AMAZAMU UMUNANI Y'AMASENGESHO by Chris NDIKUMANA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 22 окт 2024

Комментарии • 301

  • @vanessanzeyimana6662
    @vanessanzeyimana6662 6 дней назад

    Imana Yatumye Ndakumenyaaa Igume Ihabwaaa Icubahiroo Ahivyagiyee

  • @FidèleNdayikengurukiye-v4l
    @FidèleNdayikengurukiye-v4l 8 дней назад

    Amen Yesu ashimwe
    Nawe Akongererenje amavuta

  • @IrankundaNadia-n2g
    @IrankundaNadia-n2g 19 дней назад

    Amen Amen thank you Lord 👏👏👏
    Umukozi w’Imana Imana ikongere amavuta ba Yesaya muracahari

  • @JojoNinziza
    @JojoNinziza 2 месяца назад +123

    Bakunzi abantu bakunda uwumukozi w'IMANA nkanje nukuri tumenyane mumpe twatuntu❤❤❤

  • @leonieuwimana2012
    @leonieuwimana2012 2 месяца назад +24

    Umukozi w’Imana Chris waje hageze. Narakurikiye narintegereje suite.
    Bene data njewe narabikurikije uko umukozi w’Imana yabitubwiye, ndababwiza ukuri ko bikora.

  • @naomendayishimiye2214
    @naomendayishimiye2214 2 месяца назад +21

    Amina, kandi Amina .
    Iyi nyigisho vyukuri irimwo amabanga akomeye cane !
    Hamwe twoyatahura ntitwosubira kurira !
    Mpwemu Yera Adushoboze vyukuri tube abahizi mu gusenga no kwama twuza (dusubiramwo ) inyigisho turonka muri Kanguka kuko zirimwo ubuzima bwuzuye
    -Imana Ikwongere guhishurirwa umuvyeyi !
    -Ubuntu bwayo bukomeze kugwira muri wewe
    Tugusabira kuramba no kuzogira iherezo ryiza muvyeyi , nukuri uri umugisha w ibihugu vyose !

  • @IradukundaLiesse-e4s
    @IradukundaLiesse-e4s 28 дней назад

    Warahezagiwe mukozi w'Imana ntawuzogukurikira azob umuhombe vyukuri urintumw yaj kw'isi kugir twese tumenye ijambo ry'Imana icorivuga Nico risigura turahirw twebw twakumenye Muvyeyi 🙏🙏

  • @TheogeneNdayishimiye-cq3wv
    @TheogeneNdayishimiye-cq3wv 2 месяца назад +4

    Shalom benedata,
    MUKOZI w IMANA, NDIHO AGUHEZAGIRE CYAANE 🙏🙌 SIMFISE UKWO NOBIVUGA KURINO NYIGISHO,,REKA MVUGE BASI KURI "MOSE WA2 NDIHO YITOREYE NGUROKORE IMITIMA YA BENSHI, MUMPANDE4 ZISI , NKUKO NDIHO YABIGIRIYE MOSE IGIHE YAROKORA IHANGA RYERA AKARISHIKANA MUGIHUGU CISEZERANO"
    Ishimwe nicubahiro bibe ivya NDIHO IBIHE BITAZIGERA BISHIRA ❤🎉 AMEN 🙏 SHALOM.

  • @SamiaNindorera
    @SamiaNindorera 20 дней назад

    Imana ibandanye ikwongerera amavuta mubiganza vyawe mukozi w'imana uraturuhurira imitima tukabaho atakidutera ubwoba

  • @bugingomartin9242
    @bugingomartin9242 2 месяца назад +6

    Urakoze mukozi w'Imana ngiye gutangira uhereye none rwose Imana iguhe umugisha mwinshi kdi iguhaze uburame imbaraga na mavuta ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @rodriquezuwagukunze8143
    @rodriquezuwagukunze8143 2 месяца назад +5

    Amen 🙏!!! Imana ibahezagirire caneee kubw'ivyo Mugire Umugisha mwishiiiii uva Ku Mana DATA wa twese ari mw'Ijuru NDIHO!!!

