- Видео 35
- Просмотров 10 513
FAILO A
Добавлен 22 апр 2022
FAILO-A
Compositeur, Chanteur et Musicien.
Chercheur et Historien Burundais.
Umuzîko wó HĀ ZÎKO.
Aha Ni hā zîko, duhūríra tugatita, tugasôkōzanya, tugatêra agaseéga.
Juste TWĀGIRAYEÉZU Fulgence, Nkūnda🇧🇮 nawe búkūnde.
Bērwa!

HĀZÎKO XII INTǑRE II AMAZĪNDA X IMYIBUTSA II
Mwǐriwe cânké mwāramutse bavûkanyi bakǔnzi báhǐre b'íbitéramo vyó HĀZÎKO: iki ni igitéramo c'11 có HĀZÎKO. Murí iki gitéramo, ndabayāgira ubugíra kabiri ukwǐyamiriza ukwǐyitīrira Intâmbo y'ÍNTǑRE vyăkozwe n'Ú Rwānda.
Muramenya insígūro z'ámajāmbo: inēra/ imbūndēge/ umubwǐgiri/incǒnco
Mumenyé kăndi n'ínsígūro y'úmwǐbutsa *IKIBĂNZA C'ÍNĒRA KIBONEKA INTǑRE ZÍGĪYE*
Ikigânīro cā mbere migisānga aha 👉 ruclips.net/video/fSNFkr2H_wA/видео.htmlsi=rohqjksnnz0VsAdp
fulgencegirayezu@gmail.com
+257 79 83 97 23
Nimubērwé mwărabêrewe 🙏

Просмотров: 77
Видео
Intǒre ni intâmbo y'ú Rwānda cânké ni iy'Úburuúndi?
Просмотров 41Месяц назад
Uyu mǔnsi twāvyūtse twûmva ngo intǒre ni iz'Ú Rwānda. Ejó na hó tuzūmva ngo igisirikare c'Úburǔndi ni ic'Ú Rwānda. Biratêye isóni. Kurikirana iki kigânīro c'úkwǐyamiriza ubwo busúma ahó nērékana amâmūko y'Íntǒre. Umuzîko wó Hazîko, Umwāndozi TWĀGIRAYĚZU Firijânse ✍️
umutamakazi w'ikarusi komine gihogazi arabiciye biracika mu kiganiro umuganda w'indanga.
Просмотров 536 месяцев назад
umve ingene avyina
umugwi ndangakaranga umuhivu, urabiciye biracika mu kiganiro UMUGANDA W'INDANGA kuri ISOKO FM.
Просмотров 76 месяцев назад
umugwi ndangakaranga umuhivu, urabiciye biracika mu kiganiro UMUGANDA W'INDANGA kuri ISOKO FM.
Nezereza ugutwi n'imvino zo mu manza, hamwe na club impundu
Просмотров 296 месяцев назад
imvyino kama ziranezereye cane rwose. ihere ugutwi wumve ingene bahibongoza
amashuha de Mugara Rumonge
Просмотров 186 месяцев назад
menya amateka y'amashuha yo ku Mugara mu Rumonge
Aela na Alban baratweguye.
Просмотров 146 месяцев назад
ngo mu guteka ibiharage, barashiramwo isukari? kurikirana ikiganiro c'abana ingene kiryoshe.
mbwira i wanyu wa mukobwa jewe nzoze kuhasaba
Просмотров 79Год назад
mbwira i wanyu wa mukobwa jewe nzoze kuhasaba
Stylistique du Kirundi. Ikirundi kirashobora kuba umwuga. Ingene ibirori biryoha
Просмотров 166Год назад
Stylistique du Kirundi. Ikirundi kirashobora kuba umwuga. Ingene ibirori biryoha
Mube amakara by FailoA I karusi komine shombo
Просмотров 46Год назад
Mube amakara by FailoA I karusi komine shombo
shombo i Karusi. Aho muri hose ndi kumwe namwe!
Просмотров 59Год назад
shombo i Karusi. Aho muri hose ndi kumwe namwe!
Shairi la kiswahili. Maadhimisho ya Siku kuu ya kiswahili duniani Nchini🇧🇮
Просмотров 62Год назад
Shairi la kiswahili. Maadhimisho ya Siku kuu ya kiswahili duniani Nchini🇧🇮
HĀ ZÎKO: IG 9: UMURYĀNGO 5
Просмотров 36Год назад
kwiínjirira, gutérura, gucîkiza bisigūra ikí ? umuhǔngu cānké umugabo yīnjíriye yarôroherwa? hári ingáruká bitērá? kāzé HĀ ZÎKO
ikiganiro co kuwa 22 Ruh 2023 kuri PJ Classic FM. menya AKANYWABABO ico ari co!
