- Видео 99
- Просмотров 35 292
Ubutumwa bwiza kuri bose
Канада
Добавлен 4 фев 2022
Mu buntu bw'Imana niho hari agakiza (Ubuntu bw'Imana partie 3)
Ikintu ca mbere ukeneye guhindura si igikorwa vyawe kuko ibikorwa vyawe nink'ivyamwa wama ariko kugira uhindure ivyamwa nuko hahinduka umuzi.
Wama ushaka kugerageza guhindura ibikorwa vyawe mugabo vyaranse, ikibazo ni umuzi (urufatiro)
Wizeye iki?
Ubuntu bw'Imana bwo nyene nibwo bwogukiza ,si ibikorwa vyawe.
Social Media:
Facebook : ubutumwabwizakuribose
Instagram : ubutumwa_bwiza_kuri_bose
TikTok : www.tiktok.com/@ubutumwabwizakuribose
Ubuntu bg'Imana | Jean-Prudent Ntibuberwa | #ubutumwabwizakuribose #ubutumwabwizapodcast #podcast #rtnb #yesu #ubuntu

Просмотров: 154
Видео
Ubuntu bw'Imana bushingiye kugikorwa Yesu yakoze(partie 2)
Просмотров 2192 месяца назад
Ubuntu bw'Imana bungana Yesu kristo, kristo yaje yuzuye ubuntu. Ivyagezwe vyazanywe na mose ariko ubuntu n'ukuri vyazanywe na yesu kristo (niwe kuri niwe buntu bw'Imana) . Nubwo tubona ko ubuntu bw'Imana bwamyeho mugabo muburyo bw'igitutu ariko bwaje guserurwa rero n'umwami wacu yesu kristo. Ubuntu bw'Imana bushingiye kugikorwa kimwe gusa yesu yakoze utibesha ko bishingiye kubikorwa ukora vyiza...
Ubutumwa bw'ubuntu n'iki? (kugororoka,kudahugumba,kwica kamere yacu)
Просмотров 2702 месяца назад
Ubuntu bw'Imana... Twibukanye ko ivyagezwe ntivyari vyahawe bose vyari yahawe abisirayeli ariko Ubuntu bw’Imana bwaserutse kuri bose, uno musi abanyamahanga turafise uburenganzira bwo kuba muri ayo mahirwe yo kwakira Ubuntu bw’Imana. Ubuntu bw’Imana n’amahoro y’Imana bibane nawe aho uri hose Social Media: Facebook : ubutumwabwizakuribose Instagram : ubutumwa_bwiza_kur...
Ivyawe vyoba vyabaye nabi cane? | wokwifata gute igihe inyishu y'Imana itevye ?|
Просмотров 1543 месяца назад
Imana twizeye iraba mu mutima. Mukurorera kwawe kwose Imana isuzuma imiitima kuko inyifato yo mu mutima wawe irashobora gutuma inyishu y'Imana iteba canke ikanyaruka. Iyo umunezero yacu udahagaze kukintu nakimwe c'ibifadika ugahagarara Ku Mana gusa ,Imana ntiyobura kuguhezagira. Social Media: Facebook : ubutumwabwizakuribose Instagram : ubutumwa_bwiza_kuri_bose TikTo...
Nayironse mfise 13ans | Narirukanywe i muhira | Imana irazi gutunganya ibintu ( Ko waseeeranye )
Просмотров 1,9 тыс.3 месяца назад
Ushobora kwandika indirimbo utazi neza ivyo urimwoo ariko igihe kimwe gishitse ikagira insiguro kuri wewe no kubandi benshi. Indirimbo "Ko wasezeranye" ni indirimbo yanditswe na Dorothée Wendo agifise imyaka 13 gusa. Ni indirimbo ifise ico ivuga kinini cane kuri Dorothée Wendo "Indirimba ivyo nzi, ndirimba ivyo n'abayemwo. umviriza indirimbo kuko wasezeranye ngaha: ruclips.net/video/XET9ws-CwS0...