  • @EmmaShemez-g7c
    @EmmaShemez-g7c 2 месяца назад +5

    Urakoze mukozi w ' imana ndatahuye sinarinzi gutandukanya amazamu

  • @NiyinzanyeDeborah
    @NiyinzanyeDeborah Месяц назад

    Warakoze mwami kuduha umusavyi wawe kugira atwigishe kubana nawe icubahiro kibe ca NDIHO iteka uduhe kubikurikiza Amen Amen 🙏 🙌

  • @User-User-01-02
    @User-User-01-02 2 месяца назад +3

    Hallelujah
    Imbaraga z’Imana zikugumeho (Chris), utuma mbona gukorera Imana ari umunezero n’umudendezo. Imana ishimwe 🙏

  • @BazbIsaac
    @BazbIsaac 2 месяца назад +2

    AMEN 🙏 Imana iguhe umugisha . Ndarindiye swite cane . Imana iguhe nayandi malevelation . IMANA IGUKOMEZE

  • @eliane802
    @eliane802 2 месяца назад +4

    Mwarahezagiwe caneeee
    Ndiho akurinde impwemu yose yotuma utirigana ❤❤

  • @NshimirimanaNadine-c4p
    @NshimirimanaNadine-c4p 2 месяца назад +2

    Nukuri ndakunda chris ndikumana nawe uramukuna niba umukunda andika amen

  • @leonieuwimana2012
    @leonieuwimana2012 2 месяца назад +4

    Chris Imana ikomeze ikwagure jyewe. Nzaza mu Burundi kugushimira byu mw’Ihariko. Iyinyigisho narayikunze cyane, saa cyenda yo kumurango aho insanze hose mfatiraho

  • @BenigneRivuzimana
    @BenigneRivuzimana 2 месяца назад +1

    Papa urakoze caneee imana igukomeze mumirimo yaguhaye ikurindire numuryango❤❤❤

  • @افلينافلين-ي9ك
    @افلينافلين-ي9ك 2 месяца назад +1

    Amennnnn. Amennn ndafashijwe cane. Imana iguhezagire. Mukozi wi Mana ikongere amavuta. Iguhe. Ijambo. Wotugaburira

  • @Iranyongeye-l3s
    @Iranyongeye-l3s 2 месяца назад +3

    Amen Amen Amen 🙏 Imana ikongerumugisha mwishi utagabanijweko Pasta🙌

  • @seraphinemukayiranga8018
    @seraphinemukayiranga8018 2 месяца назад +1

    Hezagirwa mukozi wa Ndiho , izi nyigisho n'inenzi k'umwinginzi wese❤

  • @IsabelleNiyonsenga
    @IsabelleNiyonsenga 2 месяца назад +1

    Urakoze cn gose ndiho aguhezagir knd nanj ndafashijwe gos mubuzima bwanj amen mukoz wimana.

  • @anatoliebishahu5069
    @anatoliebishahu5069 2 месяца назад +1

    Mana wee, Imana Ihezagire cane umukozi w'Imana kunyigisho nziza cane aduhaye.

  • @winyfildensabiyumva6113
    @winyfildensabiyumva6113 2 месяца назад +1

    Amen, amen mukozi w'lmana,lmana ikomeze kukurinda numuryango wawe,mbeginyigisho weee!

  • @murekateteclarisse3839
    @murekateteclarisse3839 2 месяца назад +2

    Urakoze mwana w' Imana kunyigisho nziza uhabwe imigisha myinshi na Ndiho

  • @furahachantal5747
    @furahachantal5747 Месяц назад

    İmana iguhe umugisha mwinshi kuko ibibazo byose nibazaga byokwiherera na Ndiho ndabisubijwe. Hallelujah ❤

  • @LodhanNiyonzima-j1f
    @LodhanNiyonzima-j1f 2 месяца назад +2

    Amen Amen ndafashijwe can mukozi w'Imana hallelluaa🙏🙏

  • @assumptakayitegere6922
    @assumptakayitegere6922 2 месяца назад

    Uwiteka we utanga ingororano ze azakugenere izo agaba zose muradufasha cyaneeee.Allelua Allelua.

  • @lievin.live-boy.
    @lievin.live-boy. Месяц назад

    Imana ikwongerereza amavuta yokurangura icoyagutumye kubantu bayo Chris imana niguhezagire 🎉🎉🙏🙏🙏

  • @KanezaEmilienne
    @KanezaEmilienne 2 месяца назад +1

    Amen nakijijwe nijambo ryimana mukoziwImana warasijwe amavuta nandiho amina❤❤❤

  • @abijuruchantal7883
    @abijuruchantal7883 2 месяца назад +3

    Mana nzima, hezagira group kanguka booose kandi urushirize kubazigama mw’izina rya Yesu Amen.

