Tembera Inzu 12 zambere z'Abaperezida zidasanzwe muri Afurika yose| Harimo iy’ u Rwanda n’ u Burundi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 2 окт 2024
  • Dream big, change everything "RedBlue JD"
    Follow us on our social media
    -----------------------------------------------------------
    Facebook page:goo.gl/D66E5k
    Twitter: goo.gl/MPQ4i8
    Instagram: goo.gl/ATdt2a
    Iki kiganiro kivuga: TEMBERA MU MAZU 12 Y'ABAPEREZIDA BA AFRIKA
    Ukeneye ko tukwamamariza m' uburyo bwose wifuza, yaba Amashusho cyangwa amajwi wahamagara hano: +250788365355
    Ukeneye gutanga ubufasha cg Inkunga kuri RedBlue JD wahamagara hano: 0788365355.
    Niba wifuza ko twagutegurira ibiganiro cyangwa kugufotora wahamagara kuri NUMBER zatanzwe haruguru.
    Wadusanga Kimisagara hepfo y' Isoko ugana NYABUGOGO. Uzahabwirwa n' icyapa Kinini cyane cyanditseho RedBlue JD Studio
    #BURUNDI_RWANDA #REDBLUEJD #SOBANUKIRWA
    Please subscribe|| KORA SUBSCRIBE USOBANUKIRWA ISI N' IBIYIBERAMO BYOSE.
    KANDA HANO: goo.gl/z9bWao
    Facebook page:goo.gl/D66E5k
    Twitter: goo.gl/MPQ4i8
    Instagram: goo.gl/ATdt2a
    Script, Narration, and Video Edit by ABAYO YVETTE SANDRINE. Uploaded by RedBlue JD Ltd as the copyright owner
    All right is reserved as the copyright owner by RedBlue JD Ltd

Комментарии • 1,3 тыс.

  • @RedBlueJD
    @RedBlueJD  3 года назад +33

    Mwisekere ibyabaye kuri Kecapu (Mama Police), yibwe amafaranga afata igisambo😂: ruclips.net/video/-61wHGSC2Nw/видео.html

  • @Sindamug
    @Sindamug 3 года назад +1190

    Ntare House yubahwe🇧🇮🇧🇮.hama umurundi wese agonge like hano👍👍👍

  • @GggGg-uh5ir
    @GggGg-uh5ir 3 года назад +371

    Umuntu yunviseko ntarerushatsi ije kunimero yambere agongaha???❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤣🤣 umurundi wese agongaha burundi bwubahwe

  • @mariusnsengiyumva9580
    @mariusnsengiyumva9580 3 года назад +179

    NTARE Rushatsi house ni iya mbere kubera yubatswe muburyo bwakijambere bwo mugihe ca none!Abana ba NTARE mwubahweeee🇧🇮🇧🇮

  • @merchiorkarenzo4793
    @merchiorkarenzo4793 3 года назад +266

    Burundi number one vraiment kwa Ntare niheza pe
    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏
    Sandrine uvuzukuri pe💪🇧🇮

  • @nathannahanson1104
    @nathannahanson1104 3 года назад +167

    Sandrine nivyukuri @Ntare house ninyubakwa yambere kuyumugabane!!!nanje ndabihamya PE!!!!🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @jospinishimwe9379
    @jospinishimwe9379 3 года назад +233

    Umurundi ari ngaha nampe izo like hama tumenyane

  • @KenAlif100
    @KenAlif100 3 года назад +192

    Uwemera ko ntawe rushatsi izidya ahuherereye hose ntinyime like🇺🇸

  • @Alihamdulil
    @Alihamdulil 3 года назад +224

    We from Canada 🇨🇦 for really NTARE RUSHATSI HOUSE IS NUMBER ONE IN AFRICA

    • @florentmindje6310
      @florentmindje6310 3 года назад +3

      Really Is number on in africa

    • @fidelelenge2435
      @fidelelenge2435 3 года назад +2

      True

    • @regisininahazwe310
      @regisininahazwe310 3 года назад +6

      Waaao Burundi is m'y country🇧🇮🇧🇮

    • @elpaulovekingslaps5507
      @elpaulovekingslaps5507 3 года назад +7

      Nice one dear I’m from Burundi 🇧🇮 live in New York usa 🇺🇸 Burundi 🇧🇮 is the 1st in Africa respect ✊ and I’ve been see the White House when it was created in 2k18 meant 54years a go

    • @sammynimbona9807
      @sammynimbona9807 3 года назад +1

      Of course Ntare House is number one. How are you dear?

