UDATWENZE UZOBA UGWAYE nukuri Isaac na B FACE barahuye nukuri baratwenza bidasanzwe..|| Abantu bara

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 сен 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Комментарии • 137

  • @ngabojoel4752
    @ngabojoel4752 Год назад +9

    This is so interesting,B Face is full of fun...thanks Issac for making us laugh 😂

  • @richardmanirakiza3756
    @richardmanirakiza3756 Год назад +3

    B face natwe turafis udufoto tutwi utsa iyo twavuye wangu, ahubwo nimba ari gwawe noguhanura uzufate iryanyen ushireko n'iyindi y'ubu wereke abantu ko bakwiye kuva hasi bagakora, irya picture je yaramfurahishije sana kuko ifasha benshi

  • @gakleennk3337
    @gakleennk3337 Год назад +4

    B face, ndagukunda

  • @Hdg996
    @Hdg996 Год назад +2

    Wa bere we # uraberewe
    Mbeg ikirundi

  • @TheNibikoraLtd
    @TheNibikoraLtd Год назад +6

    Umukobwa = umugeni
    Umuhungu = umukwe🤗

  • @tuyishimelucky3183
    @tuyishimelucky3183 Год назад +2

    Umuntuu wanjy B-Face ❤️ Isaac Ndashak uzampuz Na B-Face uzob ukoz cyan

  • @paracletdushime701
    @paracletdushime701 Год назад +3

    Izo nyishu ndake

  • @Linda-hv9ll
    @Linda-hv9ll Год назад +7

    B -face wubahwe ikinryohera Nuko atakiganiro nakimwe noreka kuraba kuko inyishuzawe ziranyigisha cane🙏

  • @titykingbdi6208
    @titykingbdi6208 Год назад +3

    Olllaaaa ni so Gang nn uwo mwanya kwl ni comedy murimwo mutengura

  • @fjri9333
    @fjri9333 Год назад +1

    Mwebwe iyo mubonanye muranyica uko birikose ndabakunda pee murankuramwo ama stress pee 💞💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇦🇱🇦🇱🇦🇱🇦🇱

  • @salima7729
    @salima7729 Год назад +2

    Akantu kokuvyimba umunwa niko kabi🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @user-mz4oh6ex1p
    @user-mz4oh6ex1p Год назад +1

    Ubwoya bwahe 🤣🤣😍😍sha muranyishe

  • @estherkapito9469
    @estherkapito9469 Год назад +6

    Respect my best rap yuda🤘✌💯❤ too much my bro

  • @arsene_mafiateur
    @arsene_mafiateur Год назад +3

    love from TBF🔥🔥

  • @nduwimanaclaude4908
    @nduwimanaclaude4908 Год назад +3

    Boniface ndakwibuka twiga 4eme ariko kubera ibihe umuntu agenda aracamwo warabay beau-Gard(ndibukako nakubiswe inkoni zinyabirenge kubera WW sinziko woba uvyibuka.) courage

  • @ghanimaali1279
    @ghanimaali1279 Год назад +3

    Bon fece ndakwikundira canne love you 😍😍 😍😍😍

  • @paracletdushime701
    @paracletdushime701 Год назад +3

    Hhaaa ariko barasa na b face uyo muntu

  • @leatitiakwizera4016
    @leatitiakwizera4016 Год назад +2

    Muratwenza kbs

  • @estherkapito9469
    @estherkapito9469 Год назад +1

    Nawapenda saaana my Bdi G the future

  • @djchachouromantic9025
    @djchachouromantic9025 Год назад +3

    Wallah BFACE arasara kunkuri🤣🤣🤣🤣
    Love from #BE_CHAP_TV 🇧🇮

  • @dieudonnendayishimiyeoffic9709
    @dieudonnendayishimiyeoffic9709 Год назад +2