    • @MediatriceMujawamariya-ll4ph
      @MediatriceMujawamariya-ll4ph 2 месяца назад +1

      MANA nziza hezagira umukozi wawe kandi natwe abamukunda usubize ibyufuzo byacu mu izina rya Yesu kristo umwami n,umukiza wacu. Allelua Amen!

  • @OliveJenny
    @OliveJenny 2 месяца назад +1

    Mukozi w'Imana Imana Ibandanye kugusiga amavuta kandi ugukomeza ubundi kuko warahezagiwe natwe turakira tugahabwa inkomezi kubw'inyigisho nziza uturonsa Amen 🙏

  • @JoselyneKayitesi-v3e
    @JoselyneKayitesi-v3e 2 месяца назад

    Amen!Amen! ndahezag cane!!Imana iguhezagire Mukozi w'Imana, ndagukunda kuko urampezagira iminsi yose

  • @SoudesiNassor
    @SoudesiNassor 29 дней назад

    Amen ndahinduye imyanya yo gusenga kubera inyigisho

  • @79Irakozearnaud
    @79Irakozearnaud 2 месяца назад +4

    Aminaa UKURI KUZANA UKWIDEGEMVYA KUBANA B'IMANA

  • @KarikumutimaJuliette
    @KarikumutimaJuliette 2 месяца назад +2

    Izamu rya Kane ngiye kurikomeraho.
    Murakoze cyane mukozi w'Imana.

  • @EmelineMINANI
    @EmelineMINANI 2 месяца назад +2

    Aaaaa men Amen muhezagigwe mukozi wlmana murakoze caaaane

  • @JeandeDieuHaragirimana-x5h
    @JeandeDieuHaragirimana-x5h Месяц назад +1

    Amen cane nanje menyeyeho vyinshi ntarinzi❤❤

  • @mizeromurielle8908
    @mizeromurielle8908 2 месяца назад +2

    YESU aguhezagire cane...inyigisho nziza canee..

  • @ccvg3926
    @ccvg3926 2 месяца назад +2

    Amen imana inshoboz kubikurikiza ndumva bishobora kuzana impinduka

  • @ElianaMamy
    @ElianaMamy 2 месяца назад +1

    Amen amen mukozi wimana imana ikwagure na mavuta menshi kandi amen

  • @ZubedaZubeda-u2c
    @ZubedaZubeda-u2c Месяц назад

    Ameeen mungu wangu utabaki kuwamungu baba

  • @KigemeM
    @KigemeM 2 месяца назад +2

    Yesu ashimwe ! Uwiteka akwagurire umurimo

  • @nadegendayizeye-kv7oh
    @nadegendayizeye-kv7oh Месяц назад

    Imana iguhe umugisha nabawe Bose.warahezagiwe

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia 2 месяца назад +1

    Mana weee urakoze canee 🙏 kuriyi nyigisho this is what we're was waiting for 🙌 God bless you🙏🙌

  • @ChantalSinuvayo
    @ChantalSinuvayo 2 месяца назад

    Ulakoze chane kumigicho yumwana wimana imana ikuheibalaga chane Amina🙏🙏

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y 2 месяца назад +9

    Imana ishimwe. Kuba dufise umuntu nkuwo mugihugu cacu muhezagirwe

  • @mugishadonalle6482
    @mugishadonalle6482 2 месяца назад +1

    Imana Iguhe Umugisha Nukuri nitaye kurizi Saha ariko haricyo byahinduye pe narebye Igihe naryamiye mbona ntamudaruro nabonye mfata unwanxuro wo kwita kuriyo saha harimpinduka pe

  • @josianekakunze1804
    @josianekakunze1804 2 месяца назад +1

    Amen
    Imana ibahezagire
    Tumenye amasaha yo gusenga

  • @rwabishemamediatrice6625
    @rwabishemamediatrice6625 2 месяца назад +1

    Imana Data iguhumugisha Chris Mukoziw'Imana

  • @GèneclaverTina
    @GèneclaverTina 2 месяца назад +1

    Ndafashijwe cne lmana igihe inkomezi mukozi w'Imana twarakugabiwe na rurema

  • @nijimberepulcherie2407
    @nijimberepulcherie2407 2 месяца назад +1

    God bless you abundantly Man of God! You are a blessing

  • @JrjBdnj
    @JrjBdnj 2 месяца назад +3

    Amen Umwami aguhezagir cane murakoz

  • @MfurayimanaConstance
    @MfurayimanaConstance 2 месяца назад +3

    Hallelujah iyi nyigisho narindindiranye igishika

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 2 месяца назад +1

    Nukuri tuguma tugukurikirana Imana iguhezagire cane ❤

  • @Shn-f8z
    @Shn-f8z 2 месяца назад +2

    Murakoze cn umwamiyes abane namwi ibihe vyose kuko benshituratahuy vyinshi sinarinzi amazam yogusenga