  • @chancelineniyokindi8019
    @chancelineniyokindi8019 3 года назад +239

    Ntare house 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 BURUNDI oyeeeeeee🇧🇮🇧🇮

  • @josias2065
    @josias2065 2 года назад +65

    Umuntu anezererwanye nanje ko ntare house ari number one agonge like🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮our Burundi forever

  • @djsamiburundi1414
    @djsamiburundi1414 3 года назад +130

    Abarundi n'abarundikazi twubwahwe🙌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Burundi mon pays

    • @theonestetwizeyimana3522
      @theonestetwizeyimana3522 2 года назад +1

      Igihugu cya mbere mu kugira ibiro by'umukuru w'igihugu byiza muri Africa kikaba n'icyambere mu bukene ku isi

    • @ريمالريم-ح2خ
      @ريمالريم-ح2خ 2 года назад +1

      @@theonestetwizeyimana3522 🙋‍♂️🙋‍♂️🙋‍♂️

    • @mpongerumwasibosco6369
      @mpongerumwasibosco6369 2 года назад

      🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇭

  • @yeloc9206
    @yeloc9206 3 года назад +149

    Uburundi dushaka guhiganwa kwisi naho,,,,,Gonga like nimba umaze gushika kwa Ntare House...

  • @INTERNATIONALWORK1
    @INTERNATIONALWORK1 3 года назад +183

    nkurunziza pierre respect

  • @gedeonrukiza183
    @gedeonrukiza183 3 года назад +32

    NTARE RUSHATSI house😍
    Umurundi yubahwee👌💪💪💪

  • @laaatlllt4411
    @laaatlllt4411 3 года назад +136

    Ni 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮kl haramar nukuri yubatse neza

  • @bizimanaildephonse6201
    @bizimanaildephonse6201 3 года назад +10

    Ni ukuri ndishimye cyaane ko abaturanyi bacu b'Abarundi bafite inzu nziza muri Afrique!!!! Biranejeje Ndumva nishimiye kuyibona ndi umunyarwanda !!! Abayubatse muhabwe umugisha!!!!!

  • @guepevubi1122
    @guepevubi1122 3 года назад +189

    Wamu, mamawe, canke wamwigemewe, ndagukunda pe,😘😘ubundi umuntu wese yogakwiye kuvuga ukuri, kuko natwebwe, abarundi, iyo tubonye ikintu ciza murwanda turakivuga, tudaciye kuruhande, abanyarwanda, jewe mwese ndabakunda nkabavukanyibacu🙏🙏😘😘😘❤️

  • @landry_theboss2567
    @landry_theboss2567 3 года назад +68

    Ntare y'iwacu yubahwe kweri🇧🇮🇧🇮
    Gusa iy'U Rwanda nubwo yabaye iya kabiri ntitwayibonye kbs
    Gusa Easter African turakaze

    • @amirarafat3982
      @amirarafat3982 3 года назад +1

      Iy’u Rwanda ntiwapfa kuyibona kuko biragoye kuyigeraho

    • @lajaxbean
      @lajaxbean 3 года назад

      @@amirarafat3982 ntayihari usanga bapanze

  • @kozzomix120
    @kozzomix120 3 года назад +40

    Komera wamudamuwe urimvugakuri iyubahafi naguhagacupa Ntare Rushatsi house is Number uno🇧🇮🇧🇮

  • @maestrobb62
    @maestrobb62 3 года назад +36

    Iwacu heza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💕💪✌️

  • @starniyonkuru9132
    @starniyonkuru9132 3 года назад +147

    The best house is NTARE RUSHATSI house.