    Iki nicobita umwidagaduro,mubandanye gutera intambwe

  • @aishaafricanas7519
    @aishaafricanas7519 Год назад +3

    Nibareke inzingo kwel 🤣🤣🤣🤣🥰

  • @Cres71500
    @Cres71500 Год назад +2

    good interview

  • @coolboy1262
    @coolboy1262 Год назад +1

    B face ingorane yiw afis ibinyarugur vyinsh mug courage t umwewes afis ukwaremy

  • @quennevadina1949
    @quennevadina1949 Год назад +1

    B-face koyonze mani isaac bon jour mon frere hama b face na isaac murakunzwe bahungu beza abarundi team hamamu like ngaha

  • @bigirumanalululouise4540
    @bigirumanalululouise4540 Год назад +3

    B fase niwew kweli😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦

  • @neustanishobola809
    @neustanishobola809 Год назад +2

    Yooo aratwengeje nagomba ryame ntaywenze

  • @user-mz4oh6ex1p
    @user-mz4oh6ex1p Год назад +2

    🤣🤣🤣👊👊👊b face ngo ntamunva uvyinvye wigeze ugira kandi nubu uvyinvye 🤣🤣🤣🤣

  • @josephnzohabonayo7880
    @josephnzohabonayo7880 Год назад +1

    Mwe mwariruhiye kabida ndabise incoke ariko joke ya B face iranyica ariko rero iyo album yiwe tuyishaka kare ntarindire ngo mpaka summer igere

  • @nathalieleanakaneza6744
    @nathalieleanakaneza6744 Год назад +3

    B face on the flow kama kawa kama dawa imbere muta

  • @yyyyujdhdh6722
    @yyyyujdhdh6722 Год назад +3

    Ego vrma ukoraneza cne rap yudah💯

  • @anicetnkorerimana4604
    @anicetnkorerimana4604 Год назад +1

    Isaac big up kbx mwabikoze nabi na b face

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia Год назад +2

    Ngo ntaminwa kirya narimfise 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @stitore2388
    @stitore2388 Год назад +2

    B fec asaa mwahaturiye mwubahwe🤣🤣🤣🤣🤣

  • @benignebenigne6635
    @benignebenigne6635 Год назад +2

    Ntihabose tv 😂😂😂😂🇧🇮🙏

  • @habibi5688
    @habibi5688 Год назад +2

    😂😂😂😂😂😂😂imbavu zanje murazindiha😂😂😂😂😂😂murimwo mukina comedy canke😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @salima7729
    @salima7729 Год назад +3

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Nukur ndagagay no gutwenga🤣🤣🤣🤣🤣 naj karya kafoto karantangaje

  • @rehemakwigize6220
    @rehemakwigize6220 Год назад +2

    😂😂😂 Imana irihangana kwl ntakintu kinsekej nkako gafoto ariko muras bro ahubw rer ngir nuwo muri famille yanyu kwl 😄😄😙

  • @dalycloseigiraneza2995
    @dalycloseigiraneza2995 Год назад +1

    Hejuru 🇧🇮

  • @burundiempiretv
    @burundiempiretv Год назад +2

    Ewesha yuda😁😁😁 uranyishe kbx😁emera yari ww

  • @ericayvette
    @ericayvette Год назад

    Good

  • @kiyzg257
    @kiyzg257 Год назад

    B_face ikiganiro ciwe udasetse 😄uba urwaye xo respect

  • @EmanuelNikiza
    @EmanuelNikiza 2 месяца назад

    Egokwer barekan nakogafot😊😊

  • @alexisbishaka335
    @alexisbishaka335 Год назад +1

    'Narinkumbuye gutwenga

  • @estherkapito9469
    @estherkapito9469 Год назад +1

    Napenda saaaana Isaac tv respect

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns 2 месяца назад

    Oyawarayi bifese arantesa numuteziwinkuru🎉🎉🎉🎉

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns 2 месяца назад

      Ati ntibaribarikatunve izakiragusoba bifes arakosora❤❤❤😅

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 Год назад +2

    Mporankunda intervien ya B-Face

  • @measme4721
    @measme4721 Год назад +1

    😂😂😂🕶️🕶️👓atarayamaso ng nayahh??