  • @ValentineByukusenge-s5v
    @ValentineByukusenge-s5v 2 месяца назад

    Imana ibahe umugisha! Ibagurane n abo mukorana umurimo wayo, kd ibagwize🙏

  • @MukanyongaLiberate
    @MukanyongaLiberate 2 месяца назад +1

    Komera mukozi w'Imana uradufashije pe.Imana iguhe umugisha

  • @KezaNana-g7x
    @KezaNana-g7x 2 месяца назад +2

    Amen Amen 🙏🙏🙏 ubuntu bwandiho bukubeko ibihe vyose Amen 🙏🙏🙏🙏

  • @NosentiNiyi-vj6sh
    @NosentiNiyi-vj6sh 2 месяца назад +1

    Imana ibandanyekumukomeza akorumurimo mwisi turamukunda turamusengera cane

  • @ChadiabellaNijimbere
    @ChadiabellaNijimbere 2 месяца назад +1

    Imana iguhe umugisha 🙏🏽🙏🏽nukuri

  • @PascalyneIrankunda
    @PascalyneIrankunda 2 месяца назад

    Ndafashijwe caaane Imana ihezagire umukozi Wayo, Amen

  • @MukahirwaAnnynina
    @MukahirwaAnnynina 2 месяца назад +2

    Shalom Shalom ,nimumfashe gutongeka aya mazamu yananiye kuyatondeka merci

  • @DadaMwadjuma
    @DadaMwadjuma 2 месяца назад

    Mungu akulinde sikuzote zamaisha yako baba yetu

  • @KigemeM
    @KigemeM 2 месяца назад +2

    Chris Ndikumana, umva ubushobozi bw'Imana bugutwikire nukuri kuko uratwigisha peeee

  • @trinitasnibaruta6268
    @trinitasnibaruta6268 2 месяца назад

    Ndashimiye Imana yacu yaguhishuriye ayo mabanga kugira natwe tubimenye.

  • @RebeccaNtawuyankira-o9k
    @RebeccaNtawuyankira-o9k 2 месяца назад

    Amen shimwa Uhoraho uduha kubandanya tugutahura ukukora amen

  • @JeanBatpisteBakame
    @JeanBatpisteBakame Месяц назад

    Umukozi w'Imana w'umuhinga mukwigisha amajambo meza y'ubuzima❤❤

  • @CelestinNzoyisenga
    @CelestinNzoyisenga 2 месяца назад

    Murakoze mufashe gusenga nanj mukozi W,Imana fise umutwaro wirwara

  • @NimaNimaa-b5e
    @NimaNimaa-b5e 2 месяца назад +1

    Amen urakoze kwiyo nyigisho unduhaye

  • @FANNYFUNTVSHOW
    @FANNYFUNTVSHOW 2 месяца назад +1

    Iyinyigisho iraryoshye YEZU mbimiragure Amen rifashe ❤

  • @ChantalKANYAMUNEZA-fs2qr
    @ChantalKANYAMUNEZA-fs2qr 2 месяца назад +1

    Imana iguhezagire mukozi w'Imana

  • @claverirambona
    @claverirambona 2 месяца назад +2

    ❤Amen umukama akumperumugira kuko izinyigisho zingeza kure mubuzima

  • @MuhawenimanaAngines
    @MuhawenimanaAngines 2 месяца назад

    Wigishaneza imana ijue iguhezagira😊🙏🙏🙏🌟🌟

  • @Mubigalowivine-rp9dy
    @Mubigalowivine-rp9dy 2 месяца назад

    Amen iyi nyigisho ni nziza cane Ilana iguhe ugisha

  • @uwimbabazilucia1961
    @uwimbabazilucia1961 2 месяца назад +1

    Amen nukuri nari narahombye kutakumenya

  • @BlessingBlessing-n3t
    @BlessingBlessing-n3t 2 месяца назад +1

    Umwami Yesu abongere amavuta 🎉

  • @L.Ndayisenga
    @L.Ndayisenga 29 дней назад +1

    Mu Burundi turafise umugisha udasanzwe, dufise abakozi b'lmana

    • @NitungThierry
      @NitungThierry 8 дней назад

      Cane gose urazi nkabarya bomuri Bethany ingene bafise amavuta???

