- Видео 15
- Просмотров 323 275
UMUKOMEZWA TV
США
Добавлен 3 окт 2020
Ibirungo utigeze kwumva - Kinyange yivuga amazina mu bukwe
Kinyange arazwi cane kwivuga amazina ariko haraho yashitse ashiramwo ibirungo mubukwe bituma abakongomani bakunda ikirundi bakunda nimicokama bararyohegwa cane bituma batanga umugeni i burundi
Просмотров: 300
Видео
KINYANGE BAMUHAYE INKA AMAJANA//AZIVUGIYE AMAZINA TURUMIGWA//RABA VIDEO NAWE UTANGARE MUBANDI
Просмотров 4,1 тыс.Год назад
KINYANGE BAMUHAYE INKA AMAJANA//AZIVUGIYE AMAZINA TURUMIGWA//RABA VIDEO NAWE UTANGARE
KINYANGE WEEE! NA PATIRI NTABONA ARAMUSHINGIRA INTAHE !
Просмотров 3,8 тыс.Год назад
KINYANGE WEEE! NA PATIRI NTABONA ARAMUSHINGIRA INTAHE !
Kinyange araryosha ibirungo mu bukwe !
Просмотров 141 тыс.2 года назад
Kinyange araryosha ibirungo mu bukwe !
KINYANGE AVUGA IBICUBA, ABANYARWANDA BIRANSE KO BIGUMYA BAJE KUMWUMVIRIZA I BURUNDI
Просмотров 53 тыс.2 года назад
KINYANGE AVUGA IBICUBA, ABANYARWANDA BIRANSE KO BIGUMYA BAJE KUMWUMVIRIZA I BURUNDI
Mbega amazina aryoheye ugutwi Kinyange aduteramishe
Просмотров 4,9 тыс.3 года назад
Mbega amazina aryoheye ugutwi Kinyange aduteramishe
KINYANGE YIVUGA AMAZINA KUMUNSI MUKURU W'ABASHINGANTAHE
Просмотров 28 тыс.3 года назад
KINYANGE YIVUGA AMAZINA KUMUNSI MUKURU W'ABASHINGANTAHE
Kurikira amazina ya Kinyange agabanye ya Maribori
Просмотров 31 тыс.4 года назад
Aho hambere umuntu yarakugabire atarinze kuguharura amano
Ibicuba n'amazina vya KINYANGE yivuga uwamugabiye
Просмотров 25 тыс.4 года назад
Rwa Kanakana Rw'amakombe mu Masumba i Maramvya iyo zaciye Amararo
Ibicuba n'amazina vya Kinyange na Torobeka birayaga iyo zaciye amararo
Просмотров 15 тыс.4 года назад
Kuvumeza, kuvumereza, kuvubikira, kuvuruganya, .... Gusomera amakuyano ya Mugwa na Birenzi vyarandinze kurya inyabutongo
Zirahazwa ata rungu hafi y'igicaniro
Просмотров 4,3 тыс.4 года назад
Aba baragwakaranga barakoze kutwibutsa aka kera! Injishi, igicaniro, ibicuba n'umurya w'inanga!
Zirarisha mu Maramvya zigashoka Mutimbuzi
Просмотров 11 тыс.4 года назад
Zirarisha mu Maramvya zigashoka Mutimbuzi
Muramvyayubahwe!Kirundi Nihoturi! Turabafise.kinyange Wubahwe
Kanyange ndagufana!
Comera
Komeza imicnakkaranga kabakuramber
Komera cane papa Imana ikomeze ikugirira nez rama wiramire mivyeyi nkunda
Nn uko ni ukwivuga amazina?
Uyu Mushingantahe ndamwemera kukaranga
Mugamba uzira umugayo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 le 12 October 2024
Mwaretse tukaba bamwe mukarek amahane no kutwanga, mukareka gucreatinga intambara nk'uko abami bari barabisezeranye ko batazongera kurwana, ahubwo tukajya duhana inka n'abageni".
Abatutsi.muri imfura cyane peee
Iyo nibitse ko Abazungu bacuraritse ubwenge bw'Abarundi hanyuma natwe tukavyita civilisation aho Abarundi batakimenya no kuvuga Ururimi rw'Abasogokuruza hanyuma uwutazi iyo ruja n'iyo ruja kubera azi kuvuga nkabazunguakavyita iterambere numva agahinda kanyuzuye inda.
Abishe Uburundi ntibabuciye imizi. Abazungu ntaciza nakimwe baje bazanye. Ivyo twita civilisation nuguhona. Icompa Kinyange nkamumenya
Yewee kinyange womp amazina y murubanza ?
Kinyange uranshimishije gahorane inka n'umuco
Uyu mugabo umuntu yomuronka gute
Ukomere kukaranga wubahwe
Abazungu n’abanyamahanga baratunigiye mumenshi mukutwambura imico kama ya basogokuru. Ndabebwire ntababesha ivyo bintu birakiza dépression mu Burundi ntitwari dukeneye ba psycho. Akazuba y’inka, Inka zivumera, imirima n’ibibondo bibirura Infyufyu n’umuhondo. Ganza Burundi we!!!
Kinyange kinyagirwa ntigitote
Ntizigituruka !!! Birababaje!!
Wabikoze neza
Kinyange ❤❤❤❤hejuru caee
Wubahwe cne
Urumwe kukwambura
Komera
Kinyange ni ubutunzi bukomey ku gihugu cacu
Uranshimishije Cyane Kinyange , Ndumunyarwanda ariko umuco turawuhuza cyane kandi urabyumva neza cyane
Where is this farm
Mu Burundi nihehe nabona inka
Umukeney urazombwira .
Courage turakwemera
❤❤❤urintore kinyange
Komera ugume utwibutsa nico n'akaranga k,'ikirundi
😍😍😍😍
❤❤❤❤
Ndabakund can
Kinyange yubahwe ninka bihuye iramutwengera😅😅😅😅
😊😊😊😊😊
Mubuzima bwanje ntatunzinka nzobabara kinyange agrahaba yubahwe
❤❤❤❤❤❤❤
Turihano
Uyu kigange yapfutse kur mwezi gisabo ntiyobesha 😅
Uwanka inka ntakazibone.
Komera urakaramjp GT
Kinyange ijambo aho
👏🏾👏🏾👏🏾👌🏾
Bravooooooooo kinyangeee❤❤❤
Vyiza cane
Un Ap
Nzohava ntunginka kubera Amazina ya Kinyange nukuri kwose!!
This it so nice wow , i miss my country now. Irambire mutama,
Kinyange❤❤❤❤❤❤