N'Ibintu ki bigize ugusengaa ? | Murasenga ntimwishurwe. - Jean-Prudent Ntibuberwa
Просмотров 4735 месяцев назад
Yesu niwe Mwami wacu kandi niwe kuri. Gusenga si ugusubiramwo amajambo ,gusenga ni ukwiherera (WE n'Imana). Gusenga ni umutima wawe, niwasenga ntukabomboranye amanwa nkuko abanyamahanga bagira biyumvira Ko bumvirwa kubwamajambo yabo menshi. Social Media: Facebook : ubutumwabwizakuribose Instagram : ubutumwa_bwiza_kuri_bose TikTok : www.tiktok.com/@ubutumwabwizakuribo...
Ingaruka mbi zo kwidodomba| Bibwire Yesu gusa. [Jean Prudent]
Просмотров 3556 месяцев назад
Tuba twarasaze iyo tutiga kumbwira Yesu ibitugoye. Ukwidodomba muyandi majambo ni ukwisenga, umuntu yiganyira kubera Ko hari ibintu atashoboye gushikako. Haguhanga amaso umuremvyi w'ibihe, yaremye vyose akarema n'abantu. Abantu dushinze amaso kuri twebwe n'ivyo abandi bantu bashobora kudukorera. widodombeye Imana ni ikimenyetso c'uko utayizeye kuko umuntu y'izera Imana azi neza ko ivyo itariko ...
Imana ihezagira umutima uyiyeguriye| Ni hehe Imana itohezagirira umuntu? {Stenard Hak}
Просмотров 2616 месяцев назад
Ntaho Imana itohera umugisha umuntu kuko idahezagira iravye ikibanza urimwo ahubwo ihezagira umutima uyiyeguriye. Aho uri hose, uhari kubw'umugambi w'Imana, nimba hari ibitarakunda nuko Imana ikiriko iratunganya umutima wawe. Social Media: Facebook : ubutumwabwizakuribose Instagram : ubutumwa_bwiza_kuri_bose TikTok : www.tiktok.com/@ubutumwabwizakuribose Stenard Haki...
Gusenga si ugusaba | Agacerere k'Imana n'imvugo. [Pst J.prudent]
Просмотров 4437 месяцев назад
Imana ntituyisenga uko dushaka ,Imana yaremye ijuru n'isi hariho urutonde yashizeho kubashaka kuvugana nayo. Ikibazo dufise nuko dushaka kumara umwanya tuvuga ariko ntiduhe umwanya Imana kugira ngo ivuge kubuzima bwacu. Social Media: Facebook : ubutumwabwizakuribose Instagram : ubutumwa_bwiza_kuri_bose TikTok : www.tiktok.com/@ubutumwabwizakuribose Pasteur Prudent Nt...
Iyo Imana yatevye kwishura wokwifata gute? | Mbega Imana yoteba kw'ishura ? [Pst H.Nsengiyumva]
Просмотров 2587 месяцев назад
Iyo Imana yatevye kwishura wokwifata gute? | Mbega Imana yoteba kw'ishura ? [Pst H.Nsengiyumva]
Yesu kristo si ikidandanzwa | Twaranyaze ikibanza Kristo [Pst Prudent Nt & Fabrice Nz]
Просмотров 3937 месяцев назад
Yesu kristo si ikidandanzwa | Twaranyaze ikibanza Kristo [Pst Prudent Nt & Fabrice Nz]
Umugore w'agaciro arangwa niki?|Bibiliya ibivugako iki [Pst prudent]
Просмотров 4,9 тыс.8 месяцев назад
Umugore w'agaciro arangwa niki?|Bibiliya ibivugako iki [Pst prudent]
Bumbwa nivyo ufise| Ingaruka zo kutabumbwa nivyo ufise. [Pst Jean Prudent]
Просмотров 7339 месяцев назад