  • @dancilemariam4768
    @dancilemariam4768 Месяц назад

    Imana data idutabare ndabasengera Imana yo mwijuru ibafungure amaso yumutima mubashe kubona ubu umwana wanjye yarwaye nindwara zitamenyekana abaganga barapima ntibabone indwara kandi we ababara cyane ndatabaza yagize umuntu ugize icyo aba ntahandi ni Chris Ndikumana bakora ibishoboka ngo mbanzempfe kugirango ibizakurikira bitamenyekana ubu ndimunzu simbasha kugenda numva umubiri wose arinzoka zigenda genda mumamvyiko mwijosi mumugongo ibiryana mumutwe nkintozi amatwi kwaka umuriro nibinoshora mumatwa wavyonda bigaturika nkinda amavi ibirenge yahindutse umukara mukwezi guheze nararyamye nsanga banciye ururasango munsi yibere ryububamfu ntangira kubyimbagana nkumva meze nkumuntu nacometswe kuri courant nkagira ububabare bwinshi mama ngo mpindurwe igikoko mama ngo ndyame mpfire mwitiro nibyinshi abavuga ngo ndabeshya muzabyemera mubibonye uyakoresha nimbaraga zabapfumu murazi ayoyose nyine nyakwasatani fite ikanzu ntacyambara yera yokwambarira imbere yayindi nikombenezo umuntu yambarana iyindi ibonerana narayambaye mwijoro haribushyuhe bwinshi natangajwe nokumva iyo myuka mibi ivuga ngo nikinzu yamariaje ngo nagiranye na Chris Ndikumana ubu nanze nokuyambara kandi imbaraga zi Imana data zimundinde muzina rya Yesu kristo wanazareti ababihakana njyewe mvuga ibyo mfitiye gihamya nimbere y'Imana nzabihamya kuko Imana idukorera ibikomeye kugirango tube abahamya boguhamya imirimo yayo ikomeye ubu aho bigeze mubemaso satani yabonyeko ntako yakwigarurira imitima yabantu nokubajyana muri gehinomu ikresha ibitangaza ikaroha mubantu imyuka mibi yokubateza indwara nyuma satanique akaza ngwarikubazengera wakumva utoye kamitende ngo bagusengeye kumbe utazi iyobagufungiye satani igatangira kugukoresha utabizi niba warufite umwuka w'Imana muriwowe arawutwara bazishyiramo imyuka mibi nabadayimoni kumunsi wimperuka ukisanga kwasatani utazi iko wagiyeyo 0:26 0:26

    • @UtitgCjfgg
      @UtitgCjfgg 25 дней назад

      Imana irakubona ,uwagutumye gusebya umukozi w'Imana niwe azaguhemba😢😢😢,ubuse ko Chris ari kutwigisha gusenga wowe mwuka w'Imana akoresha yagutumye kutwigisha iki cyatugeza mu bwami bw'Imana?

    • @dancilemariam4768
      @dancilemariam4768 24 дня назад

      @@UtitgCjfgg Ese abantu mwabaye mute iramubona we wikingiriza bibiliya kandi ari shetani nonese niwowe umbuza kuvuga imbaraga zi Imana nitubona ibibi Imana itugiriye ubuntu ikaturinda ntitubivuge kubera gutinya gutukwa nabantu nonose kuba wowe uziko urumukozi w'Imana Imana itamuzi nibyo bimuhesha ijuru? navuze ibyambayeho hanyuma kuntuka kwawe ntacyo bintwaye ngo musebya ese wagize kumenya umuntu nkuwo sukugirirwa ubuntu ni Imana kandi iturinda mubikomeye kugirango tuvuge gukomera kwayo ibyo bindi nibyawe ntabwo naha satani intebe nayibonye mwizina rya Yesu

    • @dancilemariam4768
      @dancilemariam4768 24 дня назад

      @@UtitgCjfgg uko abigisha gusenga ninako abamarira ikuzimu nonese atarashinga iyo groupe ntiwaruzi uko basenga ahubwo yuvuga ko abo bakozi basatani kugirango bigarurire imitima yabantu bafata ibirwara bakaroha mubantu hanyuma ngo arikubasengera arinako abajyana ikuzimu ukagira ngo urigusenga Imana kumbe kera waragiye iyo nintumwa yasatani sintinya kubivuga ntasoni bintera kuko nziko arukuri ubwo rero wowe kubyemera nokutabyemera nuburenganzira bwawe navuze ibyo Imana yangiriye kugira ngo abantu bagarakire Imana mureke gukangwa nibitangaza na bibiliya irabivuga neza ko muminsi yanyuma hazabaho abantu bazajya bayobya abantu bitwaje izina rya Yesu biyambitse uruhu rwintama imbere arisega ziryana

