! ..mais iyo arrière song ntikenew muri émission muzo bikuremwo!!

  • @iac6872
    @iac6872 Год назад +7

    😍😍😍AaOuuuhtch aravuze Akantu nkuze you are full when you are with God 😍😍🔥🔥🔥

  • @clarissentirandekura
    @clarissentirandekura Год назад +3

    Kaboss ça va umez neuza uzduh ikiganiro tuguh love story yacu bizubaka bensh

  • @MilcaChristaIrakoze
    @MilcaChristaIrakoze Год назад +7

    The best HangOut ever😍 Thank you for this show and the advice.

  • @elysefuraha4588
    @elysefuraha4588 Год назад +2

    Irving mulla na princia mwubahwe❤️❤️
    Kabosi mwakoze ikiganiro ciza cane kandi cigisha mwubahwe❤️❤️❤️❤️

  • @sungraciella2308
    @sungraciella2308 Год назад +5

    The wisdom dropped here is sth else🎉🎉.

  • @bessielaureinankuyo5905
    @bessielaureinankuyo5905 Год назад +3

    Best hangout ever ever 🥺😻😻😻

  • @rashchrisirakoze469
    @rashchrisirakoze469 Год назад +1

    Wow!iyi hangout imbereye iya mbere muri zose!❤️👌Good job Kaboss 4 real!

  • @mutonichrista9655
    @mutonichrista9655 Год назад +5

    Hang out yambere😇😇😇 kaboss uzoz uratumir n'abantu bubatse iz mpanuro nizamber .....we love you Princia and Irving

  • @confitbienius6903
    @confitbienius6903 Год назад +3

    Ivyo bintu mutanguza imisi yose mu faisant semblant KO atavyo mwateguy birabibisha murabiheba (kW actinga si ivya bosee)
    Anyway hang out ni bien Sanaa

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Год назад +3

    Antuka Jew ndabona ibintu ni fuureshii saanaa 👌✅

  • @صالحالصوافي-غ5و
    @صالحالصوافي-غ5و Год назад

    Kabosi nkunda ibaganiro vyawe wallah ubaza ibibazo murupfasoni kandi ubaza uri serie vrm

  • @jedidjajediaelakimana2407
    @jedidjajediaelakimana2407 Год назад +1

    Best hung out for Me very interesting ndabakunze the way muberany nibintu vyakamaro mutuyagiy god yubahwe all the time

  • @ndeanaeddy
    @ndeanaeddy Год назад +2

    Baraberanye
    Kandi turabakunda cane

  • @Semavumba
    @Semavumba Год назад +2

    Umuhungu wanjr

  • @PatKOfficial1
    @PatKOfficial1 Год назад +2

    This was the best Hangout @Irving una Mujer bisigura une femme mu ki Espagnol💥ikiganir cuzuy wisdom💥

  • @graydocilemuco2893
    @graydocilemuco2893 Год назад +2

    This is inspiring❤... Thank you so much

  • @elysetuyishime9969
    @elysetuyishime9969 Год назад +1

    Waaaauuuh byiizaa caaanee ndabakunze

  • @ericaliesseiradukunda-zg9kq
    @ericaliesseiradukunda-zg9kq Год назад +1

    Kaboss hang out yambere itesa kbxaa 🙏igice cakabiri tukironke 😊

  • @pamelaniyonkuru3569
    @pamelaniyonkuru3569 Год назад +5

    My favorite couple ever

  • @ornellairakoze3512
    @ornellairakoze3512 Год назад +2

    Akanyuma Sasa😂😂😂😂😂😂😂😂🫶

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Год назад +1

    Muranryoheye Basha

  • @nlc3435
    @nlc3435 Год назад

    Rya mbere watching it whole...🥹Touched...keep it up

  • @ornellabanezerwe2640
    @ornellabanezerwe2640 Год назад

    Merci Mulla et Princia muranyigishije ndize ikintu ca développement personnel hamw niyo language yurukundo hahaaa

  • @ishakalyscarmene1039
    @ishakalyscarmene1039 Год назад +1

    Bzst Hang Out ever😍😍🤌🏾🤌🏾🤌🏾

  • @donslayntwari8474
    @donslayntwari8474 Год назад +3

    Nice hang out 😍😍

  • @edwigejinama5282
    @edwigejinama5282 Год назад

    Ndakunze ukuntu Kaboss avuze ijambo " umuziki w'Ikirundi" apana umuziki ndundii...

