- Видео 7
- Просмотров 11 540
JEMBE KALI.
Добавлен 6 июл 2023
Ndabipfurije amahoro.
birashoboka ko umuziki wuburundi utera imbere abaririmvyi babarundi tugahanganir'isoko nibindi bihangange muri afrika mashariki nokwisi twama tubona kuma tv mpuzamakungu.
muvyukuri umuziki w'uburundi turakwiye gufatana munda tukawukura kurwego uriko tukawushira kurwego mpuzamakungu, ariko twibuke kutarenga akarimbi ngoduce twibagira umuco wacu, umuco wigihugu cacu c'Uburundi.
ikindi kandi nubwomvugako umuziki wacu muri rusangi ukeneye gutezwa imbere, ndemezako muburundi dufise ibihangange bigeze kure mugutera intambwe muruyu mwuga wo kuririmba.
aho rero sintinya kubavuga amazina kuko nyene bamenyekanye kugirango bame batangwako akarorore.
kidumu kibido, big fizzo , sat b , lolilo , natasha , chan queen, nabandi benshi nka B face on the fro , drama T , D one , MB DATA , Augastin pawan , Vichou love , double j , nabandi benshi babica bigacika. nanje rero ndaje ngo nkore, ico ndabasaba munshigikire mu fyonda kuri subscribe ndetse ibikorwa vyanje mubisangize nabandi.

Jembe Kali - Ntaco bitwaye ( Video Official ) 4k
Jembe Kali - Ntaco bitwaye ( Video Official ) 4k
Burundi Music. Education song
#RUclipsJembeKali
#tiktikJembekali
#FaceboobJembekali
#Burundimusic
Burundi Music. Education song
#RUclipsJembeKali
#tiktikJembekali
#FaceboobJembekali
#Burundimusic
Просмотров: 2 195
Видео
Jembe Kali - sweet sweet (Official video)
Просмотров 2,7 тыс.3 месяца назад
Indirimbo yitwa sweet sweet jembe kali yayiririmvye avuka amakuru yurukundo namazina abakundana bitana. Contacts jembe5740@gmail.com Connect With Jembe Kali On: Instagram: / jembekali Facebook: / Jembe Kali you tube: / jembe kali #jembekali #Music #burundi
BUHUMUZA by Jembe Kali ( video lyrics)
Просмотров 2,3 тыс.Год назад
buhumuza, nindirimbo yakozwe muntumbero yoguhayagiza ivyiza vyuzuye mukarere k'Uburundi bw'ubuseruko ariho CANKUZO RUYIGI MUYINGA. Tukaba duha ikaze umuntu wese yipfuza kuza kugendera intara yacu ya BUHUMUZA, ariyo igizwe na CANKUZO RUYIGI NA MUYINGA. BUHUMUZA irasharije muburundi nomuri afrika mashariki
Intahe yokwikukira by Jembe Kali ( Official video)
Просмотров 3 тыс.Год назад
Iyi ndirimbo yakozwe muntumbero y'ukwigina intahe y'ukwikukira bene burundi twaronse tunyotewe. kugirango kandi twame twibukanya kahise kigihugu cacu ciza c'Uburundi ngo abakiri bato nabazovuka bazomenye iyo twavuye kandi nabo bazokwigishe abazobakomokako amateka yigihugu cacu. iyi ndirimbo ifise akanovera ku muziki wakera ari naco gituma abene burundi benshi bariko barayikunda.
Turatashe by Jembe Kali. (Official video)
Просмотров 1,3 тыс.Год назад
Iyi ndirimbo yerekana ubuzima impunzi z'abarundi zicamwo mumahanga n'ukuntu zakirwa iyo zihungutse zigasubira mugihugu camavukiro. twirinde icotuma umurundi yongera kwitwa impunzi, tuvuge duti ntibizongera. UBURUNDI N'igihugu cacu turagikunda twese hamwe turikumwe birashoboka.
Yeah
Indirimbo yakamaro❤❤❤❤❤
Ntaco bitwaye😅
Courage kabisa🎉🎉🎉🎉🎉 ntaco bitwaye 🎉❤❤❤❤
Ntaco bitwaye kabs
❤❤🎉🎉🎉
Good job
Msg nziza saana, ntaco bitwaye
❤❤❤❤❤
Uyu musore arimo kubikore neza iburundi
Nice song
❤❤❤
Good music 🎉🎉🎉🎉
Cooool vrm
❤❤❤❤❤❤ Man umwete niwo wambere kbx thx please kuriyo inspiration❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Congratulations 🎉🎉
Akagoma keza
Jembe kali. Big up
Congratulations my brother another step
Niyokwizera❤❤❤❤❤
Amazing
Iyo song niyo
Kabisa twavuye mpari
Go ahead bro everything they Say never give up!!¡❤❤❤❤
Vyiza boss karatesa kbsa repect
From buhumuza hejuru cane musolait wacuuu❤❤
Merci
Ndayikunze vrmt
Asante saana
Ntacobitway wubahe cane musaza
Asante
Courage
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Urashoboye nukuri
🎉🎉🎉🎉vyiza kbx
arashoboye nukuri.umwan w'igihugu
Courage🎉
Big up bro 🔥🔥Buhumuza hejuru cane
Indirimb nziza kl
❤❤❤❤❤🎉from Bakame Comedian 🇧🇮
❤❤❤❤❤ from Mecky Dimpoz 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 always Maharaj Da King 👑👑👑 Keep going so far my Bro 👍 Sounds great 👍
Courage
Ngoma kali musaza karimwo indoto nziza z ubuzima
Ufite impano musore
Nice song
NICE SONG
Nice song
Love from Egozen tv🎉🎉🎉🎉
Nukuri abacana intege baruzuye Ariko NTACOBITWAYE
Vizur sana hongera kaka❤❤❤❤
Aka karirimbo karanyemeje
Basha iyi ndirimbo niyambey
Ntaco bitwayeee