  • @patiencesindayihebura9345
    @patiencesindayihebura9345 3 года назад +27

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮 💪💪🥰🥰 sogo Nkurunziza gera wari intwari

  • @ericirakoze8727
    @ericirakoze8727 3 года назад +14

    Gonga like if u love our country Burundi👌much respect to Pierre Nkurunziza✌

    • @AngekeitaIneza
      @AngekeitaIneza Месяц назад

      🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @boboone2574
    @boboone2574 2 года назад +29

    Our BURUNDI forever🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪🔥🔥🔥❤❤❤

  • @lyrics801
    @lyrics801 3 года назад +76

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮 our country,, abayo turabakunda muvuga ukuri,, vyumwihariko #redblue JD,, ntare niyambere😘😘😘

    • @ericnzirubusa9060
      @ericnzirubusa9060 3 года назад +1

      Ntare niyo yamber 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮namatek kugihug cacu ciza c'uburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @parfaitmaniratunga8358
    @parfaitmaniratunga8358 3 года назад +56

    Burundi NTARE RUSHATSI PALACE is the best first one palace in Africa we're proud of our BURUNDI😊

    • @adonhagabimana7465
      @adonhagabimana7465 7 месяцев назад

      Hejur CN🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @КлеоНдере
    @КлеоНдере 3 года назад +65

    Ntare Rushatsi house , the first one 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @thecharitytv7251
    @thecharitytv7251 3 года назад +12

    Abemera ko iy'urwanda itarubakwa nampe like😋😋😋😋😋

    • @kassandraxssandra7649
      @kassandraxssandra7649 3 месяца назад

      Rwanda urundi rwahoze ari igihugu kimwe. Gusa bigashwana bikongera bikuyunga. Ingoma yajyanwaga kugihuvcyabaga cyanesheje ikindi. Ubu iyo ngoma barwaniye imyaka n'imyana iri I RWANDA. MU karere Nyanza Mu ntara y'amajyepfo. (Province du Sud) Alors Le Burundais😅😊, c'est chic Hein!!!. Notre Président tout maigre et grand a construit des grandes choses.... Et Vous Le gros ventre il est.... Quoi d'ailleur......? Bon courage!
      Même langue quand même, on Vous aime! Pas besoin de la politique on vous❤ Les Burundais ❤❤

  • @mutamavenuste5179
    @mutamavenuste5179 3 года назад +31

    "Ntare is ntare" we love Burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @niyongabojules3784
    @niyongabojules3784 3 года назад +22

    Burundi Bwacu,
    Burundi Buhire,
    Shinga Icumu Mumashinga
    Ngaba Intahe y'Ubugabo k'Ubugingo
    .
    .
    .
    Imana yakuduhaye Ikudurungire
    Horana Ubumwe n'Abagabo n'Itekane
    Sagwa n'Ugweze!!!
    Sangwa n'Amahoro Meza!!!
    🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @dupembaelisabeth7874
    @dupembaelisabeth7874 3 года назад +59

    Niy'uburundi kuko ababyagihugu Bose bisangamwo,iyindi ni RDC kuko iri ahantu hatari ibanga

    • @london7369
      @london7369 3 года назад +5

      Uvuze ukuri😊👍

    • @someaafrika.3379
      @someaafrika.3379 3 года назад +3

      Vraiment
      Muri Congo no secret
      Muburundi abarundi bose barisanze

  • @angelovyumvuhoreofficial2498
    @angelovyumvuhoreofficial2498 3 года назад +47

    Cakoze muratubeshye. Village rugwiro ni iyanyuma Kuko ntinaboneka. Reka gukabya rwose

    • @Papa_Joe257
      @Papa_Joe257 3 года назад +1

      Ese ubundi bamenye gute ko ari iya 2 kandi itaboneka batazi nuko isa?

