Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Niwumva amafranga yinjiza kukwezi uraza kwicuza igituma utarayarimaneza uko abigenza WIPFUZA KUVUGANA na #Honoré_79981604WIPFUZA KO AGACIRO MEDIA IKUGENDERA CANKE IKINDI COSE WIPFUZA,Twandikire #agaciromedia_68013513 #ibangaryabatunzi #entreprenariat #diaspora #Uburimyi
Komera can Muhungu wacu
Impa numero yuyomurimyi bwana
Nukuri amahera arahari muburundi ahubwo tubura ubwenge bwokuyarondera!
Komerezaho ❤❤udakora ntakarye ushaka umubira abira icuya, ushaka emuce acika ijoro
Hanyuma Homme du changement urarabe neza ntuzosange warabaye ikiranganzira gusa😊😊😊😊 nawewe uzoze urarahura ubwenge ugende iwanyu nawe ushire mungiro iyo migambi yuburimyi nubworozi ubonana abandi😊😊😊😊Hanyuma ejo bundi uzodufotorera IMIRIMA YAWE n'IMPONGORE ZAWE
Nibaza ko utazi neza ico bita RUclips akazi akora nako n'ukwitezimbere kandi nabonye nawe afise inkwavu. Kandi abarundi twese ntitwoba abarimyi n'aborozi gusa n'ibindi bisata birakenewe. None abantu bose boba aborozi/abarimyi? Abaganga? Abadandaza?.... Ni vyiza kwitaho n'ibindi kugira ibisata vyose vy'igihugu bitere imbere.
Bandanya kibondo c'Igihugu.Turikumwe.Bandanya uduhumura🎉🎉
Congratulations Mr Honoré,Imana Ikuje imbere
Graf munyamakuru courage
Honoré nukuri ndagukunzecane kabisa uhezagirwe cane komeza utwugurura umutwepe
Jambo ndugu, nimependa nijuwe, kwa apo Burundi wapi nitaweza kununuwa miche ya matunda? na kuna aina ngapi za matunda ya kisasa zina patikana apo Burundi, kwa bei gani? Kwa mche?
Ugira neza cane kuduhuza n'abarimyi bariko barabikora neza. Gusa ibibazo ubaza, woraba ukabitegura, hama ukabaza ikibazo kimwe, ukarindira kikishurwa, kandi neza. Hari amakuru tuba dukeneye cane, ariko mukayafukiranya mu bibazo bicucagiwe, hama ntivyishurwe neza!
Ndagushimira cane Home du changement kubikorwa ukora.Ariko muri commerce muje muraduha umuco ukwiye,namba igiti kivuyeko 5kg kundwi ntibisigurako indwi yose wamura.Hari igihe amashugwe agabanuka.
Komera bwana Honoré. Imana igukomeze
Murakoze cane kubw'ico kiganiro, umuntu yoronka gut ubwoko bw'iyo mivyaro yayo matunda?
Uyu murimyi mworozi niyuhwe 🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Uyumurimyi mworozi imana ibandanye imuhezagira ndamukuze kuva nkibobye imirima yiwe nukuntu avuga neza igihugu camwibarutse
Rwakiranya coup de chapeau Muta, uri intwari y'uburundi
Mwubahwe cane
Mwubahwe cane gusa uwomwubahwa twagiratumwisabire numéro ziwe tuzomwibarize uko yodufasha
🎉🎉
Respect papa
Uradushimisha kubiganiro udushikiriza wubahwe
🙏🙏
❤❤❤mukomere cane
Vyiza cane batama , murashorera nanj
Komera k'urugamba rw'iterambere.
Ndagukeneye ndoroye uzansurire aho nororeye ncuti
Vyiza cane
🙏🙏🙏
Nigute noronka uyumurimyi numero
Komer
❤
Komera ncuti
Tukuri inyuma mutama wacu homme. Komeza
🎩
We journaliste bica vyumvikana kukiri celibataire. Amatunda arazimvye n imicungwe urabaza centre ville biri ntabanduka mungaburo zabana.
Nchak munfash imiti ikoreshw kumatunda
Kora mutama kora
Komera
Niwumva amafranga yinjiza kukwezi uraza kwicuza igituma utarayarimaneza uko abigenza
WIPFUZA KUVUGANA na
#Honoré_79981604
WIPFUZA KO AGACIRO MEDIA IKUGENDERA CANKE IKINDI COSE WIPFUZA,Twandikire
#agaciromedia_68013513
#ibangaryabatunzi
#entreprenariat
#diaspora #Uburimyi
Komera can Muhungu wacu
Impa numero yuyomurimyi bwana
Nukuri amahera arahari muburundi ahubwo tubura ubwenge bwokuyarondera!
Komerezaho ❤❤udakora ntakarye ushaka umubira abira icuya, ushaka emuce acika ijoro
Hanyuma Homme du changement urarabe neza ntuzosange warabaye ikiranganzira gusa😊😊😊😊 nawewe uzoze urarahura ubwenge ugende iwanyu nawe ushire mungiro iyo migambi yuburimyi nubworozi ubonana abandi😊😊😊😊
Hanyuma ejo bundi uzodufotorera IMIRIMA YAWE n'IMPONGORE ZAWE