Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Kidumu iyo ndirimbo rero inyibutsa vyinhsi muri periode warikumwe na desy, na bandi muje muburundi Saga,Havana ...... mwashikiye mu kabondo vyari biryoshye.................ariko se wagiye hehe ntazindi ufite?ino mumahanga turakunda uturirimbo twihumure tujanye nu rukundo surtout iyo utarasaza,.Ndagukunda cane jewe numufasha wanje.
yup!! I wacu..I love this song. It reminds me of home
Kidumu you are a great entertainer in Africa for the world!
Kidumu Kibindo .Mary,Buya na Ray wako wapi????
kibido asha wewe urabirya peeeee nibutse inkoni nakubiswe igihe waza murumonge shaaaaaa mugabo nagiye kuzumva wagiye peeee niwirambire nuturirimbo twawe twiza
Kidumu arashoboye indirimbo nziza cane
aho ntasoni kurahira nyoko?man!isonere sha yagutwaye amezi 9 munda!lmao!
urokezo chane!
Kidumu iyo ndirimbo rero inyibutsa vyinhsi muri periode warikumwe na desy, na bandi muje muburundi Saga,Havana ...... mwashikiye mu kabondo vyari biryoshye.................ariko se wagiye hehe ntazindi ufite?ino mumahanga turakunda uturirimbo twihumure tujanye nu rukundo surtout iyo utarasaza,.Ndagukunda cane jewe numufasha wanje.
yup!! I wacu..I love this song. It reminds me of home
Kidumu you are a great entertainer in Africa for the world!
Kidumu Kibindo .Mary,Buya na Ray wako wapi????
kibido asha wewe urabirya peeeee nibutse inkoni nakubiswe igihe waza murumonge shaaaaaa mugabo nagiye kuzumva wagiye peeee niwirambire nuturirimbo twawe twiza
Kidumu arashoboye indirimbo nziza cane
aho ntasoni kurahira nyoko?
man!isonere sha yagutwaye amezi 9 munda!
lmao!
urokezo chane!