    • @naomendayishimiye2214
      @naomendayishimiye2214 12 дней назад

      @@UtitgCjfgg Mwene Data , uyu Dancile akoreshwa na ya mpwemu ya Sanibarati na Tobiya igwanya ibikorwa vy Imana Nzima n abakozi bayo b ukuri ,tumwirinde atadusamaza . Yatanguye kera avuga ibinyoma ,ariko ntivyabujije ,ntibibuza kandi ntibizobuza Kanguka gukomeza ija imbere : abanyavyaha biyongera kwihana , ibitangaza vy uburyo bwose vyiyogera gukoreka mw Izina rya Yesu . Tumureke ate umwanya ,ariko atihanye ,azomaramara .

    • @naomendayishimiye2214
      @naomendayishimiye2214 12 дней назад

      @@dancilemariam4768 Nama ndakubwira nti va mu bigambo vy ibinyoma vya satani kuko bitazoshobora guhagarika umurimo w Imana

  • @MoiseNduwayo-tb8ct
    @MoiseNduwayo-tb8ct 2 месяца назад +1

    Imana ishimw yaraduhay umukoz wiman atwigish

  • @JuliaKayirebwa
    @JuliaKayirebwa 2 месяца назад

    may Almighty God😢😢 bless our servant of God 🙏🙏

  • @DalitsoJoseph-b3l
    @DalitsoJoseph-b3l 2 месяца назад +2

    Yego rwose ndasobanucyiwe ibihe vyogusenga neza ,urakoze muntu w'lmana.

  • @BeoLe-v5f
    @BeoLe-v5f 2 месяца назад +2

    Amen imbaraga zawe mana❤❤❤

  • @nkeshimanaleonard1744
    @nkeshimanaleonard1744 10 дней назад

    Mwarahezagiwe mukomeze kudusengera

  • @liberendikuriyo
    @liberendikuriyo 2 месяца назад

    YESU AMUHEZAGIRE CN KUKO ARIMWIBANGANGA RYIMANA KABISA UHEZAGIGWE MUKOZI WA YESU

  • @JeanMarie-q6t
    @JeanMarie-q6t Месяц назад

    Warahezagiw inyigisho zaw ziranyura can.uhoraho akongere amavuta

  • @Ishimwe-x6p
    @Ishimwe-x6p Месяц назад

    Ooooh inyigisho nziza cyane

  • @HappyFlamingo-lf6tt
    @HappyFlamingo-lf6tt 2 месяца назад +1

    Imana iguhezagire Chris

  • @NkengurutseAline
    @NkengurutseAline Месяц назад

    Iman ikongere umugisha

  • @DidienneIrankunda-h6r
    @DidienneIrankunda-h6r 2 месяца назад +1

    Imana ikomeze kubaha inkomezi

  • @irakozeingridhortense1166
    @irakozeingridhortense1166 2 месяца назад +2

    Murakoze cane ndafashijwe

  • @kabundapele5617
    @kabundapele5617 2 месяца назад

    Be blessed brother

  • @BellaMoniaNsavyimana
    @BellaMoniaNsavyimana 2 месяца назад +1

    Imana ibanye ibah inkomez n ubushoboz hamw n ababafash mwivyo bikorw

  • @preciousemako6764
    @preciousemako6764 2 месяца назад

    Hezagirwa mukoziwimana uratwubaka 🙏

  • @letyhavjoyeuse5950
    @letyhavjoyeuse5950 2 месяца назад +1

    Amen amen🙏Dieu vs benisse

  • @Ishimwe-x6p
    @Ishimwe-x6p Месяц назад

    Amen imigozi yose icike

  • @loybukuru1314
    @loybukuru1314 Месяц назад

    Uhoraho amfashe kumenya neza ibihe vyo gusenga n uko nsenga

  • @Onlyonechild
    @Onlyonechild 2 месяца назад +1

    God bless you Man of God 🙏🏼🙏🏼🙏🏼

  • @LeenaLeena-sj4ig
    @LeenaLeena-sj4ig 2 месяца назад +1

    Amen amen 🙏 🙌 👏 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉Imana ninziza