- Видео 31
- Просмотров 11 983
Meme La coach
Добавлен 24 окт 2024
Psychologue,coach de vie, j’aimerai partager avec vous mes connaissances en développement personnel ,la spiritualité et la motivation
IBINTU 3 BITUMA UGIRA IGIKUNDIRO
Nimba ufise igikundiro karemano hariho abategerezwa kugira ivyo bakoze kugira bakironke #burundi #memelacoach #abantu #ibintu #rwandatoday #ubuzima #inyenyeri #ikintu #motivation #fannylavinne
Просмотров: 102
Видео
FANNY LAVINE NA NORASQUE VYOSE BARABITUBWIYE, IVYIHISHIJE INYUMA YA SOLUTIONS COUPLE
Просмотров 2,5 тыс.9 дней назад
Ikiganiro ugikwirikiranye umenya vyinshi ku buzima bwabo,ivyo bahura navyo. #burundi #ibintu #memelacoach #fannylavinne #solutioncouple #Norasque
MENYA UMUGENZI AGUFITIYE ISHARI UKO AMERA
Просмотров 24414 дней назад
Ishari mu bagenzi riragisibije,rero muri iki kiganiro uramenya nimba ufise abagenzi bakugirira ishari #burundi #ibintu #memelacoach #inyenyeri #rwandatoday #ubuzima #motivation #abantu #ikintu #fannylavinne @umukubito257 @sirenvibestv @mieempire8576 @ISIMBITV @fannylavineofficial1360
ABAGENZI BABI NIBO BUZUYE GUSA (Raba ingene ubamenya)
Просмотров 23518 дней назад
Ugendana n’abanyabwenge 5 ,umunyabwenge 6 ni wewe. Hama wagendana n ibijuju 5 ikijuju ca 6 ni wewe #burundi #ibintu #inyenyeri #memelacoach #rwandatoday #ubuzima
MENYA INGENE BITAKARIZA ICIZERE NINGENE BACIGARURIRA(Confiance de soi)
Просмотров 17523 дня назад
Ushobora kwitakariza icizere ntubimenye muri kino kiganiro uramenya nimba woba woritakarije icizere ningene wakigarukana #burundi #inyenyeri #ibintu #abantu #memelacoach #ubuzima #rwandatoday #motivation #fannylavinne
NGIBI IVYO UTARUZI KURI FANNY LAVINE( Solution Woman, Mama 3FA)
Просмотров 5 тыс.27 дней назад
Twaganiriye vyinshi na Fanny Lavine ,kurikirana iki kiganiro ni ngirakamaro #burundi #inyenyeri #memelacoach #rwandatoday #ibintu #FannyLavinne
EHE UBUNDI BURYO BAKWIBAMWO INYENYERI YAWE (Part3)
Просмотров 276Месяц назад
Menya uko cadeaux nazo bazikwibiramwo INYENYERI yawe #burundi #ibintu #inyenyeri #memelacoach #abantu #rwandatoday #motivation #ikintu @umukubito257 @ISIMBITV @fannylavineofficial1360 @sirenvibestv @mieempire8576 @YagoTvShowRwanda @hittoptv @AfricanTV-s6h
GIRA IYI CHALLENGE UMENYE ABAGENZI MUGENDANA #burundi #ibintu #inyenyeri #rwandatoday
Просмотров 75Месяц назад
#burundi #ibintu #inyenyeri #memelacoach #rwandatoday #abantu #ubuzima #motivation #ikintu
2025 YAWE ITEGEREZWA KUGENDA NEZA. NIWAKORA IBI
Просмотров 174Месяц назад
#burundi #ibintu #inyenyeri #memelacoach #rwandatoday #abantu #ubuzima #motivation #ikintu
UZONSHIMIRA MU NYUMA, IVYO UKWIYE GUKORA IMBERE YO KWINJIRA MURI 2025
Просмотров 206Месяц назад
#burundi #inyenyeri #memelacoach #ibintu #rwandatoday #ubuzima #motivation #abantu #ikintu
NIMBA BAGUFITIYE IMPUHWE URIKO URATA UMURONGO
Просмотров 45Месяц назад
#ibintu #burundi #abantu #rwandatoday #inyenyeri
NTAVYO WARUZI KO UBU BURYO NABWO BABUKWIBIRAMWO INYENYERI YAWE (UMUGISHA) Part 2
Просмотров 139Месяц назад
#burundi #inyenyeri #abantu #ibintu #memelacoach
REKA KWAMA UHIGANWA N’ ABANDI
Просмотров 87Месяц назад
#burundi #ibintu #memelacoach #abantu #inyenyeri
KUBERA IKI BAKWANKA ATA MPAMVU ???