  • @Cycy129
    @Cycy129 Год назад +2

    😂😂🤣🤣Ewe Sha

  • @oks.smith.Official
    @oks.smith.Official Год назад +2

    Mana weee! B face ni son👊

  • @violetteniyomukiza2393
    @violetteniyomukiza2393 Год назад +2

    Iyomiganiyawe irarenze

  • @irankundaclaude5655
    @irankundaclaude5655 Год назад +1

    Uyoninyakubahwa numunyamahor kabis

  • @manimfasheansaansa7548
    @manimfasheansaansa7548 Год назад +1

    Ab nibanyanga ndakund b face nukur ukunt avug nukur nivy binyic umugen w.umuhung bamwita umukwe

  • @movit_Smart_og
    @movit_Smart_og Год назад +2

    Big up San B face uwakase karyakantu naw Aribaz 🔥🔥🔥

  • @andiswanelani6876
    @andiswanelani6876 Год назад +2

    Songa mbele kaka fabiola yazimye pe yigira king

  • @Elianemunezero-257d
    @Elianemunezero-257d 4 месяца назад

    Nukur ikiganiro canyu kiranyic peeee udatwenz ntub ukomeye😂😂😂😂😂

  • @ghfhfdtyfgggd6271
    @ghfhfdtyfgggd6271 Год назад +2

    Mboyi yujuje kuri 1,5M barundi benzangu tunakwama wapi?

  • @khlaifaali245
    @khlaifaali245 Год назад +1

    Isaac aruhutse afyoze nukur kwirarenze

  • @aikkiza32
    @aikkiza32 Год назад +4

    Be respected guys

  • @aishaafricanas7519
    @aishaafricanas7519 Год назад +1

    Iki kiganiro nguma ndakiraba 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @desirebukuru9188
    @desirebukuru9188 Год назад +1

    🤣🤣🤣🤣🤣 Respect Kbsa Ndabafana

  • @zazanesh1987
    @zazanesh1987 Год назад +1

    Akogafoto namba iriwewe bfc wavuy kure 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @johnnyjwilili8264
    @johnnyjwilili8264 Год назад +1

    Uyojam arihakany phot yiw yaker

  • @lolollololi1050
    @lolollololi1050 Год назад +1

    Ewe b -fece urumuti wamenyo kweli🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @irdawsonjoel
    @irdawsonjoel Год назад

    b-face uracarumw kl knd courage

  • @angeleilla2309
    @angeleilla2309 Год назад +1

    Uwo mu type ndamuzi yitwa Runcenge baramubesheye vrt

  • @morgantvbdi5796
    @morgantvbdi5796 Год назад

    Girukwishatse reka kunyica ndagusavye kkkkkkkkk😀😀😀😀😀😀😀😀

  • @siniremeraadela1980
    @siniremeraadela1980 Год назад +1

    B Face komeza gutera imbele

  • @mukamarakizapatience9169
    @mukamarakizapatience9169 Год назад +1

    Bface na Isaac iyo bahuye vyama ari danger 😂❤

  • @user-js4yi6xg4y
    @user-js4yi6xg4y Год назад +1

    damamyust

  • @nihezagiresandrine4329
    @nihezagiresandrine4329 Год назад +2

    B Face ngo Sijewe😂😂😂uyomunwa uranyica😂😂😂

  • @prospernihorimbere
    @prospernihorimbere Год назад +3

    B face yubahwe 🔥😂😂😂😂😂

  • @odrasixbdi
    @odrasixbdi Год назад +1

    Umuhungu bamwita umukwe umukobwa umugeni

  • @odrasixbdi
    @odrasixbdi Год назад +1

    Yoooo B fc aranyishe😂😂😂😂

  • @destineeingabir1372
    @destineeingabir1372 Год назад +1

    🥳🥳🥳

  • @kezamutimasabine3919
    @kezamutimasabine3919 Год назад +1

    Umuhungu bamwita ukwe'umukobwa nawe umugeni

  • @shizomaniga9627
    @shizomaniga9627 Год назад +2

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣noe ayashir kugisusu b face n Isaac muranyishe mwubahwe mbakund kubi

