Gusenga neza ni gute?|Guterereza isengesho si bibi|Gusengera mw'Ijambo.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 28 ноя 2024
  • Ico twosaba cose kirashobora kuba ariko bisaba ko tugira ubucuti n'Imana kuko iyo hari ubwo bucuti butuma tugira ivyiyumviro nkivya Kristo.
    Guterereza amasengesho si bibi ariko mbega iyo uterereza amasengesho vy'ukuri ivyo uriko urasaba nibihwanye n'ubugombe bw'Imana?

Комментарии • 3