Bumbwa nivyo ufise| Ingaruka zo kutabumbwa nivyo ufise. [Pst Jean Prudent]
Umuntu yobumbwa nivyo afise?🤔 amaganya | kwipfuza| Inzira mbi. [Pst Hervé Nsengiyumva]
Просмотров 55510 месяцев назад
Umuntu yobumbwa nivyo afise?🤔 amaganya | kwipfuza| Inzira mbi. [Pst Hervé Nsengiyumva]
Noweli ntaho yanditse muri Bibiliya | Umwaka mushasha ntuzana bishasha
Просмотров 41711 месяцев назад
Noweli ntaho yanditse muri Bibiliya | Umwaka mushasha ntuzana bishasha
Amahera ni meza ariko ntayo nsaba | Ico Gaby ahanura abaririmvyii basaba amahera
Просмотров 32211 месяцев назад
Amahera ni meza ariko ntayo nsaba | Ico Gaby ahanura abaririmvyii basaba amahera
Ibintu 10 biranga Ubutumwa bwiza | Ni vyiza ko bifatira ingingo - Harushimana Teddy Claude
Просмотров 25811 месяцев назад
Ibintu 10 biranga Ubutumwa bwiza | Ni vyiza ko bifatira ingingo - Harushimana Teddy Claude
Isangira Ryera | Nibande bavyemerewe | Kurijako nabi ni gute? - Pst Hervé Nsengiyumva
Просмотров 28311 месяцев назад
Isangira Ryera | Nibande bavyemerewe | Kurijako nabi ni gute? - Pst Hervé Nsengiyumva
Turakebura ntiduca imanza| Idini si inzira ijana kwa Data| Baruhishijwe n'imigirwa.
Просмотров 493Год назад
Turakebura ntiduca imanza| Idini si inzira ijana kwa Data| Baruhishijwe n'imigirwa.
Ubutumwa bwiza bwaroye he?🤷♂️ Tugaruke kw'isoko - Pst Nikiza Jean Apôtre
Просмотров 872Год назад
Ubutumwa bwiza bwaroye he?🤷♂️ Tugaruke kw'isoko - Pst Nikiza Jean Apôtre
Fabrice Nzeyimana: Yesu ntiyaje kubwabakene gusa | Ntibagishaka Izivuga Imana | Ntaco turi tutagizwe
Просмотров 435Год назад
Fabrice Nzeyimana: Yesu ntiyaje kubwabakene gusa | Ntibagishaka Izivuga Imana | Ntaco turi tutagizwe
IntAhe [Lionel Nimbona]: Narakomeretse cane | Ni jewe namurwaje | Nama nsenga Imana.
Просмотров 299Год назад
IntAhe [Lionel Nimbona]: Narakomeretse cane | Ni jewe namurwaje | Nama nsenga Imana.
{IntAhe} Regis Nimenya: Yesu naramubonye | Ntibabanje kushirako ibiganza
Просмотров 447Год назад
{IntAhe} Regis Nimenya: Yesu naramubonye | Ntibabanje kushirako ibiganza
Umugisha n'iki? | Umunyamugisha n'umuntu ki? | Prudent Ntibuberwa
Просмотров 419Год назад
Umugisha n'iki? | Umunyamugisha n'umuntu ki? | Prudent Ntibuberwa
Umushaha wanje wokizwa n'iki? | Nomenya gute k'urwaye?
Просмотров 117Год назад
Umushaha wanje wokizwa n'iki? | Nomenya gute k'urwaye?
Impwemu ipfa habaye iki? | Si bose bitaba Imana | Bose bazozukira urubanza.
Просмотров 208Год назад
Impwemu ipfa habaye iki? | Si bose bitaba Imana | Bose bazozukira urubanza.
Gusenga neza ni gute?|Guterereza isengesho si bibi|Gusengera mw'Ijambo.
Просмотров 220Год назад
Gusenga neza ni gute?|Guterereza isengesho si bibi|Gusengera mw'Ijambo.