  • @nestorhakizimana9989
    @nestorhakizimana9989 Год назад +1

    Ntibwicurugwembe🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @niyitanganelly8942
    @niyitanganelly8942 Год назад +2

    Mana b face urantwenz nkahakw gupf

  • @randaal1695
    @randaal1695 Год назад +1

    Ewe mana muranyisheee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @Fabybro
    @Fabybro Год назад +1

    Yoooo

  • @sursheriya3885
    @sursheriya3885 Год назад +1

    B-face kweri uraboneka nomwishure wari umu dérangeur nubk ntuheba gusa karya gafoto karanyeguye

  • @ndayiragijenepomuscene1680
    @ndayiragijenepomuscene1680 Год назад +1

    B face arawenza vrt.

  • @yusrairakoze3966
    @yusrairakoze3966 Год назад +1

    Ikiganiro ca bifes sinigera ndakirengana kabisa

  • @user-wv2yb1gk5l
    @user-wv2yb1gk5l 9 месяцев назад

    Atarayamaso arikunyo😂😂😂😂weman

  • @Mr_KORI
    @Mr_KORI Год назад +2

    Ntakintu kinyishe nkokubon Isaac agomba gukuramwo empreinte digitale kuri phone ya #B_Face🤣🤣🤣🤣

  • @alinebyukusenge555
    @alinebyukusenge555 Год назад

    Hhhh sha bfc waransetsa pee .azi kuganira rwosee. Uwampuza nawe akanyisekereza

  • @AbesAbel
    @AbesAbel Год назад +2

    Hhhhhh

  • @aneelaa3486
    @aneelaa3486 Год назад +1

    🙏🙏🙏🙏❤️❤️💪🔥🥰

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 Год назад +2

    Gusa B-face murasa vrmnt urabona ba Sat-B na Big Fizzo ukobaribameze??? 🤣🤣🤣🤣

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 Год назад

    Sinigera ndambirwa ni kiganiro B-face arimwo🤣🤣🤣🤣

  • @jeezy2232
    @jeezy2232 Год назад

    Kwijajara nk'ubwoya bwa hehe??🤣🤣🤣🤣

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 Год назад

    B face unva ijambo Simbizi yavuze hit top tv. Mwebwe ntimuzi fan base yanyu. Mwebwe mukorera igiteramo ahantu hagora ababakunda gushika. Abo nabo bashoboye kuhashika ntibari muri fan base yanyu. Ako kantu ukiyunvireho.

  • @ColorRastaentertainmentetbb257
    @ColorRastaentertainmentetbb257 Год назад +1

    Abaririmvyi ntimurafata gahunda 🤷

  • @user-vq8cl4vr1v
    @user-vq8cl4vr1v Год назад

    Urya yari b face nyene 😂😂😂😂

  • @nzokiranadiadine5895
    @nzokiranadiadine5895 Год назад

    b face yubahw nanumwe amurenze kubiganiro no kuri music wubahwe

  • @AlainNishmw-jq5xt
    @AlainNishmw-jq5xt Год назад

    B face 🇧🇮🇧🇮

  • @chantalmugisha6454
    @chantalmugisha6454 Год назад +2

    😅😅😅😅😁😁😅😅😁😅

  • @mohdalhasani1062
    @mohdalhasani1062 Год назад

    B face aranyica😂😂😂😂

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 Год назад +2

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🔥🔥