    • @sandoyvette4007
      @sandoyvette4007 3 года назад +3

      Njye nabikoze kuko nyizi kdi nabanje no kubabwira ko ntamafoto yayo yemewe so kuba utayizi ntago bivuga ko atari nziza

    • @sandoyvette4007
      @sandoyvette4007 3 года назад +1

      @@Papa_Joe257 Morgan nje ndayizi nkurikiye uko nyizi n'uwanya iriho birajyanye'

    • @annickniyokwizera1414
      @annickniyokwizera1414 3 года назад +3

      @@sandoyvette4007 🤣🤣🤣🤣🤣 nonese bayihinsha kuberiki ufite akeza arakarata Rwanda mufise ikibazo icyonkundira uburundi uwashakawese aragenda kurabakuko uburundi nisanzurevyu Murundi wese ntavyokwihisha 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

    • @jimmyn9791
      @jimmyn9791 3 года назад

      😂😂😂😂

  • @richardniyonkuru4852
    @richardniyonkuru4852 3 года назад +27

    si narinzi ko Hari umunyarwanda yovuga ukuri kuburundi. Rwandans and Burundians twese turwane munda turi bamwe kd twubahwe 🙏🙏🙏. I love u all. tugonge tano

  • @muhimpunduchantal2312
    @muhimpunduchantal2312 3 года назад +13

    My country , Burundi ! Niyo yambere

  • @benzenesanyofficial3841
    @benzenesanyofficial3841 3 года назад +111

    Ntare House the best,Nkurunziza number one,🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @Dieroz12
    @Dieroz12 3 года назад +24

    Ibi vyose tubikesh sokuru wacu nyakwigendera Pierre Nkurunziza👏🏿 imana ikuzigame iyo uri nubwo wagiy tukigukeney

  • @nduwamungualfed3140
    @nduwamungualfed3140 3 года назад +61

    Ntare house yubahwe!!! Niyambere kabisa!!!💪💪💪💪

  • @mugishamariam
    @mugishamariam 3 года назад +15

    Assalam 'alaykum...
    Burundi 🇧🇮 indiririmbo y'icyo gihugu ni iya kabiri nziza kw'isi nyuma y'iy'ubufaransa(La marseillaise).
    🇧🇮 BURUNDI BWACU, BURUNDI BUHIRE🇧🇮
    Yubahwe.

  • @kwizeradaniel3498
    @kwizeradaniel3498 3 года назад +19

    Uburundi bwubahwe 🥰🤩🤸

  • @aroninibigira6196
    @aroninibigira6196 3 года назад +54

    Iyambere niyuburundi ntare rushatsi🤳🤳💪💪💪💪

  • @thierryniyomwungere5817
    @thierryniyomwungere5817 3 года назад +32

    Iya mbere ni Ntare Rushatsi house. Burundi

  • @bellagilbert1686
    @bellagilbert1686 3 года назад +23

    Burundi oyeeeeee🇳🇦 is the best kwa🦁

  • @caiusndikumana8578
    @caiusndikumana8578 3 года назад +36

    Ntare House is number one ☝🏽 🇧🇮
    But i also like Unity palace Cameroon 🇨🇲 white house of Senegal 🇸🇳 The presidential palace of Senegal is like an Hotel palace in Hawaii or Bahamas. Very smart and tropical 🌴

  • @hakizimanajeanbosco9223
    @hakizimanajeanbosco9223 3 года назад +24

    Burund house 🇧🇮😁😁😁👍

  • @mgmgtheraper6679
    @mgmgtheraper6679 3 года назад +36

    No more I can say but Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @akimanazawadi1003
    @akimanazawadi1003 3 года назад +53

    Ntare House yubahwe🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @Your_coach_is_here
    @Your_coach_is_here 3 года назад +12

    Nibaza ko village Ururwiro itaba no kurutonde rw'inzu nziza zabaperezida mugihe itagaragara respect to Ntare Rushatsi hous🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @oliviernshimiyimana1472
    @oliviernshimiyimana1472 3 года назад +15