  • @regishabarugira9012
    @regishabarugira9012 Год назад +1

    Irving keep going until you go no more

  • @JeromeJoelChiefcook
    @JeromeJoelChiefcook Год назад +1

    Good vibe kbsa.

  • @Barca788
    @Barca788 Год назад

    Kaboss4Real..press on bro!!!

  • @minaniempphilbert5454
    @minaniempphilbert5454 Год назад +1

    Keep pushing

  • @philoscoco
    @philoscoco Год назад

    😍🤗 🤗 🤗 So dope couple feels and looks bter like almost perfect 👌
    Love from #Philoscoco

  • @hervegontran2559
    @hervegontran2559 Год назад +2

    🙌🙌🙌

  • @dizzoTrix
    @dizzoTrix Год назад +1

    Biraryosh ingene bari bateramanye n umu camera man wa Hung out anaba camera bigahuriran mukeneye kugir ico mubaza Kaboss 😂😂😂😂 ariko biraryosh ikiganiro ca bien san kirimw inyigisho kbisa

  • @shaljohabo
    @shaljohabo Год назад +1

    ❤️❤️❤️

  • @cubahirodadyqueen4560
    @cubahirodadyqueen4560 Год назад

    Ndakunze ukuntu Mulla aguma ashaka gu sauva prencia

  • @mamakessy4604
    @mamakessy4604 Год назад +1

    🌹

  • @brendacorineingabire3134
    @brendacorineingabire3134 Год назад

    Best hangout

  • @royal1tv
    @royal1tv Год назад

    Love from royal 1 TV

  • @muhimpundulucius7057
    @muhimpundulucius7057 Год назад +1

    ❤️

  • @enocknduwimana6577
    @enocknduwimana6577 Год назад +1

    Iman ibakomez ibarinda mwese mwarahezagiwe ❤️

  • @aishaafricanas7519
    @aishaafricanas7519 Год назад

    Murabere cane gose 👌👌❤

  • @laurasandraishaka4882
    @laurasandraishaka4882 Год назад +1

    😍😍😍🔥🔥🔥🔥

  • @laOdePamofficial720
    @laOdePamofficial720 Год назад

    Respect😍

  • @tchguillain993
    @tchguillain993 Год назад

    mula mula mula I love you broooo✌✌

  • @emelyneniyuhire1393
    @emelyneniyuhire1393 Год назад

    Super couple

  • @chadiaarakaza4368
    @chadiaarakaza4368 Год назад

    Awwnnn😍😍😍

  • @audreyuwimana4715
    @audreyuwimana4715 Год назад

    Wow😍

  • @fleuryniyimfasha2351
    @fleuryniyimfasha2351 Год назад +6

    🥰🥰🥰😍😍😍😍

  • @angegateka6732
    @angegateka6732 Год назад +1

    ✌🏼😘

  • @elogenininahazwe9249
    @elogenininahazwe9249 Год назад

    Mullaaaa

  • @tonynzeyimana3933
    @tonynzeyimana3933 Год назад +2

    Nije ndayiguyek ubwambere ndak 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 fureshi saaaana

  • @World_Of_Fashion257
    @World_Of_Fashion257 Год назад +1

    Mulla mulla

  • @ChristianNTAKA
    @ChristianNTAKA Год назад +1

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @diellagrettairadukunda7657
    @diellagrettairadukunda7657 Год назад

    👌💖😍

  • @lionel8izere598
    @lionel8izere598 Год назад

    👌👌👌👌

  • @peacemporana1470
    @peacemporana1470 Год назад +1

    Uzuribuka nabarusambuye😂😂😂

    • @delacycy
      @delacycy Год назад

      😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅

    • @himbazaangedelicia5656
      @himbazaangedelicia5656 Год назад

      🤣🤣🤣🤣

    • @teginezamilca2472
      @teginezamilca2472 Год назад

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @inezagrettakarly5311
      @inezagrettakarly5311 Год назад

      😅😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 Год назад

    😂😂😂😂

  • @dondeliciagateka7962
    @dondeliciagateka7962 Год назад +1

    😍

  • @dj_arshal
    @dj_arshal Год назад +1

    ❤❤❤

  • @dondivn2913
    @dondivn2913 Год назад +1

    ❤❤❤❤