Ubutumwa bw'ugutunga🫣🫣🫣|Ab'Imana bavuga ivy'Imana | Ngo Cakira | Prudent Ntibuberwa
Просмотров 385Год назад
Ubutumwa bw'ugutunga🫣🫣🫣|Ab'Imana bavuga ivy'Imana | Ngo Cakira | Prudent Ntibuberwa
Ubutumwa bwiza bukwiye bumeze gute? | buvuga iki? - Pst Nikiza Jean Apôtre
Просмотров 1,2 тыс.Год назад
Ubutumwa bwiza bukwiye bumeze gute? | buvuga iki? - Pst Nikiza Jean Apôtre
(Satanisme) Ibinyoma mw'Ishengero rya Kristo| Ni Twebwe twumva Ijwi ry'Imana | Prudent Ntibuberwa
Просмотров 371Год назад
(Satanisme) Ibinyoma mw'Ishengero rya Kristo| Ni Twebwe twumva Ijwi ry'Imana | Prudent Ntibuberwa
Ariko Yesu yavuze ngo : Ico muzosaba cose mwizeye Data azogikora kandi ukwizera kurarema yabwiye Aburahamu ngo Ndi Imana ishobora vyose
Yesu aguhe umugisha
Yoooooo Urumwana Mwiza Cne Kndi warahiriwe Kumenya Imana ukiri Muto
Yoooooo Urumwana Mwiza Cne Kndi warahiriwe Kumenya Imana ukiri Muto
❤❤❤❤❤❤
Amen Amen , Iri niryo jambo ishengero twari dukeneye muri iki gihe.
Uvuze ukuri mukozi w'Imana.
#NYUZURA IS my favorit song😊😊dorothe❤❤❤❤❤❤❤
Amen amen
Amen amen
Amajambo yawe yubaka imitima yabantu
AMENI💝🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Merci kubutumwa bwiza mutubwiye akenshi tuvugango twiyeze imbere y'Imana ariko turatahuyeko ari Imana ubwayo itweza
Nukuri uvunga neza ndakwemera caneeee 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Ma meilleure kunvugiye intahe? Arik ngo ntakure Imana idukura knd ntakure itodushikana❤
Waooooh . Kure juu mama wendo
❤❤❤❤Ndagkuuuundaa cn Wendo urumugish vrt
Waouu uraduhezagira mukobwa wa yesu
Imana ishimwe kubw'umukozi wayo WENDO
Turagukunda cane wendo
❤❤❤
❤❤Mukomere cane mukozi w'lmana 🎉🎉
Amen
Amen Amen ubutunwa bwiza butatavanze❤
Ubuntu namahoro biva kumana bibakomeze cane 🙏🙏🙏👍👍. Ibi nivyo vyari vyarahishijwe
Amen 🙏
Mbega nkubu nkijijwe hama yesu agaca aza mvuye kwiba mbega noca nja hehe ubwonyene ?
Noe woe Ubuntu bw'lmana bukwigisha kwiba?😂😂😂
Amen
Murakoze k'ubutumwa bwiza muduhaye, ni gute none bishika umuntu akaba yarizeye Christo ariko ntashobore kuba yumva ko yakiriye ubuntu neza bwa vrai nkuk ubitwigishije
Ico ukwiye gukora nukwama wiga usoma ivyizerwa Ubuntu ni Yesu kristo nyene❤❤
Merci Mama Wendo ku ntahe. It gave me hope once again😭🫂
Duce bugufi Imbere y'Imana.uvuze kuri reka duhinduke uwuhoraho adushoboze.
Amen Ndakunda uko pasteur jean prudent yigisha
Hama nagomba menye aho jean prudent asengera
Thank you👌💯👏
🥰🥰🙌
Big up 💪
🎉🎉🎉
Merci
Amen Amen
Amen Amen
Ndafashijwe barikiwa
Ndafashijwe❤
Waaaaaa❤
❤❤❤❤❤
Call him Wisdom speaker❤❤❤❤
Amen 🙏
🙌🙌🙌💥💥💥
Amen
Amen
Amen
Ameen