    Gusa kuba inzu iri kumwanya wa 2 ari village urugwiro nge simbyemera kuko ntituyizi pe gusa abarundi ni sawa kabs

  • @claverndayishimiye2852
    @claverndayishimiye2852 3 года назад +30

    🇧🇮Ntare House 🇧🇮
    Yubatswe ku buryo bugezweho,hari jardin nini,n'ibindi vyinshi ntavuze kuko n'ubundi ntidukunze gushira vyose hanze. Ni heza cane.
    Yamara rero ndakeneye references y'aho mwakuye iyi nkuru.

    • @alexisnimbona7191
      @alexisnimbona7191 2 года назад +1

      Inzu nziza zaba président muri Africa ninzu ya président wu Burundi

  • @jmariya7950
    @jmariya7950 3 года назад +5

    Abarunfi ni abana beza,abanyarwanda benshi turabakunda kandi ni abavandimwe .
    Njye nkunze ukuntu uriya nzu yubatse,cyane,cyane ko buri murundi wese afite uburenganzira bwo kuyijyamo.Nibyiza cyane,Barundi Imana ihorane namwe,mugume mwunge ubumwe.

  • @digodieudonne6389
    @digodieudonne6389 3 года назад +68

    Nkurunziza yubahwe!

  • @theophilentakiyinanira5021
    @theophilentakiyinanira5021 3 года назад +22

    Sinahora nkunda kugira s'abonner ariko uno musi ndayikoze peee

  • @GggGg-uh5ir
    @GggGg-uh5ir 3 года назад +28

    Jewe nunvise aruburundi kuko numwana arahagera nonesiko gayemwe ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤣🤣🤣

  • @hakizatv8478
    @hakizatv8478 3 года назад +30

    Nomwishamba INTARE iza ubwambere, rero Izina niryo Muntu, ika nikwa NTARE nyene.
    Big up Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 💪💪💪

    • @abracadabla130
      @abracadabla130 2 года назад +1

      🌴🌴Burundi

    • @topaztopaz5711
      @topaztopaz5711 2 года назад

      Yitwa umwami wishamba kandi no muri bi ble yitwa intare yo mumuryango wayuda. Rero yubahwe

  • @officialbruno257
    @officialbruno257 3 года назад +8

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏Wubahwe mumfash abanshigikiye mushireko comentaires na likes

  • @barivuyekojmvianney4425
    @barivuyekojmvianney4425 3 года назад +14

    Vyiza can, Akeza karigura, Burundi number one, I love you Bndi my country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @anithaniyogushimwa2094
    @anithaniyogushimwa2094 3 года назад +9

    Umuntu asubiyemwo aka gace ki Burundi 5fois ninde?

  • @musitanterikoly
    @musitanterikoly 3 года назад +20

    Ntare rushatsi house oyeee.big up burundi

  • @mercyineza921
    @mercyineza921 3 года назад +13

    Iy'u Rwanda iba iya 2 gute atayo twabonye?? 🙄

    • @angealainbigere5119
      @angealainbigere5119 3 года назад

      Nivyo biri gutakanza, Kandi bavuz ko amashusho yaho agoye gufata kuko bitemew, sasa uburyo iba iya 2 vyacanz cane nje ndibaza niyaba batabikoranye amaranga mutima sinon bihenze cane kuko nta nubwo yari kujya muri top 10

  • @perpetuemukerabirori5460
    @perpetuemukerabirori5460 3 года назад +10

    🇧🇮nature house yubahwe niyo nziza kandi mwabitoye niyo yambere abarundi nabarundikazi mwese mwubahwe

    • @perpetuemukerabirori5460
      @perpetuemukerabirori5460 3 года назад

      Ntare house yubahwe niyo nziza kandi mwabitoye niyo yambere abarundi nabarundikazi mwese mwubahwe

  • @nahumuremyiemmanuel9813
    @nahumuremyiemmanuel9813 3 года назад +28

    I am enjoying to hear this wandeful word ,Ntare Rushatsi is one in all houses .thanks very much.