Просмотров 100Год назад
ikiganiro co kuwa 22 Ruh 2023 kuri PJ Classic FM. menya AKANYWABABO ico ari co!
HĀ ZÎKO : IG 8: AMAZĪNDA 6 UMURYĀNGO 4 IMVUGO 4
Просмотров 98Год назад
HĀ ZÎKO : IG 8: AMAZĪNDA 6 UMURYĀNGO 4 IMVUGO 4
HĀ ZÎKO : IGITÉRAMO 7: UMURYANGO 3 / AMAZINDA 5 / IMVUGO 3
Просмотров 752 года назад
HĀ ZÎKO : IGITÉRAMO 7: UMURYANGO 3 / AMAZINDA 5 / IMVUGO 3
HĀ ZÎKO : IG 6: Umuryāngo 2/ Amazinda 4/ Ibitútsi 3/ Imvugo mfobeko 2
Просмотров 712 года назад
HĀ ZÎKO : IG 6: Umuryāngo 2/ Amazinda 4/ Ibitútsi 3/ Imvugo mfobeko 2
official_audio_2018_Imibabaro by FAILO-A
Просмотров 512 года назад
official_audio_2018_Imibabaro by FAILO-A
HĀ ZÎKO : IGITÉRAMO IV: Ibitútsi 2/ amazīnda 2
Просмотров 1382 года назад
HĀ ZÎKO : IGITÉRAMO IV: Ibitútsi 2/ amazīnda 2
Tubukunde(official_audio_2017) by FAILO A
Просмотров 1802 года назад
Tubukunde(official_audio_2017) by FAILO A
Agashitsi: "ubutandukane bw'uburanga bushingiye ku mamuko"
Просмотров 452 года назад
Agashitsi: "ubutandukane bw'uburanga bushingiye ku mamuko"
HĀ ZÎKO: IGITÉRAMO 3: igifuruguto 1/ amazīnda 2
Просмотров 472 года назад
HĀ ZÎKO: IGITÉRAMO 3: igifuruguto 1/ amazīnda 2
HĀ ZÎKO: Igitéramo 2/amazīnda 1/ibitútsi 1/imvúgo 1
Просмотров 1002 года назад
HĀ ZÎKO: Igitéramo 2/amazīnda 1/ibitútsi 1/imvúgo 1
ISANGANIRO: AGASHITSI: Imiziro nziririzwa
Просмотров 882 года назад
ISANGANIRO: AGASHITSI: Imiziro nziririzwa
Ibicuba vy'agahinda k'umwungere yazimije inka
Просмотров 4,8 тыс.2 года назад
Ibicuba vy'agahinda k'umwungere yazimije inka
❤🇧🇮
Urumwandonzi ntimwiga kamwe
Ndakunze ikikiganiro bandanya ubusesanguzi
Courage 🎉🎉🎉
Ndakunze uburyo ubikora
Terimbere mugenzi ubandanye ubwandozi
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Hongera sana
Hongera sana
Nukuri aka kantu ni keza
Kl vrt les jeunes duhaguruke
Tuko pamoja kijana
Uburundi nitwe tuzobuteza imbere. Komera kw'ibanga mwene cambarantama
vyiza
Indirimbo nziza cane mwubahwa wacu. Wavuze neza cane! Terimbere mutama!
Big up bro wangu
Ko bidahuye ku munwa??!!
❤
Berwa waraberewe❤
Berwa waraberewe❤
Berwá
Inyamansure
Komera ukomeze.
Beerwa.
Beerwa.
Komera ukomeze.
Beerwa.mumfashe mumpe insiguro y'ijambo: "idenengwe"
😅😅😅😅😅 ndakubwire kweri ariko ndazi uhava utangara usanze nyavyayo biri hafi yawe
Ibikogwa vyiza pp wanje
Songa mbele.
Butunzi bwanje❤,Beerwa waraberewe
Ter'imbere
Waouh!
Vyiza
Komera mutama
Komera mutama
Nuko inka zahonye ,abarundi twarazikunda.ikibabaje ntizicitaweho
Terimber muu zîko wó haa zíiko
Twese
Bandanya utugirira ubundi buronzi tumenye vyinshi mu Kirundi cacu!!
Urakoze
Komera mugenzi
Urakoze wa muziko we
Komera ukomeze.
Nêzá cāne
Courage bwana FAILO A terintambwe turyoherwe ,gwanira ikirundi ntikitujane bivuye ku majambo aza aravuka atariyo
Urugamba ni urwa twëse mugenzi
Vyiza cane mugenzi
Urakoze
Neza 👍
Urakoze
Neza cane mutama
Berwa bro
Twesa
Berwa bro
Twese
Komeza uburonzi mukundwa ubandanye utwigisha! Ndagukeje!
Urakenuye
Nanje ngize uwa 7
Hahahahaha
Vizuri xana
Asante
Terimbere
Twese