Просмотров 164Месяц назад
#burundi #ibintu #memelacoach #abantu #inyenyeri
NTUBE IKIJUJU MURI 2025
Просмотров 197Месяц назад
#Memelacoach #burundi #ibintu #motivation #abantu #inyenyeri
Ikiyago kiranyubatse
@@juslene315 merci beaucoup 😍
@MemeLacoach de rien
Merci meme urakoze kumpanuro nibiganiro vyawe ukora
@@NadineIrankunda-z1d merci cane Nadine ,merci kunshigikira🙏🏽🙏🏽
Mufise ico mushaka kudusangiza canke kuduterera nk ivyiyumviro muce kuri iyi Facebook :Meme Ira
Courage ncuti yanje❤
@@nahimanasylvana-nr2ho thank chch
Courage ma grde sœur
@@fabricemugisha5864 thank bro
❤❤❤❤❤
@@RebeccaCiza ❤️❤️❤️❤️
Courage my Lovely sisi😍😘😘😘🥳🥳🥳🥳
@ornellakaneza7117 merci chch
Fani wahorah?❤❤❤❤😂
Nezaaaa cne❤💪
Asante
Fani lavine ndakwikundira chaaaa
❤
@@marlenenzikwinkunda2720 ❤️
Mwese mwubahwe
Nukur mwebwe mwaratumye nkomera murukundo ndimwo nukur murankomeza cane 🎉🎉🎉🎉
WoW courage
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂😂😂
Merci
Courage❤❤❤❤🎉🎉🎉
Merci
Solution couple hejuru cane mwar mukumbuw ayanyu ngwayo🌹🌹🌹🌹🌹🌹
UrAkoresha fesi twogutora.gute?
Ego ni meme ira
Meme ubwo si Emelyne wo mu Bukeye?
@nsengiyunva-f3o oya
Nn ww ubahe meme
Ugira ikiganiro ciza ndabakunda cane
Merci
Murakoze canee kukiganiro Ciza Kandi courage canee ❤❤❤❤
Murakoze
😂😂😂😂 hhhhhhh be able my hhhhhhh
Courage
Merci
Mama lao naringukmbuy nukuri gusubira kukwumva
Solution couple🌹🌹🌹🌹🌹
Ndabakunda cane
Fanny uranyibiye agasiri hezagirwa mama wabo
Abahashitse muzehano kubera solution couple wakoze kubatuzanira kubera solution tubigirako vyishi courage rr mubandanye muterimbere
Nkab mbaye uwa mbere kubobona Solution couple mumenye ko mukunzwe kabisa mpewe maua yenu 🎉🎉🎉🎉🎉
Nkab mbaye uwa mbere kubobona Solution couple mumenye ko mukunzwe kabisa
Nukuri uvuga ukuri!👍
@@bernardineuwamwiza3850 merci,harabatabitahura
Courage canee ❤
@@nahimanasylvana-nr2ho thank you
Abagenzi babi baruzuye kandi barababaza iyo ubamenye. Ivyo uvuze ni ukuri pe. Byiza wamureka.
Merci,abagenzi beza baboneka gake,umuronse womukunda cane
Danke
Bitte
Murakoze cane kurico kiganiro kiratwigishije
@@SolangeNibigira merci
❤❤❤❤🎉🎉🎉
❤️❤️❤️
Et pourtant les vrais amis n existent pas😂😂😂😂 merci la coach
@@ClarisseButoyi emwe bari kurushi
Nukur nivyo abagenz nabi nibobeshi knd bariyorobeka
Nivyo,bagoye kumenya bisaba kwitonda
Kbs
Nuko nuko
Ukomeze kuduha kubumenyi ❤❤❤
Merci beaucoup 🥰🥰🥰
❤❤❤❤❤❤
@@ClarisseButoyi ❤️❤️❤️❤️
🇧🇮we❤u
@@BienfaitBahizi-zw8on thank you🥰
Meme number yaw ndayikney...
@IrakozeDudu nyandikira kuri memelacoach@gmail.com
❤❤❤
❤️❤️❤️
🙏🙏✨✨, merci pr la vidéo
Merci Chane
Merci bcp
Avec plaisir
Waaaaoooo mbega ikiganiro ciza,courage meme la coach ❤❤❤na Mama lao courage ❤❤
@@EmelyneIrakoze-g2h merci mazina
Abakunzi ba fanny lavine mwagezaha munkorere kwi photos
Courage meme
@@juslene315 merci
Psychologue 😂naduhe aknimeroooo
Courage meme la coash psychologue ndagukunze disi
Merci beaucoup
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@@symphorienn ❤️❤️❤️❤️❤️