  • @Umweranda_BIHOME
    @Umweranda_BIHOME 3 года назад +2

    Gute iyo yurwanda uyishira mukibanza cakabiri kndi atayuzi arivyo bakubwiy
    iryo sibara🤣🤣🤣🤣🤣

  • @miskifirdausamiss5930
    @miskifirdausamiss5930 3 года назад +6

    Iwacu niheza cyane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @boscobizimana2812
    @boscobizimana2812 3 года назад +13

    Haaaa from +257 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Ntare housse Big respect

  • @francoisndayishimiye9753
    @francoisndayishimiye9753 3 года назад +29

    Inzu y'u Rwanda muri 20 za mbere nziza ntirimwo🤣

    • @novatidamian7236
      @novatidamian7236 3 года назад +4

      Nanje mvuze uti no muri 50 ziri muri Afrika yofata ikibanza ca 49 canke igafunga umukiya wa 50 hahahahaaaaa

    • @egideniyonkuru9705
      @egideniyonkuru9705 3 года назад

      @@novatidamian7236 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣uraremvye

    • @leoncenishemezwe4896
      @leoncenishemezwe4896 3 года назад +2

      pierre Nkurunziza ,ntare rushatsi bubahwe cane cane.

    • @josehenry7333
      @josehenry7333 3 года назад

      🤣🤣🤣🤣🤣 nihatari

    • @inezalynca4844
      @inezalynca4844 3 года назад +1

      Ibintu byu Rwanda ntibapfa kubyinjirira uko biboneye sha.. ntawupfa kuhafata ifoto uko yiboneye which means hazwi nabahazi nyene

  • @ghhhhy1812
    @ghhhhy1812 3 года назад +9

    From 🇧🇮 Saudia burundi ❤️ ❤️ ❤️ 😘

  • @johnsmuhuza3871
    @johnsmuhuza3871 3 года назад +20

    kabisa arabikwiye kuko ivyiza biravugwa.ntare 1

  • @MC3112
    @MC3112 3 года назад +14

    Ntare ya Rushatsi Yubahwe hejuru🙌🏾

  • @UMWAMINGOMA
    @UMWAMINGOMA 3 года назад +14

    Burundi 🇧🇮 ndubashe.
    Umurundi afyonde like👍👍

  • @allegriaiteka2884
    @allegriaiteka2884 3 года назад +19

    Burundi, oyeeee!

  • @Vinci200
    @Vinci200 2 года назад +6

    Burundi 🇧🇮 bwubahwe ntare rushatsi nitambere 👍👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @amolam97
    @amolam97 3 года назад +21

    Respect to u sokuru S.E P.NKURUNZIZA WADUSIGIYE INZU IRI KUMWANYA WIRUHUKIRE AMAHORO MUTAMA🇧🇮💥💞

  • @hitvideos6566
    @hitvideos6566 3 года назад +4

    Abanyarwanda baza bemera
    Gusa icantangaje iy'iwabo ntam fotos batweretse😂😂
    Burundi bwubahwe🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @oseebenofficial6425
    @oseebenofficial6425 3 года назад +14

    Uburundi bwubahwe

  • @sottico3038
    @sottico3038 3 года назад +58

    Ego cane,Ntare House ninzu nziza nyayo igezweho kabisa.ndagushimiye kudahengamye mukuduh'iyinkuru.

  • @modrikenlybruno5295
    @modrikenlybruno5295 3 года назад +4

    Uri Intwari wamukobwa wee,,,
    Ariko uratubeshe kuri presidence yurwanda na white house amafoto yayo ariho!!!! So gusa abanyarwanda ndabakunda muri benewacu ❤️

  • @ntidenderezaali1428
    @ntidenderezaali1428 3 года назад +8

    Nonese nigute iyurwanda uyigira iya kabiri kdi itanagaragara?? Ariko mukunda kwishyira imbere kweli

  • @israelniyomwungere2522
    @israelniyomwungere2522 3 года назад +19

    Yes, the best presidency is that of the President of Burundi. Congratulations

  • @Marry-r7w
    @Marry-r7w 3 года назад +15

    nc sana kabisa Burundi oyeeeee abakunda uburundi like kabisa

  • @bizumuremyiarmandbertin7170
    @bizumuremyiarmandbertin7170 3 года назад +11

    Ntare Rushatsi House occupe la 1ère position. La valeur,l'apparence,... C'est bien évident.

  • @nsengiyumvaenock997
    @nsengiyumvaenock997 3 года назад +13

    Yvette ivyo wavuze 90% nukuri ariko nawe nu iyo village ya kagame ntabwo yaba iya 2 raba uregere kwerii wewe woshira kumwanya wa 2 inzu tutigeze tubona?? Oya rwoseeee

  • @sauveenigaba2298
    @sauveenigaba2298 3 года назад +13

    Ayaaa Ntare House wubahwe💖 agateka aho kamye✌ respect to our President Pierre Nkurunziza🙌

  • @ferdndayi
    @ferdndayi 3 года назад +16

    UBurundi bwubahwe!

  • @Safirotv9943
    @Safirotv9943 2 года назад +1

    Prophet DAMOUR Ati "igihekirageze ko abasenga datamukuri nomumwuka irabamenyekanishije 👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇
    ruclips.net/video/7oY-NPfiwtw/видео.html

  • @bashiraaboubacar4374
    @bashiraaboubacar4374 3 года назад +5

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 umurundi wese atari yihe amashiii turikumwe twese birashoboka🤲🤲🤲🤲🤲🤲🤲

  • @crichjimmy9957
    @crichjimmy9957 3 года назад +9

    🇹🇿🇹🇿🇹🇿 Ntare ipo vizuli sio sili

  • @Smithdaob1
    @Smithdaob1 3 года назад +9

    Uburundi bwatsinze😋🤗

  • @jeanclaudentirandekura2635
    @jeanclaudentirandekura2635 3 года назад +18

    Ico jewe tudahurijeko, nuko uvuga ko village ururwiro ari iyakabiri kandi uvuga ko atawushobora kuyegera. Wovuga ubwiza bwayo gute kandi utashoboye kuyibona?

    • @gilbertnahayo4723
      @gilbertnahayo4723 3 года назад +1

      Eh,washaka yishire inyuma,hahaha ...ahubwo ubone yagerageje!

    • @Teach161
      @Teach161 2 года назад

      uburu ndi ndabweme ye

  • @lyse-nellynkunzimana5725
    @lyse-nellynkunzimana5725 3 года назад +28

    Ntare house Nr 1, Uburundi bwubahwe

  • @saudasaleh5694
    @saudasaleh5694 3 года назад +10

    Umurundii nuumuruundiikazii wese ahoo aherereyeee hoooooyeeee gonga like

  • @Joentira
    @Joentira 3 года назад +3

    Akeza karigura 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @Rurakengereza
    @Rurakengereza 3 года назад +2

    Ntare rushatsi niya11111111

  • @patriziotechnician6169
    @patriziotechnician6169 3 года назад +16

    Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @mugishalahay6050
    @mugishalahay6050 3 года назад +11

    Ntare house 🇧🇮😘nember one 💃

  • @jeanyvesbeen5621
    @jeanyvesbeen5621 3 года назад +4

    Ntare Rushatsi mugonge like hano ninziza can

  • @rodriguezineza4249
    @rodriguezineza4249 3 года назад +25

    Oh my country 🇧🇮♥️

  • @arnaudzbdirakoze5384
    @arnaudzbdirakoze5384 3 года назад +30

    Burundi 😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @felixniyokwizigirwa2044
    @felixniyokwizigirwa2044 3 года назад +9

    Brovo pour le Burundi

  • @goldenbubble8269
    @goldenbubble8269 3 года назад +2

    Ntare rushats niybere pe🇧🇮🇧🇮👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏❤️